Тёмный

Hariko harubakwa ihinguriro rizokora ama carreaux n'ibindi mu mabuye y'agaciro yo mu Burundi 

Mashariki TV
Подписаться 308 тыс.
Просмотров 16 тыс.
50% 1

Hariko harubakwa i #Makebuko mu ntara ya #Gitega ihinguriro rizokora amakaro (carreaux) n'ibindi bikoresho abarundi bahora baja kugura mu mahanga, bikazokorwa mu mabuye y'agaciro azocukurwa mu #Burundi. Umuyobozi mukuru wa East African Drilling and Granite, ishirahamwe ririko ry'ubaka urwo ruganda, yijeje umukuru w'igihugu y'abagendeye ko mu ntango z'umwaka wa 2025 bazoba batanguye gusohora ama carreaux ya mbere.

Опубликовано:

 

7 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 47   
@MrNuurofficial
@MrNuurofficial Месяц назад
Uwukunda igihugu kozak like
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja Месяц назад
❤❤❤
@LameckNgabo
@LameckNgabo Месяц назад
Nihozambwa zasaze ngo vyamunaniye burya ibinivyo badashaka kubona 😂😂😂😂😂mugabo nibatekane hauwezi zuwiya mvua kunyesha 😊😊😊❤❤❤❤❤
@Vision2300
@Vision2300 Месяц назад
Si la politique actuelle de construction continue même après NEVA, le Burundi peut allez loin
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira Месяц назад
Vous allez loin vers ? Vers la dérive ?
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Месяц назад
❤🎩 Nimucubake Basha Mureke ya Mihimbiri yama Ibona Amakosa gusa ,Ijingitwa ibura Itiro,Iserukira ba Sesankuyoze ize kuronka ivyo inegura ku Ma Chaines yayo Yigira ko Ikunda Igihugu kuruta NEVA wacu 😴 ✊🏾🇧🇮
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja Месяц назад
❤❤
@twororeturimekijambere5491
@twororeturimekijambere5491 Месяц назад
Kabisa
@ManirambonaJ.claude-si4ve
@ManirambonaJ.claude-si4ve Месяц назад
Courage 🇧🇮🇧🇮💪💪❤❤
@ngendakumanajeanmarrie7490
@ngendakumanajeanmarrie7490 Месяц назад
❤❤❤❤❤❤❤❤❤ naipenda nchi yangu burundi juu waseme sisi twasonga mbele
@FrankImani-cb3in
@FrankImani-cb3in Месяц назад
😮
@BUSHASHASWITCH
@BUSHASHASWITCH Месяц назад
❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Igihugu canje ntayivuka rimwe yuzure ingomvyi
@elogenininahazwe9249
@elogenininahazwe9249 Месяц назад
❤❤❤❤my country
@chrischris5458
@chrischris5458 Месяц назад
Turinyumayawe
@user-jl9nn5dw9x
@user-jl9nn5dw9x Месяц назад
Ndakwemera my president ❤❤❤❤Vavuga dukora ntacizanye kurinos vyose vyarakozwe ikinezera nuko. Mbona ataabazugu barimwo bose aravarundi
@Princetuyishime
@Princetuyishime Месяц назад
Ubutare bwabaye ubutare 😂😂kuva nakera uburare bwarahab ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo kwa @GeneralNeva nokubikwirakwiza hose nukurangaza abarundi abe arivyo bayaga gusa bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa. Ikindi ivyigitoro ngo mbe 2008 vyarahaba? None president ubu turiryari ? 2024 None urashaka gusubiza igihugu 2008 ? Thank you mr cimamand urumugabo wukuri ureba kure.
@dieudonnekwiz1763
@dieudonnekwiz1763 Месяц назад
Good
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Месяц назад
terinbere Burundi bwanje
@Princetuyishime
@Princetuyishime Месяц назад
Ubutare bwabaye ubutare 😂😂kuva nakera uburare bwarahab ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo kwa @GeneralNeva nokubikwirakwiza hose nukurangaza abarundi abe arivyo bayaga gusa bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa. Ikindi ivyigitoro ngo mbe 2008 vyarahaba? None president ubu turiryari ? 2024 None urashaka gusubiza igihugu 2008 ? Thank you mr cimamand urumugabo wukuri ureba kure.
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Месяц назад
@@Princetuyishime abanyarwanda aribo banyamurenge murasara mumitwe mwashaka tureke kongo ifatwe nabanyamahanga kandi ari ababanyi reka tubafanhe kurwanya birya vyihebe vyabanyarwanda yataba ingabo zuburundi congo iba yarafashe hama uburundi uzobaze buri kukivi umurindi witerambere tuwuriko
@user-ie9ui9vo9q
@user-ie9ui9vo9q Месяц назад
❤❤❤❤❤❤congratulations my country
@Princetuyishime
@Princetuyishime Месяц назад
Ubutare bwabaye ubutare 😂😂kuva nakera uburare bwarahab ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo kwa @GeneralNeva nokubikwirakwiza hose nukurangaza abarundi abe arivyo bayaga gusa bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa. Ikindi ivyigitoro ngo mbe 2008 vyarahaba? None president ubu turiryari ? 2024 None urashaka gusubiza igihugu 2008 ? Thank you mr cimamand urumugabo wukuri ureba kure.
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja Месяц назад
❤❤❤
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or Месяц назад
Uburundi burikukivi❤❤❤
@Princetuyishime
@Princetuyishime Месяц назад
Ubutare bwabaye ubutare 😂😂kuva nakera uburare bwarahab ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo kwa @GeneralNeva nokubikwirakwiza hose nukurangaza abarundi abe arivyo bayaga gusa bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa. Ikindi ivyigitoro ngo mbe 2008 vyarahaba? None president ubu turiryari ? 2024 None urashaka gusubiza igihugu 2008 ? Thank you mr cimamand urumugabo wukuri ureba kure.
@Bigenergy94
@Bigenergy94 Месяц назад
​@@Princetuyishime Mbe niyahe nyungu ukura muvyo wakindika wigira igipinga?😂😂😂ahwi Abarundi bamwe bamwe murarushe no kutitahura ntagihugu nakimwe kidafise ibikigora
@Princetuyishime
@Princetuyishime Месяц назад
@@Bigenergy94 😂😂😂😂😂 none ndakubaze icyo nabeshye nikihe ? Aho mubera ibijuju ahokuvugango urabeshya dore ukuri nuku ntimubikora muza mutukangusa mbwira kombeshye umbwire ukuri kwawe hama nisubireho naho ibyo ntibyakuraho ko navuze (UKURI)
@Bigenergy94
@Bigenergy94 Месяц назад
@PrinceTuyishime ubwenge bwawe twabubonye kabisa buzagukize wewe numuryango wawe naho twebwe utureke 😂😂😂😂 urateye ikigongwe!! Ishari ninzigo bizokurwaza umutima
@Princetuyishime
@Princetuyishime Месяц назад
@@Bigenergy94 nanubu nturavuga icyo nabeshye wibereye muburofa. nakubajijengo ni iki nabeshye ? Wihangane ukuri ndaziko kuryana. Ubutare bwahozeho sibuvumbuwubu ahubwo kuvyirukamo kwa neva nokubiyaga cane ashaka kurangaza abarundi bareke kwita kubasoda barigupfa nkamasazi bafpira ubusa muri congo.
@Bazi1973
@Bazi1973 Месяц назад
🇧🇮🇧🇮🇧🇮♥️♥️♥️
@florisdusabe7238
@florisdusabe7238 Месяц назад
Komerezaho mutama kwuba amahinguriro ivyo vyambere biteza imbere igihugu
@EvaristeDUSENGIMANA
@EvaristeDUSENGIMANA Месяц назад
Caheze Imbonokazoza
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 Месяц назад
Aba dd raba mwige gukora iciza naho cabavunye kuko bibaha icubahiro bikanadufasha kuronkakazi aba jeune bikazana nishusho nziza kugihugu ibintu bikagenda neza hako muguma muja kuyanyegeza hanze
@PHAGEÏGAHERA-xu7sm
@PHAGEÏGAHERA-xu7sm Месяц назад
Makebuko yacu terimbere cane
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira Месяц назад
Iyo ni propaganda ntaho muja, muri ba NDAYICARIYE (amagogwa). Abana baraye badakoze ku munwa, ise ababwira ngo ejo nzinduka mw'isoko kubazanira ivyokurya vyinshi nawe ata n'igiceri afise mu mufuko. 80% de la jeunesse qui croupit dans le chomage sans fin, bazoca baronka akazi ? Je doute fort
@flaviakezimana4596
@flaviakezimana4596 Месяц назад
Nizere kutarumurundi.kuko warukwiy gusabira igihugu guterimbere
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Месяц назад
@@JosephSikogukira wew nimba utarumurundi bura gukura amaboko mumpuzu ukarima
@MrNuurofficial
@MrNuurofficial Месяц назад
Sw ra nyoko wambwaw we uri mur babandi tubwir non ivyo Bari kwubaka ninzu yaso
@flaviakezimana4596
@flaviakezimana4596 Месяц назад
@@MrNuurofficial 😂😂ivyo nivyo ushoboye ?
@PascalineIradukunda-zs4lk
@PascalineIradukunda-zs4lk Месяц назад
Wakijujuwe WE ntubonako turiko turishusha tugiye gutera imbere
@elogenininahazwe9249
@elogenininahazwe9249 Месяц назад
❤❤❤❤my country
@Paccy-bBigirimana
@Paccy-bBigirimana Месяц назад
My country ❤❤❤
@elogenininahazwe9249
@elogenininahazwe9249 Месяц назад
❤❤❤❤my country
@elogenininahazwe9249
@elogenininahazwe9249 Месяц назад
❤❤❤❤my country
Далее
Fake watermelon by Secret Vlog
00:16
Просмотров 7 млн
Я ж идеальный?😂
00:32
Просмотров 96 тыс.
How did Turkey change Somalia's fate?
23:42
Просмотров 270 тыс.
Fake watermelon by Secret Vlog
00:16
Просмотров 7 млн