Тёмный

IBINTU 10 UKWIRIYE KWITAHO MU GIHE UTEGURA GUSENGA/INZITIZI ZO GUSENGA |Pastor Desire H. 

Agakiza TV
Подписаться 99 тыс.
Просмотров 111 тыс.
50% 1

#WhatsApp_0788422984​
Nshuti mukunzi w'AGAKIZA TV ikaze muri iki kiganiro. Tukwifurije guhembuka byuzuye.
Ganira natwe kuri WhatsApp yacu +250 788 422 984
Turagukunda kandi turahari kubwawe!
Ndizera ko ubugingo bwawe bukomeje guhemburwa n'ubutumwa bwiza tunyuza kuri uru rubuga. Birashoboka ko wiyumvamo gushyigikira uyu murimo mwiza dukora, wakoresha:
BANK ACCOUNT : 1302 040 455 61 (COGEBANQUE)
MTN Mobile Money : +250 788 422 984
Airtel Money : +250 728 422 984
Umunezero wacu wibanze ni ukubona umuntu mushya yakiriye Yesu Kristo, Uwacitse intege agasubizwamo imbaraga, uwihebye akongera kumva Imana bundi bushya.
Habwa umugisha, Turagukunda!

Развлечения

Опубликовано:

 

21 дек 2023

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 122   
@user-jj4tr7dh9i
@user-jj4tr7dh9i 4 месяца назад
Imana iguhe umugisha imbaraga n,amavuta kdi ijuru rikwishimire
@sagentirandekura2712
@sagentirandekura2712 6 месяцев назад
Buno butumwa bubaye nk’ijwi n’inyishu vy’Imana bikangura ubuzima bwanje bwo gusenga Iman’Ihabw’Icubahiro kubwijambo ryayo ryiza cane. Yongere ihezagire umukozi wayo . Hallelujah
@nadenarar7478
@nadenarar7478 6 месяцев назад
Past hezagirwa uzigamwenuhorah numuryango wawe wose mugirirwe neza amen
@gaudencendururutse4617
@gaudencendururutse4617 6 месяцев назад
Nguhaye mwiriwe mwigisha wacu pasteur . Mbipfurije umwaka mwiza cane mwebwe n, abanyu bose.Gaudence I Burundi
@chancelineizibikwiye2665
@chancelineizibikwiye2665 6 месяцев назад
Yesu aguhe umugisha turafashijwe cane uzovyambikw igitsibo imirimo ukora yivugabutumwa
@rwabuhihievode6264
@rwabuhihievode6264 7 месяцев назад
Imana iguhe Umugisha mwinshi Pastor turagukunda uvuga Imana neza
@JeangraceNiyobwirukiro
@JeangraceNiyobwirukiro 4 месяца назад
Nkunda ukuntu imana igushoboza ukatubwira ubutumwa bwiza bukatwigisha mwarahezagiwe amen
@trinitasnibaruta6268
@trinitasnibaruta6268 6 месяцев назад
Ndanyurwa n' inyigisho utanga mwungere mwiza wa Yesu Christu . Jewe uramfasha cane aho nibereye mu butayu.Imbaraga n'amavuta mushumba
@waldradegakwaja4100
@waldradegakwaja4100 7 месяцев назад
Yooo, Yéhova na Yzzu Kristu Baze Bame hafi yawe urigish'ukuri neza pe.kandi uraremesha.kuvankukurikirana mazekwiga vyinshi.
@ritza3452
@ritza3452 6 месяцев назад
Ufise ubwitonzi, imana ibandanye ikwiyereka. Igukomeze cyane
@user-iy1hc1fq4y
@user-iy1hc1fq4y 6 месяцев назад
Hashimwe Yesu Christo yadusigiye abagbo beza b'ijambo ritugarurira Ku Mana nokutwibutsa ukotwakomeza kwegera Imana neza 🎉❤🎉
@genestekwizerimana7816
@genestekwizerimana7816 6 месяцев назад
Imana Ishimwe cane!Kandi Yesu Aguhezagire cane Pastor.Halleluia hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah 🙌 🙌🙌🙌🙌🙌🙌.Mana ndafashiiiiiijwe cane Kandi ngiye guhindura uko nasenga kuko nsanze nasenga nabi rwose Kandi NDIHO nyungura ubwenge kugirango nze nsenga neza .Amen.
@user-pw2jo9fs8q
@user-pw2jo9fs8q 7 месяцев назад
Mukozi w'Imana.Imana iguhe umugisha mwinshi ndagukunda uhembura imitima yabenshi.
@nishimweanne4474
@nishimweanne4474 5 месяцев назад
Amen Amen Inyigisho uduha ziradufasha cane lman ibandanye kukwongerereza umugisha
@natashaslack1284
@natashaslack1284 7 месяцев назад
My God what a message !!! Pastor Desire Imana iguhe umugisha Imana iragukoresheje.!!!
@umurizadeta4358
@umurizadeta4358 7 месяцев назад
Yesu aguhe umugisha mwinshi kubwo kutwigisha gusenga
@VaWanyota
@VaWanyota 7 месяцев назад
Nkunda ukuntu uvuga yesu neza
@josephhavugimana4372
@josephhavugimana4372 7 месяцев назад
Imana ikongerere Imbaraga Mukozi w'Imana
@Uyyhugjh
@Uyyhugjh 6 месяцев назад
Uti nibikomere byi hahamuka gusenga ba sakuza uziko njye wowe na Pastor Rutayisire arimwe njya negera nkabasha kunva ijambo abandi bara sakuza ba kigisha ba cunaguza abantu si nfashwe pee 🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️🙌🙌🙌
@waldradegakwaja4100
@waldradegakwaja4100 7 месяцев назад
Ndasubiriye kwandika, maze igihe nkunviriza unomusi hoho binteye kwigaya gose
@user-ud9ri6ph5g
@user-ud9ri6ph5g 5 месяцев назад
Amen wakoze kutwigisha gusenga nukuri ndihanye bindi bushya
@uwizeyeclaudine3306
@uwizeyeclaudine3306 6 месяцев назад
Merga ijambo rituje knd ryuzuye ubwenge
@kamatamuvirginie9600
@kamatamuvirginie9600 6 месяцев назад
Imana iguhe umugisha,wigisha neza pE.
@claudinenduwimana4689
@claudinenduwimana4689 6 месяцев назад
Imana iguhezagire, ndagukunda, uramfasha
@mukabirorimarlene7237
@mukabirorimarlene7237 6 месяцев назад
Past Imana iguhe umugisha.
@user-rs4el8hw7q
@user-rs4el8hw7q 3 месяца назад
Imana yakuduhaye hageze urumugisha wamahanga lmana itanga ingabire izokutuzanire mukirundo natwe twakire lmpano y lmana
@blessedwoman4188
@blessedwoman4188 7 месяцев назад
Pastor urumugisha kuritwe ababasha kutwumva utwigisha neza nki intama zigamije guhura na Nyiribitangaza kurusha guhura nibitangaza.Be blessed 🙏🏼🥰
@FrancineIrikumwenatwe-ev7ii
@FrancineIrikumwenatwe-ev7ii 7 месяцев назад
Merciiii bcp mukoze wimana
@nzayisengaeulade5405
@nzayisengaeulade5405 7 месяцев назад
Imana inshoboze impe imbaraga
@uwajamahoroannemariefabien4950
@uwajamahoroannemariefabien4950 5 месяцев назад
Imanikomeze ibongerimbaraga
@fannymfitinema2792
@fannymfitinema2792 5 месяцев назад
Imana ikomeze ikuzuze ibyayo
@user-hx5hw9vh2d
@user-hx5hw9vh2d 7 месяцев назад
Nukuri Imana iguhezagire sana inyijyisho zawe ziranyubaka Imana ikomeze ikwagura iguhishurira nibirenze
@RiverBlessFamily_TV_TrustinGod
@RiverBlessFamily_TV_TrustinGod 7 месяцев назад
Urakoze mubyeyi
@abelmusinguzi
@abelmusinguzi 7 месяцев назад
I love the way you talk about Jesus and how to pray
@MutesAmina-xr9bj
@MutesAmina-xr9bj 3 месяца назад
We and my family we love you so much and we believe ❤❤❤
@NiyonizigiyeChristophe
@NiyonizigiyeChristophe 3 месяца назад
Yesu nashimwe paster ndize ubugira kandi
@dusengemichel2375
@dusengemichel2375 7 месяцев назад
He is annointed by God ,i love him particularly be cause he is my preacher indeed who have spirit of God
@user-pt9dh9pt8t
@user-pt9dh9pt8t 6 месяцев назад
Ndafashijwe
@user-pt9dh9pt8t
@user-pt9dh9pt8t 6 месяцев назад
Dukwiye Gusenga
@nzeyimanapascasie2329
@nzeyimanapascasie2329 7 месяцев назад
Muhezagirwe mukozi wi Mana
@user-xb5rj4bb3i
@user-xb5rj4bb3i 5 месяцев назад
Amen imana iguhe umugisha
@nikwigizeevelyne9919
@nikwigizeevelyne9919 2 месяца назад
Amen ndafashijwe👏👏👏
@ritaparadienimusabe1622
@ritaparadienimusabe1622 5 месяцев назад
Ndafashijwe! Amen!
@user-vq9xk9bt9g
@user-vq9xk9bt9g 6 месяцев назад
I proud to hear this gospel
@MunezeroFlorence-xq1pt
@MunezeroFlorence-xq1pt 7 месяцев назад
God bless you pastor
@elianetuyikeze9844
@elianetuyikeze9844 5 месяцев назад
Murakoze cane nukuri ndafashijwe
@user-xr8sw8is6r
@user-xr8sw8is6r 6 месяцев назад
Nukurii ndafashijwe imana iguhe umugisha jyewe nubwambere ngukurikiye
@ISHAMIRYABO
@ISHAMIRYABO 7 месяцев назад
Amen
@jamesevraking6208
@jamesevraking6208 7 месяцев назад
Ilove you pastor
@honorembarushimana819
@honorembarushimana819 7 месяцев назад
Uhabwe umugisha mukozi w'Imana nkunda ko uvuga ukuri ndafashijwe
@sangwajeanbaptiste1519
@sangwajeanbaptiste1519 6 месяцев назад
Urakoze cyane Pastor
@user-nf3uf8dq1g
@user-nf3uf8dq1g 7 месяцев назад
Pst lmama iguhe umugisha kd unsengera i Imana inyize ingeso zakamere. Kd inyize ishyari
@kubwimanajeannine4971
@kubwimanajeannine4971 7 месяцев назад
Turagukunda mushumba wacu Imana ikwagure muribyose ducyizwe nijambo ryawe
@user-qe9cf1ew4p
@user-qe9cf1ew4p 6 месяцев назад
imana ikongere amavuta nukuri ufise ijambo riiva ku mana.hama ubutumwa bwaw bufise aho bunkuy naho bunshikany
@godfreymwesigye1085
@godfreymwesigye1085 6 месяцев назад
Amen !!! thanks ❤mbega
@kubwimanajeannine4971
@kubwimanajeannine4971 7 месяцев назад
Imana yaguhaye amagambo atwomora rwose gumamo kandi imbaraga zigwire
@ondndkddkddk4612
@ondndkddkddk4612 4 месяца назад
Amen amen
@dusabimanafeston6839
@dusabimanafeston6839 6 месяцев назад
Imana iguhe imigisha myinshi nifuzaga ko mwaturangira aho twakura izi nyigisho ziri munyandiko
@annystelladushime9106
@annystelladushime9106 5 месяцев назад
Amen......
@kwizerajohn2963
@kwizerajohn2963 6 месяцев назад
Amen ❤
@kekeclairia5601
@kekeclairia5601 6 месяцев назад
I love you mn pasteur❤
@yasipi
@yasipi 7 месяцев назад
Mwadufasha tukamenya ukotwarya tumenya gusenga akabariko twaryadusenga
@nshimiyimanaemmanuel6962
@nshimiyimanaemmanuel6962 6 месяцев назад
Ndafashijwe, Imana iguhezagire.
@eddypasteur36
@eddypasteur36 6 месяцев назад
Asante Pastor uko niko kuri🙏
@godsdaughterpeacemaker8772
@godsdaughterpeacemaker8772 6 месяцев назад
Ndafashijwe
@kwerajolie3089
@kwerajolie3089 7 месяцев назад
Hallelujah
@ahishakiyesifa3827
@ahishakiyesifa3827 7 месяцев назад
amen
@jeaninendayishimiye6623
@jeaninendayishimiye6623 6 месяцев назад
Ndagukunda wubahwe❤❤❤❤❤
@emmanuelnkeshimana3193
@emmanuelnkeshimana3193 5 месяцев назад
@ritza3452
@ritza3452 6 месяцев назад
Yoooo, yesu akugirire neza
@user-bd8zb6wj6f
@user-bd8zb6wj6f 6 месяцев назад
Amen be bless
@daltonburundi8674
@daltonburundi8674 7 месяцев назад
Merci pour votre Message
@bellagisingizo9869
@bellagisingizo9869 7 месяцев назад
Abo bayandika, ubwo uzasanga Imana ibumva uzatangara. Mana wumve abaca imanza ubyandike
@WildWorld-xr7fd
@WildWorld-xr7fd 5 месяцев назад
mungu akubariki❤
@user-qo4ud3ki4k
@user-qo4ud3ki4k 7 месяцев назад
Amen 🙏🙏🙏 muhezagigwe cane ❤❤🇧🇮🇧🇮
@user-hq4rk6dp1d
@user-hq4rk6dp1d 7 месяцев назад
Murakoze cyane
@NiyonsabaBeatrice-br6ho
@NiyonsabaBeatrice-br6ho 6 месяцев назад
Ameeeen Ameeen Ameeeen
@discoverytvonline4739
@discoverytvonline4739 7 месяцев назад
Imana iduhe imbaraga zo gusenga nukuri🤲🏻
@UwimanaFredienne-ol3mf
@UwimanaFredienne-ol3mf 7 месяцев назад
Bien dit
@user-kb1eq4fg4b
@user-kb1eq4fg4b 7 месяцев назад
Very spiritual sermon as well as interested. But translation in other languages is needed. Be blessed Pastor.
@EugeneNzamu-qi4dy
@EugeneNzamu-qi4dy 6 месяцев назад
Nukuri tugerageze gusenga ukobikwiye
@nellyniyonkuru4259
@nellyniyonkuru4259 7 месяцев назад
Imana nya Mana izaguh iherezo ryiza ico uzokeneracose muyisi uzokibone, urahembura umutima wanj unsubiza mwintente ndendebukiwe! Ndagukunda cane
@user-ec5hl2ob8p
@user-ec5hl2ob8p 6 месяцев назад
Amena❤🎉
@uwajamahoroannemariefabien4950
@uwajamahoroannemariefabien4950 5 месяцев назад
Ese pastor mwijuru hazajyayo bande basengera he bameze bate
@user-kb1eq4fg4b
@user-kb1eq4fg4b 7 месяцев назад
Spiritual sermon as well as interested Almighty Jehovah bless you. Translation to other languages needed.
@elieiranzi3968
@elieiranzi3968 5 месяцев назад
Gusenga nabibonyemwo inkomezi noneho uri muri bamwe batumye gusenga ngukunda cane
@eliasmayele9862
@eliasmayele9862 6 месяцев назад
Amena
@gisubizopaul4567
@gisubizopaul4567 7 месяцев назад
❤❤❤
@eliasmayele9862
@eliasmayele9862 6 месяцев назад
Urakoze
@ancillanisubire3433
@ancillanisubire3433 6 месяцев назад
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@JeanMichelMuco
@JeanMichelMuco 3 месяца назад
Ndabaramukije mw"izina rya Yesu Christ. Mushobora kuduha WhatsApp yanyu turabakunda cane. Kugira ngo uwufise ico ababaza in box abatore
@user-mv5zp8nu5l
@user-mv5zp8nu5l 5 месяцев назад
Nkunda umuntu utwigisha
@uwiringiyejanvier212
@uwiringiyejanvier212 6 месяцев назад
Oya ntibyigwa gusenga umwuka niwe uha ubugingo gusenga
@RusimbiPerfect
@RusimbiPerfect 6 месяцев назад
Ubundi usaba mwuka wera ko ariwe ukwigisha gusenga akakuyobora mubyo usenga cg usengera.
@havyarimanarichard3624
@havyarimanarichard3624 6 месяцев назад
UVUZE UKURI
@user-kp7xn3gd5x
@user-kp7xn3gd5x 6 месяцев назад
Inyigisho zawe ziza zinfasha mushumba, gusa nfite akabazo naka: ibyo wahishuriwe kugiranga inyigisho zewe ntizibemo halleluyah?
@waldradegakwaja4100
@waldradegakwaja4100 7 месяцев назад
Ariko sivyinshi cane nkeneye vyinshi kandi bimbemwo bimpindure ibindi mbikoreshe.,.
@RusimbiPerfect
@RusimbiPerfect 6 месяцев назад
Kuko tutamusabye mwuka wera ko ariwe watwigisha gusenga hari igihe dusenga tugasaba ibyo amaranga mutima yacu yifuza ari iyo usanbye mwuka wera ko ariwe ukuyobora mu masengesho niwe akwereka igikwiye.
@mundanikurechristine5641
@mundanikurechristine5641 6 месяцев назад
Nkunda inyigisho zawe
@user-mv5zp8nu5l
@user-mv5zp8nu5l 5 месяцев назад
Nukuri turagukunda cyanee kunyigisho utugira
@josephhavugimana4372
@josephhavugimana4372 7 месяцев назад
Ese birashoboka ko nabona nimero yanyu ya telfone ko nifuza kuzaganira namwe nabasaba konazaza tukaganira
@user-ct5xy6te7f
@user-ct5xy6te7f 6 месяцев назад
Murakoze hama munsengere naje ntakana ndaronka
Далее
NYIRAPASIKA VESTINE/ HUMURA UWITEKA ARI KUMWE NAWE
28:03
2DROTS vs RISENHAHA! КУБОК ФИФЕРОВ 2 ТУР
11:31
Каха заблудился в горах
00:57
Просмотров 597 тыс.
БАТЯ И ТЁЩА😂#shorts
00:58
Просмотров 1,4 млн
KWERA IMBUTO Z'UMWUKA -- Past. Desire HABYARIMANA
54:21
Поймали акулу
0:51
Просмотров 1,9 млн