Тёмный

Ibintu birakomeye cane🔥||Alvin na Christiana bavuniye mu mavi||Hosy nta jambo uyu musi😅//2021 debate 

Siren Vibes TV
Подписаться 168 тыс.
Просмотров 21 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

27 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 178   
@sirenvibestv
@sirenvibestv 3 года назад
Turabaramukije, nkuko mu bizi twari twarabemereye debat imisi yose ku wagatanu. ehe ngiyi debat yambere y'uyu mwaka wa 2021. Kuberiki abakobwa bari muri entertainment babita aba malaya abahungu nabo bakabita ibitandero?? Umva ico Alvin na Christiana Laly Gomez babivuzeko. #debate#alvinsmith#christianalalygomez#comedian#entertainment
@scheillatumukunde7119
@scheillatumukunde7119 3 года назад
Hosy urazi jew sinkunda gukomenta cane ariko numva waryoheye usaneza disiii kandi nkunda ukuntu utuje uvuga uri posé
@scheillatumukunde7119
@scheillatumukunde7119 3 года назад
Sinari kugenda ntabikubgiye kuvyigumizamwo vyanse disiii
@datadavi1810
@datadavi1810 3 года назад
Ni David pt frr wa Samy Hari amakuru nshaka kuguha
@siimon559
@siimon559 3 года назад
Ico gikobwa on the right carishe ako video
@alidriss8031
@alidriss8031 3 года назад
Uburundi bwari bukwiye gutanga award y'abantu bateje imbere ama you tube channel y'abantu Alvin Smith arayi merita vrmt
@sirenvibestv
@sirenvibestv 3 года назад
Ahubwo niyo yamuteje imbere. Nawe avyitwaramwo neza
@TaeyTess
@TaeyTess 3 года назад
Mwavuze ibintu vyiza cane!! Aba artistes mufise rôle ntini muri société ni namwebwe muba image d’intro y’igihugu kubataba bakizi!! Mu Burundi malheureusement nti turabitahura neza...Birababaje cane k’ubona muba jugé(e)s autant par ceux/celles qui devraient vous supporter le plus! Turacafise urugendo runini pour changer notre mentalité, muga je tiens à vous remercier de nous partager votre art comme vous le faites et surtout de rester vous-même malgré les coups-bas de la société!! Mwarahise! Merci aussi à toute l’équipe derrière la chaîne😊 Je vais suivre ibikorwa vyanyu. Keep up with the good work! Turabashigikiye🙂👏🏾
@tharcissemanirakiza6654
@tharcissemanirakiza6654 3 года назад
Ubu nisawa mukobwa wacu journaliste .ndumu papa nfise abakobwa batatu uwakabiri aragukunda sana kuko nako nikeza nkawe.rero nkusabe ikintu kimwe uzose wambaruko pe inkumi zanje zame zikuraba kandi baragusheringira links zawe sasa naje ndabigukorera pe!!!! Umusi umwe nzogutumira akantu. Nkumu papa. From USA
@josephinegahugano6148
@josephinegahugano6148 3 года назад
Gomz kutera induru nyinshi,Kanzie sûr k uriko uca master,ufise ivyiyumviro birashe,nkugire inama,uzosenge lmana iguhe umushingantahe wubuntu nubukristu,kuko wubatse kndi neza niho igihugu,ishengero rikwizera gutyo ukagira une grande influence dans la société.
@billnemess9369
@billnemess9369 3 года назад
Yooooo ariko Mana!!😂😂😂😂😂 kwisi hariho utumarayika kabisa! Hosy wewe hagize nkumuntu akugirira nabi sinziko naho yokwihana yuko Imana yokwigera imuharira kabisa! Ntiyoharigwa nagato! Hama birateye akagongwe muntago ukuntu wabahagaze hagati bakwimye ijambo nkahudahari kabisa!😭😭😭 yoooo sha Hosy pole sana kabisa😂😂😂 sha Hosy ndakwikundira nimana ikavyandika kabisa! Hama Hosy igihe bagutwara TV 📺 yawe narakoze amasengesho, ndafunga birakomera none imana yaratwumvise gusenga kwacu🙏
@fidesinimahye7445
@fidesinimahye7445 3 года назад
Gusa turabakunda ivyobabavugako vyose . Urumva sibose babita imaraya . Nkuko wabivuze ati inyambaro abakobwa bambara niyo itabereye. Ariko abahungu bakikwiza. Nivyo mugomba kuzohindura kubigeme bagumane akaranga. Hanyuma sorry kuvyomvuze harigihe noba nanje ndabinjiriyemwo😂😂😂😂.❤🇦🇺
@benitv56
@benitv56 3 года назад
Iyi interview ndayikunze cane! Bavuze ibintu vyumvikana vraiment! Mugani wabazungu “don’t judge a book by its cover”! Also yes. Government yu’Burundi ikwiye kwiga kurico kintu. Abaririmvyi bacu naba actors bacu barakeneye their support cane!!!
@estherirakoze6673
@estherirakoze6673 3 года назад
Ptiiii ynguuu😂😂😂ndasavy ko mwogwiza am debate hrimwo abantu 2(christiana na Alvin)
@divadaqueen6558
@divadaqueen6558 3 года назад
Ingorane nuko abarundi bataruguruka mumutwe nko. mubindi bihugu so nimwihangane kazima muzi icomuri ✊❤️
@nifashaalexandre3108
@nifashaalexandre3108 3 года назад
Jisho urandabira abo bantu ivyo bigira
@javabikorimana6038
@javabikorimana6038 3 года назад
Iyo tuguze MB tuba twayaguze amahera ntabwo aba ariyo twatoye so turasavye muze muratuzanira ibiganiro bifise ubwenge
@BigRoRo28
@BigRoRo28 3 года назад
Mugihe abantu batarajijuka bazokwama babivuga ariko nubujuju kuko leta itwigisha ko twokwironderera akazi dukora ataruko twinshingikirije leta donc nivyo nakazi kuko biratwinjiriza #Keep#going#on#guys
@bachunsabimana5848
@bachunsabimana5848 3 года назад
Eka muri ibitandero,Alvin ntiyatamvye Ari GuSA, uyo mukobwa avuga n'ivyo atazi ngo ni carte mère,nibanze KO yanyoye ibiyovyabwenge nimba atabikije umutima
@divadaqueen6558
@divadaqueen6558 3 года назад
Jewe ndabakunda kandi mbafana kubiii coz nimukore murekane nuruvugo gwabantu kuko basiba kurima ntibasiba kuvuga🖐️🖐️🤝💞💞
@arnaudnshimirimana8903
@arnaudnshimirimana8903 3 года назад
Birateye isoni vlm kubona aho aba star bisabira publicite ,gusa abarundi barabe bisubireko abo ba star mubona barafise vie yindi babamwo atari iya social midia
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 3 года назад
Nimurekekwisigura BIBIRIYA YARABISIGUYE igiti bakimenyera kuvyocama harabavamukazi bakajamubindi uvuyemwobwobuzi ivyomukoramwisite barabibona utabikora mwisite baragushingira intahe iyo ukora job ushiramwindero ukanubaha akaranga kigihugu
@guillainbim6902
@guillainbim6902 3 года назад
#Hosy merci pour l'amélioration ya image. Courage vrmnt sound na image biri top👌
@IwacuTopTV
@IwacuTopTV 3 года назад
abantu babonyeko Hosy bamunyakuje MIC bikamushavuza nagire #subscribe
@musanabandiladouce7230
@musanabandiladouce7230 3 года назад
Ntibagiye Chch nkunda hoys
@rohiciza7048
@rohiciza7048 3 года назад
Nkund n uwutibesher vmt. En fait nsanz mw’ ishure vyaragend ub hoho vyarayangay. Mugb ic mbakundir nuk mukind muz mirambi vmt. Malgre k washizemw joke mwaduhay impanur uwumv yumvis vmt. Courage
@gloriafrancois2826
@gloriafrancois2826 3 года назад
Mo'w aguma agravita derrière la voiture😅😂😂😂😂😂wow yari dope canee émission
@كريستالكينيا
@كريستالكينيا 3 года назад
Nukuri kwose mwubahwe💞
@ascaciellaizere1710
@ascaciellaizere1710 3 года назад
Ndatahije Hosy uyumus bamwatse ijambo so thank you
@chris-benibisera4108
@chris-benibisera4108 3 года назад
Alvin n Christiana ndabemeye Sana ibindi navyo babareke sikizima muzivyomurimwo
@swsw3394
@swsw3394 2 года назад
Nukurri nimwitekanire Bana beza mukore ibikorwa bantu baravuga
@jeanbizo8784
@jeanbizo8784 3 года назад
Nanje nama ndavyibaza igituma barya bantu nkunze kubona ku ma pancarte atanumwe ndamenyamwo kuki ata mu star numwe azwi bashirako
@emelynekubwimana960
@emelynekubwimana960 3 года назад
Alvin na christiana,naho mwokwirirwa munzu mudasohoka,abantu bazoguma bavuga tu,mwe nimukore murekane nabajambo yabantu,c'est tout!
@renechrissibomana704
@renechrissibomana704 3 года назад
Nikundira ka hosy uko gateye vrmt hama ikiganiro ni ciza arko mutandukany gukina comedie nikiganiro mube serieux mubiganiro urabona ko Alvin yavuz Ibintu vyubaka ari serieux gomz nimba wakurikirany ikiganiro ubona numuntu mukuru yashikirijiki muvyo yavuz erega tubarabira ahanyene uko mumez
@josephinegahugano6148
@josephinegahugano6148 3 года назад
Egoo,ushizisoni mukiganiro c,est pas bon,bitandukanye na comédie. Muri kuri médias nimuvuge ivyubaka nurupfasoni,apana gusigura akaranga nkuko ushaka kugafata wewe nyne??
@nostressfreedom7431
@nostressfreedom7431 3 года назад
Bien dit 😎
@vivantjournalist
@vivantjournalist 3 года назад
Egoo,they all well debated!!! Siren vibes Tv yubahwe. L.Gomez ngo arakagirki ifi,hhhhh kandi Hosy umenga yari yashavuye canke nuko bari bamwatse micros,hhhh
@musanabandiladouce7230
@musanabandiladouce7230 3 года назад
Alvin n Christiana barantweza San ndabakunda
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 3 года назад
Hosy ama taille yakwishe aka noti kabaye keshi so courage niterambere ryishi
@maurelleirankunda3949
@maurelleirankunda3949 3 года назад
Alvin tu te cantradi toi mm mubisanzwe watanguy uvuga ko ivyukora biguha amahera menshi ariko munyuma uciy uheza uvuga ko atamahera biguha😂😂😂 ariko gusa keep it up for me i respect ur work murampimbara
@vivipro3172
@vivipro3172 2 года назад
Jew ndabasab mubwiri yo shop aho yiherereye ?
@aishahernandez4201
@aishahernandez4201 3 года назад
🤣🤣🤣Vyaribiryosh hosy zurabazan nukur jew ndabafana
@fistonhakizimana2142
@fistonhakizimana2142 3 года назад
Iki kiganiro kiraryoshe pe💥💥💥💥
@fantomemaso8868
@fantomemaso8868 3 года назад
hosy inzuki zaramuriye
@shushishushia3329
@shushishushia3329 3 года назад
6Gusa iyo muri mukiganiro nkiki mugasgiramwo uburofa nkubu ntabwo arivyiza kko ibi biganiro birabwa nabantu batandukanye
@belyseingabire1785
@belyseingabire1785 3 года назад
En tout ca vrm tumefulahi sana hosy big up turikumw naw
@Ice_cream67-f3y
@Ice_cream67-f3y 3 года назад
Alvin et Mona walda hagarika kugendana nuwo mukobwa nimba ngo ni christiana muzobona impinduka. Siren namwe komera kwibanga
@egidenkuriyingoma8995
@egidenkuriyingoma8995 3 года назад
Nibabareke bwana nimba bashaka ko dusubira mur za 1960 nibazane impuzu zibiti 😅😅😅😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Ingeso mbi y umuntu iba muri we apana gufatira muri rusangi
@ntirampebaodila5237
@ntirampebaodila5237 3 года назад
Nimubabwir bumve twibereye mubarabu kurondera ubuzima ukazawumva umunt utanaz ngo yasirimutse babe bitonda guhamazin abant umunt wes niwaz ikimwinjiriz
@estherirambona3460
@estherirambona3460 3 года назад
Nibaze batezimber abarundi biwabo mbere yogutezimber abanyamahanga mber yogushorera umunyamahanga banzurab kwatamurundi aringaho umubuze uheze ushorer umunyamahanga
@amydhaniyo1603
@amydhaniyo1603 3 года назад
Muvuz vyo vraiment .....✍mukomez ivy mwiyemej di6🤗🤗
@fabriceidubu888
@fabriceidubu888 3 года назад
laly ngo ndakagirant hhhhh crazy gomez🤩🤩🤩🤣
@thierryirakinga1463
@thierryirakinga1463 3 года назад
🤣 mubayeho neza bashaa gerageza mukomeze mwiteza imbere n'impano zanyu c'est bon
@mrsheriff4118
@mrsheriff4118 3 года назад
Ibiganiro nkibi vyakajagari wapi , bemuhagarara kwi sujet muba muriko
@kabangejames968
@kabangejames968 3 года назад
Musirimuka nabi reka ivyabazungu mugende bukebuke
@robamoniswag4455
@robamoniswag4455 3 года назад
Ft na gasore ndabona irakenw🤣🤣🤣👌 Courage basha ntimurabe ivyo bavuga biriko biraza Umusiba wigoroye uba ugiye! Ndawubaciriye
@hollanddutch-day
@hollanddutch-day 3 года назад
problem Burundi yacu ntirabona ko akazi ka music ko ari business ariko courage turi kumwe namwe
@bienvenuira8219
@bienvenuira8219 3 года назад
Best interview ever😂😂😂😂... keep up the good work
@kezanelly6192
@kezanelly6192 3 года назад
Chritiana ndagukunda cn mmy🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
@kwizeraemmanuel766
@kwizeraemmanuel766 3 года назад
Ako kanamuke kanajifanya ka hatari sana , hosy mbona wew husemi bakurengeje umunwa anyway love u hosy am from Rwanda
@annifachocoletetheboss5036
@annifachocoletetheboss5036 3 года назад
Nivyo kabisa
@cocochanelle258
@cocochanelle258 3 года назад
à chak x numvirij Alvin ndatangara la 1è x nabona kwarumuguruguru mais ubu ndatangara ibintu avuga ari intelligent kandi abibuga ari pose cvr ntituzoz tur jugea umuntu Alvin ndakwifurij kuzogera kure vrmnt ww naho gouvernement itogufasha uzoshobora kwibeshaho
@abrahamhabarugira2483
@abrahamhabarugira2483 3 года назад
Hosy wavyimbushe sana😍😍😍
@river7419
@river7419 3 года назад
Gusa naje ndamaze kubibona: hari abakomedi benshi babiryosha muga ama TV azwi kuruta ayandi ntiyigera ibarondera ibahe interview nkabo ntarinze kuvuga!!
@josephinegahugano6148
@josephinegahugano6148 3 года назад
Iyo nka ,ivuga ibintu biri sérieux vrttt.
@boasenininahazwe6044
@boasenininahazwe6044 3 года назад
Iki kiganiro nta politesse kirimwo😏😏
@saidiirankunda1397
@saidiirankunda1397 3 года назад
Ash Hosy numu6 urakoze ikiganiro kikorohera ntiwiriwe uraruha uvuga alvin na Christianna baravuze agashav karahera peee
@Naylyy
@Naylyy 3 года назад
Alvin uvuze ijambo ryumvikana vrmt
@anithaniyogushimwa2094
@anithaniyogushimwa2094 3 года назад
Munyifashe mumpe link ya yasinema yabo kuko narayibuze kbs
@nourambarak6297
@nourambarak6297 3 года назад
uyomukobw mwazany niwafek san ntari seriesement3
@iranzifanny9008
@iranzifanny9008 Год назад
Aho sha mon knz uvuz bien san nakubali
@ingoma257media
@ingoma257media 3 года назад
Mentalité zimwe zimwe zabarundi zirakwiye guhinduka umuntu akora ubwo buraya ntaniyerekana ibintu uboneshej amaso kumuntu ntibikwiy kugira umu juge ng afis ingeso izi n ziriyaa
@boe181
@boe181 3 года назад
Ndamukunda Mona walda😍😍aranryoheye
@edmondbigirimana8534
@edmondbigirimana8534 3 года назад
Hosy Alvin yihenz ubwenge barabuvukana ahubwo ubumenyi nibwo bakura kw'ishure
@yousufyousuf1320
@yousufyousuf1320 2 года назад
Alvin avugavyo❤️❤️❤️❤️💪💪💪🇧🇮
@noynono3462
@noynono3462 3 года назад
Ico rero ngo nico kiganiro mwivye kuri bujahit,ewe alvin shaa na hoziana
@nuramilkamukamusoni6109
@nuramilkamukamusoni6109 3 года назад
Voyou intelligent i mean alvin nivyo vyiwee sinn débat yri nzizaa❤️❤️
@giftdumaboi9018
@giftdumaboi9018 3 года назад
#Hosy uzoze urakuromwo ivyo bishumbu #Gomez aza aravuga,Basi atwubahe twebwe abafana Ndakendimbwa canke gusoba muri Emission bimaze iki?
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 3 года назад
Hosy uraberewe
@kigobekingkong387
@kigobekingkong387 3 года назад
love it
@malicksag466
@malicksag466 3 года назад
Hosy🤙🤙🤙🤙
@giftstartv6394
@giftstartv6394 3 года назад
Ibyo mwavuze byosentabwo muri serieux
@Lil-man.magneto
@Lil-man.magneto 3 года назад
Nice 👍 👍 👍 👍 👍 👍 keep up
@bienfaitniyonkuru5585
@bienfaitniyonkuru5585 3 года назад
Hosy respect vrt, Gomez ga hemw izo nizo swingi yamana ???
@wilsonwellon6619
@wilsonwellon6619 3 года назад
We alvine Ingo tuje kurya ya myembe kwaba siku !!!
@marceaundayizeye1000
@marceaundayizeye1000 3 года назад
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@nshimirimanafrancoise2517
@nshimirimanafrancoise2517 3 года назад
😄😆😆
@meriserge1415
@meriserge1415 3 года назад
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@nduwimanaernest9018
@nduwimanaernest9018 3 года назад
Hosy yemwe ansigaye aboneka ukundi kuntu kubera ivyo bintu ansigae yikora Ese nature yawe yarikubereye 😄😄😄😄
@Reine257
@Reine257 3 года назад
Noe Alvin aracanshonje yaronse umu come from ?🤣🤣🤣😂🤣🤣🤣
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 3 года назад
Hosy muzokosore mubeseriye mukiganiro urabona ivyomuzamucangatiranya arinkumumama umupapa arikuraba ikiganiro acabihebakuraba atarumvamesaje ibaze urikurikamera ngongiyegusoba 🤣🤣🤣🤣😃😃
@Justin_Chaneza98
@Justin_Chaneza98 3 года назад
Hosy you over laughed 😂😂😂😂😂😂
@fatyqueen346
@fatyqueen346 3 года назад
Wanawake wa gitega niwazur kabisa nakubali hosy
@clovisniyonsaba3268
@clovisniyonsaba3268 3 года назад
Pole sana hosy bakuvuniye mumavi😂
@egidenkuriyingoma8995
@egidenkuriyingoma8995 3 года назад
Non ga Hosy aho ntiwobaviramwo 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 3 года назад
Jenumiwe ngobayifashe
@niyualain
@niyualain 3 года назад
Hosy 😍😍
@marley7332
@marley7332 3 года назад
Siren vibez🥰
@boe181
@boe181 3 года назад
Alvin big up brother tha's true ntituri aba indiscipline... They can't judge us cause they are not God
@nourambarak6297
@nourambarak6297 3 года назад
alvin vrmt avug amajamb mazim
@marceaundayizeye1000
@marceaundayizeye1000 3 года назад
11:29 Hosy banakufungisha kinywa😂😂...dammmnn
@abdulkareemlupepa7185
@abdulkareemlupepa7185 3 года назад
Aba voiyeuse 😀😀😀😀😀
@dripgokujayden3677
@dripgokujayden3677 3 года назад
Debu bebe ahhh
@ornellairadukunda6839
@ornellairadukunda6839 3 года назад
Uwomu Gomez yibaza ngo uko arifata namasifa🙄 birashisha
@burundionthemap
@burundionthemap 3 года назад
the fact yuko Alvin na Chris bagize take over HAHAHAAHHAHAHA. hosy yumiwe. we love them
@aristotetchibaga2148
@aristotetchibaga2148 3 года назад
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣👍👍👍👍😅😅😅😅😅😅😅😅
@nzobakengaesperanza6266
@nzobakengaesperanza6266 3 года назад
Waburundi muwacheni ushamba
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 3 года назад
Umuziki ugombakubanzakumenya abo urikuririmbira burundi muririvye ivyabajene gusa nimuzemuririmba nindirimbo zabantubakuze zihayagiza igihugu indirimbo zivuga ivyizavyigihugu nihomuzotera imbere muririmba ivyinkundo gusa😆😆😆😆
@annemariedesoignies9360
@annemariedesoignies9360 3 года назад
Bamunwa barahuye umenga nigasuku
@aishaafricanas7519
@aishaafricanas7519 3 года назад
Kbs ndabashigikie
@redme2622
@redme2622 3 года назад
Nimuterimbere kandi mushaka guteza igihugu canyu imber kugira kimenye kane
@nzeyimanaanassi3585
@nzeyimanaanassi3585 3 года назад
Mubisanzw ubuzi bwarabuze il faut KO abajeune bâ créa ibintu bibocupa.pr expl hanze hariho abigisha bigisha abandaseur ,abaririmvyi...il faut bashigikira ubuzi bwose knd bagakorana ishaka bakaduha ibintu vyubwenge biri créative. Apana kwigana ivyohanze
Далее
Nightmare | Update 0.31.0 Trailer | Standoff 2
01:14
Просмотров 629 тыс.