Тёмный

ICONGEREZA : MENYA KUYAGA MU CONGEREZA MU MINOTA 6 GUSA (ENGLISH CONVERSATION IN 6 MINUTES) 

ICONGEREZA COROSHE | EASY ENGLISH
Подписаться 1,7 тыс.
Просмотров 855
50% 1

Turahaye ikaze abantu bashasha bose ariho bakiza kuri runo rubuga rwacu icongereza coroshe rusanzwe ruhari kugira rwigishe ururimi rw'icongereza abantu bose bavyipfuza cane cane abipfuza kurukoresha mu buzima bwa misi yose : mu kazi, kw'ishure, mu ma interview y'akazi canke visa n'ahandi hose muba mwipfuza kurukoresha. Twigisha online canke offline(twigira mw'ishure). Turabatumira kandi kugira subscribe ku bwinshi mwongera mukwiragiza izi nyigisho zacu hose (partage) kugira n'abandi baronkereho akaryo ko kwiga

Опубликовано:

 

18 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 8   
@hopesibomana3242
@hopesibomana3242 23 дня назад
Good boys
@icongerezacoroshe257
@icongerezacoroshe257 23 дня назад
Thank you so much
@entrepreneurrushoza
@entrepreneurrushoza 23 дня назад
May name RUSHOZA , i'm 25 a years , i live Bujumbura .
@iradukundaDesire-q2q
@iradukundaDesire-q2q День назад
Ego sha tutemwo twige
@icongerezacoroshe257
@icongerezacoroshe257 День назад
Karibu cane
@PatoBurundi
@PatoBurundi 10 дней назад
Ikicirwa mwagikoze nez ndabashimiye cane
@icongerezacoroshe257
@icongerezacoroshe257 10 дней назад
Twoza turakora bene ibi hari ico vyofasha ?
@PatoBurundi
@PatoBurundi 9 дней назад
@@icongerezacoroshe257 ego vyofasha cane mubandanye muduha nibindi vyirwa natwe tubashe kubaha amashurwe yanyu
Далее
ICONGEREZA: AMAJAMBO 118 YOGUFASHA KUMENYA ICONGEREZA
22:53
Powerful Podcasts for English Fluency | Episode 10
21:55
If you know these words, your English is excellent!
16:49
English Conversation for Travel
20:49
Просмотров 211 тыс.
English Conversation 78 | Everyday English
28:17
Просмотров 6 млн