Тёмный
No video :(

IGA GUKORA ICIZA [ Burundian Movie] 

62 July Films
Подписаться 8 тыс.
Просмотров 81 тыс.
50% 1

Kirazira Guhenda Imana twigira ngo turasenga Mugabo twuzuranye ishari n'Inzigo Mumitima yacu.
Ingero ugereramwo mugenzawe niyo nawe bazokugereramwo.
IGA GUKORA ICIZA ukiri kwisi.
Nubu turacabasaba, iyi Film🎬 niwaba wayikunze Ntiwibagire kugira #Subscribe nimba utarayikora #Like
unatubwire muri #Comment uko film wayibonye n'uko wayakiriye.
Murakoze👏
#62JulyFilms

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 224   
@gigiogglamourmjg5902
@gigiogglamourmjg5902 Год назад
Ndabaye uwambere vrema gigi glamour mumpe like
@nteranjimbereFilms
@nteranjimbereFilms Год назад
Ndi umufana wa pasteur n maman Zoé 😀😀😀😀 62juillet hejuru cane
@nahimanaastapascale3704
@nahimanaastapascale3704 Год назад
Aka ka movie ukuntu kanryoheye iri rigize 3fois ndayiravye 👍
@odetteuwimana5808
@odetteuwimana5808 Год назад
Abinyegeza mu gakiza nkawe mama Pasteur IMANA ntizobababalire birababaje kubona ukolera ikibi umwana w'impfuvyi ataco akugize kuber'ivy'isi masikini ya mungu graciela wamukoreye ikibi gikwiye kweli abavyeyi nkawe binyegeza inyuma y'amadini baruzuye iyo bayita inkani y'IMANA kuko ariyo irengera impfuvyi n'abapfakazi ingero y'icaha n'urupfu iyi films yigishe benshi courage turabafana
@Wolf-Junior205
@Wolf-Junior205 Год назад
Film ikinye neza cane irimwo ninyigisho zikomeye. Bantu b'Imana nta mugisha uri mu gukora ikibi. Hanyuma abakunze uko Claudine yakinye tumenyane mu ma likes🤗🥰
@divariennekarire3688
@divariennekarire3688 Год назад
Team 62 july hejuru cane niho mbipfuriza gushika courage tubari inyuma 😘😘
@VirginieNDAGIJIMANA
@VirginieNDAGIJIMANA Месяц назад
Hjjknnjk bln'jmlkl'n'
@davdorfashiondavdorfashion
@davdorfashiondavdorfashion Год назад
Ubwambere courage filme ninziza abakinyi nibeza kandi barabizi bakiny neza umwewes kuri set yiw yakiny neza hama rero nkutunenge mwaritway nabi munyambaro simvuzeko mwambay nabi ahubwo nka pasteur yagaruts kenshi mumwambaro umwe mugih aba pasteur bimwe mubibaranga harimwo kutunga impuzu nyinshi ikindi urya yakiny rôle yumuyaya karyagapira yariyambay asukako amazi uryamukobwa baribatunz yongey kugaruk akambay uryamugore apfuye ikindi urya mwana wapastor baza berekana ngo apres 6mois apres 9mois apres 6ans haguhindura yagumany naya look nyene mumutwe il faut changer hanyuma kugira muze muduh ibijany so courage encore imbere niheza estime uzufashanya na director mukuraba ingene abakinyi banyu bambaye murakoz
@62julyfilms45
@62julyfilms45 Год назад
Thx
@ggfwtgg1652
@ggfwtgg1652 Год назад
Asha niho bavuga ko abagore turi ama shetani uyo sumugore tena ngo arasenga je ndumiwe ingero yicaha nurupfu nawe uramukwirikiye ❤❤❤❤
@yvesndiho2980
@yvesndiho2980 Год назад
Mutumye ndira munyibukije ubuzima nakuriyemwo sha!!
@leandreniyonkuru2869
@leandreniyonkuru2869 Год назад
Waouh courage maman pasteur uzoshik kure wakinye neza canee vrmt knd bibaho ivyo mwakinye courage cane muzoshik kure
@joiskwizera1326
@joiskwizera1326 Год назад
Yooo mbega film nziza weee ariella courage mukobwa wacu wamy uri intwari vrm ucumbona harya kuri 6 namw kur 7
@clarissegatekakimana845
@clarissegatekakimana845 Год назад
Claudine 😄😄wee ubikora nez courage mwese
@falesanewsaba9293
@falesanewsaba9293 Год назад
Murakoze 👏👏 kunyigisho muduhaye nukuri
@odettendayishimiye4105
@odettendayishimiye4105 Год назад
Yesu abahezagire kutwigishaaa
@courceldusenge9708
@courceldusenge9708 Год назад
Birashe cane courage Bagenzi turabashigikiyee
@jeanetteniyosaba4872
@jeanetteniyosaba4872 Год назад
Ololo courage urashoboye
@itanganezadondivin4416
@itanganezadondivin4416 Год назад
Iyi movie 🎥 kwirenze wanaaa 62juils mwubahw sn wallah murashoboye sn
@elogerukundo8480
@elogerukundo8480 Год назад
Courage ariella wanje intangi niyo
@theriaSTNGO
@theriaSTNGO Год назад
Ariella wacuu disiii ccourageee disiiii😘😘😘😘
@pascalngenzahayo4836
@pascalngenzahayo4836 Год назад
ARIELLA kumbe izo talents nazo waruziryamyeko 😃😃kora umuti urashoboyeeeee💥💥💥💥
@tabarocrispin9061
@tabarocrispin9061 Год назад
murakoze cane.courage
@olynkaakineza2884
@olynkaakineza2884 Год назад
Courage Ariella urashoboye👌
@vincepro
@vincepro Год назад
Ariella uranyeje nukur courage
@user-yq8je2pj1r
@user-yq8je2pj1r Год назад
Numva nobaha courage vrt inyigisho nziza Imana iziduha imitima yogukora iciza
@annonciatteuwimana1630
@annonciatteuwimana1630 Год назад
Umpfuvyi turagowe Mana dutabare 😭😭😭😭
@constanceishimwe331
@constanceishimwe331 Год назад
Arielle ( claudine )ngo nadugizwe i grade courage maze nzogum nkufan 😍
@chalomeadelne9102
@chalomeadelne9102 Год назад
Ariella wajewe courage mugenzi urashoboe
@claudinenirera7808
@claudinenirera7808 Год назад
Ariella izina ryanje wantwaye😆😆😆😆ngo Claudine 🤣🤣🤣hahahaaa mutere imbere vrt
@eloibayubahe414
@eloibayubahe414 Год назад
Courage 👍👍turakeney nizind
@taraisenibitanga-dk6fk
@taraisenibitanga-dk6fk Год назад
Courage vrmt maman pasteur yakinye ibibaho abantu bikigihe nabantu babi cane Imana idufashe canee knd iyi film irigisha canee courage maman pasteur urashoboye canee big up sana uzoshika kure canee
@mchancelineishemezwe2797
@mchancelineishemezwe2797 Год назад
62 july vrt respect can nab aimé bcp
@gastonsindimwo924
@gastonsindimwo924 Год назад
Waouh courage vrmt maman pasteur yakinye ibibaho vrmt
@mamacheiilla72
@mamacheiilla72 Год назад
Courage murashoboye kbs 👍👍👍
@ncutiferdinand239
@ncutiferdinand239 Год назад
Film nzizaaa caane. Gusa maman Zoé arazi kujinyika. Claudine nawe umuyaya kweliîi ararenze😅😅😅😅. Ngo bamudugije igrade ntasubira guteka ... ukuntu asutse amazi kuri Graciela kweliii. Iyo role ntawundi ayishoboye atari weweee 😅😅. Team nziza muje Imbere caane
@irakozemediatrice2577
@irakozemediatrice2577 Год назад
Je suis en love avec vous
@igiranezachancella858
@igiranezachancella858 Год назад
Claudine wee ng usigay waradugikw i gradee😅😅courage mwese💪💥💯🔥
@leandreniyonkuru2869
@leandreniyonkuru2869 Год назад
Waouh courage maman pasteur urashoboye vrmt knd uzoshik kure canee knd mwakinye ibibaho ninyigisho zikomeye canee
@fabricentirandekura-7163
@fabricentirandekura-7163 Год назад
Kbs murashoboye maman pasta courage uraryoheye cane gose kuk unyibukije ubuzima tubayemwo ninyigisho ikomeye canee félicitation muzoshika kure caneee
@One_topaz
@One_topaz 2 месяца назад
Pasteur naza ndabona ahukina ukijijwe😂😂
@jeannehakizimana4762
@jeannehakizimana4762 Год назад
Mbega yemwe Mama pasteur 🥱🥱🥱🥱😭😭😭
@felixndayizeye-ek2gj
@felixndayizeye-ek2gj Год назад
Vyiza cane nous sommes avec vous
@yvetteiradukunda425
@yvetteiradukunda425 Год назад
Courage a tous imbere nihezaa
@yvesndiho2980
@yvesndiho2980 Год назад
Mukomeze bavukanyi mutwigisha.ariella Imana ikomeze kukwagurira impano yagusizemwo.
@user-zy9jw7mo4o
@user-zy9jw7mo4o 2 месяца назад
Uwo mugore aragowe pe ivyo bintu akorera impfuvyi ndababae sana
@clodetteniyokigorwe9028
@clodetteniyokigorwe9028 10 месяцев назад
Waoooooo ndakunze ukuntu mwavyifashemwo
@JoelGikundiro-sq2ej
@JoelGikundiro-sq2ej Год назад
M'y favorite"kora iciza wirenganire"🔥🔥🔥
@elogerukundo8480
@elogerukundo8480 Год назад
Kelly ariella mukomeze bibondo
@nsabimanajuma2111
@nsabimanajuma2111 Год назад
Niho twibereye na can can estime turamukunda cane
@yvettempawenimana7111
@yvettempawenimana7111 2 месяца назад
Ukora ikibi kikaguherekeza ❤❤❤❤❤
@ornellaigiraneza4986
@ornellaigiraneza4986 Год назад
Woauh 62july Ndiho akameze kubagirira neza abashire hejuru muri vyose Big up sanaaaa
@dastellaharerimana7192
@dastellaharerimana7192 Год назад
🙁🙁🙁yoooh wew glaciella uraziz ubusa!Ingero y'icah n'urupfu mama zoe yimbuye ivy yarimy ntakundi
@margueritehabonimana3333
@margueritehabonimana3333 Год назад
Mbega intare yingore Basha🙄🙄🙄🚶🚶🚶
@arakazacedro9694
@arakazacedro9694 Год назад
Ariella chch komeza uko maze❣
@Iteritekaivonvi
@Iteritekaivonvi 2 месяца назад
Sha koma kwl maman pasta akora ibintu nivyo ni hatar
@ericwimana3828
@ericwimana3828 Год назад
Ariella weeeee uko nyen naw umez nka mabuja ww nukur
@ndayizeyekington8076
@ndayizeyekington8076 Год назад
Crodine kumbe uko niko umeze
@alexandrentakirutimana
@alexandrentakirutimana Год назад
Courage bavandi nguvu moja💪💪💪💪
@sifamutuyimana4497
@sifamutuyimana4497 Год назад
Ababyeyi gito twahuye nabo murugendo rwubuzima
@aullah257
@aullah257 Год назад
Nanjy ndahari nukur sinatanzwe
@jeanpierremuncuti2098
@jeanpierremuncuti2098 Год назад
Uyomukozi yubahwe 🤣🤣🤣🤣
@inezakenyciella1094
@inezakenyciella1094 Год назад
Ewee Claudine sh bakudugije grad ntacugikora🤦🤦🤦😂😂😂
@jeanpierremuncuti2098
@jeanpierremuncuti2098 Год назад
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 Ubu yabaye Général
@charleneizerimana
@charleneizerimana Год назад
Ewe Claudine sha 😂😂 wabaye umukozi🤓🤓
@nsavyimanamelance4166
@nsavyimanamelance4166 Год назад
Ariella courage mubandanye muduha n,ibindi bishasha
@berniceirambona3486
@berniceirambona3486 Год назад
Egoo pe inyigisho ikomeye caanee .Iga gukora iciza ukiriho
@muazizaayubaayuba2740
@muazizaayubaayuba2740 Год назад
Kkkkk woooo courage Claudine
@akimanakathykelly1673
@akimanakathykelly1673 Год назад
Pasteur yarinjiriwe pe
@nadegeninteretse3460
@nadegeninteretse3460 Год назад
Mwakinye neza cane ❤️
@GraceNiyomuco
@GraceNiyomuco 2 месяца назад
Courage
@Yollenereinia100
@Yollenereinia100 Год назад
Numva umutima uvyimvye umengo si film
@user-yq8je2pj1r
@user-yq8je2pj1r Год назад
Umuntu ahakwisi atacó asante akatiaubiramwo ataco asante abantu bakora ibibi bakibazako bazokwama kwiyisi barihenda.
@divinebatamuriza894
@divinebatamuriza894 Год назад
Jizasiii🤔, ndarota cnke ni Film nyn🤔🙄
@ericwimana3828
@ericwimana3828 Год назад
Yooo Claudine kbx akomeze turamutey intege
@mmnn3579
@mmnn3579 Месяц назад
Mana we irandishij niho nkibibon😢😢😢😢😢mur 2024
@Gloria26799
@Gloria26799 Год назад
Bamama pasteur mwikebuke kabisa murakoze kunyigisho nziza
@user-dw1zk1wd3j
@user-dw1zk1wd3j 2 месяца назад
Muzokwikebuke mwakinye nabi sana
@oman4303
@oman4303 Год назад
Yooooo.. Mana.. Ntawakizigiye.. Yakozwenisoni🙏🙏🙏🙏😭😭😭😭😭
@uwurukundobella-uv4xx
@uwurukundobella-uv4xx 2 месяца назад
Iyi film mwayimaze nabi kuko ibi Chris yari kubimeny ko uwo mukobwa afashw nabi akiriho
@cedar2575
@cedar2575 Год назад
Ariella courage
@jerednsengiyumva9678
@jerednsengiyumva9678 Год назад
Nice movie
@AlineNizigiyimana-mq5dl
@AlineNizigiyimana-mq5dl 8 месяцев назад
Nukur courage cyan
@christopheniyomwungere3318
@christopheniyomwungere3318 Год назад
Inyigisho nzima kbxa
@NanaNaina-wc3kz
@NanaNaina-wc3kz 8 месяцев назад
Pasteur ndakwemer ❤❤❤❤
@cizafrancine2398
@cizafrancine2398 Год назад
Hama gusa nkumukunzi wanyu zoe yari guhindura coffure na pasteur hariho style yimpuzu iguma igaruka.merci mugum mwigisha benshi
@jonasndacayisaba633
@jonasndacayisaba633 Год назад
Graciela 😭😭😭😭 ihangane ibiba ataruhara ubifisemwo bizogira igihe bihere
@EzekielNiyonizeye-go3jz
@EzekielNiyonizeye-go3jz 5 месяцев назад
Mwakinye nez can ❤
@user-qq3qv5er1f
@user-qq3qv5er1f 6 месяцев назад
Chris rer arabaye pastr ndaryohew nukr wamujinya ndamuziko wagiye!
@yvesndiho2980
@yvesndiho2980 Год назад
Imana ikomeze impano yagusizemwo
@mariemercikwigize777
@mariemercikwigize777 Год назад
Abantu bamez nk maman pasteur mwikebuk 😭😭
@leylacool2873
@leylacool2873 Месяц назад
Wouah nic!!!
@kabukayireemmanuel4297
@kabukayireemmanuel4297 Год назад
Waouh maman pasteur urashoboye canee knd ni nyigisho ikomeye mukomeze muzoshik kure cane
@bonifacesinzoyiheba1803
@bonifacesinzoyiheba1803 Год назад
🥺🥺🥺🥺🥺👌👌
@chimeneishimwe7906
@chimeneishimwe7906 Год назад
Ira courage mwiza
@niyonkurustephane8770
@niyonkurustephane8770 Год назад
Komez sha Ariella nzogushigikir
@LeaNihezagire
@LeaNihezagire 2 месяца назад
Yoooh ark'kwer birabaje abavyeyi nkabo nukr ark.Man.uzondinde gukora inabi kwer😭
@WizardMzizi
@WizardMzizi Год назад
big up my team
@AmosKwizerimana-fn3si
@AmosKwizerimana-fn3si 6 месяцев назад
Kabx ubugore bgonze niko bumez bufit umutima nkuwashetani
@user-tn1fc4uq2d
@user-tn1fc4uq2d 2 месяца назад
Mwubahwe ❤❤❤
@EvelyneNIYONSABA-bs3on
@EvelyneNIYONSABA-bs3on 2 месяца назад
Karigisha neza murakoze
@whitemwambutsa4119
@whitemwambutsa4119 Год назад
Arielle kumbeeeee nizompano urazifise?couraaaage👍🔥🔥
@OscarBarankunda
@OscarBarankunda 2 месяца назад
Maman pasta uhoraho Azé abiguhore
@mariesolangeirangabiye8023
@mariesolangeirangabiye8023 Год назад
Murakoze kunyigisho muduhaye
@AnithaNdayikengurukiye
@AnithaNdayikengurukiye 2 месяца назад
Ishetani y'umugre uzopf nabi
Далее
IBIGERO VY'UMWIGEME Full Movie 4K-Burundian Movie
1:11:52
EHE IGIHE BY AMBASSADER CHOIR MUYANGE
9:41
Просмотров 3,4 тыс.
START TO UNDERSTAND French with a Simple Story (A1-A2)
16:04
KWICUZA PART 1 BURUNDIAN FULL FILM
31:41
Просмотров 46 тыс.
Alicia-Un Destin difficile-Ep 01-HD 1080
31:33
Просмотров 133 тыс.