Тёмный

Igihugu nticotera imbere mu gihe zimwe mu ndongozi zitumva no kwumvira no kugendera Ubuntu. 

Mashariki TV
Подписаться 311 тыс.
Просмотров 7 тыс.
50% 1

#Burundi: Umukuru wigihugu Evariste Ndayishimiye asaba indongozi kuba imboneza ziza imbere z'abandi, bakabona n'ingene igihugu gishobora gutera imbere. IvyoUmukuru w'igihugu yabishikirije kuri uno wa 17 Nyakanga 2024 ku murwa mukuru poritique i #Gitega mu nyigisho zo kwigishanya icotuma igihugu gitera imbere yahaye abagenwe n'itegeko ry'Umukuru w'Igihugu, n'iry'umukuru w'inama nshingamateka na nkenguzamateka hamwe n'iry'umuhuza w'abarundi. #Gitega #Muramvya #Mwaro #Karusi

Опубликовано:

 

18 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 30   
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 2 дня назад
Mutama umaze kutwereka yuko uhari kubwacu barundi batobato natwe turagushigikiye ikiganza ci mana kikubeho ntaco utazotugezaho muvyeyi iman ibandenye kugukomeza nokukwongera ubwnge burushirijeho ubandanye kukishira kumurongo 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 2 дня назад
Uvuze neza mutama❤❤❤🎉🎉🎉 iyaba bose bamez nkawe igihugu cobaye pradizo❤
@debohatangimana8999
@debohatangimana8999 2 дня назад
❤❤❤❤burundi 🇧🇮 ♥️ ❤️ 💖
@EgideNTAKIRUTIMANA-v2w
@EgideNTAKIRUTIMANA-v2w День назад
WE gumnkwi volant ibisigaye Imana izikorera abarundi ntituzogukurako umutima turafise akenge vyose turabibona iyo biva
@MporanimanaDonacien
@MporanimanaDonacien День назад
Ukabakorerako ububach6a subifite cyangwa barakomeye kukurushya bahane uzane nibisi zishyashya❤
@NdindiriyimanaEtienne
@NdindiriyimanaEtienne 2 дня назад
Turakwemera Mutama wacu Never !! N'ibindi turizera ko uzobishira kumurongo!! Abagutega imitego bazohera nk'ifu y'imijira!! Komeza Uyobore udatinya n'umuntu numwe ,Imana iri kuruhande rw'Abera!!
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 2 дня назад
Nyakwubahwa,bereke Irembo ry Abataha!abo ni Njavyi🙏🏾 Nimukorane n Abashaka Urunani.Inzira urimwo turagushigikiye Abarundi Bo hasi✊🏾🇧🇮
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 2 дня назад
Kenyura kenyura Mutama keshi turagutahura
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 2 дня назад
❤❤❤❤🎉🎉🎉
@GadBikorimana-z3n
@GadBikorimana-z3n День назад
Bien dit ton excellence. Komeshe izo mburu, ivyo bigwangwara mubabuze no kubisohora iyo bavyinjije kubibika, bibungwe babone kubironkamwo Nya mitahe yabo babikavye umuntu abo bamenja. Murabe uko mubakomesha barakaaa
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 2 дня назад
komera mutama nibindi uzobishira mungiro uzobikenyura
@ELOGERUHIMBASA
@ELOGERUHIMBASA 2 дня назад
Uze urabashira haze ibisuma vyose musaza wacu ubashengeze
@graceirakoze2868
@graceirakoze2868 2 дня назад
Transport public leta yarikwiye kuyifata muminwe mubisagara biteye imbere bus niyo umuntu yizera ko imushikana kubikorwa vyiwe kumwanya na tourism irahungukira kuja gutembera mugihugu transport yaho igoye kuronka ntibikunda Kandi na traffic yogabanuka buja .
@alexandrodieumerci8955
@alexandrodieumerci8955 День назад
ON TUE POUR REGNER
@JemaliNduwayezu-di9xi
@JemaliNduwayezu-di9xi 2 дня назад
Kweli mutama
@cvzx-2968
@cvzx-2968 День назад
Mutama rekabab8kore turabababona. Tukurinyuma
@cidemike6264
@cidemike6264 День назад
Iri ribaye Iryambere kuva atowe avuze ibintu vyunvikana kandi avuze nka perezida ..
@AmyStale-d6u
@AmyStale-d6u 2 дня назад
Mutamawacu dukunda nyanzarank makamba amazutu ntaraboneka zayanwa muri tanzania nubu izamazuti ziracatonze gusa nkizinwa esase zase gutwara abantu nuzifatira ibihano
@eliasmanirakiza9281
@eliasmanirakiza9281 День назад
Mwigisha canke mukoresha dufate iki murivyo
@gateretsegustave6033
@gateretsegustave6033 2 дня назад
Hushura intovyi ninyishi
@NibasangeAline
@NibasangeAline День назад
ndiho akuzigame ntakuganza kutavaku mana abakurwanya bazohura nuburake bwimana baribakwiye kwafishwa kumabarabara isi yose ikabamenya
@ericknduwimana3715
@ericknduwimana3715 2 дня назад
Nukugura ama camion yareta abobose bagambana bakabura isoko.
@HassandhullaBonith
@HassandhullaBonith День назад
Noese kuberk utazirukana nukuguma wasamye nukumoka gusa vyaturambiye kuvuga gusa ataco ukora wicare wigire kuri kagame
@estaniyongabire9956
@estaniyongabire9956 День назад
NEVA wacu agira ubwenge kandi bwinshi ntiwibazeko ubumurusha, ngaho vyose abikora abizi, we nciyembonako ata politic uzi. Utaza ushaka ngivyo kagame akora nawe acabikora, NEVA na Kagame baratandukanye cane.
@MrNuurofficial
@MrNuurofficial День назад
Mandat ya 2 amatora ni 100% abo rero batoba bazoce bataha mubakuremw bose bury ndamaz kubon abingir ngo nibo bazi gutwara kumbe aribisuma badakunda abenegihugu arik never Wacu uwuzomwiyumvir nabi nitwe tuzomwifutira ,je sinz ko hari uwundi azokwitoz kuk ntana 1% azoronk kuk twabony umukuru w igihugu cacu wibihe vyose mbere nivyamanda tuzobikurah kuk nitwe batwar
@Rubuka264
@Rubuka264 2 дня назад
Igituma badahinduka n' uko bazi ko na wewe utarahinduka. Wavuze ko uzigumiriza ibisuma ku ntwaro yawe. None bohinduka kubera iki? Ata gitsure, ata tegeko?
@Bobleeswagger586
@Bobleeswagger586 День назад
None ukabakura canke muhe uyundi mugambwe mwese mugende
@cvzx-2968
@cvzx-2968 День назад
Izonindoto
@JeanMAYUGI
@JeanMAYUGI 11 часов назад
NONE UBUZE IKI KUGIRA UHANE ABO BANDYATUYAGA. NA WEWE URADUTERA AMAKENGA PE! Passez à l'action et aux discours propagandistes.
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 2 дня назад
Mutama umaze kutwereka yuko uhari kubwacu barundi batobato natwe turagushigikiye ikiganza ci mana kikubeho ntaco utazotugezaho muvyeyi iman ibandenye kugukomeza nokukwongera ubwnge burushirijeho ubandanye kukishira kumurongo 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Далее