Тёмный

Igiporisi cerekanye abafashwe bagirizwa kwiba amahera muri Diamond Trust Bank 

Mashariki TV
Подписаться 310 тыс.
Просмотров 40 тыс.
50% 1

#Burundi Inyuma y'ubusuma bw'amahera vyavuzwe ko bwakozwe mu bubiko bw'amafaranga bw'ibanki Diamond Trust Bank, igiporisi cerekanye abantu 8 bafashwe bagirizwa kuba bari mu bakoze ubwo busuma, hakaba hari n'abandi 3 harimwo abatanzaniya 2 bakironderwa. Pierre NKURIKIYE avugira igiporisi amenyesha ariko ko bagitohoza ku gitigiri c'ukuri c'amafaranga yibwe koko.

Опубликовано:

 

12 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 20   
@uwasemutonikenya7235
@uwasemutonikenya7235 Год назад
Ariko Tabwo aribyiza kwerekana umuntu mumaso mugihe akiri umwere rwose Tabwo arisawa rwose nbyiza komujya mubahisha mumaso kuko ejo mbashobora kuba abere mbagasaga tacyaha bafite Murakoze
@muslimmuslim512
@muslimmuslim512 Год назад
Wew kuvuga ngo sivyiza mbe bobo ko bitaba vyabateye isoni mukuja kwiba nibaze babatwereka kugira tumenye ibisuma
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 Год назад
None wewe uvuga gute kwarabere?? Kndi bafashwe nitonga??
@emmanuelnsengiyumva2731
@emmanuelnsengiyumva2731 Год назад
None abo banyezamu baja gufungura isaha icenda z'ijoro?
@nestagad1288
@nestagad1288 Год назад
None ntiwumva ko uwo basizeho yari muri mission yo kwiba nawe 💁🏽‍♂️
@jeanboscomunyarurembo3490
@jeanboscomunyarurembo3490 Год назад
Ndakengurukira igipolisi , kuba carabafashe.
@somatv257
@somatv257 Год назад
Aho bataberekana sinkozi zikibi yabaye uwitavye Imanaa
@eastafricanmusic3451
@eastafricanmusic3451 Год назад
Kandi haribintu mukwiye guhindura abajejwe umutekano.nko kuvuga ko umusumba afungwa akongera agataha mutazi ko yatashe !!! Twebwe tugirigwa nabi nabo basuma turababara cane
@hategekimanamariespeciose5701
None kuki mutaberekana neza nuwobafosabazi bakorana biragorana kuberekana
@romanreigns5226
@romanreigns5226 Год назад
Ko taberekana amafoto tubabone tubamenye
@eastafricanmusic3451
@eastafricanmusic3451 Год назад
Nimube mubatwereka naho nyene ifoto zibona neza kuko Abo ninkozi zikibi.
@glorianduwimana
@glorianduwimana Год назад
Mana nziza ndagushimiye kukuntu Imana ihora ihoze Micheline haaa simbabaye ndaryohewe Micheline weeee🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@jeandedieundayisaba5644
@jeandedieundayisaba5644 9 месяцев назад
Micheline yarakwivye canke urafise ikindi umuziko?
@novatidamian7236
@novatidamian7236 Год назад
None simwe mubarekura ???? Nikuki igisuma civye igitoki coco mutakirekura??? Uwivye inkoko, isabuni Ubuntu butobuto nibo bafungwa.
@benoitvaillant1081
@benoitvaillant1081 Год назад
Gusa rero nkuko ubivuz ntibace bongerako ayandi nabo ngobabeshe
@ntihabosereverien3570
@ntihabosereverien3570 Год назад
Ahubwo wewe uvuze ngo ntibaberekane bakurabe neza murikumwe
@claudinemuhayimana-kj2xt
@claudinemuhayimana-kj2xt Год назад
Egokwl uwomuzamuww aragowe
@ntejontejo7641
@ntejontejo7641 Год назад
Amajwi ntasohoka neza
@m.mabeba1972
@m.mabeba1972 Год назад
arasohoka neza cane
@sylva4054
@sylva4054 Год назад
Ivyo sivyo. Erekana caméra zabonyemwo n abahindi. Imana iriho bizomenyekana. Mubaze uwo muzamu yahawe amafranga n umuhindi ahejeje gusinziriza abandi bazamu.
Далее