Тёмный

Igisabo co kwubaka Isoko rikuru rya Bujumbura | Fablice MANIRAKIZA 

FABSVISION TV
Подписаться 7 тыс.
Просмотров 36 тыс.
50% 1

Subscribe now at: @FABSVISION TV to keep up with all Fablice’s work
Fablice MANIRAKIZA Webside: www.fabsvision...
Fablice MANIRAKIZA Twitter: fa....
Fablice MANIRAKIZA instagram: ....
Fablice MANIRAKIZA Facebook: www.facebook.c....
Fablice MANIRAKIZA Email: fablicebookings@gmail.com
#burundi #Fablice #Fablicemanirakiza #burundiandreamer #ubakanationgroup #fabhomes #bujumbura #CSBU #CSBUVILLAGE #Comeandseeburundi #burundirealestate #burundihomes #realestate #eastafrica #rwanda #tanzania #rwandarealestate #burundiepc #burundiconstruction #construction #wearebuildingburundi

Опубликовано:

 

11 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 233   
@LPMagical
@LPMagical Месяц назад
Ndumva binkoze kumutima cane !! Bandanye ubisabe kugeza uzohadushikane !! So much proud of you Fab Vision !!
@dushimeterry
@dushimeterry Месяц назад
Obuha amajambo yabo arusha uburemere ibikorwa🙏Ariko Mr Fabrice Manirakiza ,avuga ijambo riherekejwe nibikorwa🙏💯
@JonasGidy
@JonasGidy Месяц назад
Yooooooh,Fabrice sha sinumva ukuntu Imana yakuzanye hageze,Imana ikuturindire,uraje uhindure uburundi,
@candidegahugano7058
@candidegahugano7058 Месяц назад
Arakaramba
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 Месяц назад
Give fabrice this projects he turns our country into a great place
@augustinmanirakiza4090
@augustinmanirakiza4090 24 дня назад
Komera bwana Fabrice. Ivyiyumviro bikomeye cane. Imana iguhezagire
@irakazaeriekim4753
@irakazaeriekim4753 Месяц назад
Ndakwikundira rondera ibibanza ingozi ibibanza bizimbutse twese turareheza🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇰🇪🇰🇪
@mozboy-uc2rb
@mozboy-uc2rb Месяц назад
Nivyiza ariko reka bamanz bubake bujumbura turab ko tworonka natw igisagara ciratiro
@DesmanGoodson
@DesmanGoodson Месяц назад
This is amazing work sir you did And am always inspired and am working hard also in Zambia🇿🇲 do build it big like you and create more opportunities.
@MariamNAGATONI
@MariamNAGATONI Месяц назад
Imana ikomeze ihezagira ibikorwa vyamaboko yawe muhungu wacu
@MosesMusukuma-e7k
@MosesMusukuma-e7k Месяц назад
Mr Fabrice Imana Ikwongere Ukurambaa 🙏
@habumugishaterry6543
@habumugishaterry6543 Месяц назад
Vyizacane Fablice Imana ikomeze kuguhezagira cane
@user-kj2xh6bt5y
@user-kj2xh6bt5y Месяц назад
Bashaa vyarii bikenewee gose twaraa subiye inyuma gose kuvaho isooko yaacuu yugawe kumvoo zibibazo🇹🇿🇹🇿🇹🇿🇧🇮🇧🇮
@PrintingAndcomputerservices
@PrintingAndcomputerservices Месяц назад
Uwomugambi nimwiza ariko harimwo kwikunda nkumudandaza ashaka gushora umutahe wiwe. Isoko itarasha kuko abadandaza hafi ibice 75 bakorera mwisoko kandi vyaribizimbutse kuko ntakibanza cakotwa ayo uvuze. Nimba ubu ibibanza vyogukoreramwo bigeze kumuliyoni nikwo isoko yahiye. Isoko nkiyo imaze yigihugu ikibanza kimwe gikoteshejwe 1000000 kiretseko uwpmudanza yorihishwa 1000000 kukwezi guhomba bibavyoroshe vyotuma nibibanza vyabikorera utwabo biguma biduza ibeyi. Umugambi wisoko nisawa mais kunyungu yabenegihu apana kunyungu yabikorera utwabo. Leta nishiremwo imitahe hama nano badiaspora lavande barils bose nishiremwo imitahe hama abengihugu baronke isoko nziza kandi nkuru izoborohereza gukoreramwo
@aim-g
@aim-g Месяц назад
Imbere yuko isoko isha vyari bizimbutse kubera impamvu zumvikana zituma utogereranya n'ivyokwubakwa ubu: 1) Amafaranga yari afise agaciro gusumba ay'ubu. 2) Nizera ko inyubako ya kera itazoba inganya agaciro n'ubwiza na opportunites kumudandaza ayikoreramwo yizoba yubatwe nshasha. Kandi nizere ko utoba wipfuza ko hubakwa isoko inganya agaciro n'iyahiye. Na galleries ziriko zubakwa ubu abazikoreramwo bazikota menshi kandi baradandaza bakunguka.
@EdouardNduwayezu
@EdouardNduwayezu Месяц назад
Sha warahezagirwe nukuri 🎉 sha urintwari
@Marlathi738
@Marlathi738 Месяц назад
Yaaaaaa ahari ,wewe uje nkinyishi yacu ❤❤❤❤❤❤❤🎉
@user-sm3ey2oy5h
@user-sm3ey2oy5h Месяц назад
Big up sana ufise umugambi mwiza kugihugu cacu nibaguhe intebe yawe wikorer mutam tukuri inyuma %
@EdmondNiyibizi-do9ft
@EdmondNiyibizi-do9ft Месяц назад
Imana n'iguhe Umugisha
@Nandaise
@Nandaise Месяц назад
Fabrice vraiment Imana ikuje imbere nasanze abafundi bagenzi bacu batifuza iterambere kuva uvuga ibi hari ibinyamakuru biriko bivuga ibintu bitandukanye sinzi Nawe ubivugako iki kuko vyaratubabaje gose
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 Месяц назад
Sije nzobona isoko nkuru ya Bujumbura irubatswe. Bujumbura yoba isa neza kurusha mugihe ho kubakwa isoko.
@jeanmariendayishimiye7109
@jeanmariendayishimiye7109 Месяц назад
Good job Fabrice.
@Dioss257
@Dioss257 Месяц назад
We are so proud of u fab we lov u
@giftstartv6394
@giftstartv6394 Месяц назад
Ndakunda fabrice ❤ nkunda ibikorwa bishikana abandi kwiterambere urwaruka mutwibuke
@user-no6yf8lz1d
@user-no6yf8lz1d Месяц назад
Ego mwana w'igihugu ,🙏💯🙏🙏 Nibakworohereze ubikore. Turonke aho tudandariza , Que Dieu vous bénisse abondamment.
@ChachaChany
@ChachaChany Месяц назад
Imana ikuturindire bro turagukunda cane
@MtHey-sm5jk
@MtHey-sm5jk Месяц назад
Imana iguhe kuramba Fab. Hari vyishi uzokora kwiki Gihugu mwiterembere ryaco kabsa
@Chaddy257
@Chaddy257 Месяц назад
Fabrice IMANA ikuje imbere muvyiza uriko utuzanira I Burundi abandi bobo vyari vyarabananiye
@nyamugishagoreth8556
@nyamugishagoreth8556 28 дней назад
Imana ikuzigame bwnaay Fabrice .utiincabwenge faux
@257-re7hb
@257-re7hb Месяц назад
iyotwaba dufise ba fabrice nka 10. nama trains twoba turinazo peee . courage fabrice tuzotinda turonke abohejuru mashobora kuzobitahura
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Месяц назад
Nibenshi abandi bazoza buhorobuhiro ko umutegera neza nawe urimwo!
@AlnNn-yi8hg
@AlnNn-yi8hg 29 дней назад
Urumuntu wumugabo fabrice❤❤🎉🎉imana igufashe uterujimbere
@dieudonneNd
@dieudonneNd Месяц назад
🇧🇮👌🏾 Ibintu vyose bifise Intaguriro..
@Armel_Josselin
@Armel_Josselin Месяц назад
"When the African starting from Burundi support each other without any doubt, we gonna colonize the whole world " -FABSMIND- ✊🏾
@nininahazwechristian4773
@nininahazwechristian4773 Месяц назад
Keep it up
@Mast-plans
@Mast-plans Месяц назад
Imaniguhezagire fablice
@sanny.m3767
@sanny.m3767 Месяц назад
Waje hageze kweli mutubwire niba nuwufise 5000$ yobonamwo shares ziwe bari bakwiye kukugira umuyobozi mukuru ajejwe inyubako muburundi ❤
@aim-g
@aim-g Месяц назад
Mauvaise idee!. abaye umukozi wa reta ntiyosubira gukora ivyo ariko arakora. Ntamwanya yobironkera, kandi inzitizi zoba nyishi
@bobbybobby1982
@bobbybobby1982 Месяц назад
Un vrai visioonaire
@LydiaLove606
@LydiaLove606 Месяц назад
Fabrice imana iguhumugisha kutuvugira
@Jcmbo46
@Jcmbo46 Месяц назад
Wewe turakwemera sana. Mur'uyo mugambi w'isoko turi kumwe pe!!! N'agateka ku gihugu cacu ciza c'Uburundi.
@user-ny9kg3sr4l
@user-ny9kg3sr4l Месяц назад
Fabrice IMANA iguhe umugisha ufise iciyumviro ciza courage Brow
@franklukazula
@franklukazula Месяц назад
Wow vyiza cane uwugambi turi nyuma yawo
@nialgo97
@nialgo97 27 дней назад
Courage Fabrice
@user-dm3xf8wd5g
@user-dm3xf8wd5g Месяц назад
Kbx ywebwe turibatoya nacyo twogufash gs infashany yamasengesho ndabyemey imanikuryimber muvandi kand bakwiroherez mz igihugu cyacu igihizina ryiza❤❤❤
@twororeturimekijambere5491
@twororeturimekijambere5491 Месяц назад
Kbs urumuhinga mwiza nkunda❤❤🎉🎉
@candidegahugano7058
@candidegahugano7058 Месяц назад
Urintwari mr Fabrice, ikuturindire ntibakutwibe izico gukora , turagushigikiye 100/100 komerezaho , abumutima bakunda amavukiro kakuri iruhande.
@bfnanahayo9471
@bfnanahayo9471 Месяц назад
Uri intumwa ikomeye cane ukomere tukuri inyuma.
@James-e7h3h
@James-e7h3h Месяц назад
Kukibazo camabarabara ndagushigikiye atarateye isoni amakorosi ararenze ataco amaze ahubwo atuma ama accidents abamenshi
@user-hg6yg2gl8z
@user-hg6yg2gl8z Месяц назад
Gusa wicunge iguhugu cacu nibibazo nayubundi retayo Haa ntayokwubarwa
@B-Y-N
@B-Y-N Месяц назад
Hezagirwa Hezagirwa Umukama akomeze kukuba hafi 🙌🙌🙌❤️❤️❤️💒💒💒💒💒
@LydiaLove606
@LydiaLove606 Месяц назад
Abandi muduhe Bujumbura nyanzarake
@musiquederelaxation2439
@musiquederelaxation2439 Месяц назад
Je vous soutiens❤❤❤
@emelynecimpaye967
@emelynecimpaye967 21 день назад
Courage fabi
@Breg985
@Breg985 Месяц назад
Mr le Président tanga itegeko umuhe uruhusha yubak barabishoboye kuko niwe utegeka
@NININAHAZWEBlaise-bj4xd
@NININAHAZWEBlaise-bj4xd Месяц назад
Fabrice nimumuhe autorisation ayubake tube mugihugu ciza🇧🇮
@smartnahodha6578
@smartnahodha6578 Месяц назад
Ahubwo ww bagucungire umutekano kko urarenzecane wubahwe uriburundibwejo🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@NtawumenyaPelagie
@NtawumenyaPelagie Месяц назад
Turahari pe reka twubake
@SamuelNiyukuri-ml3oc
@SamuelNiyukuri-ml3oc Месяц назад
Iciyumviro ciza cane cogushikana uburundi heza.kimwe nukuzurihanganira ibicantege burahari ariko ndazi konawubizi cane.we love you so much
@EgideNtihebuwayo-mz2rf
@EgideNtihebuwayo-mz2rf Месяц назад
Wew warungitswe n'IMANA hezagirwa
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 Месяц назад
Wewe ntupingwa 🎉🎉🎉
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 Месяц назад
Turishimira kuba tugufise ❤❤❤🎉🎉
@michelinemiche442
@michelinemiche442 Месяц назад
Turagusengera Imana iguhe kuramba 👏
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Месяц назад
ndipfuza kwisoko yabujumbura yokwubwakwa
@RaissaKamarayika
@RaissaKamarayika Месяц назад
I support this idea ,,,,and i would like to have shares in this project 😊😊😊🎉🎉🎉
@nduwimana669
@nduwimana669 Месяц назад
Ubaka❤
@user-pm4ti6ge1l
@user-pm4ti6ge1l Месяц назад
Imana Ikurinde cane twubakigihugu
@Rodrigue_1993
@Rodrigue_1993 Месяц назад
Nunvise nkunze fabrice cane
@nsengiyumvaemmanuel9776
@nsengiyumvaemmanuel9776 Месяц назад
Am proud of you my Dear
@IragarutseAlexandre
@IragarutseAlexandre Месяц назад
Uyumutama yarahezagiw nimana kbx!!kuko mwiyimyak abantu nkaba nibake kwisi kbx!!
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. Месяц назад
Prouf of u mi brother Fabrice may God grant you more than 1 century living in joy and love ❤ many Burundians we love ❤ even if the haters begun to bark
@dushimeterry
@dushimeterry Месяц назад
🎉🎉🎉🎉Turagushigikiye🙏
@ndikuriyojuma3532
@ndikuriyojuma3532 Месяц назад
Ndagukunda muhungu wacu❤❤❤
@user-yh9iu1pz2b
@user-yh9iu1pz2b Месяц назад
💯🇧🇮
@louishavyarimana
@louishavyarimana Месяц назад
Ivyo Fabrice avuga nukuri kwuzuye kandi hariho ibihugu vyakunze kimwe uburundi abategetsi baza bikuremwo uburyarya
@yassinibra-mf6zo
@yassinibra-mf6zo Месяц назад
heshima yako bro.urakunda igihu cawe kabs
@user-sc7it9ev3t
@user-sc7it9ev3t Месяц назад
Courage, très bonne idée
@treasurestudio9683
@treasurestudio9683 Месяц назад
Ndi muri south Africa,,,icho mbona ,,azohava aba elon musk wa burundi ...turimukuza muburundi turahakumbuye
@florida4267
@florida4267 Месяц назад
Yaramaze kumuba!
@MGDraxGuy
@MGDraxGuy Месяц назад
🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@xavieryamuremye8499
@xavieryamuremye8499 Месяц назад
Vyiza cane kabisa abantu bafise utwigoro twogukoresha imitahe niboroherezwe kandi na Reta idahomvye.
@Humble-m-2tk
@Humble-m-2tk Месяц назад
Waaaaaoooo🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine Месяц назад
Yoooôo❤❤❤
@igiranezaseth3970
@igiranezaseth3970 Месяц назад
Fabrice barya uraciye ubwenge
@jimmybayihimbaze169
@jimmybayihimbaze169 Месяц назад
Proud of You ❤ 1:12 🇧🇮
@bakundatuyizere8556
@bakundatuyizere8556 Месяц назад
MR Neva 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😅😅😅😅😅😅😅
@giftstartv6394
@giftstartv6394 Месяц назад
Nukuri nukuri wubahwe ndagukunda cane nushaka uzoshake unyanke nkunda ibikorwa vyawe kubi ntamuntu twari bwaronke afise ivyiyumviro nibikorwa birashe imana ikurinde ababi
@LydiaLove606
@LydiaLove606 Месяц назад
Kuvyukuri muzobirabe twijize ibintu muburundi
@Taziratv
@Taziratv Месяц назад
🫡 reka je mvug’ati turushirize kugusabira kumana ngo iguhishe mubwigobek bwayo-kuko abo president avuze ko aribo bazo bitera umugere,wosanga shetani ahava abakoreramw baka kugirir inzigo!!
@Solomonking257
@Solomonking257 Месяц назад
Bro ninva nkukunze ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@ndikuriyojuma3532
@ndikuriyojuma3532 Месяц назад
Ngiransabe umukuru wigihugu cacu kuhagaciro uyumuhungu fabrice atwubakire isoko yakarorèro
@Inezamethodebrighton
@Inezamethodebrighton Месяц назад
Imana iguhe kuramba ❤❤❤❤
@mozboy-uc2rb
@mozboy-uc2rb Месяц назад
Mutwubakir Mall mwoba mukoze turabakunda cn
@asamsoncishahayo373
@asamsoncishahayo373 Месяц назад
Akarimi kazogumaho mu Burundi ! Nta bantu b'abizerwa bakiboneka cane.
@nkengurutsemoise4012
@nkengurutsemoise4012 Месяц назад
Twipfuza ko umukuru w'igihugu cacu yokora nka Président Ibrahim Traoré
@burundinewsupdates
@burundinewsupdates Месяц назад
Very wonderful 👍👍
@fadjost-james9008
@fadjost-james9008 Месяц назад
Way to go #bigbrain
@AntoinetteNizigiyimana
@AntoinetteNizigiyimana Месяц назад
Turabishimiye
@PaulNGENZEBUHORO-ff7qp
@PaulNGENZEBUHORO-ff7qp Месяц назад
Komera ndumva ww urimbineza murwaruka nabari mumahanga.💪
@user-is3dz8hz3d
@user-is3dz8hz3d Месяц назад
Fabrice Burundi asset
@berthrandndayishimiye9236
@berthrandndayishimiye9236 Месяц назад
Vyiza caane
@user-on9dl7wr9c
@user-on9dl7wr9c Месяц назад
Komera Faric
@Christopherkulua
@Christopherkulua Месяц назад
😂😂😂😂😂😂 ngo ndyako angahe
@democritenzoisaba9117
@democritenzoisaba9117 Месяц назад
Waooh good un idea /
@belyseirakoze5371
@belyseirakoze5371 Месяц назад
Bro ir'urintwari kabisa ur'umuntu w'umugabo nukuri IMANA igukomeze kandi abarundi turashoboye 💪💪💪💪💪 dushize hamwe uburundi twobwubaka tukana busukura gusamba uko urwanda rusukuye urwanda ni second cleanest country in world bo ko bashoboye twe tunanirwa niki 💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪💪 turashoboye
@richardhateg8662
@richardhateg8662 9 дней назад
Ama Esasseur ntakuyibagirwa. Boba bagucanye kukwereka Isoko rya Edmonton Fabrics?
Далее
تعليق على حوار وسيم يوسف و مازن
1:33:34