Film IHEREZO RYANJE yigisha ubuzima bwa kiremwamuntu cose aho itwibutsa yuko iherezo ryiza ry'umuntu ari intango nziza kubazokurikira bose. kaze mwese muyikurikirane hama munayisangize abandi nabo tubipfurize iherezo ryiza kuko ikintu cose gifise intango ningombwa kigire n'iherezo.
28 июн 2024