Тёмный

IJAMBO rya Jeannette Kagame🇷🇼 Avuze ikirundi abantu bararyoherwa saana🥰 

Isaac Tv
Подписаться 215 тыс.
Просмотров 49 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

7 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 43   
@habonajeanwillon3336
@habonajeanwillon3336 11 месяцев назад
Ndaryohewe kunva umutambukanyi wukuru wigihugu cyugwanda yantembereye Muburundi nivyigiciro cyane nukuri mwibereho muri umugisha❤❤
@mahappy4294
@mahappy4294 11 месяцев назад
Bavuga Rwanda apana Gwanda .urakoze
@user-tf1xn1tn8s
@user-tf1xn1tn8s 11 месяцев назад
Ni jambo la heri kuona BURUNDI na RWANDA wameondoa tofauti zao, kwa sasa wana nia maendeleo nchi zetu🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼. You are welcome in Burundi, Kenyan's first Lady Mrs Ruto🇰🇪🇰🇪
@vyisijean7065
@vyisijean7065 11 месяцев назад
Rwanda and burundi we united
@chadiflorentine8459
@chadiflorentine8459 11 месяцев назад
Mama wacu ngushimirako ntarurimi narumwe utavuga bituma abavuye mubihugu bitandukanye bakumva ❤
@DIEUMERCI4349
@DIEUMERCI4349 11 месяцев назад
Erega yavukiye iburundi mubuhunzi kandi ikirundi yaracyize kuva mumashuri abanza nayisumbuye
@catherinemuyango8741
@catherinemuyango8741 11 месяцев назад
Mama wa twese uzahirwe muri byose uri Mukobwirwanda no mu isi hose .M.s JK ❤❤❤hobe mama .First lady wacu ntugatsikire .....First lady w.i Burundi nuko mubyeyi kwakira umubyeyi wacu .erega muri abavandimwe ntihakagire ikizabatanya❤❤❤
@heavenagakiza6272
@heavenagakiza6272 10 месяцев назад
I love her 💙💙💛💛💙💙🙏🙏🙏
@ndayisengabalthazar678
@ndayisengabalthazar678 11 месяцев назад
Umubyeyi wacu Jeannette KAGAME turamukunda cyane.
@mudeyiyves1742
@mudeyiyves1742 11 месяцев назад
Hello Isaac Tv , ufite amashusho meza gusa amajwi ntasohoka neza
@oseendayi5046
@oseendayi5046 11 месяцев назад
Erega nubundi yavukiye muburundi aho nimuhira ikirundi arakizi nubwarumunyarwanda
@mahappy4294
@mahappy4294 11 месяцев назад
Akavuyo ka protocol wagirango ntibabiteguye neza,barikuza buri kanya imbere kubaza.
@shemsansabimana8128
@shemsansabimana8128 11 месяцев назад
Love you so much maman Rwanda❤
@didacendikumugongo8947
@didacendikumugongo8947 11 месяцев назад
She has been living in Burundi
@musenreiirufambo7120
@musenreiirufambo7120 11 месяцев назад
Nigute abavukanyi bapfa ubusa ntibikabeho
@thierrybwanakweli479
@thierrybwanakweli479 11 месяцев назад
@@musenreiirufambo7120politique mbi iteka itandukanya rubanda! Rwanda 🇷🇼 and Burundi 🇧🇮 are the same
@musenreiirufambo7120
@musenreiirufambo7120 11 месяцев назад
🥰🥰
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 11 месяцев назад
Kaze iwacu kaze kaze
@michelinemiche442
@michelinemiche442 11 месяцев назад
@nivyayoosias6758
@nivyayoosias6758 11 месяцев назад
Gusa aravuga igifarasa neza kabisa
@DIEUMERCI4349
@DIEUMERCI4349 11 месяцев назад
Erega yacyigiye aho iburundi niyompamvu akivuga neza😂😂
@kpotoluca7284
@kpotoluca7284 11 месяцев назад
Amajwi, amashusho 🫣
@user-mo9nm2vv8l
@user-mo9nm2vv8l 11 месяцев назад
Sounds 😢😢😢
@user-bd6ku6je1f
@user-bd6ku6je1f 11 месяцев назад
❤❤
@ngiruwonsangaemmanuel4900
@ngiruwonsangaemmanuel4900 10 месяцев назад
Volume wapi kabisa😢
@nivyayoosias6758
@nivyayoosias6758 11 месяцев назад
Ntaribagira ikirundi!
@DIEUMERCI4349
@DIEUMERCI4349 11 месяцев назад
Ntiyocibagira sha yaracize muri primaire na secondaire kandi aho umuntu aba yakuze kandi najewe sindacibagira naravuye iburundi mfise imyaka 7, urumvako ndacagerageza, uburundi bwaratuvyaye burakabaho ndabukunda nahondi umunyarwanda💪😂😂
@user-bh7mf6kt8e
@user-bh7mf6kt8e 11 месяцев назад
Nyenicubahiro janete kagame arazikirundi kabisa
@dianeinamwiza
@dianeinamwiza 11 месяцев назад
Niho yavukiye,arakurira,yahiye ahejeje secondaire
@DIEUMERCI4349
@DIEUMERCI4349 11 месяцев назад
​@@dianeinamwizaibyuvuze nukuri kabisa afite nakaranga kuburundi 😂
@Nkubito_Kitchen
@Nkubito_Kitchen 11 месяцев назад
♥️♥️♥️🙏
@user-gq1qd5cg1t
@user-gq1qd5cg1t 11 месяцев назад
Numurundikazi😂😂😂nyen ntiyavukiy muburundi
@mahappy4294
@mahappy4294 11 месяцев назад
Aho wavukira hose haba iwanyu hhhh eka mugabo nationalite ningombwa
@DIEUMERCI4349
@DIEUMERCI4349 11 месяцев назад
Yarahavukiye ninaho yize amashuri abanza na secondaire niyompamvu afite nakaranga kuburundi
@mahappy4294
@mahappy4294 11 месяцев назад
@@DIEUMERCI4349 natwe niho twavukiye tuhiga primaire ariko ntibivuze ko turabarundi ,mwarakoze kuducumbikira.
@ngolivier4016
@ngolivier4016 11 месяцев назад
Hhhhh damn nihatari nikirundi aracyivugaa
@Fidelethebarber
@Fidelethebarber 11 месяцев назад
ibibintu bya Izake ntibyumvikana
@user-ys3om4qp3m
@user-ys3om4qp3m 11 месяцев назад
ibivyuma ntibimez nez hii
@bobsafari4835
@bobsafari4835 11 месяцев назад
L
@LeatitieNiyonzima-cc7rj
@LeatitieNiyonzima-cc7rj 11 месяцев назад
Vyiza caane
@user-gj9yg8yb9d
@user-gj9yg8yb9d 11 месяцев назад
Kobirimwo urusaku rwinshi amajwi ntiyumvika neza
@NzeyimanasarahDavid-bo5ry
@NzeyimanasarahDavid-bo5ry 11 месяцев назад
Uwondos num z isaac yobakoz kkondamukeney cn
@archangemutibagirwa554
@archangemutibagirwa554 10 месяцев назад
Ntivyuvikana. Nu ngwamo gusa.
Далее
Will A Guitar Boat Hold My Weight?
00:20
Просмотров 52 млн