Тёмный

Ikirundi ca Dorcas🇷🇼 na Vestine🇷🇼😂 || Biryoheye abantu kukibuga c'Indege.. 

Isaac Tv
Подписаться 209 тыс.
Просмотров 333 тыс.
50% 1

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Опубликовано:

 

19 дек 2023

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 241   
@ngiruwonsangaemmanuel4900
@ngiruwonsangaemmanuel4900 7 месяцев назад
Sha abarundi mukunda abanyarwanda pe gusa Imana ibahezagire natwe turabakunda❤❤❤❤
@gilberttabu6501
@gilberttabu6501 7 месяцев назад
Wouuu!! Abarundi muri abana beza rwose. Nge nkunda ukuntu mwakira abantu. Be blessed.
@Yemwe
@Yemwe 7 месяцев назад
Nivy’abasokuru bacu nino I Burayi turacabikora 😂❤ Ni akaranga🎉
@user-pm4zp3wk9r
@user-pm4zp3wk9r 7 месяцев назад
Niko tumeze kweri twege iburundi turaguha karibu basi
@user-sk7dd8un3g
@user-sk7dd8un3g 7 месяцев назад
​@@user-pm4zp3wk9r😊
@nikwigizeevelyne9919
@nikwigizeevelyne9919 7 месяцев назад
Sha turashuha kbsa!❤
@Mahoro78
@Mahoro78 7 месяцев назад
Brothers and sisters from Burundi we love so much
@user-dx8me3if9m
@user-dx8me3if9m 6 месяцев назад
Wow naracerwe kwino nkuru Nanje ndabishimiye mugihugu Cacu C'uburundi Mwarakoze kuza kuduha ivuga butumwa mundirimbo ❤❤
@user-nw7ri6yz2k
@user-nw7ri6yz2k 7 месяцев назад
Kashamakokero Morodekayi Murindahabi urumwe nkunda cane murwanda kurenzabandi mbabajwe nokubawaje urikumwe na Vestine na Dorukasi ukaba utabimbwiye nurukundo uziko mbakunda Kbis 🙏 nimwe gusa nemera ntabihatiwe mumutima ❤wanje ndingozi nagakwiye kubonana namwe mbere yuko mutaha Kbis 🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@user-ci7ty6ll7e
@user-ci7ty6ll7e 7 месяцев назад
vestine na drocas Imana ibayobore Kandi ndabakunda cyane
@user-mr6hz6nu6p
@user-mr6hz6nu6p 7 месяцев назад
Wawuuu! Nimutaramire Abarundi Beza bacu! Ubwiza bw' Imana bubabeho🙏
@user-gj9oe2eh8w
@user-gj9oe2eh8w 7 месяцев назад
Isaac tv ndamukiriza abo batumire Dorcas na Vestine mubampere karibu cane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮👏👏
@NiyogisubizoDiane
@NiyogisubizoDiane 7 месяцев назад
Wow! Biranshimishije cyane UKuntu babakiranye urugwiro
@ishamivirginie7670
@ishamivirginie7670 7 месяцев назад
Wauuuu Imana ibahe umugisha
@uwimanachantal4212
@uwimanachantal4212 7 месяцев назад
Sha abarundi murabana beza pe. Mugira urugwiro
@dastellaharerimana7192
@dastellaharerimana7192 7 месяцев назад
Barahaw ikaze mugihuga cacu 🥰turabakunda
@user-kz5xy9vk2r
@user-kz5xy9vk2r 7 месяцев назад
Waoooo vyiza cane gushika iwacu ndabikundira cane bane beza
@JoselyneGateraTV
@JoselyneGateraTV 7 месяцев назад
Abarundi Imana Ibahe umugisha rwose,mwabakiriye neza cyane
@bukurugnacienne3413
@bukurugnacienne3413 7 месяцев назад
Karibu bana beza turabishimiye cane
@renovatsiragoye1315
@renovatsiragoye1315 7 месяцев назад
Ababana ndabafana pe be blessed Vestine and Dorcas with Makotore,Morodekayi,Irene Murindahabi
@Yemwe
@Yemwe 7 месяцев назад
Murindahabi Kasa makokero yahashitse😂 Welcome brother ndakunda urwenya rwawe🎉
@necodeirakoze8911
@necodeirakoze8911 7 месяцев назад
Waoooo karibu cane iwacu Burundi
@Armelsinarinzi
@Armelsinarinzi 7 месяцев назад
Modeste wa Dubaï ashakuwa sécurité
@odettekanyambo6518
@odettekanyambo6518 7 месяцев назад
Nyene Iréné ndamubony nahora ndamwumva
@ntibaziyaremyeaaron7612
@ntibaziyaremyeaaron7612 7 месяцев назад
Ilike this burundian collaboration
@umutesibrigitte8805
@umutesibrigitte8805 7 месяцев назад
Thenk you Paul Kagame ❤❤❤
@phoebepaulsen2434
@phoebepaulsen2434 7 месяцев назад
Rwanda/Burundi we're one.
@NdagijimanaAlphred
@NdagijimanaAlphred Месяц назад
Abarundi muritonda lmana ibahe umugisha.
@user-uo5mq6xb9i
@user-uo5mq6xb9i 7 месяцев назад
Turabahaye ikaze iwacu ikirundi nikinyarwanda nicokimwe nakare carigihugu kimwe ❤
@hakizimanastevo8204
@hakizimanastevo8204 7 месяцев назад
Abarundi Imana ibahe umugisha 😊😊
@Yvanna219
@Yvanna219 7 месяцев назад
Wow karibuni iwacu iburundi turabakunda cyane❤❤❤😂😂
@belyseirakoze5371
@belyseirakoze5371 7 месяцев назад
Aba chou murisanga iwacu turabakunda cane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@user-xv5ef5ow5e
@user-xv5ef5ow5e 7 месяцев назад
Irene abarikumwe n'abakobwa be disi. Ndagukunda lrene
@user-pm4zp3wk9r
@user-pm4zp3wk9r 7 месяцев назад
Karibu beza bacu nanje ndabakunda cane ,cane gooose ndi Mediatrice i gitega
@user-bx8tx2qq9r
@user-bx8tx2qq9r 7 месяцев назад
Karibu neza bacu iwacu iburundi turabakunda can❤❤❤❤
@user-uf2vf3nb6y
@user-uf2vf3nb6y 7 месяцев назад
Turabakunda cyane barundi baturanyi bacu,
@AdidjaSolange
@AdidjaSolange 7 месяцев назад
Imana ibakoreshe my girls 🎉❤
@hellennayengyengyeta5934
@hellennayengyengyeta5934 3 месяца назад
We are waiting for them here in Uganda, Kampala❤
@uwizeyeclaudine3306
@uwizeyeclaudine3306 7 месяцев назад
Uwiteka abashyigikire bakobwa beza❤
@ange-lyseiradukunda9722
@ange-lyseiradukunda9722 7 месяцев назад
Iréné, karibu na group yawe yose♥️♥️
@user-pi4ib7ql4d
@user-pi4ib7ql4d 7 месяцев назад
Waoooo karibu bakobwa bandiho mwarahezagiwe caan karibu iwacu lmana nyena mahoro uzobakoreshq ivyubuhizi turabakunda si imbanga🥰🥰🥰❤
@ngagishow2614
@ngagishow2614 7 месяцев назад
Abana bacu nibeza sana Dorcas and Vestine
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 7 месяцев назад
Vestine n'a dorcas welcome back in Burundi🇧🇮🇧🇮
@ttyy7642
@ttyy7642 7 месяцев назад
Karibu bane burwanda❤❤❤ karibu iwacu iburundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@rumaragishyikalambert2837
@rumaragishyikalambert2837 7 месяцев назад
Back kd ..?
@appolinekwizera2501
@appolinekwizera2501 7 месяцев назад
Karibu bana muduheshe umugisha ariko ivyo mukora vyose muze mugumane umuco wa ADPR
@Nayituriki986
@Nayituriki986 7 месяцев назад
Imana izabayore mumurimo mugiyegukora i Burundi ndakunda cyane❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@MugangaMuganga-zr3ch
@MugangaMuganga-zr3ch 7 месяцев назад
Em lrene yambu cane kalibu iwacu turabakunda cane ikibabaje sindihafi noje kubaraba
@marymgort1160
@marymgort1160 7 месяцев назад
Yooo karibu.bakobwa.beza.bacu.mwisange.mugicacu.cuburundi.turabakunda.cane.vestine.and.dorcas
@SylvieCoyitungiye-wf3pu
@SylvieCoyitungiye-wf3pu 7 месяцев назад
Karibu beza bacu mwisange mugihugu cacu Iburundi ndabakunda❤
@BayikezeBelyse-pr2lf
@BayikezeBelyse-pr2lf 7 месяцев назад
Nababonye munciyeko mukamenge waouuu mbega vyiza ewee jeho sinzogwara amaso kabisa ndababony kare ndabakund cane❤❤❤😂😂😂😊
@kennybrianiteriteka4793
@kennybrianiteriteka4793 7 месяцев назад
Ngontuzogiriki uranyumije
@cizapaterne2709
@cizapaterne2709 7 месяцев назад
Iwacu harashushe mukure iyo mipira y'imbeho 😂😂
@yvettenizigiyimana6857
@yvettenizigiyimana6857 7 месяцев назад
Je bury ndakund Landry promoter
@ntungwanayoodette752
@ntungwanayoodette752 7 месяцев назад
Baze barisanze❤
@user-uo5mq6xb9i
@user-uo5mq6xb9i 7 месяцев назад
Non ngaho ikirundi bavuze nikihe?😮
@user-rg5ze5kk2m
@user-rg5ze5kk2m 7 месяцев назад
Welcome in Burundi
@umuhumuzasharifu3794
@umuhumuzasharifu3794 7 месяцев назад
Ujye ubahaa imipira ibakwira 😅
@NellyCynthia-km4he
@NellyCynthia-km4he 7 месяцев назад
Waaaaooooh aho ndagushigkiye
@user-mr4kc8bo2g
@user-mr4kc8bo2g 7 месяцев назад
Murahinda shahu !!muri ikigihugu!!!!muri abambere
@user-hg9fr2lo1x
@user-hg9fr2lo1x 7 месяцев назад
Ako mana 🥰 nabana beza vestine and dorcas we lovely
@user-hb2ni4sw7x
@user-hb2ni4sw7x 7 месяцев назад
Imana izabane namwe muricyo gihugu cyabaturanyi kd ndabakunda cyane
@solangemujawimana6271
@solangemujawimana6271 7 месяцев назад
Abarundi ubundi nibo banje ❤❤❤❤❤
@user-nu2jv7xd4x
@user-nu2jv7xd4x 7 месяцев назад
😂😂😂😂😂😂 iren gose mugabo😅😅
@gloriainashaza6596
@gloriainashaza6596 7 месяцев назад
Namw murahatarisha sana
@NiyonkuruAssumpta-gr7mc
@NiyonkuruAssumpta-gr7mc 7 месяцев назад
Imana izabane namwe bana bacu I want to meet you doughters❤❤❤
@fifi6737
@fifi6737 7 месяцев назад
Abarundi mwakoze Imana ibahe umugisha
@zainabmrundi4851
@zainabmrundi4851 7 месяцев назад
Welcome to Burundi
@user-uf6ug4tu3b
@user-uf6ug4tu3b 7 месяцев назад
Good
@user-mu4ux8wy5l
@user-mu4ux8wy5l 6 месяцев назад
wouuu rekanizere ko najye any time tuzamenyana nkabasuhuza
@yvettedusabe547
@yvettedusabe547 7 месяцев назад
Bakobwa beza murahimbaye,muze mwame mukorera Imana mukuyiririmbira neza, ntimuze muhendwe n'ivyisi ngo muve ku Mana, ngira muramaze kubona ko gukorera Imana ata buhombe burimwo. Muri beza cane
@jeaninetv
@jeaninetv 7 месяцев назад
Karibu dorcas and vestine karibu murisanze❤,
@anickkanyamuneza9601
@anickkanyamuneza9601 7 месяцев назад
Murodekayiii ❤❤❤ yahagezeee na❤❤❤❤ umva mubitehooo❤❤❤ kwakundi twakira abantu sha iteka ahoryamyeee❤❤❤❤
@bravekis9095
@bravekis9095 7 месяцев назад
Vraiment je suis un femme raindaise ncumbitse muri America , abarundi musigaye mufite urugwiro ruzira amatiku , biranshimishije cyane natwe abanyarwanda bamenye Yesu tubakunda nk’abana b’Imana kandi duhora dusenga ngo Rurema akomeze gukora umurimo wo kuduhuza tubane nta buryarya ! Uwiteka abiteho
@DorineMuziranenge-pb8pf
@DorineMuziranenge-pb8pf 7 месяцев назад
Murindahabi nakumenyey kur karyuri ngaho rero urishikiy lburund lwacuu karibuca mwese Dorcos and Vestine karibu muzomeregw neza cane❤❤
@CyprienNshimiye-yd4kg
@CyprienNshimiye-yd4kg 4 месяца назад
Ndabakunda cyane❤❤❤
@jeannenimpaye6066
@jeannenimpaye6066 7 месяцев назад
Nivyiza kuja muraramukanya Burundi turabakunda cane irene muhezagigwe bantu babakiriye muhezagigwe🇧🇮💃💃🇷🇼🙏
@asadhamed3699
@asadhamed3699 7 месяцев назад
Karibu iwacu nukontahari ngo ndababone ariko murisanze iburundi turabakunda
@AdelineIshimwe-qn9xg
@AdelineIshimwe-qn9xg 7 месяцев назад
Wawuuu 👍
@UwisezeranoEsther
@UwisezeranoEsther 23 дня назад
Dorocas and vesitin ndabakundaga ❤❤
@CizaRodrick
@CizaRodrick 7 месяцев назад
Vyiza cane kaze iwacu munwicomushaka yesu arariha
@mukagatetefrancine7966
@mukagatetefrancine7966 7 месяцев назад
Ndahimbaje Imana ko abana bacu bashitse amaho
@MUHORAKEYERehema-pf2ee
@MUHORAKEYERehema-pf2ee 6 месяцев назад
Cool
@user-wy3go4kj6r
@user-wy3go4kj6r 7 месяцев назад
Wa WA wa WA wa 🎉🎉🎉❤❤❤
@ANNETTVSHOW
@ANNETTVSHOW 7 месяцев назад
Burundi 🇧🇮 ❤
@MugangaMuganga-zr3ch
@MugangaMuganga-zr3ch 7 месяцев назад
Mwakoze kubakira abana beza turabishimiye bibondo kurecane nihotubipfuriz kuger
@user-xp6hr1jz1l
@user-xp6hr1jz1l 7 месяцев назад
Welcome vestine and dorcas burundi❤❤
@user-bl2wj2ip7r
@user-bl2wj2ip7r 7 месяцев назад
Dorcas and Vestiné welcame to Bundian .
@lisaalllisa5326
@lisaalllisa5326 7 месяцев назад
Isaac ugirumunywa😂😂nikaribu barisanze
@tuyizerenoelpacifique8508
@tuyizerenoelpacifique8508 7 месяцев назад
Biranejereje bana bacu bo murwanda😊
@alineniyonkuru
@alineniyonkuru 7 месяцев назад
Kalubu Cane Turabishomiye Cane
@sergesnshimirimana6049
@sergesnshimirimana6049 7 месяцев назад
Karibu
@erickayitare9468
@erickayitare9468 7 месяцев назад
Imana ikora ibitangaza kweri
@asterebi
@asterebi 7 месяцев назад
Ego nivyiza ariko banyamakuru bacu mukomeze kwiga ngejeje aha ndazi KO mwunva cane❤
@MUKANOHERIMadeleine-pm3pr
@MUKANOHERIMadeleine-pm3pr 7 месяцев назад
Aba bana bariho ubwiza bw'imana gose, Ariko Abanyamakuru mufise icyo bita Akavuyo basii !!!! Protocol iri hasi cyane pe! Keretse niba aruko mwishimira abantu. abarundi mwese turabasuhuje mugubwe neza Bavandimwe duhuje umuco 🙌
@HoHnot-py1nj
@HoHnot-py1nj 7 месяцев назад
Karibu beza bacu muburundi
@user-yn4ht2do2c
@user-yn4ht2do2c 7 месяцев назад
Ndabakunda mwana
@bravekis9095
@bravekis9095 7 месяцев назад
There’s a big changes 🙏
@christabeb7503
@christabeb7503 7 месяцев назад
Karibuuu cane❤❤❤
@EricUmwizerwa-ei5jq
@EricUmwizerwa-ei5jq 7 месяцев назад
Kbsa byagenze neza
@UwimanaFlora-il8lu
@UwimanaFlora-il8lu 6 месяцев назад
Rusakaza TV ibari inyuma
@FelixNdagijimana-sx4hg
@FelixNdagijimana-sx4hg 7 месяцев назад
Abarundi ndabakunze mwakira abashyitsi neza mukomeze uwo muco mwiza
@habinezafelix3537
@habinezafelix3537 7 месяцев назад
Mwamamare bana bacu
@EmmanuelHakizimana-yg5qh
@EmmanuelHakizimana-yg5qh 7 месяцев назад
Dore ukuntu Irene abayikweze
@nyinawumuntuolive9690
@nyinawumuntuolive9690 7 месяцев назад
Abarundi turabakunda mugira urukundo pe naho abanyarwanda bababari mwitiku
@leonidasnyandwi3251
@leonidasnyandwi3251 7 месяцев назад
Ndabakunda can
@jeannenduwimana5950
@jeannenduwimana5950 7 месяцев назад
Karibu bibondo nkunda ukuntu mwifata nubwitonz muzi ivyo murimw karibu iwacu iburund
@Thank542
@Thank542 7 месяцев назад
Kaze iwacu iburundi. Irené nkundukuntu uri sage
@gloriaminani3067
@gloriaminani3067 7 месяцев назад
Vyangeze. Neza🇧🇮🇷🇼🎤🙏💋🎸🌹
@user-wu5zi5in9t
@user-wu5zi5in9t 7 месяцев назад
Nivyiz kubabaon mugihugu cac ciz cuburund karib kaib can muduh ivyo mutuzaniy kbx
@habibu_Igihangange1
@habibu_Igihangange1 7 месяцев назад
Abarundi bazi kwakira kabsa
Далее
E361 Navigating the Bible: The Pentateuch
44:18
Просмотров 190 тыс.
Good deed #standoff #meme
00:15
Просмотров 682 тыс.
КАК Я ЭТО СДЕЛАЛА?
00:13
Просмотров 423 тыс.
Alvella Muhimbare - YAMISI
5:54
Просмотров 172 тыс.