Тёмный

Imigabo n'imigambi y'umu candidat yigenga Francis Rohero 

Isanganiro
Подписаться 69 тыс.
Просмотров 2,5 тыс.
50% 1

#Burundi #elections2020
Muri kino kiganiro kidasanzwe aho isanganiro iha umwanya abitoje mu kibanza c'umukuru w'igihugu ngo bashikirize imigambi yabo,
Francis Rohero ariko yitoza mu kibanza c'umukuru w'igihugu nk'umu candidat yigenga, aratuyagira ido n'ido ivyo azokorera Uburundi n'abarundi mu gihe bomutora.

Опубликовано:

 

13 май 2020

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 8   
@aimedesirentahonkiriye767
@aimedesirentahonkiriye767 Год назад
Naho Francis atatowe ngo abe umukuru w'igihugu, imigambi yiwe niyo yambere...nabandi boyisunga. Iyo mba ndi Président nomuhaye amabanga muri leta. Coup de chapeau Francis Rohero
@bestjo2003
@bestjo2003 4 года назад
Waawuu I like this guy
@hassann4209
@hassann4209 4 года назад
Abarundi nimwatora imigambi mwiza ndibaza ROHERO agiye tudutwara2020
@ericndihokubwayo1722
@ericndihokubwayo1722 4 года назад
Ntawamura amatunda ku giti c'ifigiye kandi ntawutanga ico adafise!!!! Nizera ntakekereza ko Francis azotubera umurongozi mwiza cane!!!!! Imana ituje imbere
@patrickniyonsaba3708
@patrickniyonsaba3708 4 года назад
Francis Rohero vyukuri ufatiye kuvyiyumviro vyiwe yohindura igihugu cacu akakigira icamamare ariko ikibazo nuko abarundi benshi badatora imigambi batora kugihari,kugitsure,abandi ukamenga ntibibaraba ikindi uwigenga biragoy ko yotsinda pe arashinga umugambwe.
@claudinenahimana7653
@claudinenahimana7653 4 года назад
Ibyiyumviro byuyu mushingantahe birumvikana nibya zakora nibyoteza abarundi imbere
@geremanicolibori6230
@geremanicolibori6230 4 года назад
Uyo mugabo arvuga neza vyukuri...
@jeanmedicnkurunziza9586
@jeanmedicnkurunziza9586 4 года назад
Utabaye le prochain president azoba ari agahombo. Ariko ntube decourage
Далее
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 26 Mukakaro 2024
14:22
Просмотров 1,1 тыс.
Угадай МОБА 1 🥵 | WICSUR #shorts
01:00
Просмотров 491 тыс.
Новые iPhone 16 и 16 Pro Max
00:42
Просмотров 1,2 млн
Burundi : ivyo twomenya ku bwicanyi bwo mu 1988
9:25
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 24 Mukakaro 2024
13:07
Просмотров 4 тыс.
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 20 Mukakaro 2024
13:58
Просмотров 2,1 тыс.