Тёмный

Impanuro zijanye no gukoresha neza ifumbire 

FOMI BTV
Подписаться 1,5 тыс.
Просмотров 558
50% 1

Umuhinga muvyo gufumbira isi akaba n'umwigisha muri za Kaminuza aratanga impanuro zitari nke ku bijanye n'ingene umurimyi yokoresha ifumbire. Abanza kwibutsa uko isi ndimwa ikwiye kuba imeze. Arasigura ko umurimyi akwiye gukoresha ifumbire ikwiye, akirinda gukoresha nke canke iyirenze. Agirako avuga ingaruka mbi ziri mugukoresha ifumbire irenze.

Опубликовано:

 

4 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 4   
@adrientwagiramungu1792
@adrientwagiramungu1792 6 месяцев назад
Salvator nda mushimiye cyane ku biganiro bijyanye n'ubuhinzi atugezaho biradufasha.
@Muniraksu
@Muniraksu 2 месяца назад
Le Prof atanga inyigisho zumvikana no kumuntu yoba atize no muwambere
@SamuelNIMBONA-g7j
@SamuelNIMBONA-g7j 4 месяца назад
Ibiganiro vyaw turabikunda Can biratwigish
@Muniraksu
@Muniraksu 2 месяца назад
Calcaire
Далее
Gufumbira kubereye ni ukwahe
5:13
Просмотров 455
Akamaro ko gukoresha neza ishwagara y'indimo
24:21
Просмотров 3,6 тыс.
IFUMBIRE YA FOMI IRIMWO UMUTI UVURA
23:30
Просмотров 406
FOMI N'IFUMBIRE  IHINGURA  DIFF LE 05 09 2024
25:18