Nta Ntare ziri mu Burundi muri iki gihe mu batwara n'abatwagwa. Hari intama batwara k'umacuniro zigatega imitwe bagaca zidakakaje. Hanyuma hari uwashikirije ko Never yohava akugwa n'inzego nk'inama nshingamateka na nkenguzamateka. Ivyo ntibishoboka muri iyi systeme institutionel ya DD. Nta bantu bahari hagati mu Burundi no hanze boshobora gusenyura systeme DD muri iyi myaka. Intare ntiziraboneka, ngira ziracari nto zizokura, hanyuma imbwa zihungu k'ubutegetsi. Nukubandanya kwigisha n'ugusemerera, abandi bagerageze kwisuganya ukundi.🙂🙂🙂
Léonidas warigize kuvuga ko ata projet de société mwari mufise. Aho urihindukije. Ariko umuntu afise ubwenge bukwiye arabona ko DD yaje ata projet ifise, n'ubu apres 19 ans nta mbona ifise ijanye nogukura abarundi mu kaga bamazemwo imyaka n'iyindi.