Тёмный

INDOGOBA BY PATMOS CHOIR- LYRICS VIDEO 2024 

PATMOS CHOIR SDAC KAMENGE
Подписаться 126
Просмотров 278
50% 1

Turashimira Uhoraho wabanye natwe
Turashimira buri wese yagize ukwitanga kugira iki gikorwa kiranguke
Turabatumirira kwumviriza ubu butumwa buciye muri iyi ndirimbo
Turipfuriza imigisha no gukora igikorwa co gukiza imitima buri wese uzoyumviriza.
Urukundo rwanyu mudukunda rubatere kugira umwete wo gufashanya natwe kugira dushikane ubu butumwa kure

Опубликовано:

 

11 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 9   
@josianeigiraneza
@josianeigiraneza 5 дней назад
Mbega vyiza weee mukomere kumurimo nda❤❤❤🙏🙏🙏
@ClovisItangishaka-p3q
@ClovisItangishaka-p3q 5 дней назад
Good
@LilianeIKORINEZA-r6i
@LilianeIKORINEZA-r6i 5 дней назад
My favorite ❤❤❤❤
@clementinearakaza4261
@clementinearakaza4261 5 дней назад
❤❤❤❤❤
@DusabeJustine-ji7to
@DusabeJustine-ji7to 5 дней назад
Waoo muhezagirw can ❤
@TerahNiyimbabazi
@TerahNiyimbabazi 5 дней назад
Oooh vyiza cane Imana ibakomerez kumurimo wayo 🎉
@DaphroseIrakoze
@DaphroseIrakoze 5 дней назад
Wauuuh vyica can
@SamuelNiyongabo-x4w
@SamuelNiyongabo-x4w 5 дней назад
Indirimbo nziza cane
@honestsongsofficial
@honestsongsofficial 5 дней назад
This song shall be honest