Тёмный
No video :(

#indundi 

Indundi TV
Подписаться 282 тыс.
Просмотров 18 тыс.
50% 1

More Burundi music at indundi.com
Indundi.com | Online | sports and entertainment Magazine
News : indundi.com/
TV : indundi.com/tv
Burundian New Videos 2018

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 71   
@Harerimanatigana
@Harerimanatigana 4 года назад
Ndakunda B Face,kuko n'Umuririnvyi Ashoboye knd Azi Kwishura Abishizemwo ubwenge. Ndakunda Kumukutikirana xna,ntamusi wohera Ntaravye interview Yiwe. Respect Bwana B Face
@pridenciennensabimana5265
@pridenciennensabimana5265 6 лет назад
B,fac,,bandanya,usenga,turakwemera,Sana, Kama,unakubali likehapo
@lebonndayishimiye1259
@lebonndayishimiye1259 5 лет назад
oh my god thx man ibaz iyo ve6 ingekuwa mu france cank Angl sh ego uri o top
@mercy3743
@mercy3743 5 лет назад
Ndakunda ingene B-face yishurana icubahiro nubwenge
@antogadsonjuniormusicien2782
@antogadsonjuniormusicien2782 5 лет назад
Aaaaaa!!!shaka strees B-Face wewe ndakwemera vrm
@naftalnshimirimana5817
@naftalnshimirimana5817 6 лет назад
Ububirandenze mugukunda uyu B-Face, nukuvuga ndinzembona ahanditse B-Face nitahocane kuhakurikirana kugire niyumvire ivyayagira abamwumviriza. Niyirambire Indundi TV muratugriraneza kuzamurazana abaririmvyi biwavu canecane babarundi bakatuganiriza.
@ramyclassic322
@ramyclassic322 5 лет назад
Naftal Nshimirimana weturikumwe pe uyo atemberana nimana nabamaraika kbs kuko niw akurikiranwa san
@beatricentakarutimana6074
@beatricentakarutimana6074 3 года назад
Kumigani uri namber 1 eee aaaaa😘
@el-mesutonduwarugira93
@el-mesutonduwarugira93 5 лет назад
Kbsa B face ari tres Intelligent vrt...je l valide kbsa B fce; courage vrt
@odreiykezakimana3027
@odreiykezakimana3027 5 лет назад
B-fec ndagufanasana Kuko mukuvuga ufuganumbwenge❤❤❤
@kirinyota
@kirinyota 5 лет назад
Bakuririmba nka Yesu...😂😂😂 Bface keep up
@blaisentakarutimana4531
@blaisentakarutimana4531 4 года назад
Ndakunda ikirundi ciwe gose. Sinobesha amajambo yiw asumvya benshi kuko avug 100% ikirundi plus imigani. Keep it up bro. Terimbere
@mpawenimanaferdinand1591
@mpawenimanaferdinand1591 4 года назад
Nakubali sana B -Face
@mr_yassinofficial
@mr_yassinofficial 6 лет назад
B face nuwambere kabisa big up bro ubandanya uduguha ibintu vya bien saaaana dukeneye indirimbo mwakoreye muri kajeta yitwa changez ko mwoyishira kuri you tube
@mejambawa3537
@mejambawa3537 6 лет назад
B Face ndakufana bro wewe urazi icukora pe zurahanura abatazi icobakora tunakupata uku Canada bro
@kevinpascalmizero5943
@kevinpascalmizero5943 4 года назад
B-face j'ai une question?quel est votre niveau d'étude?vous êtes trop intelligent man
@erickndihokubwayo126
@erickndihokubwayo126 4 года назад
kevin pascal mizero
@swaggmicher5923
@swaggmicher5923 4 года назад
Kuraj b fece ndakwemera sana
@user-jn6sc8kr4s
@user-jn6sc8kr4s 4 года назад
B face komera murirap yawee kuko uwukudisinga nuko adashoboye lispekit🙋‍♀️
@bascuafrica7492
@bascuafrica7492 4 года назад
⚘⚘⚘
@MANING41
@MANING41 6 лет назад
B Face ni number one raper wa Bja! Asipopunguza kasi bado yuko juu atakuwa na wenzake sio wapinzani!!
@olivierbanyakwa1286
@olivierbanyakwa1286 5 лет назад
Wow mr face bbeeeebbeee
@sherlsentertainment2824
@sherlsentertainment2824 6 лет назад
Ati abagira challenge ninzigo bazorwar imitima walai 😂😂😂😂😂 ndakwemey bro, babwir ko atavyinzigo birimwo, hama nibakwira batanu ubegerany hamw bose ubakosore ata nzigo 😂😂😂😂 #SIKOYARI
@florisizere3574
@florisizere3574 6 лет назад
komeza ukora ariko Fabi love ,19th barakuruta numutima wawe urabizi muta ariko shishikara ntakundi nokwisi nuko ntidufise amatunga angana .
@johnstonealusiola9746
@johnstonealusiola9746 3 года назад
Wambiye bro urarenz my friend
@edmondkwizera2992
@edmondkwizera2992 5 лет назад
B_Face ndagufana kwl wahanura abafata nabi hip__hop nukuraba bakikebuka SO ndaguteye intege
@riyazimanacyriaque372
@riyazimanacyriaque372 5 лет назад
B Face abinjiy muvyo badatahura zurabakebura bamenyico gukoraaaaaaaa
@pridenciennensabimana5265
@pridenciennensabimana5265 6 лет назад
B,fac,,utwoturaper,,nitureke Kugusumbuwa
@user2379
@user2379 6 лет назад
Jewe ndamwemeye kbsa Yambaye naneza ,,,abandibo kkkkk sinzukobaba bameze
@irakozewinny7753
@irakozewinny7753 5 лет назад
Unanimaliza 💖💖✌
@user-zd8kc4yr2x
@user-zd8kc4yr2x 7 месяцев назад
Dagushigikiye wiwacup!! Komeza uterimberep
@alainmapigo5143
@alainmapigo5143 5 лет назад
This Dude knows meaning of Hip Hop! Let ‘em know Hip Hop speaks the truth!!!!Bruh yo mentality is above those Rapers !respect ✊ all the way from USA.
@kenithakaze4280
@kenithakaze4280 5 лет назад
B face👌👌👌👌
@user-ig5bz2wu6c
@user-ig5bz2wu6c 2 года назад
Nda kwemera tu kuko wishura neza cane b face mwubahwe imana ibazigamire ndakwikundira kanini kabisa
@fannytumukunde3328
@fannytumukunde3328 5 лет назад
Ndagukunda cne B Face nukuntu wishura uriko urabazwa wishura neza cne 😅😅😅me nabakobwa barahevye urusaku nibihanure
@akbardasilva2028
@akbardasilva2028 6 лет назад
ko mutagirisha interview and up coming nabo
@ntareboniface1591
@ntareboniface1591 5 лет назад
Uvuga ukuri kweli Boniface ww
@Bertkha
@Bertkha 6 лет назад
B Face Napenda sana nikija rikizo. Nikuone tuongee hata kidogo
@fulgencenkurunziza6717
@fulgencenkurunziza6717 6 лет назад
onnn ndagufana saaana
@mbonimpayealoys1588
@mbonimpayealoys1588 4 года назад
Uraciyubweng saan wang ndakund amajamb yaw nukunt niwishur vrt uruwamber
@samsonntunzwenayo2366
@samsonntunzwenayo2366 5 лет назад
Saf san b face
@NsengiyumvaEjide
@NsengiyumvaEjide 2 месяца назад
Naj numuntu wanj kwr b face wanj
@djamaniproniger6722
@djamaniproniger6722 5 лет назад
b fac avuz ikintu mimez bn fashaband ukiriho kabisa
@alicecycy4104
@alicecycy4104 5 лет назад
Kbas iyofifu yanyu izoryoha nukur
@aminimichael2279
@aminimichael2279 6 лет назад
B-face irambire ur no bifu
@tytytresor362
@tytytresor362 5 лет назад
Ntubeshe kabisa... Wanajeshi Na Wakali power. Really.. Bari Heat kuri Hip Hop yabo.. Nibikangure Abandi. Urashoboyee cane.
@freemanmovies4716
@freemanmovies4716 5 лет назад
king fab love in hip hop. reka kumwigereranya. ntuzi ivyukora ja muri ragap
@nadinemanirakiza7917
@nadinemanirakiza7917 5 лет назад
Unanichekesha sana ngobakuririmba nka Yesu hahaaaa
@daviesimba818
@daviesimba818 2 года назад
Hhhh
@faustinhommedetatnifasha9669
@faustinhommedetatnifasha9669 5 лет назад
hahahahahaah
@bar-cthealien257
@bar-cthealien257 5 лет назад
Well
@amrhusseni6596
@amrhusseni6596 5 лет назад
Jifunzen Hata kiswahili bc Tuelew Nass I game ila dyoshe🙂
@fannytumukunde3328
@fannytumukunde3328 5 лет назад
Nimuduhe indirimbo shasha ziwe
@dj-reissitolkira2343
@dj-reissitolkira2343 6 лет назад
B face ni lofa kbs wew ushaka gu hitinga kuma beef gusa? We dogo Fabi love ntiwomushobora kwanza wew wama mur beef ngumenyekane;
@jimmyyamuremye2675
@jimmyyamuremye2675 5 лет назад
B-FACE urumw mubaririmvy babarund bashoboy kururimb urabishoboy kwishur kwi radio urabishoboy kwishur kur indundi tv urabishoboy bandany ukonyen ni bukebuk
@jameszuma7043
@jameszuma7043 5 лет назад
mwembamba nice
@meschuvyamungu3358
@meschuvyamungu3358 6 лет назад
Uri lofaaa ahubwo none nkawew ubona love womushobora kwerii??? Agusumvya kurapa kabisaaaaa reka kwitwaza ngo 5 warogofye shaaaa
@MANING41
@MANING41 6 лет назад
Man mbega love ninde?
@pacifiquendayizeye2692
@pacifiquendayizeye2692 6 лет назад
Mathew Ninganza hhhhh reka kuntwenza
@meschuvyamungu3358
@meschuvyamungu3358 6 лет назад
@@MANING41 love ni king wa rap Bose barabizi mais arabasumvya kurapaaaaaa mais Bose ndabemera mais bararutana kabisaaa
@ngendakumanaking1837
@ngendakumanaking1837 5 лет назад
None nkwe wunva ufise ijambo ryukuvuga ja kwishure waru petiwe
@ngendakumanaking1837
@ngendakumanaking1837 5 лет назад
Werudogo ntakuzii urik uvuga uwomutangana kowumva amarusha uragenda umufashe wagiswendewe
@evaristerurangwa6632
@evaristerurangwa6632 6 лет назад
B-fac wambie mwishowe kitaeleweka tuuuuu,achana nahao wanajiita masimba nahawana meno,bro unangurum kam simbaaaaaaaa
@vestadealer4266
@vestadealer4266 5 лет назад
B fake abant batanu waratiny sha
@emelbbkk3630
@emelbbkk3630 5 лет назад
B'fec ndagufan terimber
@ghamalntwari4412
@ghamalntwari4412 6 лет назад
Numuziki cankenugutukana? Msg utanga yogutukana siyo kabisa ririmb indirimbo zubaka imitima y abarundi ure gutumwanya kuko sinibaza ko harumuntu azagukundira kwishurana nabakuvuze byiza kora hanyuma ibikorwa byawe bizab aribyo bitanga igisubizo
Далее
Icitonderwa: Menya ibir'inyuma ya Rusansuma
20:25
Umukuru w'Igihugu avuga ubundi bwoko bw'abicanyi..
29:19