Тёмный
No video :(

INGARUKA SERIES S4 EP 11 KING YUMVIYE IMPANURO ZA KAMI NGUWO IMBANA NKUBONE NA MAMA WIWE . 

GN FILMS
Подписаться 72 тыс.
Просмотров 67 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 934   
@sabbasburundi2404
@sabbasburundi2404 5 месяцев назад
Bakunzi beza b ingaruka mumpe amashurwe kuko ndazindutse hama mumpere nabandi iyo link❤❤❤❤
@Cycylavigne
@Cycylavigne 5 месяцев назад
Urayakwiye vrm🌺🌺🌺🌹🌹🌹nanje naray ndayiyumvir urabon ko nazindutse 😂😂
@jeannehakizimana4762
@jeannehakizimana4762 5 месяцев назад
Urayakwiye peeee 💐🌷💐🌷🌺🥀🌹🌺🥀🌹🌷🌷🌷🌷🌷🌷🌷🌷🌷🌷💐💐🌷🌷💐💐
@FarinaMassoud-kx7es
@FarinaMassoud-kx7es 5 месяцев назад
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 Akira amashurwe yawe
@YvetteUwimana
@YvetteUwimana 5 месяцев назад
Ubikora neza can😅😅
@YvetteUwimana
@YvetteUwimana 5 месяцев назад
Ubikora neza can😅😅
@ariellaniyonkuru8115
@ariellaniyonkuru8115 5 месяцев назад
Yvette ng yishakira icayi kidahiy kk ng ntikirura 😂😂😂 abakunz ba Yvette 🎉🎉🎉🎉🎉
@francinGerome
@francinGerome 4 месяца назад
Gecerewa ntaco kizima ndahageze ewe yvett uri ukuti wamenyo
@NgabirenzizaNoria
@NgabirenzizaNoria 5 месяцев назад
Waouh ingaruka hejuruu caaane abakunziii bayo ntimumbanire mumoe twi 👍 duhite twimanukiraa Knd tuyi partage kugira ngo igere Kure let's go 🕺🕺🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 5 месяцев назад
Noria urakina neza wubahwe ❤
@FlorenceNijimbere-nd5yy
@FlorenceNijimbere-nd5yy 5 месяцев назад
Ngo umbwirire mama amveko😂😂 courage nono
@user-dl4sf5bz2s
@user-dl4sf5bz2s 5 месяцев назад
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@yvettenizigiyimana6857
@yvettenizigiyimana6857 5 месяцев назад
Nori hary rero ng wari warons uw utum 😂😂😂😂 Yvette??
@liesseishimwe8818
@liesseishimwe8818 4 месяца назад
Duhite twimanukira diii mû chch wnj kure caneee
@jeannehakizimana4762
@jeannehakizimana4762 5 месяцев назад
Uyu munsi nje muba mbere abaza nyuma mundemereee ❤❤❤❤🎉🎉🎉
@Jeovanisofficial
@Jeovanisofficial 5 месяцев назад
Aho hantu Sabbas ahuy na Nyina wiwe k'umengo haranteye umunezero ukuntu ababibonye munyihere twatuboro😳❤🍹🍹🍹❤
@gervaisgervais704bashirahi9
@gervaisgervais704bashirahi9 4 месяца назад
Por SAB wabay nanj ingo twisangirir akababaro
@MamaKingChalom
@MamaKingChalom 5 месяцев назад
Abantu mwese mwantanze IMANA ibababarire😢😢 je imba nshaka kwarije ntangura kuraba INGARUKA😂😂 amashugwe menshi kubantanze🎉🎉🎉🎉🎉
@user-qn3ul4ju4x
@user-qn3ul4ju4x 4 месяца назад
Mpole none
@miracleange1588
@miracleange1588 4 месяца назад
Yompole dikingi
@user-nc1ex8sf8w
@user-nc1ex8sf8w 5 месяцев назад
Mbay mubamber abaz inyum mump like❤❤🎉🎉
@ErickIrambona-wo6gg
@ErickIrambona-wo6gg 5 месяцев назад
Iy film iriko ikinishwamwo ubwenge bwinshi .big up sana mwarahezagiwe kungabirano yanyu
@sosomh5430
@sosomh5430 5 месяцев назад
Nne Yvette kweli biratonze neza😂😂😂😂😂 ngo ntivyokunda ko amutungisha kuvayo, kujayo no gusubirayo😂😂😂😂Mana azotumarira imbavu
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 5 месяцев назад
Abakunzi n' ingaruka séries liké zanyu ndazikeney nubwo nacerewe courage neza❣️❣️🙏
@Jeovanisofficial
@Jeovanisofficial 5 месяцев назад
Abamaze kuhishikira kumunota wa 15 munyihere utuntu twanje❤🍹❤️
@user-ip4pr8ri1k
@user-ip4pr8ri1k 5 месяцев назад
❤❤❤❤
@issaNgendakumana-le9qy
@issaNgendakumana-le9qy 4 месяца назад
Bt komuteba kuduha flm
@NadiaKaneza-rk3rg
@NadiaKaneza-rk3rg 5 месяцев назад
Yvette chr😂😂😂I love u so much wew
@emelyne4167
@emelyne4167 5 месяцев назад
Noria ndagukunda ukinaneza wajinyitse❤
@nsabeyezubelyse1302
@nsabeyezubelyse1302 5 месяцев назад
Abantu bameze nka yvette mwisubireko.so ingaruka hejuru 💪💪❤
@user-hp4wm4ei6y
@user-hp4wm4ei6y 5 месяцев назад
Yvette j umunsi twahuye nukuri ,nzoc ndaguha akantu kuko urantwenza
@user-fe3ds8pe8o
@user-fe3ds8pe8o 3 месяца назад
Yewe yvette we🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰urashimiaha cabe rwoc niwoe mwanjye nukuri iyifirm urubyiruko eutayireba rwaratanzwe❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉 sabba ubahwa nukuri🎉🎉🎉
@myriam5411
@myriam5411 4 месяца назад
Jewe gama Yvette urashoboyepe😂😂😂😂kumbe waramushushuye urakarozi😭😭😭❤❤senge ugomba usubire amakosa kumukobwa wawe nayandi utarayakira
@furahandayishimiye2000
@furahandayishimiye2000 5 месяцев назад
Muminot itanu nkab ndahagez Bash bakunz bingarunk munsigir twatunt abazanyum rek ntoragateb manz ndabah ayany🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤🥀🥀🥀🥀🌺🌺🌺🌺🌹🌹🌹🌹🌹🌷🌷🌷🌷🌷🌿🌿🌿🌿🌿🔥🔥🔥🔥
@SaraP-kw9jz
@SaraP-kw9jz 4 месяца назад
Ariko sabbas udukoze ibiki😢😢😢tugomba twumve ijambo nya jambo ngo nakagaruka😢😢😢, Vyete uruchr bita Kirungo wa ingaruka😂😂❤❤❤❤❤❤nari ndabiziko utariko urarira Nico gituma arampuwe nakugitiye gusa umusi warize vyanyavyo ntituzobimenya hanyuma King sabbas juuuu zaidi ubikora neza akira🎉🎉🎉🎉
@EveryneManirafasha
@EveryneManirafasha 5 месяцев назад
Ingaruka yubahwe nda❤ muvyumve so courage
@user-tg1sp3ur1r
@user-tg1sp3ur1r 5 месяцев назад
Ark mana wee yvette urantwenza nukr buraba ureke amahane nukr ark turabakunda mwese team ❤❤❤
@bigirimanaeloge1684
@bigirimanaeloge1684 5 месяцев назад
Guharira , murakoze can , courage
@user-yx3cq5fx2m
@user-yx3cq5fx2m 4 месяца назад
Yvette uraryohera😅😅😅😅😅😅😅
@user-fx1ft2th2i
@user-fx1ft2th2i 16 дней назад
Ndagusumvy😂😂😂😂
@ChancelineKubwimana-rj5jr
@ChancelineKubwimana-rj5jr 4 месяца назад
Yvette weeeeee😂😂😂😂😂❤❤❤
@joselynedusabimana8046
@joselynedusabimana8046 5 месяцев назад
muvyukuri ndimurukundo ningaruka series kingi sabas muvyukuri uruwambere muri frim ndundi wuzuza umutima wanje iyondavye frm yawe mbanumva ndimurimpwemu lmana iguhumugisha mukoziwi lmana l loveyou somuch❤❤❤❤❤❤❤
@user-ie6lz6gl5d
@user-ie6lz6gl5d 5 месяцев назад
Suite izoba itesa kbs congratulations to you king
@jeannek5264
@jeannek5264 5 месяцев назад
Iyingaruka ibuzemo Yvette yabiha pe😂😂😂😂😂😂
@JohnholypeterchanceBarik-bo9le
@JohnholypeterchanceBarik-bo9le 4 месяца назад
Nukurii💁💁
@user-jt3wc3ik1x
@user-jt3wc3ik1x 5 месяцев назад
From rigera familly mumpe like nanj gusa natevy gato
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 5 месяцев назад
Ubahwa mwiza wazindutse knd waduserukiye kwa sabbas❤❤🥳🥳🥳🥳🥳
@AlineNizigiyimana-ir5bz
@AlineNizigiyimana-ir5bz 5 месяцев назад
Wawoo ndabikunzep sabass urakoz cyan kurekurira maman wawe
@smbest5881
@smbest5881 5 месяцев назад
Courage beza banje turabakunda Can abari murukundo ingaruka hejuru❤❤❤❤
@pascasienyandwi4222
@pascasienyandwi4222 5 месяцев назад
Yvette ufise rôle mbi kabisa kandi ivyo watekeye bizogutekurukana umusi umwe
@user-zc9qs8kk1z
@user-zc9qs8kk1z 5 месяцев назад
Sabass urahejeje kuba icaremwe gisha🎉🎉🎉❤❤❤❤
@MyAcount-ht1jk
@MyAcount-ht1jk 5 месяцев назад
Mukuvayo,mukujayo,mugusubirayo😂😂yveee wew mumabar yose nukur❤😂❤😂❤😂
@NyamuniniMimi-yw5lg
@NyamuniniMimi-yw5lg 5 месяцев назад
Ewe mana Ivette urasekeje pee nukuri uriyorobeka peee,nukuntu yobariwewe wabikoze
@edinenikuze3939
@edinenikuze3939 4 месяца назад
Yvette kivuruga wangiu ndagusavye ubuzungabaniriz kuko ndareye imbavu zanj uzondih😂😂😂😂😂😊
@emelyne4167
@emelyne4167 5 месяцев назад
Waaoo waaoo thank you beza banj muranezera ndabakunda mwese team ya king sabass❤ so courrag
@JoslyneNtaho-cz1xs
@JoslyneNtaho-cz1xs 4 месяца назад
Ego ncuti natwe turagukunda
@denisemafebo7871
@denisemafebo7871 5 месяцев назад
Bravo bravo bravo king sabbas❤❤❤
@user-pz3qj4gn3c
@user-pz3qj4gn3c 5 месяцев назад
Ew noria naw wabuz uwutum ngo Yvette ahav akuvugir😂😂 gus nyn ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@ndikumanadiane7458
@ndikumanadiane7458 5 месяцев назад
Episode nkunze caaaaneeee kurut'izindi zooooseeee ❤❤❤❤kubona Sabbas aca bugufi agaharira mama wiwe❤❤❤❤sabbas injira mumuryango wawe amaraso yawe utuze mwishime mwese umeny'umunezero n'ivyishimo vyo kubana n'amaraso yawe,ugahamagara maman naw'ati mwana wanje❤❤❤❤
@marievioletteinamahoro5795
@marievioletteinamahoro5795 5 месяцев назад
Abaza nyuma mundemer ❤❤❤
@user-ef9mt9cv1l
@user-ef9mt9cv1l 4 месяца назад
Ewana nduwambere urabonaaa🤣🤣🤣sije mbony ndatashe ngo nkomeze kwigishwa n'ingaruka ❤❤❤nukuri muri abigisha beza
@jeannehakizimana4762
@jeannehakizimana4762 5 месяцев назад
Yaaaayayayaya 🔥🔥🔥🔥🔥 Kuyindi mpwemu idasanzwe!!!! King Sabbas coup de chapeau ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉 Umutima ubabarira wamana amahoro Mbega Yvette ubugome bwiwe???😢😢😢😢 Nintare yingore!!! Kuroga umuvukanyi????? Emwe,nyimba avuka kwa data wacu ntavuze maizina niwe yihaye ibara!!! Ako si akumi Mumureke Nono basha yikundanire nuwo umutima wiwe wikindiye?! Burakeye tuvyereke abagabooo ntuzeweya 😀🥰
@hezagirajoyeuse1204
@hezagirajoyeuse1204 4 месяца назад
Yvette meilleure actrice ❤😅😅😅😅
@ruandarwada-yo7hy
@ruandarwada-yo7hy 5 месяцев назад
❤❤❤ ungarukan hejur can Gus Yvette we uranyic can kand ndakund UK ukina pe abakunz bingaruka ndababon 🎉🎉🎉❤❤
@uwasepascaline5054
@uwasepascaline5054 4 месяца назад
Abantu munkunda king Saba's nanjye mumpe like kwizamukire ❤❤❤❤❤❤❤
@raissa6836
@raissa6836 5 месяцев назад
Sabbas nabo mukorana mwese ndabifurije kugera kure cane IMANA igume ihezagira ivyomukora 🙌❤️❤️🇧🇮🇧🇮
@ChoralesaintececileParoissemak
@ChoralesaintececileParoissemak 4 месяца назад
Sabas Akaba aratanze Imbabazi wauhhhhh Hahiriwe Abanyakigongwe Kk nabo bazokigirigwa 🎉🎉🎉🎉🎉
@user-pi2cs7bc9r
@user-pi2cs7bc9r 4 месяца назад
Ndabakunda cyane ingaruka irimo amasomo rwose igeze aho❤️❤️❤️ Yvette yewe ngukunda kubi Ariko constance arihe ,king utanga amasomo meza komerezaho kdi biva mugusenga
@MoiseYAMUREMYE-gd1sd
@MoiseYAMUREMYE-gd1sd 5 месяцев назад
Mwakinyee nezaa couragee
@user-ug4ef8ew6t
@user-ug4ef8ew6t 5 месяцев назад
Like this ❤❤❤
@deziniyo
@deziniyo 5 месяцев назад
Ndimubamber abaza nyuma mundemere Link nanje number ingenue zidyoha 😂 ndabakunda ❤❤🥰🥰
@user-gt6gd3cv1s
@user-gt6gd3cv1s 5 месяцев назад
King sabass irandijije nukuri wakoze guha imbabazi umumvyeyi❤❤❤❤❤❤ courage
@chanceuwineza3752
@chanceuwineza3752 5 месяцев назад
Ababyeyi Benshi Badukorera Amakosa kweli Bakadufatisha Gusenga 😭😭😭 Ngo Imitima izatujajanga Please Ababyeyi Muhinduke ntimukadushavuze
@user-cx9xj3pw1y
@user-cx9xj3pw1y 5 месяцев назад
Sabbas yesuuu aguhezagire
@SandrineTuyisenge-pi1hv
@SandrineTuyisenge-pi1hv Месяц назад
Yvette kbx arakaz❤
@fafairambona7773
@fafairambona7773 5 месяцев назад
Weweeee Yvette 😄😄😄ijuru uzaryumva Kur statut Nukuri urumugome mubi,ham king ngushimiy cane burya guharira nivyiza nubwo rimwe narimwe umuntu yibuka ivyoyakorew akumv ararenerew m guharira nintambwe ikomeye
@agxgfhxf5292
@agxgfhxf5292 5 месяцев назад
Yivett numukunzi winda
@user-zj7lk9qz5l
@user-zj7lk9qz5l 5 месяцев назад
Mbaye uwambere🎉🎉🎉🎉
@MoiseYAMUREMYE-gd1sd
@MoiseYAMUREMYE-gd1sd 5 месяцев назад
Couragee
@user-dk7cy2it9l
@user-dk7cy2it9l 4 месяца назад
Ewe Yvette 🤭😂😂🥰🤣🤣 Sabbas urintwari kbsa 💪🙏
@AaAa-wz6wy
@AaAa-wz6wy 5 месяцев назад
Number one❤
@BahatiMasenarys-pf8gh
@BahatiMasenarys-pf8gh 5 месяцев назад
number 5 like zanje
@user-yq8sg4bq7l
@user-yq8sg4bq7l 4 месяца назад
Ndayikunda can ingaruka courage❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 месяцев назад
Pore sana kingi mamaze 😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢imana tarahabaye maze ❤❤❤❤❤❤❤❤❤imana yaragukuze maze
@Francus1609
@Francus1609 5 месяцев назад
Neza cane bakinyi beza murashoboye bagenzi.
@jose-vi4qp
@jose-vi4qp 5 месяцев назад
Kuminota 20 nanjye ndahashitse abokwanyamwema murahari nimwaba muhari mubinyereke
@fatmasandra8789
@fatmasandra8789 5 месяцев назад
Turahari beby
@Anny-p62
@Anny-p62 4 месяца назад
Weho mawe ramazani ntumubona😢 kowazindutse
@user-tw2dd1xh1t
@user-tw2dd1xh1t 4 месяца назад
😂😂😂😂😂 Yve ngiye gufata imisi itati yamasengesho nzoyivamwo Imana yansubije😂😂😂 ewe Yvette icokunyereka mubuzima busanzwe❤❤❤
@nshimirimanarodrick3962
@nshimirimanarodrick3962 5 месяцев назад
Harya ngondi uwanyuma ntaco bimbwiy Reka nikorer partagé nirenganire ingaruka hejuru cane
@dianendayisenga1293
@dianendayisenga1293 5 месяцев назад
Ndakunda Yvette sibanga
@user-lq5cd9ru2m
@user-lq5cd9ru2m 5 месяцев назад
Courage ❤
@febiekamariza63
@febiekamariza63 5 месяцев назад
Ndanezerew cane yemwe!king na maman ❤❤❤❤❤❤
@Born-to-hustle
@Born-to-hustle 2 дня назад
Vyzaaa❤❤❤❤❤Sabas kl sha
@mutoniwakristooff-jj7nq-jj7nq
@mutoniwakristooff-jj7nq-jj7nq 5 месяцев назад
Ndabakundacane gose
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 5 месяцев назад
Nanje ndahashitse kurab ingaruka🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳 Yvette somo yanje 😂ndaje wewe turihuriza sha😂tumeze kumwe😂 reka ndabe ndavuga munyuma ni film yambere turonka umwanya munini 🙏🙏🙏🙏❤❤❤
@user-tx7je4wp9d
@user-tx7je4wp9d 5 месяцев назад
Waoooo ❤️ komerezaho mubirimwo nez 🎉🎉🎉🎉🎉
@odillendayikete911
@odillendayikete911 5 месяцев назад
Ndabakundacan🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 5 месяцев назад
Pore kingi maze tyragukuda canee😂😂❤❤😂😂😂😢😢🎉🎉🎉😮😢😢😮😮😊😊😊😅😅😅ego 💯 ✍ ♥️ 👌 🎶 ❤️ 💯 ✍ ♥️ 👌 🎶 ❤️ 💯
@mutoniwakristooff-jj7nq-jj7nq
@mutoniwakristooff-jj7nq-jj7nq 5 месяцев назад
Ivette na constance barantwenza kubutumwabwabo bwamazi nasenge nuko 😂😂😂
@JoslyneNtaho-cz1xs
@JoslyneNtaho-cz1xs 4 месяца назад
Turabuvuga kabisa😂
@EsperanceKwizera-oc3vq
@EsperanceKwizera-oc3vq 4 месяца назад
King sabbas urakunzwe vrt wakoze guharira mama waw akabura ntikaboneke ni nyina w'umuntu burya amezi icenda yonyene aba yarakoze cane atagize avortement ngo upfe akaguha ubuzima .Yvette naw uratwenza pe
@user-ty9ri4xl9y
@user-ty9ri4xl9y 5 месяцев назад
Hagusiba wocerwa❤❤
@divariennekarire3688
@divariennekarire3688 5 месяцев назад
Basha Noriah yararonse uwatuma kumuvugira yvette kweri 😂😂😂
@Anny-p62
@Anny-p62 4 месяца назад
😅😅😅😅😅😅
@user-ov2is7qp3j
@user-ov2is7qp3j 5 месяцев назад
Kwr uyumunsi ndahagez matin abakunzi biyi firme ndagomb kibabona
@GhyslaineNishimwe-cs9on
@GhyslaineNishimwe-cs9on 4 месяца назад
Ndabakunda mazeux❤❤
@Ntihebuwayo-fabrice
@Ntihebuwayo-fabrice 5 месяцев назад
Abingizi ewe sha yvette shaaa!!!!!
@OnesphoreNiyomwungere-cg3tj
@OnesphoreNiyomwungere-cg3tj 5 месяцев назад
Ndazindutse mumpe link
@user-cd5iv8bv6m
@user-cd5iv8bv6m 5 месяцев назад
uyumusi ndahishikiy rek ntore agatebe nirabire
@user-dw6nv7vz8q
@user-dw6nv7vz8q 5 месяцев назад
Yoooo. Nacereweeee❤❤
@gracekwizera1826
@gracekwizera1826 5 месяцев назад
Ndabakunda😊
@elsielystiaor2032
@elsielystiaor2032 5 месяцев назад
Yvette🥰😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@user-df5fg1tw7v
@user-df5fg1tw7v 4 месяца назад
Oyaa Nukur Yvette arandenz gwisi ni nini😂😂😂😂
@user-uf4xb3yt8z
@user-uf4xb3yt8z 4 месяца назад
Mukomere cyana akinnyi biyo movie Bose ndabakunda❤❤ cyane ivete 😂😂😂😂imana ibandanye ibahezagira ndi murwanda nitwa bangaryimana murakoze
@DianeNshimirimana-yr2ht
@DianeNshimirimana-yr2ht 5 месяцев назад
Chris rr arantwenza arazing isura agatwenga😂😂n'inyobere
@GeneroseIriho-lz2ui
@GeneroseIriho-lz2ui 5 месяцев назад
Hagiye gusha pe❤❤❤❤❤
@khanwkk
@khanwkk 4 месяца назад
Courage Sabbas guharira umuvyeyi birampimbayecane natwebwe ducumurakenshi arko IMANA ntikorerahonkumunyu.birampimbaye gos.akira amashugwe yawe.🌹🌹🌹
@user-mu2yf1pq6z
@user-mu2yf1pq6z 4 месяца назад
Yooooo ivete warogeshej mwene so yoooo 😭😭😭 urimbwakazi sha ivete isi irakybona nukuri
@arikibok4735
@arikibok4735 4 месяца назад
Courage ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@ndikumanadiane7458
@ndikumanadiane7458 5 месяцев назад
❤❤❤❤❤❤muriko mubikora neza caaaneee
@user-ko8hc2nb8c
@user-ko8hc2nb8c 4 месяца назад
😂😂😂😂😂😂😂ewe Yvette sha ndagukunda urangororera imbavu😂😂😂😂😂ATI kuvayo,kujayo,gusubirayooo😂😂😂😂😂😂😂
@user-yj3dh7xn8d
@user-yj3dh7xn8d 5 месяцев назад
Yvette weeee❤❤❤ sabasi biriko biraza
@richardnduwamungu-q3t
@richardnduwamungu-q3t 19 дней назад
Turabakunda
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 5 месяцев назад
Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@user-lv7pg6pq1y
@user-lv7pg6pq1y 5 месяцев назад
Uyumusi ibintu nisawa ❤❤❤❤❤
Далее
Italians vs @BayashiTV_  SO CLOSE
00:30
Просмотров 4,7 млн
When I met the most famous Cristiano
01:03
Просмотров 24 млн
Italians vs @BayashiTV_  SO CLOSE
00:30
Просмотров 4,7 млн