Тёмный

INGARUKA Series S7 ep 1 Umunezero ni wose kuri King Sabbas na Mama wiwe. 

GN FILMS
Подписаться 81 тыс.
Просмотров 51 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

26 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 353   
@gnfilms8582
@gnfilms8582 23 дня назад
Muryoherwe muhe nabandi❤❤❤❤
@alicemugisha7948
@alicemugisha7948 23 дня назад
Thank you King Sabbas nukuri you Ari KING 👑🎉🎉🎉🎉igihe cose uzoba ugikomeje kwubaha lmana ivyawe bizoguma aramavuta❤
@SalamaNiyibikora
@SalamaNiyibikora 23 дня назад
Sabbas ndagukunda cyane nukuri nkeneye kukubona
@JeanineNduwayo-km6zg
@JeanineNduwayo-km6zg 22 дня назад
❤❤❤
@JeanineNduwayo-km6zg
@JeanineNduwayo-km6zg 22 дня назад
❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@miracleange1588
@miracleange1588 20 дней назад
Nikkntu giteyubwoba yivati ndagikuriye inkofero
@Ester-xv5tm
@Ester-xv5tm 23 дня назад
Abari murukundo niyi serie nanjye mumpe utu like twanjye ndabasaby ntimumbanire today gusa ndabakunda cyane ♥️♥️♥️♥️🥰
@uwimanaLatifa-q4u
@uwimanaLatifa-q4u 23 дня назад
Vyette arahevye arasaba ikingorwe kabisa ababonye vyett yaciye bugufi mume like
@MukamanaAlvella
@MukamanaAlvella 23 дня назад
Abakunzi ba Sabas,Yvette, Diva, mumpe like
@FanuelHarerimana
@FanuelHarerimana 23 дня назад
@GorethMisago-n9y
@GorethMisago-n9y 23 дня назад
Mbay number one,abakunzi bingaruka mundemer am like❤❤❤,ingaruk turayiku❤❤,mwibereho mukina nez vn👏👌👌
@symphorienn
@symphorienn 23 дня назад
Abaza nyuma mubdemere lik munankandire kwifoto murirwarukundo twikundaniye❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@LiesseNkurunziza-v8t
@LiesseNkurunziza-v8t 23 дня назад
Sabass much❤❤❤❤❤❤
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m 23 дня назад
Iyi film guhera,mu ntango gushika mwiherezo nibintu vyinyigisho bikomeye mu buzima bwacu bwa misi yose
@tuyisengezuzu
@tuyisengezuzu 23 дня назад
Munyaruke twirabire ingaruka😂😂❤❤❤
@FanuelHarerimana
@FanuelHarerimana 23 дня назад
@AmissaAmissa-s3v
@AmissaAmissa-s3v 23 дня назад
Abari murukundo ningaruka tumenyane✌️😂😂 gs nacerew anakunzi ba Yvette mump like ❤❤
@NsengiyumvaHassan-i8v
@NsengiyumvaHassan-i8v 23 дня назад
courage Gus Noria twamukumbue vrt nukuraba akagaruk vuba ❤❤❤❤❤
@Valerienahayo-xu3kr
@Valerienahayo-xu3kr 23 дня назад
Kumunota wicenda nkab ndahagez 🥳abza inyum mump utuntu twanje🥰🥰🥰
@EdithNiyogushima
@EdithNiyogushima 23 дня назад
Ingaruka hejuru cn
@vvestinedushimirimana
@vvestinedushimirimana 21 день назад
Wlkm my brother Smash finnegha❤🎉
@adelenshimirimana5323
@adelenshimirimana5323 23 дня назад
Maman king Sabas ubwiza burakwishe 🥰
@NiyomuhozaClaudine-sc9el
@NiyomuhozaClaudine-sc9el 21 день назад
Mubahe imbazi pe Sha ndabakunda cyane ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@baptiste685
@baptiste685 23 дня назад
Number one like nyishi
@gracekwizera1826
@gracekwizera1826 23 дня назад
Iveti🎉🎉🎉🎉
@JjshHh-wp6rp
@JjshHh-wp6rp 23 дня назад
Ngizopeee
@baptiste685
@baptiste685 23 дня назад
@@JjshHh-wp6rp merci
@baptiste685
@baptiste685 23 дня назад
@@gracekwizera1826 Ivete numuti wamenyo
@BellaDusabe-bg7ph
@BellaDusabe-bg7ph 23 дня назад
Yvette ngwisi iciye ahari ihita iramuzungurukana abakumvis mumpe like gus ndakunz ukuntu fara amubabariy❤❤❤❤❤
@ApollinaireKarenzo-wj9fo
@ApollinaireKarenzo-wj9fo 20 дней назад
❤❤❤ingaruka hejuru cane🎉🎉🎉oyeeee
@IradukundaFidelite-nw3dj
@IradukundaFidelite-nw3dj 23 дня назад
Abakunzi Bingaruka série tumenyane 🎉🎉🎉🎉
@dedeiteritekacovenant6751
@dedeiteritekacovenant6751 23 дня назад
Wauuuu King wacuu bien joue mwiza kur conseille nyishii can❤❤❤❤❤❤❤
@AlexRobson-x6r
@AlexRobson-x6r 23 дня назад
Number one❤❤❤❤
@ClairiaIt
@ClairiaIt 23 дня назад
Waoooh niryamber nzinduts vrt🤣🤣🤣🤣 abarinyum munyaruk twirabir Ingaruk 🥰
@patiencekaze
@patiencekaze 23 дня назад
Nice ndabakunda cane❤❤❤❤❤❤
@NiyongaboRichard-s1k
@NiyongaboRichard-s1k 23 дня назад
Yvette uratwica😂😂😂😂😂
@SINDIZERAJoachin-pq5mj
@SINDIZERAJoachin-pq5mj 22 дня назад
Papa diva ndakwemeye amajambo make mazima
@Alinehabonimana4
@Alinehabonimana4 23 дня назад
Abakunzi b'ingaruka tumenyane.nizere KO Diva azoca agaruka vuba
@francinGerome
@francinGerome 23 дня назад
Ewe vyett shaa ntawew neco uzoba wasubiriye😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@JeanMarieManirampa-s9f
@JeanMarieManirampa-s9f 20 дней назад
Yvette naho bamubabariye ntazoreka gukora ikibi aho ndazi ntihabuze uwundi agira akorere action
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 23 дня назад
Abantu bacerewe nkanje bari m' urukundo n' ingaruka séries abaza nyuma mushikira muri commentaires musige like 😂😂zabacerewe 🎉❤❤❤
@JeannedArcHabonimana-pr6dk
@JeannedArcHabonimana-pr6dk 23 дня назад
Papa sabbas aratuje cne mukuri agaca agira umugore yoooo Mana yanje weee kandi hariho ingo zimeze uko umugabo atagira ijambo murugo gusa papa diva afata ingingo nkumugabo peee
@ITURINDEOdette
@ITURINDEOdette 23 дня назад
Dukumbuye Nolia na Olivier mubazane nabo
@arikibok4735
@arikibok4735 23 дня назад
Courage ❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@mwatumbachirahishakiye1397
@mwatumbachirahishakiye1397 23 дня назад
Nezaaa can
@Konsa-h4k
@Konsa-h4k 23 дня назад
❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉ewwwwweeeeeeehhhhhhh vyiza❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@divariennekarire3688
@divariennekarire3688 23 дня назад
Ndakunda maman king sabbas numuvyeyi mwiza disi aciye bugufi impanuro ziwe zirubaka ❤
@UwamariyaJosiane-cb7nz
@UwamariyaJosiane-cb7nz 23 дня назад
Yvette bagukubite inkoni ndende apana ingufi urabona 😮😮 ark ndagukunda ♥️ nubwo ndikugucira urwa pilato ark ugomba guhanywa
@Shidebunew
@Shidebunew 23 дня назад
Ndabakunda cane nkakunda nibikorwa vyanyu ariko ikintu nipfuz ndashaka kubona ururubuga rwakwije ibihumbi 100 vyabarukurikirana kandi Imana izobikora kubwububasha abavyipfuza nabo bashireko imitima bizokunda
@Shidebunew
@Shidebunew 23 дня назад
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@CharlotteKwizerimana
@CharlotteKwizerimana 21 день назад
Nice 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
@stitore2388
@stitore2388 23 дня назад
Yooooo mama King uraryohewe nukuri birashimishije kubona mama King avuganye n'a kingi biraryoshe yemwe nta Yvette yahindutse wapi papa King musaza wubahwe Diva urakumbuwe 🫂🫂🫂❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@GeorgetteNshimirimana
@GeorgetteNshimirimana 23 дня назад
Sabbas,mama sabbas,papa Sabbas mwubahwe,muratwigisha
@ZaituniMbonyimana-e2e
@ZaituniMbonyimana-e2e 23 дня назад
M'y favorite series 🙏🙏🙏🙏
@YoYo-fe5bj
@YoYo-fe5bj 23 дня назад
I Yvette aranyishe peee Yvette ubewize amanyang yawe uyaheb 😂😂😂❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@meryorndi630
@meryorndi630 21 день назад
Jew.namanceregwa.mumbabarire.ariko❤❤❤
@ClaudeBizimana-nm8nf
@ClaudeBizimana-nm8nf 21 день назад
Imana ibajimber
@JeannedArcHabonimana-pr6dk
@JeannedArcHabonimana-pr6dk 23 дня назад
Sabbas ntiyoguhorera kuko sabbas afise umutima mwiza cne kandi arumva cne❤❤❤❤
@AllytozØgsmith
@AllytozØgsmith 21 день назад
Nacerew ark ndaryohew cane kumunezer wa maman sabbas nawe
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl 23 дня назад
Good Film kbsa
@KellyneJulienne
@KellyneJulienne 23 дня назад
Abacerewe nukur nkanje ntimunyibagire mur rwarukundo nyene❤❤
@AnnyLoveness
@AnnyLoveness 21 день назад
🎉🎉
@VioletteNininahazwe
@VioletteNininahazwe 23 дня назад
Jew Yvette sindamwizera ayomahera Fara niyaja kuyatora ahava apangana na Égide bayamwibe
@FrancineNishimwe-g6t
@FrancineNishimwe-g6t 23 дня назад
😂😂😂😂 nduwagatatu kbx
@Mwaminiomar
@Mwaminiomar 23 дня назад
Courage ❤❤❤
@akimanachristella4023
@akimanachristella4023 23 дня назад
Nanj today nazindutse🎉ingaruka hejuru cane
@chnae-k5o
@chnae-k5o 21 день назад
Ewe Yvette vub mumwiteg ikidigisas kk uwodamwizey ntiyiger akinzwa 😂😂😂 mm div vub kigi muraban gusa azob arumurir wijiyemw 🎉🎉❤❤
@EspeHarerimana-nk8gh
@EspeHarerimana-nk8gh 23 дня назад
Ndi murukundo niyo serie❤❤❤
@OliveDusabimana-i1x
@OliveDusabimana-i1x 21 день назад
Ndabakunda gusa nifuza kosabasi yobimwana murugo kuko ntakabi kiwe numunyamahoro
@blankoblanko1550
@blankoblanko1550 23 дня назад
Nukur jew nukur ndabikundir😂😂😂😂😂❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@mugishaclarisse8130
@mugishaclarisse8130 23 дня назад
❤❤❤❤mwirambire beza bacu
@GhewaGhea
@GhewaGhea 23 дня назад
Haaaaaaaaaa yew yvete 😅😅😅😅😅😅😅😅
@JeannedArcHabonimana-pr6dk
@JeannedArcHabonimana-pr6dk 23 дня назад
❤❤❤❤❤ ndakunda kubona maman sabbas aryohewe 😂😂😂 ryoherwa muvyeyi
@NiyurukundoEdige
@NiyurukundoEdige 23 дня назад
Courage turabakunda cane
@GesuconfidoinTe-ic5ze
@GesuconfidoinTe-ic5ze 23 дня назад
Urakoze Sha king igihambaye si ukwihora uzogume urondera ubumwe mu kuri no mu rukundo guko bizomugora uwidegemvya
@SalamaNiyibikora
@SalamaNiyibikora 23 дня назад
Sabass cyane hejuru
@SandrineAjeneza
@SandrineAjeneza 23 дня назад
❤🎉🎉🎉🎉 Yvette mama weee urarucitse
@LeaNihezagire
@LeaNihezagire 22 дня назад
Yoooh basha ingaruka yabay ingaruka sha Yvette nibazeko ahashe atazonger
@MoiseYAMUREMYE-gd1sd
@MoiseYAMUREMYE-gd1sd 23 дня назад
Courage 💪 bakinyi beza 🎉le 🎉
@behonest7
@behonest7 23 дня назад
Gmbaye uwambere nimumpe utwotuntu twanje❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@IRAKOZEYves-lx6iv
@IRAKOZEYves-lx6iv 23 дня назад
Turabakunda kk mudukorera Umuti kl❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹
@YafitaHasna
@YafitaHasna 22 дня назад
❤❤❤❤
@elianehavugimana4789
@elianehavugimana4789 23 дня назад
Yve ingaruk ziratanguy kugushikira.ariko wagize Imana kumenyana n'a senge.mwe n'a senge muranshik kunyota.senge komez witwar nkumuvyeyi nakre ishavu ryumuvyeyi riririrw ntirirara
@adidjaNkunzimana
@adidjaNkunzimana 23 дня назад
❤❤❤ turabakunda tena sana❤❤❤ muduhe iyindi turayirindiranye igishika season ikurikira
@joiskwizera1326
@joiskwizera1326 23 дня назад
Yvette nukuri ntuzosubir gukors amanyanga urahatsw😅😅mama divan wiyakir hama courage mwes vrt 🎉🎉❤❤
@GorethGoreth-lp6kl
@GorethGoreth-lp6kl 22 дня назад
🎉🎉🎉🎉🎉
@InnocentNDUWAYESU-d9s
@InnocentNDUWAYESU-d9s 23 дня назад
Nanje nahageze amaso sinkomaguza
@ArlèneDUSABUMUKAMA
@ArlèneDUSABUMUKAMA 23 дня назад
❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
@ErnestineUwimana-ms4ix
@ErnestineUwimana-ms4ix 23 дня назад
Jew nukr kukuntu nacerew ndanatey isoni pee.arko reka nireber sabass na maman wiwe🎉🎉🎉❤❤❤❤
@DidasBukuru
@DidasBukuru 23 дня назад
Mwubahwe mukina neza muranezera❤❤
@hyanceinthaNininahazwe-i4m
@hyanceinthaNininahazwe-i4m 21 день назад
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@BenemuluBillyado-ji4ze
@BenemuluBillyado-ji4ze 23 дня назад
Ucyiye ukata izo nkuru,reka ndazivuge iya1King yaranditswe ,iyaka2azotwereka umukazana,hama ngira Yvette arihanye kwama atera akajagali,none se ivya Dieudone numugore we birahererahe kwatakumvikana kwabo mbona,hama ba Yvette bagende bihuse gusigurira umugabo wa Fara amanyanga bamukoreye.
@FanuelHarerimana
@FanuelHarerimana 23 дня назад
Ndakumbuye diva na kirisi
@Adelinemuhizi
@Adelinemuhizi 21 день назад
Yvette😅😅😅😅😅😅😅
@AngeleNiyonzima-n5f
@AngeleNiyonzima-n5f 20 дней назад
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@BMbroadcast
@BMbroadcast 20 дней назад
Smash Finnegan🎉
@uwimanaLatifa-q4u
@uwimanaLatifa-q4u 23 дня назад
Safi san muko vzr
@NishimweNadia-kt8pe
@NishimweNadia-kt8pe 23 дня назад
Courage nyinshiiii cane 💪💪 ndabakunda 🥰🥰❤❤
@NDABACEKUREBonaventure
@NDABACEKUREBonaventure 22 дня назад
Yvette aranshika kumutima pe,ndamukunda caaane
@MakurataNiyonkuru
@MakurataNiyonkuru 23 дня назад
Ek sishobora ngucererwa cne abknz bingaruka mundemere ndaknda ❤❤❤
@ReverienNsengiyumva-uv6ie
@ReverienNsengiyumva-uv6ie 23 дня назад
Ewe Yvette uri umuti w,amenyo kl nawe uraryosha ibintu😂😂😂😂😂😂
@NiyongerePascaline
@NiyongerePascaline 23 дня назад
Koko Yvette yobayihany 😂😂😂rek tubirindir kk ndazik arikatamanikirw 😂😂😂❤❤
@jonasirakoze557
@jonasirakoze557 23 дня назад
❤🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹
@AkimanaAudrelle
@AkimanaAudrelle 23 дня назад
Courage ❤ mubikora neza
@NiyonzimaTriphonie
@NiyonzimaTriphonie 23 дня назад
Good ndab❤❤❤❤❤❤❤❤
@Sandra-ln3vj
@Sandra-ln3vj 23 дня назад
Murintwari nimwakire 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
@nsengiyumvaaline1773
@nsengiyumvaaline1773 23 дня назад
Ndahishikiye.Abaza inyuma yanje mundemere utu likes
@raissa6836
@raissa6836 23 дня назад
❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮 ndabakunda cane
@KubitiroAime
@KubitiroAime 19 дней назад
King sabasss ndagukunda cyane 🥰🥰❤
@KampimbareChanella-lh1ig
@KampimbareChanella-lh1ig 23 дня назад
Waoo courage m'y team❤
@ggfwtgg1652
@ggfwtgg1652 23 дня назад
Ingaruka hejuru cneeee ivette ariyorobeka senge mukugukirera ikintu araguhuha nkimbeba 😅😅😅❤❤❤
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 23 дня назад
Courag❤
@JoselyneShimirimana-q7e
@JoselyneShimirimana-q7e 23 дня назад
Oooh,ndazindutse🎉
@OmanCello
@OmanCello 23 дня назад
🎉🎉🎉❤❤
@ElianeTuyizere-uu3pf
@ElianeTuyizere-uu3pf 23 дня назад
Murashoboy iman ibakomez❤❤❤❤🎉🎉🎉
@GdhhdXbxhdyd
@GdhhdXbxhdyd 22 дня назад
Ndabakunda canee❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Далее
INTORENTINDI LIKE VERY MUCH  PLEASE SUBSCRIBE
6:26
Просмотров 6 тыс.
INGARUKA S7 EP 6 Remy na Egide ayobabonye siyo.
25:50