Тёмный

INKURU NZIZA CANE IMIPAKA IRUGURUWE! BUS YAMBERE IVUYE MURWANDA/AMB.SHINGIRO NA NDUHUNGIREHE BAPFU.. 

Burundi Empire Tv
Подписаться 71 тыс.
Просмотров 10 тыс.
50% 1

#Neva #Burundi #Gitega #M23 #Intambara #Rwanda #PaulKagame #Kigali #Gineral #Major #Amakuru Yihuta Bujumbura breaking news

Опубликовано:

 

15 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 28   
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 3 месяца назад
Uwo mushikiranganji Albert shingiro ikigugu cambre ivyo muribuka amajambo yavuga siwe yafadikanije nico kigwarudubi bahagarika imigenderanire ?
@NimbonaViola
@NimbonaViola 3 месяца назад
Yarasaze ubundi abivuga abikuyehe
@kayinamuragabriel5650
@kayinamuragabriel5650 3 месяца назад
Urikigoryi wow uvugira kuriyi chanel . Uzisubireho nahubundi nta muntu uzajya areba inkuru zawe kuko urabeshya cyane. Uvuga nka kasuku pumbafu!
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 3 месяца назад
Pumbafu ninyoko
@tegagia.n669
@tegagia.n669 3 месяца назад
Urakomeye neza kweli, igih yavuga koyiyononoey hari ryari harih? Reka kuba mufatanya ibintu bidasa namwe KO mukaze nihugururw turabe
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 3 месяца назад
Abarundi ntamitima dufise ? None hagati yurwanda nuburundi nibande barondeye abandi none uwatwononeye ninde
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 3 месяца назад
Vyukuri abategetsi buburundi ntamitima mufise muribiwerewere muribigwarudubi
@KateBashabe-qh8ve
@KateBashabe-qh8ve 3 месяца назад
Abarundi mwatembaje Neva? Arabaroha Ku nuunguze!
@KateBashabe-qh8ve
@KateBashabe-qh8ve 3 месяца назад
Fini Neva! Nous en avons assez.
@Rwandisfabriga5us
@Rwandisfabriga5us 3 месяца назад
I no think so 😂😂😂😂😂😂 but tujye tuganira neza turi bamwe ubundi tugyenderanire🎉🎉🎉🎉
@ViNzuza
@ViNzuza 3 месяца назад
Ngo Neva asigaye yitwa sendagara hahaha abantu bafunga imipaka nkaho bafunga ingozabo? Batitaye kungaruka zabaturage stupid leaders
@bernardsinzobatohana1671
@bernardsinzobatohana1671 3 месяца назад
Uwoyavuzeko bogiha rwasa canke bamvuginyumvira sumumenyesha makuru numunyamoritike kuko siwe yogena uwomusubirira. Naho yotangimihoho nibazeko uwomunyamakuru atabwenge yashizemwo
@IBRAHREAL1
@IBRAHREAL1 3 месяца назад
Thanks mutama
@harerimanaleonce8153
@harerimanaleonce8153 3 месяца назад
Gutwagwa nibihuramitwe
@josephineuwizeye8250
@josephineuwizeye8250 3 месяца назад
Acha uwongo!!
@ViNzuza
@ViNzuza 3 месяца назад
Hoya indagara nibazigumane
@richardkabera4026
@richardkabera4026 3 месяца назад
Ese ubundi yawufungiyiki??
@IsaïeNiyonkuru-x7l
@IsaïeNiyonkuru-x7l 3 месяца назад
Tubwire abari kumupKa nivyo buguruye😊
@bernardsinzobatohana1671
@bernardsinzobatohana1671 3 месяца назад
Rekana nuyomusazishaaa
@bernardsinzobatohana1671
@bernardsinzobatohana1671 3 месяца назад
Wavuzeko vyishi nsanze nawewe atabwenge ufise wovugaguteko nta Rwanda sukuralwimiti besherahiyo gusa imipaka yuguruwe abanyagihugu bahegereye nibihugu muri rusangi habamwakarusho ariko iyubana numubanyi mubi nikobimeze kandi ntitwokwirengagizako aribo babitse abatikijinganda 2015 nahobabihakana none kubwambere abamenyeshamakuru burwanda birirwa barabashimagiza babaha ibiganiro mwumva kubihakana ataragasuzuguro botumabavugati bahaciye bagenda kuko impunzi ntiyimirwa mugabo ntibavugeko batigeze bababina
@BURUNDIEMPIRE
@BURUNDIEMPIRE 3 месяца назад
😂😂😂😂
@nzohayimanaprime
@nzohayimanaprime 3 месяца назад
Tok rek kubesha
@nshimiyimanaemile.n
@nshimiyimanaemile.n 3 месяца назад
Wowe wataye umutwe kbs
@binancerwanda
@binancerwanda 3 месяца назад
Nanjye amakuru ye yarancanze peu!
@NyirahabinezaClaudine-w5z
@NyirahabinezaClaudine-w5z 3 месяца назад
Niba mwuguruye murakoze cane
@NinaZouzou-p4d
@NinaZouzou-p4d 3 месяца назад
Birscyari mubiganiro ntibsrugurura ba mureka kubeshya
@uwizeyimanaolive158
@uwizeyimanaolive158 3 месяца назад
Haracyugaye
@NyiraminaniFotune-nd9et
@NyiraminaniFotune-nd9et 3 месяца назад
Mumperayi ke
Далее
Uburundi mu gikombe c'isi : birashoboka ?
7:29
Просмотров 9 тыс.
INTORE NTINDI S02 PART 5  THE END
45:49
Просмотров 391 тыс.