Тёмный
No video :(

INTAHE IKOMEYE - IVYANANIRANYE MURI YESU BIREMERA/IRAMBONA Alice 

MEIRRA Tv
Подписаться 122 тыс.
Просмотров 12 тыс.
50% 1

Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Опубликовано:

 

27 июн 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 24   
@NdayiragijeAndré
@NdayiragijeAndré 13 дней назад
YESU nashimwe, arahambaye !
@meirratv
@meirratv 13 дней назад
Amen 🙏💓
@user-kx1cc7si8c
@user-kx1cc7si8c Месяц назад
Urumugabo yesu urumugabo w sasenyaguye vyabisozi birebire biduhanamiye!intah yigisha cane
@meirratv
@meirratv Месяц назад
Amen 🙏❤️
@josephinehabonimana6841
@josephinehabonimana6841 Месяц назад
Icubahiro ni c'Imana
@meirratv
@meirratv Месяц назад
Amen 🙏💓
@J.MarieSinzotuma-j1d
@J.MarieSinzotuma-j1d 29 дней назад
Muraduhezagiye
@meirratv
@meirratv 29 дней назад
Amen 🙏💓
@AndreNdayiragije
@AndreNdayiragije Месяц назад
Vyukuri biremera haleluya
@meirratv
@meirratv Месяц назад
Amen 🙏
@user-ns7jb2wm5c
@user-ns7jb2wm5c Месяц назад
IMANA twakurikiye ni NYAKAMUGAYOOO,knd Igushize mw'Ishure uvayo uri Umuhizi mukwizeraaa
@meirratv
@meirratv Месяц назад
Amen 🙏💓
@Grace400-w6s
@Grace400-w6s Месяц назад
Imana yacu irakomeye ikora ivyananiranye Intahe nziza cane
@meirratv
@meirratv Месяц назад
Amen🙏❤️
@EsdrasNkunzimana
@EsdrasNkunzimana Месяц назад
Yesu aguhezagire.Turumvise ugukomera kw'Imana
@meirratv
@meirratv Месяц назад
Amen 🙏❤️
@ChristienNimbona
@ChristienNimbona Месяц назад
Iyo Mana ni nziza ni nziza ninziza pe
@meirratv
@meirratv Месяц назад
Amen 🙏💓
@AaNn-x1y
@AaNn-x1y Месяц назад
IMANA IRAKOMEYE NTAKIYINANIRA!
@meirratv
@meirratv Месяц назад
Amen 🙏💓
@user-es9oz5db4q
@user-es9oz5db4q Месяц назад
Uhezagirwe cane Mama Deborah
@meirratv
@meirratv Месяц назад
Amen 🙏💓
@user-ij9su4lk6r
@user-ij9su4lk6r Месяц назад
Ntitetereza twarayibonye natwe
@meirratv
@meirratv Месяц назад
Amen 🙏💓
Далее
INTAHE IKOMEYE YA PASTEUR RUZOVIYO FABIEN
54:10
Просмотров 8 тыс.
Classic Italian Pasta Dog
00:20
Просмотров 2 млн