Тёмный
No video :(

INTAHE ikomeye ya GRETTA//kuva murugo kwanje//Gutandukana n'umugobo n'ikintu gikomeye//Abakobwa 

UMUKUBITO
Подписаться 178 тыс.
Просмотров 101 тыс.
50% 1

INTAHE ikomeye ya GRETTA//kuva murugo kwanje//Gutandukana n'umugobo n'ikintu gikomeye//Abakobwa

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 332   
@franckmuco7534
@franckmuco7534 6 месяцев назад
Franck Securite.Big up Mme Gretta,uvugisha ubwenge bwinshi
@bibikiki8437
@bibikiki8437 9 месяцев назад
Uri keza cane Gretta Bagusokoje neza Uraberewe Love from 🇨🇦🇧🇮💝
@kabosskdn2202
@kabosskdn2202 9 месяцев назад
aho avugana ko mu rugo utegerezwa kuba heureux ni principe yabatumvira ijambo ry Imana,mur egliz hos bavuga kubana mubibi momuvyiza,abasirimu bubu bashaka côté imwe ya bonheur,na imitation yizindi ngo birahovya abakobwa benshi surtout babanyamuji
@lydi791
@lydi791 9 месяцев назад
😂😂😂😂wurumva rero nibo barereta jw mpaze kubona Ama interview meshi ya bantu bahukanye cne cne abakobw beshi sivukira zomugisagara Noe nikuberik Kandi tuzi bobo bahawe indero nyishi Gusumba abo mugisagara
@kabosskdn2202
@kabosskdn2202 9 месяцев назад
@@lydi791 bashits I buja bacabasirimuka bivanye nakagwi bagendana kabenfluença,raba pst mbahayaga yabisiguy neza kenshi igituma abantu bahukana
@lydi791
@lydi791 9 месяцев назад
@@kabosskdn2202 nabo ni babandanye bahukana ivyo bashaka bazobibona ubu biyaraje ngo ubuzima bubushuga mamy buraryoshe naho ishwi uburaya gusa bubuzuyemo
@user-28Gerardineakimana
@user-28Gerardineakimana 9 месяцев назад
Ukuntu Gretta arimwiza burya urugo ntirwubakwa nubwiza kbsa wapi gusa Gretta Imana izoguhe uwo ishaka canke muzosubiran
@confitbienius6903
@confitbienius6903 9 месяцев назад
Gretta, très intelligente ❤ ,cool ... Elle sait ce qu'elle veut dans la vie
@faveur710
@faveur710 9 месяцев назад
Gretta tu es tellement belle 🥰 Vraiment 🌹🌹 Grâce From Belgique🇧🇪❤🇧🇮
@alexiauwineza2689
@alexiauwineza2689 9 месяцев назад
Madame félicitation tu es vraiment forte kandi uvuze ukuri sukubera usa neza Canke wama utwenga ko ariho umerewe neza benshi barara muvyumba séparé barakubitwa kandi nubutwari kuvuga uti non non ndavyanse
@BucuraBwaRusine
@BucuraBwaRusine 9 месяцев назад
Urimwiza❤from 🇷🇼
@LyseAkimana-dn4ir
@LyseAkimana-dn4ir 9 месяцев назад
Gretta wamye uraka bajou kuv twigana primaire😍😍💕
@beautyclara6233
@beautyclara6233 9 месяцев назад
Gretta je t'aime beaucoup et tu es très intelligente 🎉❤️❤️❤️❤️❤️🥰🥰
@angeiba4548
@angeiba4548 9 месяцев назад
Oui oui ma belle j’aime la façon que tu parle doucement tu es très très intelligente merci pour tout big lov bisous turagukunda twese
@wisdom3596
@wisdom3596 9 месяцев назад
Umwami YESU-KRISTO akujimbere Mme Gretta
@user-po5sg6vh4c
@user-po5sg6vh4c 6 месяцев назад
I lv her kbsa. Uwakumpa nanezerwa.....❤❤❤❤❤ ndagufanaa ndakubaha ndanagukunda byukuri... much lv from pichou Paul Williams from Kenya Mombasa exactly cost,... Ester Africa 🌍.ni mwizaaaaa.
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 9 месяцев назад
Gretta uri so cute ❤
@noreenmugabo2038
@noreenmugabo2038 9 месяцев назад
Nkunda abarindi cyane ndi munya Rwanda 🇷🇼
@gracentirampeba604
@gracentirampeba604 9 месяцев назад
Natwe turabakunda kuko muri abavandimwe
@mercifulangel15
@mercifulangel15 9 месяцев назад
Nange nkunda abarundi cyane, abagenzi nagize b’abarundi ni abana beza cyane. Nkunda ukuntu bavuga ikirundi. Ariko uyu mu maman asa na first famille yo mu Rwanda, asa n’umwana wa Ange mukuru ukuntu.❤
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 9 месяцев назад
Caméra za mukubito ni 🔥🔥👌👌👌kuyindi mpwemu
@ireneiteriteka444
@ireneiteriteka444 9 месяцев назад
Waouuu uvuze amjambo meza yubak🙏🥰🥰
@ange-marie4559
@ange-marie4559 9 месяцев назад
Incabwenge vrmt❤❤❤ wubahwe Gretta uri forte gose
@user-zo8el2oe8n
@user-zo8el2oe8n 9 месяцев назад
Gretta bagukunda kubera uri mwiza (ariko gusambura naho siyo nyishu yibibazo ahubwo mwari kuraba umwe agahebera uyundi Hama Mugasengaranira Imana ikabakemurira ibibazo mudahurizako )
@user-zv2ng6ov2k
@user-zv2ng6ov2k 9 месяцев назад
harabicanira murukokwihangana
@lydi791
@lydi791 9 месяцев назад
Umutima wo kwihangana mu bakobwa beshi ubu naho dumvise kbs na nico gituma ama Divorce ni meshi
@user-zv2ng6ov2k
@user-zv2ng6ov2k 9 месяцев назад
@@lydi791 none agutayenaho akarongora uwundi warugumamo mada
@lydi791
@lydi791 9 месяцев назад
@@user-zv2ng6ov2k Noe gretta umugabo wiwe yarazanye uwundi ??
@muhirwajonathan7602
@muhirwajonathan7602 9 месяцев назад
Umuntu ahitamo kugukubita nawe ugahitamo kwihangana 😂😂😂 Abantu bakunda kobabagirira impuhwe
@irakozeingridhortense1166
@irakozeingridhortense1166 9 месяцев назад
Uvuze ukuri ma chérie.
@Muniraksu
@Muniraksu 4 месяца назад
Ka Gleuuu ko mu gihosha, ivyo ubeshe vyishi nivyo. Muga usigaye mu kirere 🦋
@charitangimigisha5559
@charitangimigisha5559 9 месяцев назад
Franchement na jw ndagukunda Mme❤
@prosperniyongere7480
@prosperniyongere7480 9 месяцев назад
Kumunota wa 42 ivyo wavuze wagomvye kwigovyora guko ntabwo mwogira marriage Imana itabizi kiretse muhisemwo gutwarana kubera murambiwe nubusambanyi murimwo
@bonifaciohabby
@bonifaciohabby 9 месяцев назад
Beauté burundaise ❤❤❤
@angemugisha7056
@angemugisha7056 9 месяцев назад
Uvuze ukuri ma fille 💋❤️
@PaterneKEZIMANA-he2kd
@PaterneKEZIMANA-he2kd 9 месяцев назад
Apparemment divorce yararonse TV nyinshi ziyigirira promotion ces derniers jours, muraraba ntiturwe mumutego w'umwansi! Maze igihe mbona bcp d'émissions faisant du divorce un choix comme tant d'autres, mbega mubona aba jeunes babakurikirana muriko mubategurira mariages ziri solides, zīteguriye guhangana nibigora murugo (kuko ntivyigera bibura) , canke muriko mubategurira gukora les mariages les plus vulnérables, ziteguriye kubivamwo umwanya uwariwo wose? Ico mwita "évolution des mentalités" mukigendemwo bukebuke.....satani/shetani numunyabinyoma kandi yikinga mubisa nukuri.... à bon entendeur !
@grettakezimana5348
@grettakezimana5348 9 месяцев назад
Birababaje Aho abantu bahukana bakaca baja kuri réseau social biyandagaza 😏😏😏😏
@botiger7208
@botiger7208 9 месяцев назад
Nubwabweng buke abantu bafise kugira bironkere Ama views
@prudencenimpagaritse2146
@prudencenimpagaritse2146 9 месяцев назад
nashaka nanje nshikirize ico niyumvira numvise ingene uvuga umunezero wagize uronse ikibondo hanyuma nkumva ingene u critiqua abavyeyi batanga akarorero kabi mungo vraiment je suis désolé yo kukubwira ko namwe atakarorero keza muriko muha uwo muhungu wanyu ikibazo gituma benshi bahukana il n'y a pas de détermination iyo mufata ingingo yo kubana il faut savoir une chose il n'y a pas de personne parfaite dans le foyer il faut apprendre à pardonner si non vous n'irez null part et à construire ensemble . ikindi kuja sur youtube pour exprimer que tu es à l'aise c'est une sorte d'encouragement aux jeune pour faire de même que toi nukuraba neza rero nawe ko utariko uba igikoresho ça shetani mukugira publicité ya divorce ico nabona nuko wari gupfuma ubwira les jeunes uti mwiyubare mukugira choix kuko c'est un choix unique kubizera Imana bien sûr sinon udashobora kwihanganira amakosa aba yakozwe n'a ton partenaire canke ngo muhanurane c a d que tu as dévié le chemin de Dieu rero ndaguhanura ngo urondere Imana igushoboze kuko ibidashobokera Abantu yoyo irabishobora imiter les bazungu ntiwibaze ngo hari iciza kirimwo une autre personne azohava aza adusigurire ko n'a mariage homosexuel atangorane soyez attentif donc à tous ce que vous faites sur les réseaux sociaux
@AngeRuhanama
@AngeRuhanama 9 месяцев назад
Vuguziga sha nturahura nurugo rubi ngo wumve ukobimera ahaaa😢
@virgilekelvin8493
@virgilekelvin8493 9 месяцев назад
😅😅😅ni satani..binteye ubwoba kutagira mariage niguta umwanya namahera yubusa
@gabrielmanirakiza6731
@gabrielmanirakiza6731 7 месяцев назад
Umugabo nuwambere yaba numugore nuwambere Imana ibafashe gusubirana
@kidgamestvcollections4743
@kidgamestvcollections4743 9 месяцев назад
Kera sikovyari biri. Subira kunkomoko
@dianekanyamuneza193
@dianekanyamuneza193 9 месяцев назад
Ubu rero amakosa y'ingo zisambuka agiye ku ba mamans ba kera😂😂😂😂😂. N'agahengwe tugifise n'uko générations z'abo ba mamans zikihari, ibaze dans 20 ans, Imana niyo yo nyene yo kuraba ico ikora pe😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@carinekaneza565
@carinekaneza565 9 месяцев назад
😂
@kenzoniyu
@kenzoniyu 9 месяцев назад
It’s the biriko bija kuyindi point bidasanzwe for me😂😂
@ornellanamugisha7780
@ornellanamugisha7780 Месяц назад
Big up Gleeeeeuuuuu,ndagushigikiye shaàaaa
@user-yx1xg3js1e
@user-yx1xg3js1e 7 месяцев назад
Muraho neza ndagukunda great
@user-kd1ji8uh8v
@user-kd1ji8uh8v 5 месяцев назад
Vyza gretta knd utanzimpanuro kur besh cn imana iguhezagire cn
@GyneseHafashimana
@GyneseHafashimana 7 месяцев назад
So cute Gretta ur forte kbx Imana iguhezagire💗💗
@gloriaS127
@gloriaS127 9 месяцев назад
Une des influences bari intelligentes dufise i Burundi...mbega sagesse Mana we
@chrisdaymutakuryano3957
@chrisdaymutakuryano3957 9 месяцев назад
Courage sha ubuzima nubwawe❤
@juliettehatungimana5109
@juliettehatungimana5109 9 месяцев назад
Ikikiganiro ca gretta ucumvirij ukumva nukuntu umugabo wiwe yavuze mukiganiro Caciy kur Siren vibes ababantu ntakintu cahatari catumye bahukan ahubwo nizampwemu mbi zakaronda zomuri famille zitera muri couple hakabaho kubana nabi knd mutankana Kuko tantine wa gretta nawe yarahukanye urumvako gretta vyabay kuber ibintu vyomumuryango wiwabo biriko baramukurikira ubundibwo uryamugabo wiwe umwumvirij sumwan mubi knd na gretta mbon atarumwan mubi
@chimenendayizigiye6711
@chimenendayizigiye6711 9 месяцев назад
ati ni karande yabatante biw uranyish noneho😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@juliettehatungimana5109
@juliettehatungimana5109 9 месяцев назад
@@chimenendayizigiye6711 Niko ndabibon kbx
@esperancebutoyi6927
@esperancebutoyi6927 9 месяцев назад
Imana ni vyose Ishimwe cane yaraguteturuye
@mossaalbusaidi2292
@mossaalbusaidi2292 9 месяцев назад
Ur so cute and smart dear Gretta greeting from Oman
@imeldeniyibizi7012
@imeldeniyibizi7012 Месяц назад
Urugo rwubakwa na Nogusenga na mbabarira nokwihangana
@eugenientihabose1196
@eugenientihabose1196 9 месяцев назад
Umugore si uwo kurira vyukuri😢
@didiergatabazi4382
@didiergatabazi4382 9 месяцев назад
Gretta afise inoti Ayirusha umugabo rero nabagore bake ashobora kwemera amategeko yumugabo mugihe amusumvya inoti en plus umunwa wibuja
@raskobuja3150
@raskobuja3150 9 месяцев назад
Rahira🤣🤣🤣🤣 aho iyo nkuru nulva nshaka kuyimenya
@abdallahalhrbi3621
@abdallahalhrbi3621 9 месяцев назад
😂
@abdallahalhrbi3621
@abdallahalhrbi3621 9 месяцев назад
Ariko birazwi,ko abagabo mutemera ukuri...none uwo si madam mzungu? Kuva kera niwe fournisseur wiwe....
@plumbrandyniyonsaba
@plumbrandyniyonsaba 9 месяцев назад
​@@raskobuja3150 rekana na Babylon brother rasco mwubahwe you and your baby mother
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 9 месяцев назад
Ubundi murugowumva hakenewe amategeko canke hakenewe kumvikana,kuganira,nukubahana.
@yvesbikorimana6838
@yvesbikorimana6838 9 месяцев назад
@justegael nukuraba mukadutumirira nabo ingo zakundiye, vyagoye ariko bagotorera inyishu ibibazo baciyemwo
@user-yq4sn6cq1l
@user-yq4sn6cq1l 9 месяцев назад
Gretta ni mrembo kbsa❤
@vyizigirofiston6783
@vyizigirofiston6783 9 месяцев назад
J ndipfuz kubonan na justin gael nukur interview zaw ushiramwo ibirungo vyinsh san ❤
@santiananiciteretse6297
@santiananiciteretse6297 9 месяцев назад
Gretha usa neza nukuri knd amajwi asohoka neza. Courage Juste 🎉
@kellykaneza7865
@kellykaneza7865 9 месяцев назад
Ndagukunze cane Gretta ❤
@daphroseniyokwizigira7299
@daphroseniyokwizigira7299 9 месяцев назад
Uvuze neza Gretta umuntu atanga ico yaronse pe😂
@floxellamunezero5585
@floxellamunezero5585 9 месяцев назад
Umuntu atang ico afis kndi yahawe kbisa ukivuz neza ntimuzoj kurondera urukundo kubatarufise
@faveur710
@faveur710 9 месяцев назад
Oyaaa Gretta Je vais divorce Sivyabazungu Gusa kuko Uwi Wanje il était Contre le Divorce🇧🇪🇧🇮💕
@Uwaselavenda
@Uwaselavenda 8 месяцев назад
She’s so beautiful♥️
@TaylorKing-ye7hu
@TaylorKing-ye7hu 9 месяцев назад
Ngerageje kuraba ibiganiro bivuga kubijanye ningo bica ngaha kuri Siren Vibe nka vyose bivuga kuri divorce.??!! Bigaragara KO mukangurira abantu gukora Ama divorce kuki mutoza muratumako abubatse zikaguma nabo badushingira intahe
@MJCOfficial89
@MJCOfficial89 9 месяцев назад
Apparement uravye nkuyo ntiyokwubaka, indero ndundi yaragiyee kabisa
@angeshimirimana3918
@angeshimirimana3918 9 месяцев назад
Arafise indero ahubwo ivyavuga ntubitahura
@francescafrancesca8901
@francescafrancesca8901 9 месяцев назад
Agaya aba kera ariko nibo gushikubu ingo zabo zubakitse. abagore b'ubu hafi ya bose n'aba féministes. Ivyo navyo ni contraire y'ico Imana yashinze. Bashaka kuba hejuru y'abagabo or ivyo ntaho bizokwigera bibaho. L'égalité entre l'homme et la femme ntizokwigera ibaho. Kuko s'uko Imana yabitunganije. Umugabo toujours n'umutwe w'urugo. Umugore yaba afise amafranga canke atayo ntaho azoba umutwe w'urugo. Kubitwa ko basenga Imana y'ukuri ico ntibocirengagiza.
@bnjamindayisaba1326
@bnjamindayisaba1326 9 месяцев назад
Niyo si tugezemwo Sha Satani yereka abantu ko bashoboye atawoba musi yuwundi hhhh lmana yonyene
@ngabiranoaimeigor1
@ngabiranoaimeigor1 9 месяцев назад
Boss iyo ni Umukubito Tv si Siren tv
@prosperngaboyisonga5312
@prosperngaboyisonga5312 9 месяцев назад
Aravuza uruhwa ndake nakobereze naho hahahaha Ikiganiro ni bon coll Gege.
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 9 месяцев назад
Wooooa dada barabure ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@mimie58
@mimie58 9 месяцев назад
Gretta merci pour tes conseils 😍😍
@uwizeyeghyslaine5468
@uwizeyeghyslaine5468 9 месяцев назад
Good nkunda umuntu ashira Imana imbere beautiful mom kyce
@NewPlacetv1
@NewPlacetv1 8 месяцев назад
Burya kwerekana umunezero hanze Arik mushitse mu rugo umwe aja mu cumba iwe, birababaje.
@willyndayizeye8992
@willyndayizeye8992 9 месяцев назад
Mugenda mutazi ivyo mugiyemwo....Nico gitum....mugum mwih am raison alors ataco mwambariyeko....reka abubak bubake mwebw circula
@kapendezojefferson5752
@kapendezojefferson5752 9 месяцев назад
nukuri ufise ubwenge peee tres Jolie
@prosperniyongere7480
@prosperniyongere7480 9 месяцев назад
Ndashaka kumenya aho uba mme Gretta
@orie-grettamunezero9320
@orie-grettamunezero9320 9 месяцев назад
On t'aime bcp gege!!
@ornellaniyomwungere9474
@ornellaniyomwungere9474 8 месяцев назад
Ndemeranya na Gretta,nanj abo twakundana bose bategerezwa gushika muhira,ntawashikira kwibarabara kabisa.Nanj utinya gushika muhira nacambona ko utariwe
@Hi5392
@Hi5392 9 месяцев назад
30:40 😁😂😂😂thank you madame👏
@nicoleirakoze2235
@nicoleirakoze2235 9 месяцев назад
Nanj sh iyo cas yarambayek jew rero sh uruzogo gwamwizingiyeko mwizosi ntiyigez arira avutse twamaz 1mois mubitaro turindiriy igitanganz cImana 😐mais Ndiho yararinz abana bacu sh Gre
@butoyialexandre2134
@butoyialexandre2134 9 месяцев назад
Gael Rwanda turagukunda kbsa
@eugenientihabose1196
@eugenientihabose1196 9 месяцев назад
Gretta uvuze ukuri pe. Nta kagaye
@SAMSUNGA-ld1mt
@SAMSUNGA-ld1mt 9 месяцев назад
Soit forte ma chérie
@celestinmununi9371
@celestinmununi9371 9 месяцев назад
Gaël je prend mon temps pr te remercier de tes émissions combien de fois agréables et je veux faire un petit commentaire apres avoir vu l'interview de siren accordé à son mari Rasco,,,les réseaux sociaux turazikoresha turifuza ko mutoha ikibanza interview zimez nkuko kuko nta nyigisho ruchristo zirimwo muriko muha ikibanza sekibi kuko kubaka n'ibaranga rikomeye kandi mu rugo haba ibigora vyinshi kwiyumvira divorce comme solution y'ingorane novyita ajouter drame au drame,ton invité ivyamugoye birahari ariko abana bamukurikirana barashobora kubona ko divorce iri simple comme bonjour bivanye nukwihenda muri choix de l'information,un vrai chrétien ne fait recours à la divorce hari uwigez gufatwa nabi n'umugabo arko ibanga yatorewe ntiyarivuyeko yakomeje isengesho umugabo araheza arahinduka ubu bashinga intahe,,,abo nibo dukeneye ko mutuzanira,,,ama views muzoyaronka bagenzi,,,tubasabe kudakomeza publicités za sekibi
@Nziga257
@Nziga257 9 месяцев назад
Non nkuwari yagutwaye ingoran uhurira numudemu muri boite ugaca ukwegera munzu
@Innocentciza
@Innocentciza 9 месяцев назад
Raba musuburane kabsa Rasko aracagukunda knd arakwubaha
@mimie58
@mimie58 9 месяцев назад
Gretta ari intelligente biteye ubwoba❣️❣️❣️Imana Ibandanye Ibahezagira mwe na Caïs❤️❤️❤️
@sabbaothmediatv6885
@sabbaothmediatv6885 9 месяцев назад
Courage ma bro❤️💪🇧🇮
@ndayisabalarryraissa5663
@ndayisabalarryraissa5663 9 месяцев назад
Courage gege
@claudinendayizeye4619
@claudinendayizeye4619 9 месяцев назад
Ko wahukanye urimuto gas Gretta?🥺🥺pole sana😌
@minaniempphilbert5454
@minaniempphilbert5454 9 месяцев назад
Ibi bintu vy,ingo biracanga so reka ndengane
@JoselyneJohn
@JoselyneJohn 8 месяцев назад
Uragiye urahunze. Biteye ubwoba:)
@inasukuevelyne5424
@inasukuevelyne5424 9 месяцев назад
Great!!!
@sandrineniyonkuru4883
@sandrineniyonkuru4883 9 месяцев назад
Ndabasavy musubiranee murerehamwe umwana..... mutangure bishasha
@stephaniegirukwishaka6974
@stephaniegirukwishaka6974 9 месяцев назад
Bikunze nisawa! Bidakunze naho nta blem❤
@merryirankunda3003
@merryirankunda3003 3 месяца назад
Ewe drizy Justin aragukoreyeko🤣🤣🤣🤣
@RodrigueGatungwa-tf1ff
@RodrigueGatungwa-tf1ff 9 месяцев назад
Gaël vrt ubaza avec intelligent ham kur Gretta numv yaratahuy ivyubuzima
@user-pe2xh4lx1k
@user-pe2xh4lx1k 9 месяцев назад
Kimwe gusa Ur Mwiza👌
@mugishajacques3499
@mugishajacques3499 9 месяцев назад
Abana bo Mugasenyi..Ndashaj Gael&Gretta
@ericciza926
@ericciza926 9 месяцев назад
Nn uwo ni Gretta womukayanza yamara imodoka zimusamarira😂😂😂😂😂
@user-cj4it2ce7c
@user-cj4it2ce7c 9 месяцев назад
Uvuzukuri sister
@bullarbdi7969
@bullarbdi7969 9 месяцев назад
Algorithm za u-tube nibisazi, mvuye kwa rasko nisanga ngaha
@BikorimanaPatrick-bg6ol
@BikorimanaPatrick-bg6ol 4 месяца назад
Wese wanditse ngo tawundi azoronka mwiza ka sha muribijuju umugore subira wentubona kwandashoboka
@yamuremyemethode5941
@yamuremyemethode5941 6 месяцев назад
Incabwenge gretta
@IrakozeElyssa-qp6or
@IrakozeElyssa-qp6or 9 месяцев назад
HHhh uravye the hangout reo ugac urab izi émission zabo🙆🏿‍♂️😁
@iradukundaange-kessy5361
@iradukundaange-kessy5361 9 месяцев назад
Gretta icondamukundiye muri 42 gushika mur 43min nuko yemeye ko bishika akihenda, so rero aho tuvyigireho abatarakora mariage ntituzohave turwa mur erreurs, Donc Love it’s not enough , tugende gahoro tubanze dufatishe amasengesho tubaza IMANA ko arishaka ryayo, Kuko divorce burya sikintu kiryoshe and I even Gretta yabivuze, nukubaza God vrt when is the right time and the Right one.
@lydi791
@lydi791 9 месяцев назад
Wapi wangu harya urugo na muhinga n Imana yonyene gusa twebw abakobw bubu umutima wokwihangana waravuye muri twebw beshi twibaza kurongorw nikuryoherw gusa ngukuntu uryoherw muri fiancell Ariko suko biri,bisaba umutima wokwihangan kuko mu rugo ubu giye gutegerw n umuntu mwahuye mukuze rero nimba na ww wahoro iwanyu batagutegega biragoye ko wihangana umugabo agutengeke
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 9 месяцев назад
Mwabantu urugo nukwitonda kandi ni chance pe.
@SAMSUNGA-ld1mt
@SAMSUNGA-ld1mt 9 месяцев назад
N'inquiète pas ma belle, Gretta on a étudié ensemble quartier 4 ngagara mais nous étions trop pétit, moi aussi j'ai divorcé, mais bientôt je veux faire une autre mariage .vraiment je suis désolé avec, et la vie c'est comme ça.
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 9 месяцев назад
Inguvu 2 mufise ni ugutwara inda no konsa ku bagore bavyubahiriza kuko abagore bamwe ntibagishaka konsa ,abagabo nabo ni ugutera inda naho ibindi twese twobishobora.
@prosperniyongere7480
@prosperniyongere7480 9 месяцев назад
Gretta uzokwumvirize ikiganiri Gaëlle yagiranye na Apotre Isidore Mbayahaga le 1/11/2023 mercredi
@user-ei6wi6ny7w
@user-ei6wi6ny7w 9 месяцев назад
Biriko biza kuyindi mpwemu idasanzwe 😁😁😁😁😁😁ww kweri uzonyica
@jaystrongmagaboy1633
@jaystrongmagaboy1633 9 месяцев назад
Toujours prêt à servir
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 7 месяцев назад
I am single 😂😂😂
@butoyialexandre2134
@butoyialexandre2134 9 месяцев назад
Yoooo yaratandukanye na Rasco?ndababaye kbsa
@ishimwejf
@ishimwejf 5 месяцев назад
Umugabo yahukanye niyi bombe kweli😭😭sha ndibaza ntawundi azohamva aronka asa nae
@karangwa2315
@karangwa2315 9 месяцев назад
Tu as un bon discour femininiste
@Agasobanuyemukinyarwanda-sy9xg
@Agasobanuyemukinyarwanda-sy9xg 9 месяцев назад
j numvirij uryamugabo ukoyishuy ahubw grett wari wabuz uwujako ngo nabagabo urons
@fistonnzoyihera7791
@fistonnzoyihera7791 9 месяцев назад
Ewe ingo zubu .nakaamaramaza kweli kuyindi mpwemu
@roselaurier6648
@roselaurier6648 9 месяцев назад
Akamaramaza gute? Au contraire ni époque où on libére la parole. Urazi ingo twakuze tubona abadame bakubitwa, bafatwa nabi, babazanirako ibigwara, idem abagabo. nibwo buhizi kuguma muri mariage nkiyo? Kera ils n'osaient pas, batinya uruvugo, aba jeunes bubu ils sont courageux et ils ont raison. Ubuzima ntiburi défini na mariage, vyanse umwe wese arafata chemin yiwe. A quoi ça sert de vivre une vie misérable, abana babona abavyeyi bamerewe nabi.
@steve9010
@steve9010 9 месяцев назад
10:50 ukuntu atwenze aramwibutse😉
@dinemahoro9012
@dinemahoro9012 6 месяцев назад
❤gretta
@donjusteniyo7736
@donjusteniyo7736 9 месяцев назад
Good interview❤ Gretta is intelligent😊
Далее