Тёмный

Intahe ikomeye ya GRETTA//Sinarinzi gukunda icarico//Igihe nari muri MATERNITE//Ibibazo nahuye navyo 

UMUKUBITO
Подписаться 183 тыс.
Просмотров 27 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

12 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 31   
@faveurimperiale862
@faveurimperiale862 Год назад
Whauuuu Gretta, toutes mes félicitations pour ton fils. Ndanezerewe nokubona abakobwa bacu beeeeeza 🇧🇮 🇧🇮🇧🇮🇧🇮MUKOMEZE KWEREKANA UBUTWARI BWACU, IMANA Y'AMAHORO IKUJE IMBERE CAAAANE 💞💞💝🙏🙏Grâce From Belgique 🇧🇪🇧🇪 JE VOUS AIMEZ BEAUCOUP 👏👏👏👏👏👏❤️💝
@garythebeast3056
@garythebeast3056 Год назад
Felicitation muvyeyi guhindurirwa izina nuyundi muntu agukomotseko numugisha ukomeye cane.ubu waratahuye agaciro Maman wawe afise
@faveurimperiale862
@faveurimperiale862 Год назад
C'est dommage kuba ntotanga audio 👂 ngo nshigikire Gretta 👉 ABAKORA PUBLICITÉ NINO IBURAYI NICO KIBAZO MBONA APRÈS 28 Ans en Europe . Gretta wandenze jeunes maman 💞💞❤️❤️❤️❤️👏👏👏👏👏👏👏🇧🇪🇧🇪
@channynsabimana1997
@channynsabimana1997 Год назад
Sha umwana numugisha nanje narabibonye vyaranshikiye naravyaye haheze indwi candoka visa yokuba muri Canada burundu numwana wanje twese numugabo ubutuba muri Canada Québec
@loulumony8519
@loulumony8519 Год назад
Gretta ucyiy utuma nkumbur umwanwanj ngombonokurir abavyey bubahwe🇴🇲🇴🇲🇧🇮🇧🇮💓💓👌
@Bestof257Official
@Bestof257Official Год назад
Gretta is wise vrmt 👏🏾👏🏾
@DianeKwizera-w5h
@DianeKwizera-w5h 11 месяцев назад
Ndagukumbuy n'a kais nitwe diane
@فهدالعنزي-س8ي
@فهدالعنزي-س8ي Год назад
Ndakumva ma Cherie nanje ndashima Imana narikubise birandenga impwemu zirahera ndazimva bacanaranyo ngereza mavyaye ndimuri oxijene vyara amahassa
@loulumony8519
@loulumony8519 7 месяцев назад
Rek Grette kuvuga igise kiraryan mpak abavyeyi imana ibahe kuramba peee
@carmellaericagateka8938
@carmellaericagateka8938 Год назад
Whaouh!!!Ikiganiro kiryoshe cane,Gretta uranryoheye cane
@johnboss5430
@johnboss5430 Год назад
WAWWWWWWWWWWW LORD BE UPON THERE FOR YOU BEATIFULL MADAM
@ntihaboseespe667
@ntihaboseespe667 Год назад
Gretta ubwo ntaco dupfana ga ntuze we ? Ko vyinshi tubihuje😄😄😄😄😄Joyeux anniversaire à ton petit trésor🎂💓....Gaël ndasavye uje kwi déclara kwa Elsie Gretta kuko ndumva bikomee aho ugeze guhamaga uwundi Gretta ngo Elsie😂😂😂😂😂😂😂😂😂...ikiganiro ciza canee mwakoze.
@marryiradukunda4807
@marryiradukunda4807 Год назад
Just Gael icokibambazi 🤣🤣amatafari ahavabarwako,zurahiga place nziza
@lyneburundi2443
@lyneburundi2443 Год назад
Wakoze kutuzanira gretta murino musi uriko ubikora neza.courage bro.hasigaye utizanire Osy nawe
@Fitbdi
@Fitbdi Год назад
Abarundi baca bongerako, ngo subirayo ntampahwa ariyo
@nihezagirejesus7582
@nihezagirejesus7582 Год назад
Kera hari haryosh sh
@Nik-zv9mz
@Nik-zv9mz Год назад
Yambaye ihereni rimw??😂😂😂
@konakunzeornella3164
@konakunzeornella3164 Год назад
Juste watorotse kumusaga🤣🤣🤣🤣🤣
@aimabiz8393
@aimabiz8393 Год назад
Vyiza ko utakuyeyo umwana, hako womukuramwo inda yamaz kwibonekeza wopfuma wiyugara par system mais nubwo vyos spirituellmnt biri mauvais..... Mais vyopfuma biba ivyo vyaw.
@habarugirayvette8638
@habarugirayvette8638 Год назад
Ari Mariée officiellement ntacatuma amukurayo ahobwo ivyo n,ikibazo yabajijw
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 Год назад
Yes
@kevinmunezero7425
@kevinmunezero7425 Год назад
gretta uri très intelligente caaan knd uri na mwiza
@nijimbereaimable9947
@nijimbereaimable9947 Год назад
Merciiii
@Jojo-wj5cu
@Jojo-wj5cu Год назад
Icyo kiganiro mugikorera abazungu canke abarundi ibyo bifaransa mwivugisha nibiki agheeeeeee
@Gyslaine_6230
@Gyslaine_6230 Год назад
🇧🇮
@pilotedushimwntwari756
@pilotedushimwntwari756 Год назад
😂😂😂😂😂😂😂😂😂 buja ville
@praxedeirankunda5246
@praxedeirankunda5246 Год назад
🥰🥰🥰
@kennyrogers1606
@kennyrogers1606 Год назад
@Floribert21622
@Floribert21622 Год назад
Influencer🥴...
@kwizerayvonne1950
@kwizerayvonne1950 Год назад
uvuze vyo caane gose , nugukora caane ino iburayi ntamifyinato ! ariko ukoze , iwacu baca bakwiba , jewe ndihanze narakoze , baranyiba goose ! none, abo bantu ntubona bavuguruza ivyo batubwira aba diaspora ! jewe nzoza kubarega neza naneza kwa prezident kizigenza uyu mwanya
@karikeaudace6205
@karikeaudace6205 Год назад
Imana yaragutabaye sha.kandi uzoyikorere. Usanzwe uri na mwiza ncuti
Далее
А ВЫ ЛЮБИТЕ ШКОЛУ?? #shorts
00:20
Просмотров 2,5 млн