Тёмный

INTAHE YA CHANTA//MAZE KWIBARUKA ABANA22//NAGIYE MWIJURU MPABWA MESSAGE MBWIRA ABAGORE BANKA KUVYARA 

UMUCO WERA TV
Подписаться 158 тыс.
Просмотров 24 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

27 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 63   
@JuvenalMbonye
@JuvenalMbonye 11 месяцев назад
Imana irashoboye ntac itadukorera nuko tutazi gushima amen
@IrankundaLucie-r5o
@IrankundaLucie-r5o 11 месяцев назад
Amen nukur yesu ñimwiza
@josineumarintimba5207
@josineumarintimba5207 3 месяца назад
Amennn Amennn Umwami wacu Yesu Kristo abishimirwe , nukuri lmana ni mziza . Ndanezerewe kdi ndizeye.
@EmelyneNzoyikorera
@EmelyneNzoyikorera Месяц назад
Imana ni nziza❤
@MediatriceHacimana
@MediatriceHacimana Месяц назад
Nanje ndizeyeko ivyanje uhoraho azobikora amen
@peacehorimbere
@peacehorimbere 24 дня назад
HAALLELLUAAAA HALLELLUAAA HALLELLUAAAA HALELLUAAAA HALLELUAAAAA HALLELLUAAAAAAAA URAKOZE CAAAANEEEE GOOOOSEEEE YESU CHRISTO!!!!!!!!!!!!!!!
@OlivierManirakiza-u5h
@OlivierManirakiza-u5h Месяц назад
Murakoze caaane Imana izobibahere ingero ndaremeshejwe kubwiyo ntahe nukuri
@DushimeGrase-vj1wl
@DushimeGrase-vj1wl 3 месяца назад
Imana ishimwe cane ikora ivyayo itandukanye n'abana babantu
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 3 месяца назад
Amen
@philippeahishakiye5696
@philippeahishakiye5696 2 года назад
Glory to thé Lord Our Almighty is never overcome in everything
@vestineimani8420
@vestineimani8420 2 года назад
Ewe abisi bazi kuvuga Imana nimana
@vestineimani8420
@vestineimani8420 2 года назад
Turabanganya nabandi baracaza erega
@EmelyneNzoyikorera
@EmelyneNzoyikorera Месяц назад
Imana ni nziza
@nininahazwepascalinemutoni4193
@nininahazwepascalinemutoni4193 2 года назад
Oooo haleluya haleluya haleluya imana irahari yesu nimwiza
@girukwishakaclaudine8672
@girukwishakaclaudine8672 2 года назад
Kweri Ndiho Imana ya isac Imana Yaburahamu Imana Yayakobo ninteturuye ikora ibikomeye hamwe umwana w'umuntu adatahura Amen Amen 🙌
@vestineimani8420
@vestineimani8420 2 года назад
Yooo nanje nabahungu 7nabakobwa 4
@NdayikwngurukiyeOlive
@NdayikwngurukiyeOlive 3 месяца назад
Imana ninziza ibihe vyose
@umuhozamartine5658
@umuhozamartine5658 2 года назад
Mbega Imana warakoze gitarewe warakoze komora ibikomere byuyu mubyeyi ndagushimiye 🙏🙏🙏🙏
@juliemkabwa1806
@juliemkabwa1806 Год назад
Amen amen amen
@claudineniyonzima3014
@claudineniyonzima3014 2 года назад
Imanishimwe cane kuko vyukuri ntihebuwayo. Ivyayo ntawobivuga ngwabiheze kuko birarenze. Muhezagigwe cane nayo kuntahe nzinza muduhaye mukudutera intege murugendo turimwo Amen.
@nicaisenduwimana4253
@nicaisenduwimana4253 11 месяцев назад
Amen intahe yawe iranyubatse ikibazo jw mfise munsengere jw ndakarirwa ninzara kwisonzesha birananiea
@mtsifabregascongo5654
@mtsifabregascongo5654 Год назад
Imana ishimwe channee🥰🙏🙏🙏🙏Imana irakora twizere byose birashoboka 🙏🙏
@MeganeH-hx2zv
@MeganeH-hx2zv 5 месяцев назад
Imana ihabwe icubahiro ibihe bidashira urakoze muvyeyi kugamburuka
@theogenemazimpaka8423
@theogenemazimpaka8423 2 месяца назад
Munejeje umutima wanjye
@uwunyotererewimana9594
@uwunyotererewimana9594 2 года назад
Iy ntahe iranshiz ahndi hantu ho kwizera vy ukuri IMANA ntihebuwayo nanezerew cane kubg imirimo myiza IMANA yamukoreye.Mushishkare mukoreshwa n'IMANA ab k umuco wera Tv🙏izobahemb kuk muremesha imitima ya benshi
@DancillaNdacayisaba
@DancillaNdacayisaba 11 месяцев назад
Imana ninziza h Ubu nibihe vyose
@PierreNiyongere
@PierreNiyongere Год назад
Que le Dieu souverain soit loué à perpétuité
@VeroniquevumiliyaMunyeka
@VeroniquevumiliyaMunyeka Год назад
Hallelujah lmana niyubahwe ndafashijwe ndatwenze ngize umunezero udasanzwe Chantal lmana iraguha iherezo ryiza nukuri lmana niyo chef 😂❤❤
@mukeragabilodiana9391
@mukeragabilodiana9391 3 месяца назад
Shimwa yesu kuko utubahafi mubihe bibi na vyiza ntuduheba
@CharlotteNdayishimiye-f3m
@CharlotteNdayishimiye-f3m Год назад
Imana nihabwe icubahiro
@harerimanadaniel7202
@harerimanadaniel7202 2 года назад
Amen nanj kuvyumva gusa numva nezerewe
@Claver-zt1id
@Claver-zt1id Год назад
Amen
@mbonigabajeanpaul7337
@mbonigabajeanpaul7337 2 года назад
Intahe nziza cyane murakoze
@PascasieNibigira-i7r
@PascasieNibigira-i7r 4 месяца назад
Imana ibishimirwe .ntinanirwa
@amadasaloon101
@amadasaloon101 Год назад
sinoheza ntagize nti YESU urimwiza halelluya
@NduwayezuMireille-g7t
@NduwayezuMireille-g7t Год назад
Shimwa Mana warakoze❤❤
@PascasieNibigira-i7r
@PascasieNibigira-i7r 4 месяца назад
Ntitetereza iyo Mana
@Nizigamamenedora
@Nizigamamenedora Год назад
Intahe urubatse umutimawanje
@NiyamahoroIssac
@NiyamahoroIssac Год назад
Imanishimwe
@عبداللهالدوسري-ل4ر
Imana Ibishimirwe
@antoinettendayizeye5884
@antoinettendayizeye5884 2 года назад
Yooo imana ninkuru kweri irankomeje
@InnocentVyosemurukundo-nf3jy
Lahay Loy
@desirenkurunziza1279
@desirenkurunziza1279 Год назад
Iyi ntahe ninziza cane. Kuko irimwo inyigisho nziza. Nukuri hano haca intahe zigisha kandi zirimwo ubutumwa bwiza, Imana nyena mahoro ibabe imbere muri bikorwa vy'ayo🙏🙏
@ngizwenayoemmanuel
@ngizwenayoemmanuel Год назад
Icyampa ukabona umuterankunga nuko iyo ndirimbo Malayika yakwigishije ukajya muri Studio bakayitunganya neza.
@NkurunzizaAlainSerge-dt8dt
@NkurunzizaAlainSerge-dt8dt 4 месяца назад
Amen,Yesu akumpere umugisha,knd nimba vyokunda mwomp numéro yanyu ya fone
@alphaveronez9565
@alphaveronez9565 2 года назад
Intahe iramfashije 🙏🙏🙏🙏
@MohamediJabili
@MohamediJabili 9 месяцев назад
Muraz kutuveshaa kwel
@bigirimanapapy5253
@bigirimanapapy5253 2 года назад
UHORAHO ahabw'ICUBAHIRO
@NderagakuraLeocadie
@NderagakuraLeocadie 6 месяцев назад
Ndanezerew caaane
@theresenahimana6651
@theresenahimana6651 2 года назад
Murakoze cane ku ntahe yanyu mudushikirije.. Ndiho ntahemukira uwizeye namba Ariko.kuri titre handitse: "imvyaro 22, ariko atubwiye ko ari 21, mwoduha insiguro yavyo?
@one7933
@one7933 2 года назад
Kwihenda bibaho
@boscoabrahamirakoze1322
@boscoabrahamirakoze1322 2 года назад
None yavyaye abana 11 canke 22??? Je ko numvise avuga imvyaro 11 ,muraraba ntimube nkababanyarwanda
@InnocentVyosemurukundo-nf3jy
Lahay Loy 🎉
@IhezagireNiece
@IhezagireNiece Год назад
Yitwa ndiho irasezerana igashitsa Kandi ngo nanyuma ya zero irakora ikibazo ntituyizera
@desirengzh4606
@desirengzh4606 2 года назад
Vidéo yanyu igeze kuri 49min yononekaye ishusho ntiboneka neza
@IndiMatina
@IndiMatina Год назад
Birandanzeeee UHORAHO ni yaaaa ufise ijwi ryizaaa vt ndafashijwe nanje narayibonye ukoyakora mugihe ça Eliya nubu Iracakora
@boscoabrahamirakoze1322
@boscoabrahamirakoze1322 2 года назад
Murabe ntimuvangigwe ngo bitume tubatakazako ivyizegwa.
@MediatriceHacimana
@MediatriceHacimana Месяц назад
Nanje ndizeyeko ivyanje uhoraho azobikora amen
@GorethGoreth-lp6kl
@GorethGoreth-lp6kl 11 месяцев назад
Amen amen
@emmaleanna8184
@emmaleanna8184 2 года назад
amen
@jeanbosco7866
@jeanbosco7866 2 года назад
Imana niyo nkuru
@Deionfits
@Deionfits 2 года назад
Amen amen
Далее
Random Emoji Beatbox Challenge #beatbox #tiktok
00:47