Тёмный

INTORE NTINDI FULL MOVIE 

BMT Buja
Подписаться 133 тыс.
Просмотров 665 тыс.
50% 1

•Burundian Movies and Talents (BMT mumpfunyapfunyo) niwo watunganije iresi INTORE NTINDI
Intumbero yambere yiyi reresi ni yoguhimiriza abantu bafise ubushobozi baba m’uburundi no mumahanga kugarukira kubwoko bwab'asangwabutaka bomuntara zose zigize igihugu cacu,na cane cane kubaronsa ubuhinga n’ubumenyi vyofasha guhingura neza ibijanye nimyuga yabo kavukire.
•Iyi rersi ihimiriza abanyamitahe ni gihugu cacu eka nababa hanze yigihugu kugarukira kubuhinga no kwiterambere ryabasangwabutaka. kandi ko bakwiye kubaronsa abahinga bashoboye kubungura ubwenge noguteza imbere izo mpano kugira
•Igice ca mbere c’iyi reresi kirangira twerekanye uburyo hotorwa umuti mwiterambere ryabasangwa butaka hifashishijwe impano bafise.
•Igice ca kabiri c’iyi reresi naco gihagaze kungo nimiryango aho ushobora gusanga ingo nyishi zisambuka kubara akantu gato kandi abantu bakunze kwita ibisanzwe. Akokabazo karakura kakavyara ibindi bibazo bikomeye bikaviramwo gusambuka kwingo.
•Abubakanye bari bakwiye kwama basuzuma utugorane duto duto bakaturwanya bakitubona kugira bikingire, bongere bakingire ingo zabo.
•Dufise icizere gikomeye cuko iyi reresi izoshika kure .
twitezeko hazoba ihinduka rikomeye mwiterambere ry’imiryango yabatwa. No guhinduka kwimiryango isanzwe ifise ibibazo bisa nivyo twashoboye kwigisha muriyi reresi.
FILM:INTÕRE NTĪNDI
DIRECTED:Amédée MANIRAKIZA
ASS:DIERECTED: Fiston HARAGIRAMUNGU
CAMERA:XRAY BAMU
EDITOR:NIJI PRO
PRODUCER:Amédée MANIRAKIZA
Contact: Email:bmtarcal@gmail.com
Facebook:BMT Buja
Téléphon:+257 76604015
+257 79265874

Опубликовано:

 

11 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 596   
@CACANATV
@CACANATV 7 месяцев назад
Umuntu wateguye akanatunganya iyi film ni umuhanga rwose ntawujya apfa kunyemeza ark hano ndemeye love from RWANDA ❤❤❤❤❤❤❤
@fabricemukizwa2708
@fabricemukizwa2708 7 месяцев назад
Burya musaza natwedusigae dufise intwari mugukina film zubwenge imanihezagire mukecuru kuko yapfumura neza ashiramwo nubu série
@Mahoro78
@Mahoro78 10 месяцев назад
Our Sister and Brothers from Burundi we love you so so and so much . From Butare Rwanda Basha iyi movie ni sawa sana . Nabakinyi hewegaaaaaa yee baritoranije kweli.
@user-nb5iy1fz4o
@user-nb5iy1fz4o 10 месяцев назад
Kantore canke alivela,...... Niba unyumva nkunda inge utwigisha ❤ turabakunda cane hano mu Rwanda turagukundaaaa❤❤❤❤❤
@tresorarmelndayumuhutu8705
@tresorarmelndayumuhutu8705 10 месяцев назад
Ndakunda ukuntu abanya rwanda🇷🇼 basapotinga film ndundi Imana ibahezagire gose🙏
@jeanclaudenibaruta171
@jeanclaudenibaruta171 10 месяцев назад
Good movie
@oseendayi5046
@oseendayi5046 10 месяцев назад
I like it too
@mintaehyung9817
@mintaehyung9817 4 месяца назад
Nabarundi
@josephofficiel145
@josephofficiel145 10 месяцев назад
Im Burundian but it's My first time ndevye Filme NDUNDI, sina Ndundi gusa ahubwo mubuzima busanzwe nta Movie zikinya Africa ndaba, Ariko iyi INTORE NTINDI itumye nkunda caane Film z'a Barundi kandi ngiye kuza ndazireba, Guys Courrage vrt muri Talented caane🇧🇮💓💓💓💓
@IshimweSynthia-vx3ju
@IshimweSynthia-vx3ju 10 месяцев назад
Hands up kbx Imana ikomeze ibagure it was a such good movie synthia from RWANDA love you 💜💜💜
@evelynemuco9997
@evelynemuco9997 9 месяцев назад
Waou! Nirya mbere ndavye film yabarundi nkayiheza c'est très intéressant. Kantore na inabuja nabakunze gose. Courage
@IsaacIradukund2
@IsaacIradukund2 10 месяцев назад
🎉🎉 Muduhe Part2 Gusa Harimo inyigisho ikomeye cyane Turabakunda🇧🇮🇬🇦
@FurahaNdayishimiye-wv2ef
@FurahaNdayishimiye-wv2ef 11 месяцев назад
Wahoooo tukab twahishikiy emw yos han ntor agasong bugar twiyibust intore ntind hejur Can💪💪 nukur tumenyane han ndabaku❤❤❤Iman ibah kuramb Amede na team yos Iman ibongerinkomezi🙏🙏🙏🙏
@jeanpaulhabyarimana8616
@jeanpaulhabyarimana8616 10 месяцев назад
I,m from Rwanda, but this movie has a content! Gusa ni ubwambere mbonye filme ndundi pe! Mufite inyigisho pe, mukomereze aho turabashyigikiye!
@DonathaBenda-cm8ed
@DonathaBenda-cm8ed 10 месяцев назад
Manawe mwubahwe pe kantore ndamukunda cyane nukuri IMana ibahezagire
@DonathaBenda-cm8ed
@DonathaBenda-cm8ed 10 месяцев назад
Abarundi ndabakunda cyane Aho murihose
@annyniyukuri9577
@annyniyukuri9577 11 месяцев назад
Intore ntindi weeee Abacerew nkanje mump twa tuntu 😂😂
@user-ih3ki7ym1l
@user-ih3ki7ym1l 11 месяцев назад
Cyakoze nkunda uburyo mutadutindita too ndabakunda cyn ❤❤❤❤❤
@impanoyacu7577
@impanoyacu7577 10 месяцев назад
Rwose abarundi mugira contente nziza cyane ziba ziryoshye kandi zigisha cyane. Courage
@modrikenlybruno5295
@modrikenlybruno5295 9 месяцев назад
Film nziza cn ikoranye ubuhinga ❤ ariko bamukora film infinite umuntu amara imyaka ayiraba igume itwigisha nivyobigezeho Gutwara imitima yacu hari abakinyi benshi usanga twajuragiritse!!! From moz
@Razak257
@Razak257 11 месяцев назад
Waoooo nduwamber abakunda intore ntindi tumenyane ❤❤❤
@ElyseNtonerimana-st7vn
@ElyseNtonerimana-st7vn 4 месяца назад
kinyinya dot dot
@loulumony8519
@loulumony8519 5 месяцев назад
Filme nziza cyane Abarundi biwacyu musigaye murenze kbx🎉🎉🎉🇴🇲🇧🇮❤
@kokomoko663
@kokomoko663 11 месяцев назад
Nzotuma ndara ntasinziriye ariko mbone finale yiyi films mana iratesa maze kuyisubiramwo 2fois❤❤❤
@KarenzoKarenzojoseph
@KarenzoKarenzojoseph 4 месяца назад
Turabakubda
@melodja
@melodja 10 месяцев назад
Iyi movie irarenze kbsa much love from Rwanda we are your big fans muduhe na part 2
@nihorimbereaudace4187
@nihorimbereaudace4187 4 месяца назад
😂😂😂nadukwirize ayikilo cibufu abamaze kuyirabincuro zirenga zibiri till now please show l❤❤❤
@miburoeliane577
@miburoeliane577 9 месяцев назад
❤❤❤ Ndakunze cane ukuntu mwatanze impanuro muriyo film mwakinye. Mubandanye mutera imbere, KANTORE (Alvella), ukomeze kuba Kamahoro aho uri hose😍
@ingabirebetty3244
@ingabirebetty3244 9 месяцев назад
Wao nukuri iyi film irimo amasomo menshi nibwo nareba film nkayikunda knd nkayirangiza Ketty nukuri nubwo nagufataga nkumugore utita kumugabo Nuri ucyinnye nez naka ntore nukuri mucyinnye nez 💋💗💗
@jeanmediateurbimenyimana1573
@jeanmediateurbimenyimana1573 10 месяцев назад
Mmuraho mwese ndabashimiye cyane kumpanuro n'igigisho mutanga vraiment mwankoze kumutima. Ndi umunyarwanda wabyawe n'umurundi nkaba mba murwanda ari naho navukiye nkashimira cyane cyane umwana w'umukobwa wari umukozi wo murugo afite impano cyane pe namwishimiye birenze nkashimira na team INTORE NDABAKUNDA CYANEEE Imana ibarinde
@Christine-zc3fs
@Christine-zc3fs 11 месяцев назад
Dushaka season 2 from Rwanda🇷🇼🇷🇼
@uwimbabazisolange636
@uwimbabazisolange636 3 месяца назад
Nkunda kantore ukuntu akora ibintu nimbaranga🤣🤣🤣🤣🤣
@UwingabireRuth-xp1ub
@UwingabireRuth-xp1ub 8 месяцев назад
Kantore nkunda urikitegererezo cya njye ❤❤❤❤
@tarabueric
@tarabueric 4 месяца назад
Bavukanyi ndatse nabavyeyi bacu Bari muriki gikorwa,ndiniteka ryo kubashimira vyinva mutima,kubwiki gikorwa ciza cane mwakoze,ndabona ko ibikorwa muriko murabikora neza,knd mukomere cane, Kand Natwe mudusengere iyo iyo Turi gukorera 🇵🇸🇵🇸kugirango dufashanye mwiterambere ryigihugu catwibatse, Ndimuri mwenyene turikumwe twese Kandi bizoshoboka, mukomere ndetse muhezagirwe cane,dushishikare dukora Vyiza ndetse nivyunguka muri rusangi🫡🫡 murakoze ❤️❤️❤️
@user-ml7qf2xk3g
@user-ml7qf2xk3g 9 месяцев назад
Inyigisho nziza caaaaaane goooooose ❤
@Muvunyicharles11
@Muvunyicharles11 10 месяцев назад
Iyi film yadukomye murwanda🇷🇼🇧🇮
@shubiboytz2770
@shubiboytz2770 4 месяца назад
oya kaka unajua kuigiza hakika utafika mbali unajua unachofanya hutakatishwa tamaa na ukifanya kazi unayoipenda siku zote utafurahi ila ukiipenda kazi. ukifanya hivyo, utafanikiwa, lakini mimi binafsi nakupa maua yako🇹🇿🇹🇿🇹🇿🇹🇿🇹🇿😢❤
@bonnyrwigemera7284
@bonnyrwigemera7284 10 месяцев назад
Woooow! This movie should be watched by every couple. Love from Rwanda❤❤❤❤❤
@JeandedieuDusabimana-wm7ru
@JeandedieuDusabimana-wm7ru 8 месяцев назад
I'm Rwandan from Kigali i like your story
@alexnono7127
@alexnono7127 10 месяцев назад
Film nziza kandi yigisha. Much love from Rwanda 🇷🇼
@happinessmunezero8262
@happinessmunezero8262 6 месяцев назад
Ngwaba boss nuku basaba imbabaziii😃😃😃😃coup de chapeau à toi kantore❤️❤️
@user-nt4jv2yn2c
@user-nt4jv2yn2c 5 месяцев назад
Bashaa kure vn hashoboka nih mbipfurije pe kd ndaba ❤❤❤❤ kanini gos
@desirenishemezwe6471
@desirenishemezwe6471 11 месяцев назад
Muranyishe kabisa, Nagira ngo ninshasha musohoye, Nciye ngwara umutwe peeeeeeeeeeee, Amédée weeeeeee
@mbaza9235
@mbaza9235 11 месяцев назад
wahora niki konanjye naringize ngonishyshya none nsanze ariyayindi isanzwe.badufashe baduhe season2
@HABIMANAEmmanuel-hu5gl
@HABIMANAEmmanuel-hu5gl 10 месяцев назад
Best cinema I'm I love them well come to 🇷🇼
@rukirizaemmanuel9309
@rukirizaemmanuel9309 9 месяцев назад
Love it from Rwanda
@ndikumanadiane3684
@ndikumanadiane3684 11 месяцев назад
Ooh muyisubiyemwo duh igic gikurikir❤❤
@meddy380
@meddy380 4 месяца назад
Woow hejuru cane barundi barundikazi ndagukunda mwakinye nez cn muhezagirw❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@UwingabireRuth-xp1ub
@UwingabireRuth-xp1ub 9 месяцев назад
Kantore nta cyaha ufite humura Imana izakugirira neza , mugabo uwo sumugore please
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 10 месяцев назад
Mamamamama yarumuriro pee🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@asile-charnelkn9947
@asile-charnelkn9947 5 месяцев назад
Iyi film iranditse n' ukuri 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@joeniserukira3391
@joeniserukira3391 9 месяцев назад
Vraiment Abarundi turashoboye! Film nziza cane irimwo inyigisho nziza
@franklukazula
@franklukazula 9 месяцев назад
From MALAWI 🇲🇼 big up my fellow Burundial ❤️ ❤️ ak film kubwenge %
@shineirakoze9493
@shineirakoze9493 7 месяцев назад
Lovely movie 😍 Burundi highly place ✌️
@user-zf9px2nq4d
@user-zf9px2nq4d 10 месяцев назад
Iyifilm itumye ndira nibutse ubuzima naciyemwo bwokuburabavyeyi ndumwana muto hanyuma nkafatwanabi nkahitamwo kwomoka mana udutabare 💔💔💔💔😭😭😭🤲🤲🤲🤲🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦🙏🙏🙏
@cedricrukundo7229
@cedricrukundo7229 10 месяцев назад
Much love from Russia❤❤❤ niryambere ndabaravyee nari narirengagijee film cazuu I so sorry❤❤❤❤ u
@fifiakimana57
@fifiakimana57 11 месяцев назад
Amédée nomufat 😅😅😅 yemwe iyi twarayibony tubandanye Aho twari tugeze🎉🎉🎉🎉🎉
@LionelNdayisenga-ir1gx
@LionelNdayisenga-ir1gx 10 месяцев назад
❤umuririmvyi mwiza akaba n'umukinyi wa film mwiza❤
@minanimelane4430
@minanimelane4430 10 месяцев назад
Much love from Rwanda❤
@yunusfreddy5859
@yunusfreddy5859 10 месяцев назад
Iyi mov nayikunze cane yigisha urukundo no kwihangana irarenze♥️♥️♥️
@jaguarpers777
@jaguarpers777 10 месяцев назад
Mbega ,, ishira amenyo ntishira amerwe, Rwanda we Love you😘😘😘😘📸📸📸📸
@VenustKubwimana
@VenustKubwimana 9 месяцев назад
Vyiza cane, murakoze peee Mubandanye mujimbere
@pendopepe-zz3lx
@pendopepe-zz3lx 8 месяцев назад
Muhimbare ndamukunze cyane! I like the content harimo message nziza kd yuje ukuri kw'ibiriho
@mutabaziaimable4715
@mutabaziaimable4715 10 месяцев назад
This movie is incredible much respect from 🇷🇼🇷🇼
@mukeshimanaagnes-ps5iw
@mukeshimanaagnes-ps5iw 10 месяцев назад
❤❤❤
@HakizamunguEric-fi9uj
@HakizamunguEric-fi9uj 8 месяцев назад
Flm ninziza kbs turabakurikira ❤
@dieudonnenijimbere9629
@dieudonnenijimbere9629 9 месяцев назад
W'ubahwe, ukomeze gushika kure cane❤
@ChachaChany
@ChachaChany 11 месяцев назад
Narayiravye kweri sinosubira gusa courage
@user-hi5ll2cj1l
@user-hi5ll2cj1l 2 месяца назад
Kantore mfite Umwana wanjye ugukunda cyanekuva namwereka film yawe intore s'intindi iyo areba film aba ashaka izawe gusa nukuri aragukunda cyaneeeee
@nzabakiriragaspard127
@nzabakiriragaspard127 10 месяцев назад
dabashimiye biranejejegose imana ibahe umugisha muranyubase
@mubangabenson4956
@mubangabenson4956 11 месяцев назад
Terimbere nkumuzinga ndabafana sana muduhe episode ikurikira turabakunda❤
@niyonkururamadhan3283
@niyonkururamadhan3283 10 месяцев назад
Nahora ntaraba filme ndundi ariko iyi nayikunz
@MrRomantic449
@MrRomantic449 10 месяцев назад
Very good 👍 sana dada yangu nanyiye naona kama mnajua Mungu
@gedeonirishura
@gedeonirishura 10 месяцев назад
Miss Alvera tera uja juru mwana w'Uburundi❤
@user-ky3xq7kz9k
@user-ky3xq7kz9k 11 месяцев назад
Intore ntindi hejuru cane💪💪ntafilm naribwakuremwo inyigisho nkiyi kuvyukuri murategurape imana ikomeze kubajimbere mubikogwa vyanyu iyifilm irimwo inyigisho nimpanuro zikwiye mukomeze kuduha saison yakabiri ndabakunda cane♥️♥️💓🙏🙏
@dominamukashyaka8505
@dominamukashyaka8505 10 месяцев назад
Sha nange ndayikunze cyane bazaduhe izindi kbs
@LilianeUwimbabazi-wx9ih
@LilianeUwimbabazi-wx9ih 8 месяцев назад
Kantore urimwiza ❤❤❤❤
@fabriceniyonziza8896
@fabriceniyonziza8896 10 месяцев назад
Kumbe abantu badashika cumi barakina film nziza yigisha ikubaka imitima yimiyabaga na bubatse Bose bakaronka impanuro nziza murugendo gwokwisi mwes mwarongowe nuwiteka kukô niwe yabarongoye muvyomwakinye vyose nibibere icirore abandi imana ibahezagire kuva Ubu uwotuzohura azobaha kubwicuhiro yiteye kubwiciyumviro mwasengeye mubishira mumareresi🙏🙏
@bamurangefabiola-uk6rx
@bamurangefabiola-uk6rx 8 месяцев назад
Kantore courage ndagukunda cyane🇷🇼❤
@appolonation
@appolonation 10 месяцев назад
Love from Rwanda 🇷🇼!❤
@EsperanceEsperance-mf9tc
@EsperanceEsperance-mf9tc 9 месяцев назад
Iyi film yigisha vyinshi nda❤
@user-dp9ue8xh5y
@user-dp9ue8xh5y 9 месяцев назад
Courage a l'equipe.murashoboye cane
@vyuguruzumwangumwereka
@vyuguruzumwangumwereka 10 месяцев назад
Inshoreke n'umuhabara ntabwo ari umuyaya!
@hakizimanajean3017
@hakizimanajean3017 9 месяцев назад
Hello, this movie is the best. mbakurikira ndi Mu Rwanda
@amahorotvmj2564
@amahorotvmj2564 9 месяцев назад
Wow Kantore acted so good in this movie 🎥 hands 🙌 to you Kantore wow 🤩 this is incredible
@juliettetuyishime4079
@juliettetuyishime4079 11 месяцев назад
Niwumva bikujemwo boss umutamike mabuja,isi dutuyemwo sha
@muhayimanajob1814
@muhayimanajob1814 10 месяцев назад
i'm from Rwanda, mukomerezaho mutanga inyigisho nziza zikwiriye Famille z'ikigihe.
@Niyoyankunzeliberatus
@Niyoyankunzeliberatus 10 месяцев назад
Rwanda oyeeeee mwarakunze ino filme mwubahwe
@user-oo5gl8qn6g
@user-oo5gl8qn6g 10 месяцев назад
I can't wait to thank you for this special sermon you give all African ladies and intoxicated men. Great 👌 job ❤. Love from Rwanda🇬🇦
@viviantovah7024
@viviantovah7024 9 месяцев назад
🇷🇼 not 🇬🇦
@user-oo5gl8qn6g
@user-oo5gl8qn6g 8 месяцев назад
Oh sorry 😔 Next time I'll be using proper flag
@Ishimwe.josh19
@Ishimwe.josh19 10 месяцев назад
oooh mbega film nziza cyaneeeeeeee🥰🥰 nizereko umwana wa boss ameze neza Kantoo🤣 wow
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 3 месяца назад
Cherie wanje nkunda weee iyi film iranezereye cane, kukuntu iyo foyer yaciye yotaho uwo mukozi wumukobwa baribirukanye ese abantu boguma bagise umutima nkuwo mbonye muri iyo film. Nukuri birahimbaye
@NishimweNadia-kt8pe
@NishimweNadia-kt8pe 11 месяцев назад
Ndabakunda caane❤❤❤❤
@Rwavira
@Rwavira 9 месяцев назад
Good morning bantu ba yesu❤
@jeanmukire9868
@jeanmukire9868 9 месяцев назад
Thanks for sharing with us this incredible history, Father God continue to work upon you ! Thnxs from 🇷🇼
@user-en9jv7yc4r
@user-en9jv7yc4r 10 месяцев назад
I'm proud to be Burundian so go ahead our brothers and sisters
@Niyokwizigirwamenedora
@Niyokwizigirwamenedora 11 месяцев назад
Nimuduhe saison 2 tuyiteg kuwagatanu💪💪💪💪💪💪💪
@emmyugiringabire125
@emmyugiringabire125 10 месяцев назад
I DONT KNOW WHAT I CAN SAY, PLEASE MUDUHE IKINDI GICE , IYI FILM INTEYE AMARIRA RWOSE ARIKO IRANANYUBATSE, IMANA IKOMEZE IMPANO YANYU RWOSE , LOVE FROM RWANDA
@PapiBig-ql1dn
@PapiBig-ql1dn 10 месяцев назад
Couleur ya flesh sund ya bien voice unique back ground music y'umwironge ni fureshi sana gasona neza mumatwi @Amede na @alvera big up sana
@Elpop-iw5hc
@Elpop-iw5hc 10 месяцев назад
Am Rwandan I have been crushed by this movie ❤❤😂❤❤
@ericnzisabira7706
@ericnzisabira7706 10 месяцев назад
A very very good movie full of advices that are very needed in our society. Ico gukosorwa kandi ca nkenerwa cane: Abantu babishira mu congereza bageregeze kuduza barre. Harimwo ibintu vyinshi bitagira sens ubisomye ukabihuza n'ivyavuzwe. Mwibuke ko mutarabwa na twebwe abarundi n'abumva ikirundi gusa.
@abizeranyiarnaud7975
@abizeranyiarnaud7975 10 месяцев назад
That's true, kubera nabanyamahanga yobafasha cane rero, bogira translation ifise meaning
@kavunjaporiaimable5112
@kavunjaporiaimable5112 10 месяцев назад
Wow!! Much love from🇨🇦. Ni ireresi yambere ndundi ndavye akarenze rimwe vyatumye nkunda niyindi mwakinye ihurizo rya makuba final yayo. ❤❤❤❤❤❤
@DonatianNteziryayo-nb7ed
@DonatianNteziryayo-nb7ed 8 месяцев назад
You are very nice we country is Rwanda and thanks
@ndahirofelix6159
@ndahirofelix6159 10 месяцев назад
Thankful for Kantoro👏👏 I am happy for your effort in every thing you do. Stay safe
@Nimbona-tn5ss
@Nimbona-tn5ss 4 месяца назад
Vyiza cane,courage.
@nadialifestyle2506
@nadialifestyle2506 9 месяцев назад
Wow much respect from Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼, there's massage in this movie I really love it ❤️😍😍😍😍 Thank you for sharing
@mireillenishimwe8065
@mireillenishimwe8065 10 месяцев назад
Watching from Sudan guys you're the best
@DjamillahNdayishimiye
@DjamillahNdayishimiye 2 месяца назад
Nahora ntakunda films zacu zindundi . ahwiiiii,iyi inshize mur mood kbs mwese mwayikinye ndabakeje caaaaane mukorana ubwira n'umwete mukazi kanyu mwakebuye beshi kbs mukomerezaho😊
@user-hi5ll2cj1l
@user-hi5ll2cj1l 2 месяца назад
Nanjye ndabakunda cyaneeeee ndabasabira Imigisha yose ivuye ku Mana mu Ijuru ibaaakareho mwese
@jeo-vannyIR
@jeo-vannyIR 9 месяцев назад
Best movie 🇧🇮
@tuyiratehonorine9704
@tuyiratehonorine9704 17 дней назад
Kbx
@joy-Bofficial257
@joy-Bofficial257 11 месяцев назад
I liké so much ❤❤❤❤ keep hiting alvella and athers love from autralia
@user-hi5ll2cj1l
@user-hi5ll2cj1l 2 месяца назад
Mujye imbere ndabakunda cyaneeeee Alviella we nibya 👌👌👌👌👌👌
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. 11 месяцев назад
My favorite movie 🇧🇮this is for team intore ntindi🌹🌹🌹
Далее
Дежавю, прескевю и жамевю!
00:59
Просмотров 122 тыс.
ДОМИК ДЛЯ БЕРЕМЕННОЙ БЕЛКИ#cat
00:45
INTORE NTINDI S02 PART 1
28:08
Просмотров 373 тыс.
INTORENTINDI LIKE VERY MUCH  PLEASE SUBSCRIBE
6:26
Просмотров 3,7 тыс.
INKURU Y'INKUBA  FULL Movie
3:34:34
Просмотров 205 тыс.
ISHUSHO Y'UMUNTU FULL MOVIE FINAL
2:19:37
Просмотров 46 тыс.
INTORE NTINDI Part 1
23:43
Просмотров 449 тыс.
Дежавю, прескевю и жамевю!
00:59
Просмотров 122 тыс.