Тёмный

Inyigisho yatanzwe na Musenyeri Ntahondereye mu misa yo gutanguza amasengesho arangiza umwaka 

Mashariki TV
Подписаться 309 тыс.
Просмотров 12 тыс.
50% 1

Mu Burundi hatangujwe amasengesho asozera umwaka, yo gushimira Imana arongowe n'umukuru w'igihugu. Ayo masengesho y'indwi ariko abera mu #Kirundo yatangujwe n'inkuka y'imisa yaherejwe na musenyeri wa diyoseze ya Muyinga. Mu nyigisho yatanze Joachim NTAHONDEREYE yibukije abaraho inzitizi n'amakuba bishobora gushikira indongozi y'intungane nkuko vyashikiye umutumwa Stefano, ariko abasaba guhangana navyo bari kumwe n'Imana.

Опубликовано:

 

7 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 4   
@hitimanajeanpaul770
@hitimanajeanpaul770 Год назад
🤲🏾🤲🏾🤲🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾Horana umugisha ,umugisha w,Isumba vyose mushumba kandi uduhaye Ijambo ryuzuye mwempu yera
@s.o.gnevermind4683
@s.o.gnevermind4683 Год назад
Nous n’avons pas besoin yizo nyigisho dukeneye iteranmbere. Wewe nka padiri, Pasteur canke uri we ubayayeho gute??
@peninnamuller9502
@peninnamuller9502 Год назад
Wavuga ariko ntuvura Monseigneur. Uravuga bakaguhanga amaso bakabatega amatwi yamara nturi uwambere kuva kuri Yezu-christu abwira abafarizayo, kuva kuri Rwagasore na Ndadaye baravuze ariko inyuma yabo habaye ubuyobe. Les gens sont compliqués. Abayobora Amadini kwisi yose, muratega amatwi za média du monde, muzohungura amatwi, ko aribo bashinzwe intama za Christu bagatako bakazihungabanya. (Les pedophiles) niho barangwa mubungere b’imywagazi (les enfants) abusé par les prêtres. Banza rero bungere bacu mukubure imbere y’inzu za yu muheze muze muhereze ishikanwa rishize agahonzi. Murahumiwe mwa ndyandya mwe!!!mugomba gutosora agatosi kari mujisho rya mugenz’awe mwirengagije ikigiga kiri mujisho ryawe. Yezu ati :malheur êtes vous les hypocrites. Uzotsitaza umwana Murabo bato, icomubera ciza nuko bomubohera urusyo runini kugakanu, canke kwizosi bakamuterera ibwina muri OCÉAN canke muruzi rutwara. Amen
@hitimanajeanpaul770
@hitimanajeanpaul770 Год назад
🤲🏾🤲🏾🤲🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾Horana umugisha ,umugisha w,Isumba vyose mushumba kandi uduhaye Ijambo ryuzuye mwempu yera
Далее
Starman🫡
00:18
Просмотров 11 млн
POV: Your kids ask to play the claw machine
00:20
Просмотров 8 млн
Starman🫡
00:18
Просмотров 11 млн