Тёмный

Inzu z'uburaro 28 ziriko zubakwa kuburyo bugezweho muri quartier Mirroir mu gisagara ca Bujumbura 

Mashariki TV
Подписаться 294 тыс.
Просмотров 28 тыс.
50% 1

#Publireportage Inzu z'uburaro 28 nizo ziriko zubakwa kuburyo bugezweho muri "quartier Mirroir" mu gisagara ca #Bujumbura,mu mugambi "Come and See Burundi(CSBU)" ufadikanije n'ibanki y'uburaro Banque de l’Habitat du Burundi #BHB.
Akaba ari mu ntumbero yo gusahiriza mw'iterambere rijanye n' inyubako,uburaro bwiza mu gihugu.

Опубликовано:

 

23 сен 2021

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 32   
@worshiper5721
@worshiper5721 2 года назад
Appartement 1 izoba igurwa angahe ?? Very good project 👍👍
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 2 месяца назад
❤❤
@hypolithendayiragije2998
@hypolithendayiragije2998 2 года назад
Barazimaze ngonigurire
@dkedjffkkldldksjekxkdshl7867
@dkedjffkkldldksjekxkdshl7867 2 года назад
Waooo ko
@macardjosua4622
@macardjosua4622 2 года назад
Ishusho nziza ku Burundi ni Abarundi komeze Mwubakire Abafise Uburyo igihugu gise Neza Abatugaya Batuveko Turashoboye .Ni umukene Azokwubahwa ahari hose Kuberako Azoba afise Uruvugiro.
@bahatiheritier9624
@bahatiheritier9624 2 года назад
Muraho neza nshuti zacu,nibyiza kwizo nyubako,ese komuvugako abantu bagomba gufata izo nyubako ngo nabarundi gusa??,ese utarumuryndi we ntayo mwamuha??,sawa mugihe dutegereje igisubizo cyanyu murakoze
@mdoman5229
@mdoman5229 2 года назад
🇧🇮👍👍👌
@thegreatwise3280
@thegreatwise3280 2 года назад
UBURUNDI BUTERE IMBERE MWIZINA RYA YEZU
@mpawenayochantalofficial1051
@mpawenayochantalofficial1051 2 года назад
Amen
@irankundaaliceirankundaali9672
@irankundaaliceirankundaali9672 2 года назад
Ndabaramukijeee muragahezagirwa
@NIKIZA96
@NIKIZA96 2 года назад
Imigambi myiza cane. Amahoro arahari nibitaraza bizoza .
@engleberthentirampeba3452
@engleberthentirampeba3452 2 года назад
Ntimuciba isima abafundi??? Ntawobizera
@blackberryberryblack9093
@blackberryberryblack9093 2 года назад
Salut mbe mushobora kudufasha inuméro canke e mail yababijejwe
@Nkotanyi1990
@Nkotanyi1990 2 года назад
Mwaduha Contact Ziyo Company Yubwubatsi? Ikd Abanyamahanga Bobo Ntitwemerewe Kugura Ayomazu?
@lydiaansah161
@lydiaansah161 2 года назад
Ko mwatwimye se numero zabo
@mmnn3579
@mmnn3579 Год назад
Yoooo inim zanyu twozironk gute?
@modesteessau8032
@modesteessau8032 2 года назад
Nyabuna turabasavye inomero zabo canke email yababijejwe muzoba mukoze
@raissafabien4285
@raissafabien4285 2 года назад
Iyo si quartier miroir ni quartier NIYONSABA😂💪🇧🇮
@mpawenayochantalofficial1051
@mpawenayochantalofficial1051 2 года назад
😂😂😂😂
@oseendayi5046
@oseendayi5046 2 года назад
Nonenkumuntu ataba muburundi ntavyangobwa afise acagiragute
@dkedjffkkldldksjekxkdshl7867
@dkedjffkkldldksjekxkdshl7867 2 года назад
Nimuduhe nomero
@mpawenayochantalofficial1051
@mpawenayochantalofficial1051 2 года назад
Numéro za téléphone
@wilsonnduwayo2604
@wilsonnduwayo2604 2 года назад
nn iyonzu barakwemerera ko uyibamwo knd utaraheza kuyiriha?
@thine9667
@thine9667 Год назад
Muduhe nimero ziwe
@leopoldminani1587
@leopoldminani1587 Год назад
Dufatiye kunzu ya 300millions, umuntu ashobora kuriha 1million /mois yoyiriha amezi 300 soit 25ans. Uwoshobora kwishura 500mil/ mois nawe yoyishura mumezi 600 soit 50ans. None izo nzu mwazubakiy abarundi koko?
@lydiaansah161
@lydiaansah161 2 года назад
Twasavye numer zabobantu
@floricsflows9902
@floricsflows9902 2 года назад
Nous voulons vs contacts
@aimableniyomukiza6983
@aimableniyomukiza6983 2 года назад
Ivyijoro
@floricsflows9902
@floricsflows9902 2 года назад
Twobonana gt, jew nikoreutwanje
@floricsflows9902
@floricsflows9902 2 года назад
Nitwa Victor.
@louisntawuyasiga2447
@louisntawuyasiga2447 2 года назад
B
@labanbarankunda9040
@labanbarankunda9040 Год назад
🇹🇿🇹🇿🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Далее
Témoignage de Jean-Baptiste Bireha
17:39
Просмотров 27 тыс.