Тёмный

ISENGESHO RIFISE AGACIRO by Chris NDIKUMANA 

INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Подписаться 103 тыс.
Просмотров 110 тыс.
50% 1

Mushaka kumenya ivyerekeye Kanguka, mwoja kuri www.kanguka.com muce kuri “KI” hejuru iburyo
Mushobora kuturungikira intahe (ubuhamya) muciye kuri WhatsApp: +25771111132

Опубликовано:

 

16 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 265   
@inyigishozachrisndikumana
@inyigishozachrisndikumana Год назад
Hari abahora bakoresha izina ryanje mugusaba amafranga canke kubesha kugira mubahe amafranga. Uwuzobandikira akoresheje izina ryanje ashaka kubasaba amafranga ntimuzomwishure. Chris Ndikumana
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 Год назад
Turashimira Data Imana kubw ukwitanga kw umukozi wiwe .Tuyisaba ngo Imuturindirre kandi Imuneshereze ikibi cose hamwe na Equipe Kanguka yose , Amina
@arnaudirankunda1641
@arnaudirankunda1641 Год назад
KO
@niyubunturichard6709
@niyubunturichard6709 Год назад
@@naomendayishimiye2214 nukuri nukumusengera Iman imukomeze ku mirimo 🙏
@leopoldniyokindi680
@leopoldniyokindi680 Год назад
P
@richardmbuila4757
@richardmbuila4757 Год назад
Si site bijoux si j'y si si ils si il si il si si si il ils si y oouiiooooiiijoù
@rebeccandikumana68
@rebeccandikumana68 Год назад
Inyigisho nziza,inyuguruye amaso,Uhoraho Anyobore mubo twosangira ,kandi Inshoboze gukiora amasengesho Imana Ayihimbara
@YvesJunior-e4t
@YvesJunior-e4t Год назад
Christ urumuntu w’Imana narabibonye dukeneye ubufasha bwawe
@jeanpaulniyonkurutenacious
@jeanpaulniyonkurutenacious Год назад
Iyinyigisho iranyuguruye kandi amaso gloire à DIEU kukugira numugisha chris NDIKUMANA
@mariegorettimucuma225
@mariegorettimucuma225 Год назад
Yesu aduhe ubushobozi bwo gusenga na ntaryo kuko bituma turenganywa Imisozi y'ibigeragezo Satani adushira imbere ngo tureke Imana y'ukuri n'Umwana wayo Yesu Kristo yaducunguye na Mpwemu tera umufasha wacu. Dusenge imisi yose birabereye.
@Uwiringiyimanaolsen-ri6pg
@Uwiringiyimanaolsen-ri6pg Год назад
Imana ikomeze ikongerere imbaraga mukozi wimana
@ngabirefaith6078
@ngabirefaith6078 Год назад
Am blessed by today's preaching ,I have learnt how to fast ,help others ,repent and change ( to be real and a good person to to others ) am really blessed .Chris God bless you Always Amen 🙏
@AdronisNiyogusenga-hj9jr
@AdronisNiyogusenga-hj9jr Год назад
May god bless you
@Kmg250
@Kmg250 Год назад
Amen chris ndikumana God bless you uramfasha pee💕😭😭
@evelynedusabimana6556
@evelynedusabimana6556 Год назад
Mana ndagushimiye kubwumukozi w'Imana waturonkeje kugira nguwugomba kugushikako wese yunvijambo ryawe.ndakwinginze uhe kuramba uwumukozi wawe azogere mubusaza akigisha abana bawe Mwami🙏
@sandyk4966
@sandyk4966 Год назад
AMEEEN 🙈🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@gracecyasimire9970
@gracecyasimire9970 День назад
Imana Ishimwe cyane kubwirijambo ryiza cyane Imana iguhe imigisha myinshi Cyane ❤
@rosettendagijimana9724
@rosettendagijimana9724 Год назад
Amen amen uratwigisha mukozi wimana Imana ikongerereze amavuta ibandaye kwigisha igihe ninkomzi nyishi Hama natwe imaniduhe gutahura nugufashwa ninyigisho zawe
@leilairadukunda6304
@leilairadukunda6304 Год назад
Ameeen Kubwamasengesho nukugira neza Birashoboka ko Imana irenga amabwirizwa ibibujijwe kubandi iwawe bigashoboka,Urukundo ingabire iruta izindi ngabire zose
@chantalegewto1524
@chantalegewto1524 Год назад
Iyi nyigisho'. Impiindure mwizina Ryan yesu 🙌🙏
@francoisenshimirimana1426
@francoisenshimirimana1426 Год назад
Amen
@GerardNIYUHIRE-re8en
@GerardNIYUHIRE-re8en Год назад
Imana ikomeze kuguhezagira nukuri iyi nyigisho iranyuguruye amaso
@joyceokoth3334
@joyceokoth3334 10 месяцев назад
Imana ibahe imijisha kwijambo nyiza udusajije
@UmuhozaSolange-s5v
@UmuhozaSolange-s5v 18 дней назад
Imana iguhe umugisha iyonu mvise inyigisho zawe ndamfashwa
@ScoviaKabatesi-w3g
@ScoviaKabatesi-w3g 6 месяцев назад
Nukur imana ijye iguha umugisha kudusengera pee
@karimundaj.pierre3914
@karimundaj.pierre3914 Год назад
Imana ige ihorana nawe numuryango wawe wose ndabakunda
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 11 месяцев назад
urakoz ku nygisho ndafashjw can uhezagirw mukozi w Imana
@gahongayirelillian966
@gahongayirelillian966 Год назад
Nukuri gusenga bivana umuntu mu mpagarara. Haleluya
@lagracededieu103
@lagracededieu103 Год назад
Je n’ai rien compris, mais la mélodie et la façon dont le peuple de Dieu chante m’ont donné la chaire de poule. Amen 🙏🏾 Que L’Eternel soit loué 😊
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 Год назад
Amen !
@gracentirampeba604
@gracentirampeba604 Год назад
Shalom Dans sa prédication il a insisté sur la puissance de la prière La confession est très important pour un chrétien. Sans la sanctification personne ne verra le seigneur dit Jésus Voila en un peu de mots 🙏
@rebeccandikumana68
@rebeccandikumana68 Год назад
Esaie 58
@freddycubahiro9918
@freddycubahiro9918 Год назад
Yoo ndaku cane papa
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 Год назад
Imana Data Iduhe kugira inyifato ituma amasengesho yacu agiraagaciro imbere yayo . Ikiganza n Ijisho vya Ndiho bihore kuri Equipe Kanguka iminsi yose , Amina
@UWIRINGIYIMANAIllumine-e3s
@UWIRINGIYIMANAIllumine-e3s Год назад
Chris Ndikumana ufasha abantu ubasengera bagakira rwose indwara zananiranye nange ndagirango unsengere ndwaye diabetes Imana inkize nukuri! Imana iguhe umugisha!
@emmanuelnyandwi9847
@emmanuelnyandwi9847 Год назад
Amen gusenga bikingura ijuru Kandi bizura ibyapfuye
@MukundeGelidine
@MukundeGelidine 3 месяца назад
Umva Imana ukorera izaguhe ijuru kuko utubwiza ukuri ubundi tukamenya icyo gukora Ndafashijwe Uzaragwe ijuru
@yvettekazaneza8632
@yvettekazaneza8632 Год назад
Imana igez kur ibikorw vyamabok yaw mukoz w'Imana warahezagiw caaaan Imana ikumper kuramba haraho wankuy👏👏
@user-ll2pp7jo8n
@user-ll2pp7jo8n 8 месяцев назад
Amen Amen imana rugiravyose igukomeze inyigishozaw zenkomeza cane
@hadijahnajran8645
@hadijahnajran8645 Год назад
Imana idufashe gukor ivyo igomba kugira amasengesho yacu yumvirwe!!
@NiyomungeriYvette
@NiyomungeriYvette Год назад
Iyi nyingisho impindure mwi zina rya yesu🙏🙏
@rosaouedraogo1039
@rosaouedraogo1039 Год назад
God bless you Chis Ndikumana Amen Amen 🙏🙏 thanks 🙏🇧🇫🇧🇫
@mariepaulinetsimi4593
@mariepaulinetsimi4593 Год назад
Bonne après midi est ce qu'il y'a pas une application qui peut permettre traduire les enseignements en langue kirundi en langue française pour ne pas manquer un seul enseignement, en kirundi vous chantez même d'abord, alors qu'en français c'est pas la même ambiance. SEIGNEUR OUVRE MES OREILLES POUR QUE JE COMPRENNE SEULEMENT LE KIRUNDI AFIN D'ÉCOUTER LES ENSEIGNEMENTS DU PASTEUR CHRIS NDIKUMANA AMEN.
@christinechristine2409
@christinechristine2409 Год назад
Imana iguhe Umugisha mwishyi cyane
@girukwishakaclaudine5374
@girukwishakaclaudine5374 Год назад
Amen Amen Mana yancu urimw'ijuru habwicubahiro nukuri
@EricManirakiza-fh1ce
@EricManirakiza-fh1ce 2 месяца назад
salut yesu na shimwe
@FgxcCcxx
@FgxcCcxx 4 месяца назад
Yesu nashimw inyigish zaw yobavyokunz kozishik mubarabu zohagez kubury iyohagez guhembumukoz muridagutukan cankakayaguh ukund kugeznhagat imaniguhumugish❤😂
@alexisntahimpera-pk5bc
@alexisntahimpera-pk5bc Год назад
Yesu abahe umugisha.nukuri kubwiyi nyigisho ndakeneye gusengerwa kuko ndumva muri jewe Mpwemu atawundimwo.muhezagirwe
@UwaseTetine
@UwaseTetine 2 месяца назад
Iman iguhe umugisha mwinshi cyane pastor mwara stegeye imana inkiza kwisambanya ndayishima cyane ikomeze igende imbere nihabwe icyubahiro 🙏🙏🙏🙌🙌🙌🙌
@nanatonzy8716
@nanatonzy8716 8 месяцев назад
Amen ndafashijwe cane Urakoze Mana yanje kubw'Ijambo ryiza ribohora,rirakiza Urakoze cane mukoze w'Imana chriss
@siscamuhire6691
@siscamuhire6691 Год назад
Imana yo mu ijuru ishimwe cyane pe Nanjye mfite umukozi ntirukana arko mubwira nabi cyane😭😭😭
@ManirakizaFidelite
@ManirakizaFidelite 22 дня назад
Amen Amen Uhoraho Anshoboze gusenga nkuko Avyipfuza
@JNy-rh9yg
@JNy-rh9yg Месяц назад
Ameeeeeeeeeen 🙏🏻🙏🏻🙏🏻❤❤❤
@beatricefuraha6471
@beatricefuraha6471 Год назад
Nimebarikiwa sana Na nimejifunza mengi. Mungu akubariki sana mtumishi. Amen 🙏🙏🙏🙏
@bellainteyiteka1086
@bellainteyiteka1086 Год назад
Ndafashijwe cn nizinyigisho Yesu Kristo abahezagire nciye ntahur ukundi ibanga ryo kwisonzesha
@precioushappy8302
@precioushappy8302 Год назад
Ndiho Adutabare Adushoboze
@regisngendakumana6909
@regisngendakumana6909 Год назад
Amen Imana ubandanye kuguhezagira nanje ndahezagiwe
@user-je6xh2kq2o
@user-je6xh2kq2o 7 месяцев назад
Imana imbohore inyereke inzira yukuri unyiyereke mbone gukira
@eugenieeuge9175
@eugenieeuge9175 Год назад
Urakoze cyane, umpinduriye amateka
@jimani4529
@jimani4529 10 месяцев назад
Great teaching , thank you a lot . God bless you Brother Chris Ndikumana and the team.
@joselyneniyibimpa2613
@joselyneniyibimpa2613 Год назад
Ameeeniii murakozeee cyaaaneee goosee
@francoisntiranyibagira7262
@francoisntiranyibagira7262 Год назад
Ndafashijwe,Mukozi w'Imana,komera kw'ibanga.
@PaulaNibigira
@PaulaNibigira Год назад
I love you and god bless you ❤❤❤❤😍🥰💗💕💓💜💜💜💜❤️❤️❤️❤️
@belysendayikeza6731
@belysendayikeza6731 Год назад
Imana iguhezagire kubwiyo nyigisho pee
@ZabulonNimbona-ff4dl
@ZabulonNimbona-ff4dl Год назад
Uhoraho abahezagire Mukozi w'Imana,iy'inyigisho iranfashije.
@ndayishimiyeaime1804
@ndayishimiyeaime1804 Год назад
Amen amen amen
@muthonicynthia3969
@muthonicynthia3969 Год назад
Amen. Merci.
@فهدالشمري-ر2ي
@فهدالشمري-ر2ي Год назад
Iman ihimbazwe ibihe vyose.
@amen.murakoze129
@amen.murakoze129 Год назад
Amena.uguseganigukuru.ibihevyose
@chantalegewto1524
@chantalegewto1524 Год назад
Ndagusavye Ndiho n'aime ngire isengesho rryagaciro imbere yawe ndaciye bugufi imbere yawe🙇🙇🙇 warakoze Ndiho kuduha kanguka🙏🙏🙌🙌💃💃💃🛷🎸🎺🎻🎷🇧🇮
@beathamahatane2205
@beathamahatane2205 Год назад
Amen pastor Chris
@kwizerimanajacpueline269
@kwizerimanajacpueline269 Год назад
Muvyeyi Imana ikutuzigamire nunva atakindi novuga Ibahaze kuramba🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️
@HoHnot-py1nj
@HoHnot-py1nj 9 месяцев назад
Amen Amen Amen. Ndafashijwe nijambo.gufata amafungo. Ukowokwitwara
@jacquelinentibazonkiza
@jacquelinentibazonkiza Год назад
Amen
@EmelyneHarerimana-p2z
@EmelyneHarerimana-p2z 6 месяцев назад
Amen inyigisho iryoshe cane
@dalitsojosephy587
@dalitsojosephy587 Год назад
Urakoze cyane kuduhugura ukotugomba kubana na bodukoresha Mana udufashe.
@bellacaniyonyishu5914
@bellacaniyonyishu5914 Год назад
Ameen ameen ugusenga ni kwiza🙌🙌🙌
@joyceokoth3334
@joyceokoth3334 Год назад
Imana ibahe imijisha kwijambo nyiza muhezajirwe shalom
@karimundaj.pierre3914
@karimundaj.pierre3914 Год назад
Imana itubabarire kudafasha abakene
@anniemucyo1863
@anniemucyo1863 11 месяцев назад
Amen Hezagirwa mutumishi wa Mungu
@Iranyongeye-l3s
@Iranyongeye-l3s 4 месяца назад
Amen Amen Amen 🙏🙏
@eliane802
@eliane802 Год назад
Murakoze cane mukomeze guhezagirwa ❤
@user-dc5xm3bd9x
@user-dc5xm3bd9x Месяц назад
Amen Amen 🙌🙌🙌🙌🙌
@Bapfunya
@Bapfunya 7 месяцев назад
Nyitaba nanje Yesu
@christinekamikazi5593
@christinekamikazi5593 Год назад
Amen Amen Hallelujah
@sandyk4966
@sandyk4966 6 месяцев назад
AMEEEN AMEEENA AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA 🙈🙈🙈🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@user-nw5be2jm9p
@user-nw5be2jm9p Год назад
Ukwo nukur kabisa🎉🎉
@kayiraeric7370
@kayiraeric7370 Год назад
Amina sana
@jjlovefamilytv
@jjlovefamilytv Год назад
God bless you pr Chris 🙏🙏🙏🙏
@FgxcCcxx
@FgxcCcxx 4 месяца назад
Aleluyaaa amababayaw man❤❤❤❤
@imleen3909
@imleen3909 3 месяца назад
Ameen
@UwamahoroJeannette-zi9yk
@UwamahoroJeannette-zi9yk Год назад
Ndashima inyigisho zanyu ziranyubaka ndagirango musengere mbone akazi hamwe numugabo
@UwamahoroJeannette-zi9yk
@UwamahoroJeannette-zi9yk Год назад
Mudufashije mwaduha nomero zanyu mukoresha ngo njye murikanguka dufatanye gusenga dusengere nababyeyi bange banyeho nabo murugo
@nadiabimenyimana3475
@nadiabimenyimana3475 Год назад
Amen amen God 🙏 🙌 👏❤ 👏 ❤
@GilbatiNuwimana
@GilbatiNuwimana Год назад
Mukoziwiman imanikwonger amavut imbaraga nicumutima wawe wipfuz kandiciza nukur uradufash cane inyigish zawe nizigicirovyukur
@njokianni8627
@njokianni8627 Год назад
Ameen!!Imana iguhr umugisha Chris!! Ikizamure
@shemaauxiliatrice3285
@shemaauxiliatrice3285 Год назад
Wampinduriye ubuzima Mukozi w'Imana 🙏
@hyacintheniyikuza6118
@hyacintheniyikuza6118 Год назад
Imana ibandanye kuguhezahirs
@christophentankumbu4821
@christophentankumbu4821 2 месяца назад
Imana iguhezagire caneeeeee
@izibikwiyegrace485
@izibikwiyegrace485 Год назад
Hezagirwa mukoziwimana 🙏🙏🙏👏👏🙌🙌🙌
@jeannehakizimana4762
@jeannehakizimana4762 Год назад
Imana ihabwe icubahiro 👏👏👏👏👏
@AdidjaAdidja
@AdidjaAdidja 10 месяцев назад
Ameeeen👏👏👏👏
@BeoLe-v5f
@BeoLe-v5f Год назад
Amen 🙏🙏🙏 imbaraga zawe mana
@niyiragiraemelyne93
@niyiragiraemelyne93 9 месяцев назад
Amen 🙏♥️
@GFEDGGAGDBMama
@GFEDGGAGDBMama Месяц назад
Ameennn❤❤❤❤❤
@nshimirimanaegide7874
@nshimirimanaegide7874 Год назад
Ameniii🙏🙏🙏
@ndayizeyeemile5712
@ndayizeyeemile5712 11 месяцев назад
Amen muhezagirwe
@daniellaingabire3892
@daniellaingabire3892 Год назад
👐👐👐Yesu adufash
@sifa6156
@sifa6156 Год назад
Amen Amen 🙏 🙌
@precioushappy8302
@precioushappy8302 Год назад
Muhezahirwe. Erega Kuja mu IJURU sio mvhezo. Abenshi barabyibeshako.
@GaelConah-gh5it
@GaelConah-gh5it 10 месяцев назад
Be blessed Pasteur 👏👏
@AliceOmani
@AliceOmani 11 месяцев назад
❤❤❤amena
@NdayishimiyeCynthia-pi2lr
@NdayishimiyeCynthia-pi2lr Год назад
Amen 🙏🏽🙏🏽❤
@InesKanyange-sh6fy
@InesKanyange-sh6fy Год назад
Ndiho abahe umugisha kandi abakomereze amaboko 🙏
Далее
ISOKO Y'INKOMEZI by Chris NDIKUMANA
52:56
Просмотров 54 тыс.
KUGENDERERWA NA NDIHO by Chris NDIKUMANA
57:09
Просмотров 96 тыс.
UMURYANGO UKINGUWE NA NDIHO par Chris NDIKUMANA
1:01:12
Просмотров 106 тыс.
UBWOKO BUNE BW'IBIMAZI BIHIMBARA NDIHO by Chris NDIKUMANA
1:14:47
UMWAMBARO W'AMASHIMWE by Chris NDIKUMANA
1:33:10
Просмотров 127 тыс.
UMURIRO NTUZIME by Chris NDIKUMANA
1:03:49
Просмотров 75 тыс.