Kigingi, nakubonye ubwambere en novembre 2023 duhuriye aéroport de Montréal. Sinari ndakuzi ariko j'ai tout de suite aimé ta personalité. Iki kiganiro nacumvirije cose tu es très intelligent et tu es agréable à écouter. Bon courage+
Hosy bwira kigingi abarategura show zomuntara Hagati can can muRumonge haratesa aba jeunes baho bikundira ama vibes atesa . ndamwokereze imikeke nu burobe 😂
Kigingi ufise ama blagues menshi wakinye naho woyasubiramwo abantu bobikunda cane. Mais ikibazo Kigingi afise talent ya improvisation ama blagues ayatera kuri public iba iri ngaho nyene. Ivyo ntibishobira benshi.
24:15 bavyita control ya droit d'image. N'ikintu ciza caaane kuri developpement ya industry (film, music, sport,...) hose bikwiye kumera uko. Nos artistes muzoheza mutere imbere.