Тёмный

Ivya FANNY LAVINE na MUCO Biguyemwo Amazi/Amakuru Agiye Hanze Bavanye/Ivyabaye Murubanza rwa Fanny.. 

Star TV257
Подписаться 86 тыс.
Просмотров 2,6 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

5 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 30   
@startv257.
@startv257. 2 дня назад
ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-rnNbuJEo3t4.htmlsi=Ot_sZpWCJPrZhc2A
@InaLigera
@InaLigera 2 дня назад
Mwarakoze kumpa ikiganiro no kunyakira🙏🙏💪
@gigimarie9265
@gigimarie9265 День назад
Komera muco wacu kure cane niho nkwipfurije gushika
@LyduineNDIKURIYO
@LyduineNDIKURIYO День назад
Urashaje Iman niguhe umugabo ukure ayandi majambo atakuraba .kugenda uravuga umuntu kandi utaranashika mubigero iryo sibara .ivyimbere ntavyuzi wewe uracari umwana uzobona kumuntu agufitiye akamaro niwakura😊
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl 2 дня назад
INAMUCO wanje nkunda muri film umukenyezi
@HerveNish
@HerveNish 2 дня назад
C.E.O Ina Ligera🎉🎉🎉🎉
@iman_th
@iman_th 2 дня назад
Inamuco❤❤❤🎉
@NdayizeyeAline-m1d
@NdayizeyeAline-m1d День назад
Fanny nimwamubura muzorwara p imis yos fanny Lavine haaaa icondamukundira ariturije kk ntamwany wokuta afise kazima IMANA imukunda
@florencekubwayezu706
@florencekubwayezu706 2 дня назад
Rek ntore agatebe numvirize 😂😂😂😂
@NadineIrankunda-z1d
@NadineIrankunda-z1d 2 дня назад
From Ina Ligera famlly twahigereye
@EmelyneNibigira-mu8rt
@EmelyneNibigira-mu8rt 17 часов назад
Gusa muco urihuse kuvuga kk fani yagufashije vyishi,hubwo warukwiye kumishimira nubundi wiruhiriza ubusa fanny turamukunda
@AngeNadegekaneza
@AngeNadegekaneza День назад
Nimugerageze guhuza nayibindi muvyihoze fanny lavine ariko akora ibikorwa vyiza bishimwa nabantu ndetse nabandi hama ivyo mupfa mugerageze mubiyage bihere hama mukore muterimbere
@اوديلاوديل-ض2ز
@اوديلاوديل-ض2ز День назад
Muco mvugamake wamukobwawe wewengaho urabuze uwowahemukiye?? Kuragaho ubwobwishime nahowogeragezagute fanny tunzomugwinyuma
@GloriaNikiza
@GloriaNikiza 2 дня назад
🤝
@b3ya776
@b3ya776 12 часов назад
Please don’t interrupt your guests when they are trying to explain 😢
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 2 дня назад
Yoooo nubwishim 🤭🤭🤭
@eliannebambonangenda8868
@eliannebambonangenda8868 День назад
Fanny nawe yamamukanwa kabantu misiyose none niwe mwabonye ko arumuhemu iconkundira Imana rero barakwanka ikakwemera wewe mbona Imana iguma ihezagira yirambire na nora wiwe gusa muco nawe gusa ntavyishi yivugiranawe yikomereze nu mukenyezi ndayikurikirana
@RoseAleose
@RoseAleose 2 дня назад
Muco wavyibush
@joannadufisimana
@joannadufisimana День назад
wakwetuu muco umez bn❤❤
@JajaMukunzi
@JajaMukunzi День назад
❤❤❤❤
@LyduineNDIKURIYO
@LyduineNDIKURIYO День назад
Sha burya kirazira gupfa ayuvuze vrema ubu muracavuga fanny ?wavuze kwariwe yakuvumishije ? None nkayo majambo ntanisoni ? Urya ageze kure tekane ntimukimushobora pe
@jeanclaudeofficial9653
@jeanclaudeofficial9653 2 дня назад
Courage muco
@mvmezerosamira3960
@mvmezerosamira3960 День назад
Star boy turakundq ibikorwa vyawe
@chadiaManirakiza
@chadiaManirakiza 14 часов назад
Muco punguza ibiganiro kuko abobamenyesha makuru nurusaku gusa rero bitazokwicira vision yawe
@queenieSamantha544
@queenieSamantha544 2 дня назад
✌️✌️✌️✌️✌️🇧🇮
@AishaAisha-p3m
@AishaAisha-p3m 17 часов назад
Ubwamberenaragukunda ubusigayendakwanka ntakuremye
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 2 дня назад
😂😂😂😂 hhhhhhh
@AishaAisha-p3m
@AishaAisha-p3m 17 часов назад
Muconiwiyubah sivyizagusevya mugenzawe nahoyobayaragukoreye amakosa
@mariechantalkwizera7319
@mariechantalkwizera7319 День назад
Namukorogo mbon yagenz neza😂😂
@nsavyimanacarlène-d3r
@nsavyimanacarlène-d3r 2 дня назад
Courage ma belle❤
Далее
AWS Community Day West Africa 2024 - Room 1
4:18:53
Просмотров 1 тыс.
ВЫЖИЛ В ДРЕВНЕМ ЕГИПТЕ!
13:09
Просмотров 180 тыс.
ВЫЖИЛ В ДРЕВНЕМ ЕГИПТЕ!
13:09
Просмотров 180 тыс.