Тёмный

Ivyaranze ubuzima bwa Petero Buyoya 

Yaga Burundi
Подписаться 42 тыс.
Просмотров 66 тыс.
50% 1

👌🏾Inyuma y'ifubwa rya perezida Petero ku butaka bw'Uburundi, twibukanye ivyaranze ubuzima bwiwe
🙅🏾‍♂️ Abashingamateka badakora ibiteza imbere aho babaye ngo nta kubaha amajwi.
Nayo mu gisata c'ivyese, hari abaserukiye Uburundi mw'isabukuru ririko ribera mu Rwanda 🤗
Kaze mu makuru y'uno musi.
#KuMusi
#poritike

Опубликовано:

 

7 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 119   
@modrikenlybruno5295
@modrikenlybruno5295 Месяц назад
Natembagare asange abeneburundi yaseseye amaraso yibazango azohoraho😢 ngo intare ipfuye irutwa ni isazi ihema... ivyubahiro na Arrogance vyiwe birikuribwa n,ivu... urupfu rwubahwe😅😅😅
@user-yt5rz8qh9p
@user-yt5rz8qh9p Месяц назад
Buyoya vraiment ndamuzi nabi kuko nabo nabuze nababuze kuleta yiwe.
@genevievemuhakwanke5926
@genevievemuhakwanke5926 Месяц назад
Ntega Marangara mwayibayiye?
@trophywilson7211
@trophywilson7211 Месяц назад
hahaha
@Umweranda_BIHOME
@Umweranda_BIHOME Месяц назад
Uyumu type jewe ndamushira mubantu bambere bataye ibihugu mumanga mugutembagaza BAGAZA, ntitwari guhura namakuba turimwo ubu. Ikindi à part yuko yahahamira ivyubahiro n'ubutegetsi, yaragize na Mal cHance kubutegetsi bwiwe
@MabrukiNgereza-gj7mz
@MabrukiNgereza-gj7mz Месяц назад
Yagitaye mu manga gute ? Ko yatenbagaje Bagaza, bica bisigura ngo yataye igihugu mu manga. Wewe, unyegewe n’amacakubiri. Kuko abatutsi benshi ntibashimye kubona Major Pierre Buyoya atembagaza Bagaza, ngo Igihugu cabo yaciye agiha abahutu, none Uburundi ni Igihugu c’abatutsi bo nyene ? Uburundi ni umurima rusangi, hari abahutu, hari abatutsi hanwe n’abatwa, ni Igihugu ca bose. Uburundi ni umuvyeyi wa bose. Amacakubiri yawe nta nahamwe azogushikana wewe
@nduwumukizaeric26
@nduwumukizaeric26 Месяц назад
​@@MabrukiNgereza-gj7mzn nn
@Umweranda_BIHOME
@Umweranda_BIHOME 27 дней назад
@@MabrukiNgereza-gj7mz aha tubiravye jewe na wewe ninde afise amacakubiri. Ivyo vyose uvuze jewe ntanivyo nari niyumviriye
@J-PaulMUDENDE
@J-PaulMUDENDE 21 день назад
Urabuze ivyo urata!!!! Amarira y' impfuvyi n' abapfakazi Imana irayumva.
@denisndayihimbaze247
@denisndayihimbaze247 Месяц назад
Buyoya Nico gisigo cambere cataye mumanga uburundi
@victorg7280
@victorg7280 Месяц назад
Nuko arico gihe nawe washiriwe!!!!
@sibomanastraton6163
@sibomanastraton6163 Месяц назад
Buyoya yicishije ndadaye
@user-el1hs1mr2q
@user-el1hs1mr2q Месяц назад
Je ne sais pas comment peut on corriger cet homme
@user-op9xp3fe6v
@user-op9xp3fe6v 29 дней назад
Président BAGAZA yari umugabo yarej'imbere igigugu gusumvya Buyoya
@landryruberintwari1316
@landryruberintwari1316 Месяц назад
Umuvuga nk'uwuriko avuga umuntu asanzwe, c'est très insolant de votre part.
@modrikenlybruno5295
@modrikenlybruno5295 Месяц назад
Unomu journalist ahahantu iyatuma areka kumuvugako uzi ama milliard yimiryango yahekuye
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Месяц назад
Buyoya yataye igihugu mumanga mukwica ndadaye no gukura bagaza kubutegetsi muncamake nigihemu
@user-op9xp3fe6v
@user-op9xp3fe6v 29 дней назад
Mwaramutse cane. Ego cane umuntu wese, iyo yitavye Imana baramuherekeza mu cubahiro, mugabo kandi ntakinini yamariye iguhugu camwibarutse, yari igisuma, yari umwicanyi.
@Bosderatus106
@Bosderatus106 23 дня назад
Yaga ico mbakunda , muvugisha ukuri komere mwebwe
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Месяц назад
twari dukwiye guturira nikiziga ciwe
@trophywilson7211
@trophywilson7211 Месяц назад
hahaha
@ViniciusJr12345
@ViniciusJr12345 Месяц назад
Yarumugabo buyoya kuko niwe yazanye démocratie, yemereye ndadaye gutsinda amatora kandi yari kuyiba. Ikibi yagize nikimwe guha ubutegetsi abicanyi babaroberi.
@user-xh8hp4nh7o
@user-xh8hp4nh7o Месяц назад
Urumusazi
@venantgahungu5683
@venantgahungu5683 Месяц назад
Sha yarumugesera Buyoya
@ViniciusJr12345
@ViniciusJr12345 Месяц назад
​@@user-xh8hp4nh7o wewe niwe utagira ubgenge utabona kuri
@ViniciusJr12345
@ViniciusJr12345 Месяц назад
​@@venantgahungu5683 abagesera nabicanyi 93 Hama batenbagaje igihugu gushika nubu UBURUNDI nigihugu cambere gikenye kubera abo
@jeanmarievianneysindayigay7716
@jeanmarievianneysindayigay7716 Месяц назад
Muzopfa mwangara nka gahini, abasangiye ivyiyumviro na buyoya
@havyarimanainnocent1378
@havyarimanainnocent1378 Месяц назад
Gwasa agato ni sawaa cneri😊😊😊😊😊
@DusabimanaConsole-or7ce
@DusabimanaConsole-or7ce 7 дней назад
Uzasubiremo ibyabuyoya ugenda gacye gacye inyuguti kuyindi.
@KizitoRwasa
@KizitoRwasa Месяц назад
🎉niyiryamire,azobazwan'imana.kuko,hahirwa abapfira,mumwami kristo Yesu.
@Redefose12
@Redefose12 Месяц назад
😊😊😊
@user-sj1ie9pv6h
@user-sj1ie9pv6h Месяц назад
Ntabwo ari kuva ku itariki cenda,aho yakora coup d'etat ahirika BAGAZA,hari jeudi le 03 September 1987
@niyonkurusalim2186
@niyonkurusalim2186 Месяц назад
Ivyo wosigura vyose Kuri Buyoya sivyo rek tuguhe vews wigire
@manirihoalain-peguy541
@manirihoalain-peguy541 Месяц назад
Mandat ya mbere yatanguye le 3 septembre 1987
@NiyogushimwaLiliana
@NiyogushimwaLiliana Месяц назад
Le sanguinaire. Il a tué notre Ndadaye
@JohnwarkerBonjour-lj3iw
@JohnwarkerBonjour-lj3iw Месяц назад
Buyoya yarafatiwe ibihano ariko twagumye turonka vyose igitora isukari ifumbire ibiyeri umuyagankuba nabadandaza barunguka kuko ntawitwara ariko Ubu wogira ngo abantu baritwara umuntu ngo nikubera mutavuga rumwe ukamwica ntihagire namatohoza akorwa.umugore wumuhisi nkurunzinza yaba mubwiza numuryango wose akora muri paf ntawaribwamurye urwara umugabo wiwe ari mwishamba bizwi.yarigemvya kandi niyo démocratie ubundi.ariko aba bagabo ninzu yuwabahunze barayibomora canke bakayifata mwibaze !!!!!bitwara nkabafashe igihugu atana zonne bigeze bafata.Buyoya yagize amakosa kukibaha kuko imvyaka irabagenze ntamisozi y'a Bujumbura rural baba bagishoboye kuduga.ico ndzbahanuye nibakureho ubutegetsi bwigitugu ntihagire umutegetsi abona ko arengeye ubutungane imbonerakure zubahe abantu apana kwitwara nokuvuga gisirikare babigishe abagifise nkivyo vyiyumviro.buramatari wogira ngo ni président,umukuru wumugambwe uko imbonerakure uko, umuntu wese afise amabanga ayariyo yose abe muto Abe mukuru yigira umusilikare.muyandi majambo ntabutungane buhari.
@Alexandre-y7u
@Alexandre-y7u Месяц назад
Ntanakimwe twarose kuri we .Ndaguye ndagarutse twararose amarira
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. Месяц назад
Kuri HE Nkurunziza ugira harico wabuze
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Месяц назад
ivyuvuze twabikura kotwari muntambara bukeye twashima imana iyomiduga yagiramwonbande
@cyriaquemagenge7247
@cyriaquemagenge7247 Месяц назад
Aho kweri wabuze ibindi wovuga canke uva mumuryango wa Buyoya?
@JonasMusafi
@JonasMusafi Месяц назад
Nn iyo Rofa izananye hehe)) buyyoga nyn
@ErnestGentil
@ErnestGentil Месяц назад
Wavuze vyinshi kutavuze ivyamuranze mubwicanyi yakoze
@user-ho8lj7xr1c
@user-ho8lj7xr1c 29 дней назад
Mugabo inyuma yokuvako atamaraso yayasesa arikuntebe? Sha nihatali kbx
@bonneanneebizimana2788
@bonneanneebizimana2788 Месяц назад
Nta Buyoya yapfuye, Buyoya afise amayeri nubu aracahema,
@NzubahimanaSherra
@NzubahimanaSherra Месяц назад
Birashoka
@ItekaNina-il7mc
@ItekaNina-il7mc 26 дней назад
Ntaco yakoze atarikwica kwiba ndetse no kurimbura
@casienkeshemana4984
@casienkeshemana4984 Месяц назад
Yarakoze bagabo burya iyatabawe abahutu nabatutsi ntitwuba twubahana
@trophywilson7211
@trophywilson7211 Месяц назад
Kabisaa
@MrNgelo-b5c
@MrNgelo-b5c Месяц назад
Uwomubakurikiz mwabajingamw❤🎉
@user-ho8lj7xr1c
@user-ho8lj7xr1c 29 дней назад
Huuu, ntimuzongera ndakurahiye ,tuza kbx ubu nikimwe kukindi.gusa uravuga nabi nyamba mwrakoranye icokuduha wahita umusangayo
@user-dm5ec1le8l
@user-dm5ec1le8l Месяц назад
Kutavuze ko ntega na marangara ariwe yishe Datawacu nabandi benegihugu
@NishimweSamuel-w4m
@NishimweSamuel-w4m Месяц назад
Igikoran bujumbar
@joujoudounia980
@joujoudounia980 Месяц назад
Mube mutohoza imbere yo kuvuga Buyoya yatembagaje Bagaza itariki 3/9/1987
@JamesKing-j8x
@JamesKing-j8x Месяц назад
Batahanye amagufa😅
@RoseNijimbere
@RoseNijimbere Месяц назад
Buyoya yaranzwe no kwica Abo badasangîye ivyiyumviro nka Edmond ndakazi, mukwica abayagihugu baba hutu ikivunga Nko mu ntara ya cibitoke (mugina) eka mbere no mukwica indongozi zigihugu nka ndadaye........
@JimmyNizigiyimana
@JimmyNizigiyimana Месяц назад
Ok
@destindedieuniyonkinzo1575
@destindedieuniyonkinzo1575 Месяц назад
Bururi
@fistonnzoyihera7791
@fistonnzoyihera7791 Месяц назад
Wabuze inkuru utanga . None nkuyo yamariye iki igihugu kweli ko kwari guhirika igihugu gusa
@user-jx6fi2et3p
@user-jx6fi2et3p Месяц назад
Uko Niko kuri kubuzima bwa umuhisi President Buyoya
@MedronundersonMkuyu
@MedronundersonMkuyu Месяц назад
Ahowosanga atamunyororo bapfungiye kumva yiwe
@FaustinNsabimbona-jw6pr
@FaustinNsabimbona-jw6pr Месяц назад
Domitien arya nawe yateguye muri 2005 yarayatsinze?
@Alexandre-y7u
@Alexandre-y7u Месяц назад
Niho bitangarije ngira ku wa shikirije inkuru usanga atemera ko yari umukuru w’igihugu
@GadBigirindavyi
@GadBigirindavyi Месяц назад
Ntiyahambwe yarashinguwe, kandi ntibazanye ikiziga bazanye ibisigarira vyiwe
@VenusteBG-jj5zs
@VenusteBG-jj5zs Месяц назад
Bagaza igh yugara amwshengero niho igihugu cariko gitera imbere
@user-vx2pd7ck2m
@user-vx2pd7ck2m Месяц назад
Yaratugize ivivye inyakamirigibiri turimunabara nyica abanugusa nacizanyakoze cotumwayibuka nagato
@Sirila18
@Sirila18 Месяц назад
@@user-vx2pd7ck2m Ico wanditse ni ikirundi canke ikiganda? Ba mukosora imbere yo kurungika commentaire. Isomwa na benshi
@user-xh4uy3bl7w
@user-xh4uy3bl7w Месяц назад
Buyoya ikibume caruhekuye abavyeyi bacu akatugira impfuvyi yogaca nabi iyo bakirekera iyocahambwe pu,
@ViateurNKURUNZIZA-v7u
@ViateurNKURUNZIZA-v7u Месяц назад
Twarashimye koyahatahukanywe iwe muRutovo
@Redefose12
@Redefose12 Месяц назад
Mwe nande?
@patiencebukuru3166
@patiencebukuru3166 Месяц назад
Harya yatanguye gutwara le 09/09/1987 canke le 03/09/1987?
@RoseNijimbere
@RoseNijimbere Месяц назад
Vyiza Buyoya Yaris guhamba acuramye kuko yaraturiye uburundi
@trophywilson7211
@trophywilson7211 Месяц назад
hahahaa
@HerveIninahazwe
@HerveIninahazwe Месяц назад
NimwubahW 1:30
@MrNgelo-b5c
@MrNgelo-b5c Месяц назад
Uwomubakurikiz mwabajingamw
@venantgahungu5683
@venantgahungu5683 Месяц назад
Sha muranzimuriye uwomwicanyi karuhariwe sha ntimwarimukwiye nokumuvuga
@innocentsegahinga107
@innocentsegahinga107 Месяц назад
Buyoya,naramukundaga cyane
@NdayiFrank
@NdayiFrank Месяц назад
Inda ya buyoya yikafana na nyina uburundi ntibwari kurwa mumanga
@onanikubwimana479
@onanikubwimana479 Месяц назад
warigupfuma uvuga ivyubutare bwomukirundo
@sabiyumvaprotaissabiyumva5696
@sabiyumvaprotaissabiyumva5696 Месяц назад
Kandi niwe twahiriza incungu ya demokarasi
@user-ei1sc8ng9g
@user-ei1sc8ng9g Месяц назад
😂😂😂
@ManenoNdikumana
@ManenoNdikumana Месяц назад
😂😂😂😂😂😂
@FOCUS257-se7fl
@FOCUS257-se7fl Месяц назад
Utaye umwanya kabisa iyo upfuma utubwira ibindi
@user-um9dg1tj9b
@user-um9dg1tj9b Месяц назад
Wumva none yarakwiye kimwa icubahiro?
@trophywilson7211
@trophywilson7211 Месяц назад
alipewa
@user-el1hs1mr2q
@user-el1hs1mr2q Месяц назад
C'est vraiment plein d'erreurs au niveau des dates historiques
@Sirila18
@Sirila18 Месяц назад
Yarafubwe ntiyahambwe. Bahamba imbwa. Ntasoni?
@victorg7280
@victorg7280 Месяц назад
Ububwa s,ukugira umurizo gusa hama ugakuga!!!
@FabriceIrutingabo-cy8wl
@FabriceIrutingabo-cy8wl Месяц назад
Bahamb imbwa gaswere nyoko yarashinguwe mabere yuwuzira
@victorg7280
@victorg7280 Месяц назад
Na Buyoya yar ,imbwa!!!. Erega kub,imbwa ntibisaba gusa kugira umurizo uboneka hamwe n ugukuga!!!
@gasasiafabie6548
@gasasiafabie6548 Месяц назад
Davi ndakwikundira ndimurwanda
@Didace-ee8mm
@Didace-ee8mm Месяц назад
Sha wewe ndagukunda komera
@bknanusi
@bknanusi Месяц назад
kazibe ...you don't know what you are talking about! Buyoya yahora arungika ama blende mubanyagihugu iwacu munyabugete tukaja kurara kwitanganika mumyumbati! I guess it's because he is of your ethnic group!
@arnaulddolfi20
@arnaulddolfi20 Месяц назад
Ntiwibagire kuvuga ko yari umuhutu w'igipfamutima!
@Bigenergy94
@Bigenergy94 Месяц назад
Ngo bimare iki?
@AlfredMukerandanga
@AlfredMukerandanga Месяц назад
W'igipfamutima?Mana uze ube hafi Kuko abantu b'inda mbi barabaye benshi cane.
@ViniciusJr12345
@ViniciusJr12345 Месяц назад
Umuhutu ataruw'igipfamutima nabicanyi bazikwica gusa nka nkurunziza canke nka Adolph ? Kura ubujuju ngaho.
@1wun1
@1wun1 Месяц назад
Cousin wa Micombero na Bagaza abaye umu Hutu gute?
@user-yn8ui4rw1d
@user-yn8ui4rw1d Месяц назад
Ivyo bintu muvuga vyamoko ntivyubaka😢,nzobapfunga nimurindire
@florencemurerwa6890
@florencemurerwa6890 Месяц назад
😂😂😂
@onanikubwimana479
@onanikubwimana479 Месяц назад
warigupfuma uvuga ivyubutare bwomukirundo
@saidindizeye2206
@saidindizeye2206 Месяц назад
Ngo bitumarire iki ? Ko ari distraction kuzubaza gusa abanyagihugu kubera ko amatora yegerej, umunyagihugu w’ikijuju naw azoca ajana narwo akibagira ko atari bwo butare bwambere buvumbuw mu burundi ariko bukaba bwaratungij abo basuma nyene
@ViniciusJr12345
@ViniciusJr12345 Месяц назад
​@@saidindizeye2206 nubeshe
@ViateurNKURUNZIZA-v7u
@ViateurNKURUNZIZA-v7u Месяц назад
Twarashimye koyahatahukanywe iwe mu Rutovu
Далее
Burundi : ivyo twomenya ku bwicanyi bwo mu 1988
9:25
IT'S MY LIFE + WATER  #drumcover
00:14
Просмотров 14 млн
Самое неинтересное видео
00:32
Просмотров 704 тыс.
Rondera Abahima 😊
10:05
Просмотров 1,2 тыс.
L'écologie de guerre selon Pierre Charbonnier
23:54
Просмотров 10 тыс.
IT'S MY LIFE + WATER  #drumcover
00:14
Просмотров 14 млн