Тёмный

IVYO NTAVYO TWARI BWUMVE 

HUNGA ICAHA MINISTRY
Подписаться 66 тыс.
Просмотров 16 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

25 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 28   
@mariefidelakanjori6124
@mariefidelakanjori6124 Год назад
Habw'umugisha muntu w'Imana uvuga ukuri Yesu akugirire neza ntuzohindurwe n'ibihe Mpwemu w'Imana akugumye,ndanezerewe n'ubutumwa uvuze.
@mariefidelakanjori6124
@mariefidelakanjori6124 Год назад
Amen,amen,bénis sois-tu Seigneur,notre bouclier et Bon Berger🙏🙏🙏
@hatungimanaezechiel5762
@hatungimanaezechiel5762 Год назад
Imana iguhezagire mukozi w'Imana
@margueritedusabe5060
@margueritedusabe5060 Год назад
Amen courage pasteur isidora
@sabojanvierjaja2007
@sabojanvierjaja2007 10 месяцев назад
Amen
@matsura4247
@matsura4247 Год назад
Bonjour Ndakenguruka cane kubumwa bwiza nkubu ariko hari ijambo yavuzemwo rikomeye KO mwishengero ntarukundo ruri muriryo Ikindi umuntu yomenya uwuvuga ukuri gute ? Ikindi Imana yaduhishije vyinshi kuko tutabona ibwina mumutima mu mutima . Mpwemu yera nuwu kumenya kuvuga muzindi ndimi canke gusobanura indimi?
@freddybikorimana5027
@freddybikorimana5027 Год назад
Uhoraho abahe kuramba mubandanye kuduhukuri natwe turokoke
@EricNDUWAYEZU-uk5rs
@EricNDUWAYEZU-uk5rs 7 месяцев назад
😅😢😅
@KzbBoy
@KzbBoy Год назад
Imana ibandanye ikurinda kugira ushishikare uvuga ukuri
@فرنسينا
@فرنسينا Год назад
Imana iguhaze kuramba mwungwre mwiza wimvugakuri 🙏🙏🙏🙏🙏
@novatidamian7236
@novatidamian7236 Год назад
Babwire ko bicanye bapfa ubupastori !!! Kandi harahonyene. Nyanza lake
@StevenSinzoyiheba
@StevenSinzoyiheba Год назад
Muhezagirwe cane
@MarleneMunezero
@MarleneMunezero Год назад
Vyukuri uyumukozi wimana ndamukunda kuko amenera inda kurukumu jewe ndumumama nubatse ariko urgogwanje ntibimeze neza
@novatidamian7236
@novatidamian7236 Год назад
Uraraba neza ntube ariwewe kibaxo cugo rugo rwawe rutagenda neza. Ukaba umwima kuri bwabuki budakama canke ukabumuha umanje kumushimanga kikaba arico kibazo nanico kirimbuye ingo nyishi rero wirabe neza
@indirimbotv59
@indirimbotv59 Год назад
​@@novatidamian7236😢😢😢😢umv uyu nawe
@matsura4247
@matsura4247 Год назад
Ikibazo umuntu yomenya gute KO afise mpwemu Yera Kuko abavuga ubutumwa nubu bameze nk'abaganga bigisha kutanwa itabi kandi nabo nyene vyaranse KO bariheba
@majdanassersalim3473
@majdanassersalim3473 Год назад
Mwagiye mwumviriza ivyo bavuga mukarekana nivyo bakora
@richardninganza2265
@richardninganza2265 Год назад
@@majdanassersalim3473 asha nuko kuko ukurikiranye akantu kukandi wosanga uwera ari imana gusa.sinzi rero ko abatu bashaka ko imana yururuka ikaba Pasteur wabo
@girukwishakaclaudine5374
@girukwishakaclaudine5374 Год назад
Amen Amen 🙏🙌😅
@amosmani9579
@amosmani9579 Год назад
❤❤❤❤
@tresornemerimana2072
@tresornemerimana2072 Год назад
Amen Amen Amen
@samsonmacumi8648
@samsonmacumi8648 Год назад
Amen .
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial Год назад
Amen 🙏
@itangishakaaudace-cg4hw
@itangishakaaudace-cg4hw Год назад
Amen cane turafasha cane kwr
@WillsonTembo-ls6zo
@WillsonTembo-ls6zo Год назад
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ 49:45 49:48
@samsonmacumi8648
@samsonmacumi8648 Год назад
Aba vugabutumwa Bose kw isi babaye nkawe isi ntiyosubira kurwa mukaga .
@fafafrancine7869
@fafafrancine7869 Год назад
Amen
@ArsenWenger-v3j
@ArsenWenger-v3j Год назад
Amen🙏🙏
Далее
IRYO N'IBARA
31:23
Просмотров 9 тыс.
KUZIRIRIZA ISABATO by Pastor Laurent D NIBITANGA
53:58
Просмотров 3,7 тыс.
BAHIMVYE NABI YAMARA AMAHEREZO YABO NIMABI
1:03:06
Просмотров 7 тыс.