Тёмный

"Iyi ngingo y'ukurekura abanyororo sinayifashe kugira amakungu adukunde canke atwanke." 

Mashariki TV
Подписаться 309 тыс.
Просмотров 17 тыс.
50% 1

Mw'ijambo yashikirije mu birori vy'ugutanguza ibikorwa vy'ukurekura abanyororo bagiriwe ikigongwe, Umukuru w'Igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye yashikirije ati : "Nashaka kubamenyesha ko iyi ngingo y'ugutezurira abapfungwa ari ingingo yafashwa bwa kivyeyi. Ni ukuvuga ntiyafashwe kugira tunezereze abantu aba canke bariya. Iyi ngingo sinayifashe kugira amakungu adukunde canke atwanke."

Опубликовано:

 

7 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 27   
@shantalrwanda3537
@shantalrwanda3537 3 года назад
Ndarize kubwumunezero president Imani iguhumugisha ukoz igikogwa Camateka
@princegeorgekagara6429
@princegeorgekagara6429 2 года назад
Wowwww komeza neza uyobore Mr General Ndayishimiye, live longer our 🇧🇮
@nsengiyumvaanicet2232
@nsengiyumvaanicet2232 3 года назад
Son exellence Imana yo mw'Ijuru iguhe iherezo ryiza kk guhzagirwa warahjj guhzagigwa.
@paulmuhirwa6536
@paulmuhirwa6536 3 года назад
Je tiens à remercier Son Excellence Monsieur le Président Evariste Ndayishimiye pour la grace.
@saraas277
@saraas277 3 года назад
Leta vyeyi 🙏🤲👌
@amismuhitira507
@amismuhitira507 3 года назад
Komera mutama uyuu nu mwami wu burundiiii salut ni wirambire mtamaa ahubwo wariii watevye ku gifataaa komeraa rambaaa uratwemejee
@renildevenerand9473
@renildevenerand9473 3 года назад
Kabisa ariko arakora neza impande zose
@claverndayishimiye2852
@claverndayishimiye2852 3 года назад
Optimiste déterminé❤️❤️❤️
@salimramadhani740
@salimramadhani740 3 года назад
Thanks 👏👏👏
@salimramadhani740
@salimramadhani740 3 года назад
Number one 👏👏👏👏👏
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 3 года назад
Wow wow 👏
@kwizerajeanbosco6241
@kwizerajeanbosco6241 2 года назад
ndagushimiye kuvuga wicisha bugufi kdi imana izabikwibukira
@amismuhitira507
@amismuhitira507 3 года назад
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 uburundii ni igihugu camata nubukiiii uratwemejeee
@wizzobdi9071
@wizzobdi9071 Год назад
Eeeg KL
@heyale4893
@heyale4893 3 года назад
Imana ikujimbere perezida wacu
@user-jm3pc7tu7c
@user-jm3pc7tu7c 3 года назад
Ndumva bindeze ivyo ukoze sindafurwa ariko mporana isengesho ryogusengera abafunzwe erega beshi bararenganwa urakoze nyakubaha uhezagirwe ikigikorwa ukoze imana ize ikiguhezagirire kushika kubuzukuruza bawe hari nabandi bejejwe ariko abakuru bibohero ntibabarekure kumvozuko abobaburana bahaye igiturire uraziko batabaha ungworupapuro batosohoka kandi ntanaho basubira kwitura kuko abacamanza baba baziko babejeje bakarekurwa .usanga umuntu afunzwe vagabo umwaka wose
@chachaburundichachaburundi4814
@chachaburundichachaburundi4814 3 года назад
Ikibazo gisigaye mugihugu nicokwumvikana nareta yasaudia ubukene buraturembeje
@wizzobdi9071
@wizzobdi9071 Год назад
Kbx😩
@zasaw6053
@zasaw6053 3 года назад
Icobita Leta mvyeyi
@happypa2027
@happypa2027 3 года назад
Kweli uno musi ndavyemey
@claudendikumana9315
@claudendikumana9315 3 года назад
Mbe umukuru w'igihugu, nta umutaka abajejwe umutekano bamuha kugira bamukingire akazuba.! Ni mwikebuke. Ntugire amahoro
@gelaseahigombeye5760
@gelaseahigombeye5760 3 года назад
Ni ukwicishabugufi kwiwe ntabo ashaka
@benonehakizimana802
@benonehakizimana802 3 года назад
Mugize neza umucer bahor barya warimwishi muzoze murawufashish iphuvyi naba phakazi
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 3 года назад
🤣🤣😂😂😂😂
@jeanclaudengirishya7189
@jeanclaudengirishya7189 3 года назад
IBurundi se abanyururu barya umuceri uziko mwakize bahu?
@mrsheriff4118
@mrsheriff4118 3 года назад
urakoze muta
Далее
IT'S MY LIFE + WATER  #drumcover
00:14
Просмотров 15 млн
Первый день школы Катя vs Макс
19:37
🎙А не СПЕТЬ ли мне ПЕСНЮ?🍂
3:04:50
LIVE: Putin arrives in Mongolia ahead of state visit
20:26
🔴Flash Info Du 05 Septembre 2024 l Kabala Tv
19:56