Тёмный

J4: S.E Denise Nkurunziza yashinze intahe ijanye n'igihe c'intambara i Bubanza 

Intumwa TV
Подписаться 14 тыс.
Просмотров 108 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

27 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 49   
@DidaceNsabimbona
@DidaceNsabimbona 8 месяцев назад
Imana igiraneza tuyishimire ikura kurumuntu
@NtawangwanaboseAnastas
@NtawangwanaboseAnastas 4 месяца назад
Imana ishimwe kuba umuntunkawe avuga Imana biranejejecyane
@mjvg9441
@mjvg9441 Год назад
Yoooooo nihatr kbx nih nkicumvirz iy ntah irakomey cne UWITEKA abishimirwe ibubanza tubahwe😍😍😍😍😍🤩🤗🤗🤗🤗🤗
@NgarukiyiManainnocent-qx5dr
@NgarukiyiManainnocent-qx5dr 8 месяцев назад
Imana,ishimwe ko,yarinze icyoyakuvuzeho some,2ingoma32:7-8 Imana,nihabwe icyubahiro,yakurinze muribyobyose wanyuzemo.
@aliwest3507
@aliwest3507 4 года назад
Maman Denise, ndagukunda, maze iminsi mike ngukurikira ntusazwe mubyeyi wicisha bugufi uhamya Imana nkumva ndaryohewe Imana ikomeze ikube hafi mubyeyi.
@nyamugishagoreth8556
@nyamugishagoreth8556 2 года назад
Madame tu es une sage femme Komera maman
@manishimweemmanuer6938
@manishimweemmanuer6938 Год назад
Imana ishimwecane
@nyamugishagoreth8556
@nyamugishagoreth8556 3 года назад
Tu es une brave femme
@fiestaninahaza758
@fiestaninahaza758 3 года назад
Iyintahe maze kuyunva plus de 10 fois. Ndush niyonumviriza
@kedikudra4775
@kedikudra4775 4 года назад
Amen Imana irikumwe nawe,kuko umutima wawe nimwiza
@umurerwacharlotte2255
@umurerwacharlotte2255 3 года назад
DIEU -Merci bambe birenze ubwenge bwa muntu. Uwiteka Agushyigikireeeee
@elianetuyikeze2070
@elianetuyikeze2070 4 года назад
Imana Ni nziza kandi Ihabwe icubahiro ko yatwubakiye igihugu❤
@evawayesu7848
@evawayesu7848 4 года назад
Oho nice 👍 Maman God bless you a lot may God keep you safe and your children Maman we love u❤️😂❤️🥰a lot be strong 💪 mother
@evawayesu7848
@evawayesu7848 4 года назад
Wow the strong testimony Maman thank you so much for your great heart ❤️
@najimiriatris5180
@najimiriatris5180 3 года назад
AMEN AMEN
@rugemintwazaumurundi6388
@rugemintwazaumurundi6388 Год назад
Good 👍
@kwizerayvonne1950
@kwizerayvonne1950 4 года назад
pole sana Pasteur Denise Imana yarakoze kukurinda
@ngundachris7598
@ngundachris7598 5 лет назад
Ijambo Caratuvunye bamwe ntibumva ico rivuze,ako ni akarorero kamwe muri twinshi. God bless Burundi. 💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪
@basaboseberahino7351
@basaboseberahino7351 4 года назад
Ngunda Chris carabavunye nticabavunaguye kuko uyumunsi ku ntwaro yanyu nuwuzi izina ry'umu opposant gusa atari umugore w'umu rebelle aricwa kandi akicwa urubozo. Wewe wagumye ukora akazi ka Leta yagwanywa n'umugabo wawe.....twige kugira UBUNTU kuko nous sommes un peuple dit BANTU.🤔
@ngundachris7598
@ngundachris7598 4 года назад
@@basaboseberahino7351 Kuntaro yanyu!!nukuvugiki?ni intwaro y abarundi bose. ingo ufashanye n abandi kubaka igihugu. Ushaka kurindira ko paradozo okoroka mu Burundi ntibizokunda,kwisi yose ntagihugu kitagira utubazo mugabo bafatanya kuturonderera inyishu. Umunsi w Imana mwiza!
@basaboseberahino7351
@basaboseberahino7351 4 года назад
@@ngundachris7598 i am sorry kuvuga vyo. Intwaro nubu ndayirimwo kuko ndatanga imisoro yo kwubaka igihugu nako yo kwubaka ama villa ayo i kuzimu nayo i musozi.
@322juvenal.
@322juvenal. Год назад
Yegoo
@Reine257
@Reine257 4 года назад
Humble Lady❤🙏
@bercafricain
@bercafricain 3 года назад
Bonjour Weekend nziza Raba hano hepfo ibintu 4 Nkenerwa Wokora Imbere Yo Gutangura umugambi canke Business yawe raba hano hepfo 👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-k19sbTBY8nk.htmlsub_confirmation=1
@fifiali5377
@fifiali5377 4 года назад
Ameena mama,yesu ninkingi yawe
@madeleinengendakumana
@madeleinengendakumana 4 года назад
Ayo wabonye atumye nkorora amosozi. Ariko mwari mukwiy gukora ibishoboka vyose mukarinda abana b Uburundi n.abavyeyi kuhura nivyo vyago. Kuko aho hose vyabay kubera akarenganyo mwagirirwa. Mwirind e rero kugirira akarenganyo n agatotezo abandi
@ismailhabimana8483
@ismailhabimana8483 4 года назад
Imana ukutuzigamire
@nshimirimanaegide
@nshimirimanaegide Год назад
Mwubahwe muvyeyi wanje narinziko mutakinyibuka. Jewe ndi uwomwariko muravuga mwajanye wumukadogo gusa ubunarakuze
@MukankwiroPhoebe
@MukankwiroPhoebe 9 месяцев назад
Maman ndagukunda caneee
@wembakamungu7820
@wembakamungu7820 5 лет назад
Imana igira neza
@abdullkarimu1836
@abdullkarimu1836 3 года назад
Imana ninziza cane
@najatn1781
@najatn1781 2 года назад
Cane kwer icubahiro n'Icimana nyene kabisa
@زهرغنيه
@زهرغنيه 2 года назад
.
@MukankwiroPhoebe
@MukankwiroPhoebe 9 месяцев назад
Nizeyeko wa mukadogo mwabonanye
@ihorimberefabrice
@ihorimberefabrice 5 лет назад
Halleluya🙏
@trophainamagogwa7966
@trophainamagogwa7966 4 года назад
Umutafute Huyo Mtoto kwa kweli
@ezemanvlogs8987
@ezemanvlogs8987 4 года назад
Je ndibaza ako kana yarakorondeye
@fifiali5377
@fifiali5377 4 года назад
WACIYE MUVYINSHI,KUBERA WARAMUKUNDA MUVYEYI WA BARUNDI.IMANA IGUHE AMAHORO MUVYEYI WACU
@kettymurerwa9863
@kettymurerwa9863 4 года назад
Nukuri inkomezi wahawe nizisanzwe imana ikomeze kukugirira neza nibibondo vyawe.
@kubwayoobedy3179
@kubwayoobedy3179 4 года назад
Eregaa nawe carakuvunye
@didiniyo8505
@didiniyo8505 4 года назад
Kumuvuna gusa nihatari
@NyirigiraOreste
@NyirigiraOreste 4 месяца назад
Nkunda ibiganiro byawe
@fiestaninahaza758
@fiestaninahaza758 3 года назад
Urasetsa mme
@ancillaniyonizeye6758
@ancillaniyonizeye6758 3 года назад
Vya bintu nivyo carabavunye kweli😢
@etiennendikumwenayo5456
@etiennendikumwenayo5456 4 года назад
Jamaica turabakunda.mukomere bantubimana
@trophainamagogwa7966
@trophainamagogwa7966 4 года назад
Burundi si Rahisi kuishi kama moyo ni wa Karatasi
@kabasingagloriose2814
@kabasingagloriose2814 4 года назад
Hhh mubyeyi wanyunze mubibi kbsa
@gahirwasammuel6077
@gahirwasammuel6077 4 года назад
P
Далее
skibidi toilet 77 (part 4)
05:20
Просмотров 13 млн
🎙А НЕ СПЕТЬ ли мне ПЕСНЮ?🕺🏼
3:06:10
Denise NKURUNZIZA yarijije abantu kumajambo yavuze.
12:54
Pst Denise NKURUNZIZA - HORA IMANA IRWANE
50:48
Просмотров 32 тыс.