Тёмный

Jaja Mycheck Kwemerwa n'Imana (Official Audio) 

Jaja Mychek
Подписаться 954
Просмотров 1,3 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

24 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 32   
@freddymuganga9731
@freddymuganga9731 3 года назад
AMEN!!!!!!NDAFASHIJWEEEE NIYI NDIRIMBO NGO'HARANIRA GUSHIMWA N;IMANA IBINDI BIZIZANA'
@vanessanshimirimana3271
@vanessanshimirimana3271 3 года назад
Amen, nivyo Caane duharanire kwemerwa N'Imana, ibindi vyose bica bivyora iyo IMANA ikwemera
@ariellanzohabonimana9896
@ariellanzohabonimana9896 3 года назад
Kabisa kabisa
@UwitekaRodrygo-wh5yh
@UwitekaRodrygo-wh5yh 8 месяцев назад
Ameni ndafash nindirimb zaw imana ukuduz🙏🙏🙏🙏🙏
@chancellerosine4386
@chancellerosine4386 2 года назад
Kwemerwa n'Imana biruta kwemerwa n'abantu nukuri ndafashijwe weee Amen Amen amavuta akurwireko
@ayinkamiyelysemartine865
@ayinkamiyelysemartine865 3 года назад
Haleluuuuuuuuya.Mycheck ndafashijwe pe.message ikomeye cane kandi nindirimbo ifisamavuta.Imana ikugeze kure hashoboka
@kwizeraaline6220
@kwizeraaline6220 3 года назад
Amen terimber mwene wacu kandi urankozeko p hezagigwa
@amissijumaine9263
@amissijumaine9263 3 года назад
Haleluuuuuiya.nukuri ndafashijwe pe. Gushimwa n'Imana Nico kintu cambere kuko abantu ntabugingo batanga. Terimbere mugenzi imbere niheza ntucike intege
@nkunzimanaaxel8435
@nkunzimanaaxel8435 3 года назад
Amiiiiiiiina.amavuta amavutaaaaa.ndafashijwe pe
@amissijumaine9263
@amissijumaine9263 3 года назад
Ooooooh mbega indirimbo yigisha.mugenzi terimbere vrm.Imana iguhe uwugufata mumugongo ugere Kure.kwemerwa n'Imana Nico cambere abantu bobo barahemuka
@ariellanzohabonimana9896
@ariellanzohabonimana9896 3 года назад
Imani'guhezagirecaaaaaaane
@christakikiiranyshuye7930
@christakikiiranyshuye7930 3 года назад
Kbsa Mychek kwemerwa nicogikuru
@ELIENIYINDOKOYE
@ELIENIYINDOKOYE 10 месяцев назад
Vyiza mon frère
@agapemusicofficial2840
@agapemusicofficial2840 3 года назад
Imbere niheza mn fils Iyi ndirimbo irampimbara Kwemerwa n Uhoraho nico gikuru Merci kubutumwa bwiza
@safarintunzwenimana2057
@safarintunzwenimana2057 2 года назад
Haleluuuuuya kwemerwa n'Imana nico cambere
@nshimiyimanasimeon7226
@nshimiyimanasimeon7226 2 года назад
Imana Ijye Ikwagura cyane Mon Frère turagukunda cyane 🙏🙏🙏
@kiruhuraespoir446
@kiruhuraespoir446 2 года назад
Couraje pp dafashijwe kbs
@amissijumaine9263
@amissijumaine9263 3 года назад
Nukuri Morodekayi ntiyarazi KO yogendeye kwifarasi ariko kubwo kwubaha Imana Namani yaramupfukamiye mukanya gato amateka acarahinduka. Mugenzi iyi ndirimbo irimwo amavuta pe.Imana ikomeze kuguhishurira indirimbo z'amavuta uzohore mumavuta.nizindi turazirindiriye.Turipfuza kubona vidéo yayo nayo.
@TonydidierjuniorSmokerboy
@TonydidierjuniorSmokerboy 8 месяцев назад
❤❤❤
@constanceniyoofficial5289
@constanceniyoofficial5289 3 года назад
Iyo rero ndayifana nanyeneyo
@iyaflorence
@iyaflorence 3 года назад
Kabisaaa
@neemanshimirimana4199
@neemanshimirimana4199 3 года назад
Amen
@evangelistolivierdusabe8469
@evangelistolivierdusabe8469 3 года назад
Iyo yakwemeye nibindi vyose bica bicamwo
@protaisburundi9081
@protaisburundi9081 3 года назад
Indirimbo nziza cane twese duharanire kwemerwa n lmana
@kiruhuraespoir446
@kiruhuraespoir446 2 года назад
Couraje pp dafashijwe
@aliceniyo1642
@aliceniyo1642 3 года назад
Imana iguhe umugisha
@alinekaneza7150
@alinekaneza7150 3 года назад
Oooooh indiirimbo ymavuta nukuri.kwemerw n'Imana Nico cambere kurusha ibindi vyose kuko ibindi birizana nkuko ubivuze pe. Imana ikuje imbere mugikorwa c'uburirimvyi wirinde icogusubiza inyuma kulo ndumv ufise indirimbo z'amavuta.hubwo raba uduhe vidéo yayo nayo. Terimbere mugenzi imbere ni heza turinyuma yawe.
@rhomenabii__
@rhomenabii__ 3 года назад
Uko ni ukuri🎈🎈🎈🖎
@astandayizeye8714
@astandayizeye8714 3 года назад
Uwiteka akuje Imbere musaza
@safarintunzwenimana2057
@safarintunzwenimana2057 3 года назад
Komerancuti ivyonukuri
@ariellanzohabonimana9896
@ariellanzohabonimana9896 3 года назад
Komeranduguyangu
@safarintunzwenimana2057
@safarintunzwenimana2057 3 года назад
Ndagufanacaaane
Далее