Erega sinumva Impamvu muvugango M23 Amerika yayisabye agahenge M23 ntabwari u Rwanda bavuze u Rwanda n'a Congo keretse Koko niba M23 atariyo irikurwana n'a Leta ya Congo
Mwaramutse cane mwa mfura mwe, turashima uko muduha amakuru mubarikiwe sana. Hanyuma ibi vyose n'inkinamico ya Tchisekedi, jewe uko ndabibona nuko M23 yobandanya gukora ico igomba gukora, kuko iriko irwanira ukubaho kwayo ni rwanire iryo teka ryayo, ifate Nord et Sud Kivu.
Nelson ntabwo America ifite ukuboka kuri M23 nshuti yange kuko yiza kuba igufite ntabwo yagasabye agahenge ahubwo vuga uti hari inyungu zabo bataru umvuakanaho na M23.....