Тёмный

KAMIKAZI-TOBIYA(Official video) 

Kamikazi Sandrine
Подписаться 126 тыс.
Просмотров 473 тыс.
50% 1

Ibihe urimwo vyatumye abagukikuje bakwita amazina bishakiye,
Warataye ivyizigiro vy'ubuzima ariko nkundira ndakubwire aya makuru,
Imana yo mw'Ijuru niyo ituma bikunda.

Опубликовано:

 

20 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 628   
@niyongabojules-bb3fm
@niyongabojules-bb3fm 5 месяцев назад
Shimwa mana wewe utuneshereza tobia nincuti ziwe uri uwera kurenga kure niyo hakurya yisi nijuru amen🙌🙌🙌
@didacememeur
@didacememeur 6 месяцев назад
Waooooh 🎉 Nice Song. Abakunze iyi ndirimbo Ya Kamikazi nkanje mumpe Like 👍
@AliceBarabwiriza-yl1jv
@AliceBarabwiriza-yl1jv 6 месяцев назад
Nukur ivyizigiro vyacu biri kuriyo Kuk niyo izotuma bukunda🎉🎉urakoz kami Yesuu aguhe umugisha❤❤
@sabbasburundi2404
@sabbasburundi2404 6 месяцев назад
Tobiya waratsinzwe Ivyizigiro vyacu biri ku Mana kuko ariyo izotuma bikunda❤
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Hezagirwa cane Frere. Niyo ituma bikunda peee.
@niyonkinzoangeaminata-ib6jq
@niyonkinzoangeaminata-ib6jq 6 месяцев назад
Komuri babiri ndabakunda caaaaneeeee goseeeeeee
@tumusimesam-sn4kt
@tumusimesam-sn4kt 4 месяца назад
❤ Ndabakunda cyane mugire amahohoro​@@KAMIKAZISandrine
@tumusimesam-sn4kt
@tumusimesam-sn4kt 4 месяца назад
🤗👍🎤⛱️🐦🌳🍏ndabafuni kiye impano
@sandirene
@sandirene 6 месяцев назад
😭😭iyindirimb intey amarira mesh bivany nibibazondimw yongey iremesha umutima wanj nubwobiku kuberiman bizogend nezo aharamari hahinduk amashimw🙏🙏 sandrine mazina wanj imana ikumere umugish utagabanik kuk uremeshej umutim wanj ❤❤
@nindabira-oh8tz
@nindabira-oh8tz 6 месяцев назад
Imana igushumbushe ncuti
@sandirene
@sandirene 6 месяцев назад
@@nindabira-oh8tz murakoze cn🙏🙏
@NkurunzizaVanessa
@NkurunzizaVanessa 6 месяцев назад
Imane ikugirire neza igukize ibibazo vyawe
@sandirene
@sandirene 6 месяцев назад
@@NkurunzizaVanessa ameena 🙏🙏 Murakoze cn
@isidonieniyitanga1747
@isidonieniyitanga1747 6 месяцев назад
Mpore mpore mwijuru hariyo lmana ishoboye vyose
@nanatonzy8716
@nanatonzy8716 Месяц назад
Amen .....Imana niyo itanga abana abataravyara komeza gusenga nka sara Imana ntibesha
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 6 месяцев назад
Hallelluy🙌🙌 nukuri niba ufashijwe nkanje nino ndirimbo usige like Imana niyo izotuma bikundaHallellujah🙌🙌🙌💃😍
@EliackNdihokubxayo
@EliackNdihokubxayo 5 месяцев назад
Amahoro
@PacifiqueNshirinzigo
@PacifiqueNshirinzigo 5 месяцев назад
Ihangan ntakiber ubus
@AthanaseSibomana-sp7xl
@AthanaseSibomana-sp7xl 4 месяца назад
Wa❤❤
@GaelleMUCOWINTORE
@GaelleMUCOWINTORE 19 дней назад
Halleluyaa niyo izotuma bikunda
@InèsUwimana-n2s
@InèsUwimana-n2s 14 дней назад
❤❤❤K❤😊​@@EliackNdihokubxayo
@chantaldusabimana9510
@chantaldusabimana9510 6 месяцев назад
Amen niyizotumabikunda ubuhanuzi ndabwakiriye mwizina rya yesu❤❤❤🎉
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Hezagirwa cane.
@joselynejose2951
@joselynejose2951 6 месяцев назад
Hallelujah amen IMANA niyo izotuma bikunda tobiya ashindwe Kwa jina LA yesu kristo🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@JacquelineNduwimana-tx9eo
@JacquelineNduwimana-tx9eo 6 месяцев назад
Urandijije kami 😭😭😭😭tobiya weeee urindirimboooo peeeeee ariko Imana niyizotuma bikundaaaaaaa ameeeeen
@Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj
@Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj 6 месяцев назад
Ukuri kuzuye 🤝💖 Niy*Izotuma Bikunda!!! Aminaaaa🙏🙏
@joyeuseumukundwa8758
@joyeuseumukundwa8758 6 месяцев назад
😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭 Kamiiiiii weeeeee urandijije gx Imana iguhe Umugisha 😭😭
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Mpore disiii
@eimely137
@eimely137 6 месяцев назад
Amena nduvako fashijwe 🙏🙏🙏 narinihembuye cane none nkomeze guseka nokwihangan bizokunda ingihekigeze🙏🙏🙏🙏
@EsterMisago
@EsterMisago 3 дня назад
Ivyizigiro vyacu biri kumana kukwariy izotuma bikunda ❤❤❤❤❤❤❤
@UweraClaudine-n2n
@UweraClaudine-n2n Месяц назад
Tobiya humura ntajambo ufite waratsinzwwe ❤❤❤❤
@erichavyarimana3605
@erichavyarimana3605 Месяц назад
kamikaz ndagukund can ukwo nukur tobiya ntajambo afit aragatsindwa komeza wibereh disii iman ikwonger inkomezi nukuramba
@alichouofficial4444
@alichouofficial4444 6 месяцев назад
Amen halleluyaaa ivyizigiro vyacu biri k'umana uhezagirwe cane kamikazi ❤❤
@KamikaziAnneMarie
@KamikaziAnneMarie 5 месяцев назад
Ooh my heart,😥😥😥mpagaze kumunara ndindiriyeko bizokunda nubwo tobiya akomeje kunc'intege🤲🤲🤲😢😢😢
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 5 месяцев назад
Mpore cane
@KamikaziAnneMarie
@KamikaziAnneMarie 5 месяцев назад
🙏🙏🙏
@odaoda2517
@odaoda2517 6 месяцев назад
Kamikazi urampezagiy indirimbo itumye ndira 😭😭😭uranyubatse ukundi imana ishikare kukwagurira muburyo beimpwemu❤❤❤
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Amen
@agnesvyizigiro1077
@agnesvyizigiro1077 6 месяцев назад
Hezagirwa Mukozi w'Imana. Ndafashijwe I vyizigiro vyanje birikuMana Nibwo ba tobiya bakomeza kutuca intege.
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Yesu abagirire neza cane.
@kwizeraLeatitia
@kwizeraLeatitia 6 месяцев назад
Ivyizigiro byage biri kuri wowe Mana umbabarire utumpe uku kwezi bikunda ba Tobiya basebe ndabigusabye Uhoraho Mana ishoborabyose uryakire isengesho ryage mwizina rya Yesu Kristo hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah amen
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Uhoraho abagirire neza
@isidonieniyitanga1747
@isidonieniyitanga1747 6 месяцев назад
Kweli Imana ikwibukane imbabazi
@DianaNingabiye
@DianaNingabiye 6 месяцев назад
Ndafasjijwe wa manawe wipve kwivyizingor vyanjye biri kuriwew kuk uzotum bikunda ndavyizeye Amen umwam Yesu akomez ahukoreremwo agusige amavut kuk harimitim uabeshe ihembuk kubwindirimbo zawe
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Hezagirwa cane
@UMUTONIWASECendrine-oh8sm
@UMUTONIWASECendrine-oh8sm 4 месяца назад
Kamikaze ndagukunda nibihangano byawe
@DancileHASHAZINYANGE
@DancileHASHAZINYANGE 6 месяцев назад
Kami ndagukunda Can kand Can... Uraraba ko vyokunda kuzurakora indirimbo imwe basi kukwezi nukur Imana Igume Mumpande zanyu...❤❤❤
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Imana ibidufashemwo
@burundiigniteit2092
@burundiigniteit2092 6 месяцев назад
Amen amen Ibyizigiro byacu biri kuriyo kabx. Niyo ituma bikunda. HAllelujh HAllelujh 🙏🙏🙏🤲🏾🤲🏾🤲🏾
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Amen
@AnesieNizigama
@AnesieNizigama 2 месяца назад
Imana ikongere amavuta ndahezagigwa nindirimbo zawe
@ChantalNiyorukundo
@ChantalNiyorukundo 2 месяца назад
Bite
@user-wc7px3ht1e
@user-wc7px3ht1e 6 месяцев назад
Harikintu cubaka umutima wanje kuk ariyizotuma bikund iyindirimbo irahezagirana nibutse batobiya lmana yandinze amavut meshi nimbaraga niherezo ryiz nivyo ndakwipfurij mukoz wimana❤❤❤❤❤❤❤
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Muhezagirwe cane
@gigimarie9265
@gigimarie9265 6 месяцев назад
Ayiweeee !!!!Imana ikwongerereze amavuta disi!nanje ivyizigiro vyanje biri kumana!niyo yonyene izotuma bikunda
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Amen amen
@faustinekabatesi283
@faustinekabatesi283 6 месяцев назад
Amen❤❤ niyizotuma bikunda naho batobiya boducinteke yesu yaraneshej natwe tuzonesha
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Amen amen
@iraguhaclema259
@iraguhaclema259 5 месяцев назад
Amen amen 🙏 ibyiringiro byacu biri ku Mana data , Uwiteka ashimwe🙌🙌
@NkunzimanaNoel-pq2jk
@NkunzimanaNoel-pq2jk 6 месяцев назад
Waaaaa indirimbo nziza cane Imana iguhezagire Kamikazi wacu muhezagirwe pe ivyizigiro vyacu biri ku MANA ❤❤❤🎉🎉🎉
@ntawuyamaraPoul
@ntawuyamaraPoul 5 месяцев назад
muraho neza nitwa jean Paul ndimurwanda indirimbo zanyu turazikunda cyane ariko haribintu mushiramo bitagakwiriye nkaho indirimbo itangira ukanjyirango nifirime nukuri turabinginze muzabikosore murakoze 🙏🙏
@furahandayishimiye2000
@furahandayishimiye2000 6 месяцев назад
Ivyizigiro vyacu bir kumana niyizotuma bikund tobiya yifuj kwotwomaramar arikimana yaduhay ijambo amen mukoz wimana imana ikwonger inkomez zokuyikorera urampezagir wuzuz umutim wnj🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Murakoze cane.
@OlgaIrankunda
@OlgaIrankunda 6 месяцев назад
Hallelua hallelua ndafashijwe ukomere kami imana ikomeze ku kwagura uraremesha imitima ya benshi
@ClairiaNIYONKURU
@ClairiaNIYONKURU 6 месяцев назад
Hallelujah Hallelujah amen nukuri Ntahandi Ivyizigiro Vyacu biri atari ku Mana komerezaho ndakwumva sha Kamikazi
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 4 месяца назад
Amen
@RaissaNiyukuri-cc3my
@RaissaNiyukuri-cc3my 6 месяцев назад
Ayiweeeeee😢😢😢😢😢 yesu ndibutse imisi yakera nkuramburiye amaboko warakoze kucecekesha ba tobiyaaa🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Amen amen hubahweee Kristo atuma bikunda.
@pinpajo1155
@pinpajo1155 6 месяцев назад
Wuuuuw Nice lyrics kabixa indirimbo nziza
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Merci Frere.
@chantalineza4332
@chantalineza4332 6 месяцев назад
Hallelujah Amen ndafashi jwe muvyeyi yesa akumpere u migisha waraheza giwe❤
@FadiellaMunezero-vd7yw
@FadiellaMunezero-vd7yw 6 месяцев назад
Tobiya ntajambo ugifise kk vyose imana niyo izotuma bikunz👍👍👍👍👍
@luckyssakabarenzi3276
@luckyssakabarenzi3276 6 месяцев назад
Uje ucishamwo usirimbe wanje🥰 turagukunda shira imbere nk'umuzinga
@GerardNdayikunda-fu9jz
@GerardNdayikunda-fu9jz 6 месяцев назад
Hezagigw iman ikomez kuguh amavut mama
@Gervais-tp6su
@Gervais-tp6su 4 месяца назад
Hezagirw
@SandrineIrakoze-bh1yl
@SandrineIrakoze-bh1yl 6 месяцев назад
Nukuri nanje ndafashijwe imana yomwijuru igukomereze ingabire❤❤❤❤❤
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Murakoze cane
@irakizalove101
@irakizalove101 6 месяцев назад
Amajambo ambanye makene. Kamikazi Imana izokumpere ijuru nukuri uranyubaka
@sewarss8422
@sewarss8422 3 месяца назад
Ivyizigiro vyacu biriku Mana kubera ariyo bizotuma bikunda 👏👏👏
@odetteniyo4866
@odetteniyo4866 6 месяцев назад
😭😭😭😭😭 mana uhumigisha abakomez imitima yacu biciy mundirimbo nomubutumwa hejur Can ma grande ♥️
@AlphaCharles-p1b
@AlphaCharles-p1b Месяц назад
Jamaan wimbo mzur sana 🙏🙏🙏🙏💕💕💕💕
@AlawiMohammed-i8j
@AlawiMohammed-i8j 6 месяцев назад
Amen ndagukunda kamikazi Imana iguhe umugisha iyindirimbo ihuye ni bibazo vyanje utumye ndira😢😢😢😢😢😢
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Mpore cane
@AlawiMohammed-i8j
@AlawiMohammed-i8j 6 месяцев назад
Murakoze​@@KAMIKAZISandrine
@user-ci1ob9bv3e
@user-ci1ob9bv3e 4 месяца назад
Amen Iman uzobikora
@MorisiNiyonzima
@MorisiNiyonzima Месяц назад
Amen niyizotuma bikunda❤❤
@MenedolaNiyibona
@MenedolaNiyibona 6 месяцев назад
Hallelujah 🙏 Imana niyo izotuma bikunda kami ndagukunda cane❤
@PromoterWImana
@PromoterWImana 6 месяцев назад
❤❤❤❤❤❤Woooow Good song my sister Imana ikomez kuguhzagir
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Murakoze cane
@MediaManirakiza-b3u
@MediaManirakiza-b3u 6 месяцев назад
Niyo izotuma bikunda basi,Nice song
@sosomh5430
@sosomh5430 6 месяцев назад
Ewe Tobiya sha, ndagusetse😂😂😂 Imana twizeye niyo izotuma bikunda.hezagirwa cane Sister Kamikazi❤
@ISHIMWEAngeMagnifique
@ISHIMWEAngeMagnifique 5 месяцев назад
Amen niyo izotuma bikunda kbsa🎉
@NiyonkuruBeatrice-q9z
@NiyonkuruBeatrice-q9z 6 месяцев назад
Amen ndafashijwe ugirumugisha mukozi w'Imana ❤
@user-qd3jb8hn2q
@user-qd3jb8hn2q 6 месяцев назад
Amen Amen 🙏🙏🙏 ivyizigiro vyacu n'Imana yacu kuko izatumabikunda❤❤
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Amen
@pascalineornella-nc6er
@pascalineornella-nc6er 6 месяцев назад
Amen muhezagirwe kandi turabakunda❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Hezagirwa cane Sister wanje
@clarissetuyishime835
@clarissetuyishime835 6 месяцев назад
Caane Gose, Imana uzotuma bikunda. Tobiya ntabubasha adufiseko. Nice song.
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Amen amen
@FgfRt-t6j
@FgfRt-t6j 6 месяцев назад
Indirimbo nziza can gose kamikaza imana ikwiho ncuti yayeshuuu❤❤❤❤❤❤
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Amen
@AkankundaTeddy-jh2el
@AkankundaTeddy-jh2el 6 месяцев назад
Ndagukunda cyane nshuti yumusaraba Kami lmana ikomeze gukugirira neza maama🙏🙏🙏💕💕💕❤️❤️🎺🎺🎺
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Murakoze cane
@JescaNtakirutimana
@JescaNtakirutimana 6 месяцев назад
C'est une belle chanson courage mwiiiza nkunda wubahwe 🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️❤️❤️🙏🌹🌹🌹🌹
@ProsperIrera-ms2uz
@ProsperIrera-ms2uz 5 месяцев назад
Courage turagukunda canee ❤❤
@ClaudeMukozi-ml5pk
@ClaudeMukozi-ml5pk Месяц назад
Amavuta amavuta ndasaba inomero ziwanyu mwobamukoze
@KanezaClairia-x1z
@KanezaClairia-x1z 6 месяцев назад
Soit bénit kami uraduhezagiye🎉🎉🎉🎉
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Amen
@NyabarutaNamahirwe-ly2ju
@NyabarutaNamahirwe-ly2ju 4 месяца назад
Iman ihezagire kuriyindirimbo sindegera nyihaga kumunsi nshobora kutegera inshuro 10 kunsi❤❤❤ nunva ngukunze peee
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 2 месяца назад
Hezagirwa cane
@AliFaxi-Mille
@AliFaxi-Mille 6 месяцев назад
Ewe tobiya uribesha ivyizigiro byacu birikumuna❤❤
@MeddyNduwayezu
@MeddyNduwayezu 6 месяцев назад
Akaririmbo keza 😘
@alphonsine122
@alphonsine122 6 месяцев назад
Amen niyizotuma bikunda kbsa hezagigwa muvyeyi
@IVYIZIGIROTv
@IVYIZIGIROTv 6 месяцев назад
Amena. Ariko haindirimbo iheruka kubura vuba war washijyek waciye uyikurako aha niyi ntihava. Inyika
@JescaNtakirutimana
@JescaNtakirutimana 6 месяцев назад
Bravo kzmikazi nkunda c'est une belle chanson wubahwe 🙏❤️❤️❤️❤️🙏❤️🙏🙏
@kessieniyongere5543
@kessieniyongere5543 6 месяцев назад
Murakoze cane ndanyuzwe ariko mukosore amajwi gusa imana ikomeze ibahe inkomezi
@bonifaceniyokindi425
@bonifaceniyokindi425 6 месяцев назад
Nice song my kamikazi imana niyo izotuma bikunda
@jaliandacayisaba-jp6zq
@jaliandacayisaba-jp6zq 6 месяцев назад
Niyo izotuma bikunda Amen 👏👏we love u M Joshua 🥰
@Anitanyabade
@Anitanyabade 5 месяцев назад
Ivyizigiro vyacu biri kumana 🙏🙏
@EdyssaEdie
@EdyssaEdie 6 месяцев назад
Iyondirimbo iraremesheje beshi merci
@BayubahedivineNiyinteretseareg
@BayubahedivineNiyinteretseareg 6 месяцев назад
Tobiy ntaco azotugir turakingiw wongengerwe amavut mukoz woman 👏👏👏👏
@IkizakubuntuConcilie
@IkizakubuntuConcilie 6 месяцев назад
Niyizotum bikunda. Amen 🙏🙏🙏
@marthenyirahabimana8436
@marthenyirahabimana8436 6 месяцев назад
Hallelujah! Be blessed Kamikaze! Ndakwikundira!
@خديجه-ظ1د
@خديجه-ظ1د 6 месяцев назад
Amena
@CLAUDENSENGIYUMVA-fw5to
@CLAUDENSENGIYUMVA-fw5to 3 месяца назад
Amen
@ChantalChacha-u8h
@ChantalChacha-u8h 6 месяцев назад
Amen ndafashijwe❤❤❤
@KanezaSandrine-n4e
@KanezaSandrine-n4e 6 месяцев назад
Hallelujah 🎉niyo izotuma bikunda 💃🏿💃🏿💃🏿🙏🏽🙏🏽
@BellaINTEYITEKA
@BellaINTEYITEKA 4 месяца назад
Iyi ndirimbo iranyubaka yesu aguhezagire
@FedinandNsengiyumva
@FedinandNsengiyumva 4 месяца назад
Iman ikor ibikomey nihabwe icubahiro
@caritaskanyange6060
@caritaskanyange6060 6 месяцев назад
Amen Imana izotuma bikunda
@SabimanaCarine
@SabimanaCarine 6 месяцев назад
Iyi ndirimbo nukuri niyamavuta nibutse ko imana ariyo izotuma bikunda ❤❤
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Niyituma bikunda peee
@NyirarukundoCecile
@NyirarukundoCecile 6 месяцев назад
Ubu turahetse❤💃💃💃💃💃💃
@user-zl6pe7ee1h
@user-zl6pe7ee1h 6 месяцев назад
Nanje ndagukunda kamikazi
@MenedolaNiyobona
@MenedolaNiyobona 6 месяцев назад
Hallelujah 🙏 Hallelujah kamikazi ndafashijwe nukuri courage kandi ndagukunda cane❤
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Amen amen
@barakasolomon2613
@barakasolomon2613 3 месяца назад
God bless you Mrs.Kamikazi
@maryuwase1705
@maryuwase1705 6 месяцев назад
Amen Amen Imana iguhe umugisha🙏🏾❤️
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Amen amen
@AHMADAhmad-vy3dw
@AHMADAhmad-vy3dw 6 месяцев назад
Merci maman iman izoguh eherezo ryiza ❤❤❤
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Amen amen
@iteritekajoselyne8144
@iteritekajoselyne8144 6 месяцев назад
Kamikazi wanje disi ndagukunda cane kuva kera ndagukunda nanunomusi ndacagukunda cane nipfuza nanimero yawe ???
@vanisiaburundi5675
@vanisiaburundi5675 6 месяцев назад
Ndahezagiwe cane ivyizigiro vacu biri kumana kami imirimo yawe izibukwe imbere yimana ndagukunda nivyishi wahinduye murije
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Murakoze cane
@FofoFo-qt1qj
@FofoFo-qt1qj 6 месяцев назад
Amen amen ndafashinjwe kabisa niyo izotuma bikunda
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Amen
@VioletSsdgbn
@VioletSsdgbn 6 месяцев назад
Amen niyo izotuma bikunda
@uwimanaafia4667
@uwimanaafia4667 6 месяцев назад
You’re a blessing to this generation woman of God 💫🙏🏼❤️
@Chadrack-f2f
@Chadrack-f2f 6 месяцев назад
Kristo yesu agukomeze Maman❤ Ariko turagukumbuye
@lisaalllisa5326
@lisaalllisa5326 6 месяцев назад
IVyizigiro vyacu biri ku MANA kukariyizotuma bikunda amen
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine 6 месяцев назад
Amen amen
@NsengiyumvaJean-do1lt
@NsengiyumvaJean-do1lt 5 месяцев назад
Amina amina muze murasobanura no mucongereza kugira ubutumwa bugere kure murakoz
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 6 месяцев назад
Amen Amen ndafashijwe ❤❤❤🙏🙏🙏🙏
@violettenahayo8464
@violettenahayo8464 6 месяцев назад
Amen 🙏🙏 nanjye narayibonye
Далее
Ingoma Dance @Burundi #zuluculture #ritual
4:39
Просмотров 33 тыс.
Nina Siri
11:10
Просмотров 918 тыс.
People Cling To Trees As Typhoon Slams Into Shanghai
00:34
KAMIKAZI-UBUGINGO(Official video)
6:46
Просмотров 685 тыс.
Kamikazi   Abasoda Official Video 2018 Original FINAL 2
6:38
Melanin Boy ISEZERANO( Official music video)
3:24
Просмотров 1,8 млн
KAMIKAZI-TUGENDANE(Official video)
3:55
Просмотров 286 тыс.
People Cling To Trees As Typhoon Slams Into Shanghai
00:34