Тёмный

KIGINGI atubwiye INSOLITES zamushikiye muri EUROPE//Twaratondera ibitoro sana//Abarundi Babayo 

UMUKUBITO
Подписаться 183 тыс.
Просмотров 29 тыс.
50% 1

KIGINGI atubwiye INSOLITES zamushikiye muri EUROPE//Twaratondera ibitoro sana//Abarundi Babayo
‪@AlfredMUGENZI‬ #kigingi #diaspora

Опубликовано:

 

11 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 75   
@IldephonseComedian257
@IldephonseComedian257 Год назад
big up Gael and Kigingi muduhaye ikiganiro ciza cane👌👌👌👌👌👌
@anicetnkorerimana4604
@anicetnkorerimana4604 Год назад
Big up justin ubikora neza ma bro hama kigingi yubahwe
@vyisijean7065
@vyisijean7065 Год назад
Kigingi Umu patriote w'Uburundi kabisa
@kercybty
@kercybty Год назад
European 🇪🇺 and America 🇺🇸 is no easy my people's from Burundi 🇧🇮 but mukuje tu. Tuwe wengi warundi wote please. GOD bless Burundi and all Africa 🇧🇮 🇨🇩 🇹🇿 👊🏿
@duraduura3726
@duraduura3726 Год назад
Kigingi.dagufana.can.ikikiganiro.kiratesa❤❤❤❤
@fridolinhabonimana4854
@fridolinhabonimana4854 Год назад
👍👍👍👊👊👊❤️❤️❤️🧠🧠✍️ Kigingi wakelaaaa ikiganiro ciza 😂😂😂😁😁umukubito hushura non👏🤞
@chrismuganwa8634
@chrismuganwa8634 Год назад
Kigingi karibu cane mugihugu cawe! Imana igira neza yarakwugururiye imiryango!!
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 Год назад
iciza uvug ukuri kuvy kubayeko 👏
@apprentissageniyongabo3916
@apprentissageniyongabo3916 Год назад
Émission nziza cane.
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 Год назад
Komera @Kigingi 🙌🙌🙌🙌👐👐🫶🫶niw’irambire mutama ,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@lazzR1935
@lazzR1935 Год назад
Nukuri Kigingi ni vrai compatriot
@AgaciroMediatv257
@AgaciroMediatv257 Год назад
Mukomere cane Mukubito na Kigingi Ikintu gitwengeje ngo KAYIGINGI
@dieudonneniyonkuru6227
@dieudonneniyonkuru6227 Год назад
Big up sana Kigingi et Gaël
@gilbertnahayo4723
@gilbertnahayo4723 Год назад
Urakoze bwana Kiging kudusangiza ingene uburayi bwubatse.Nanje ndashigikiye KO vyanka vyakunda,abana tubavyara batabodusavye,dukore inguvu bakure babina abavyeyi bompi
@minanipascal4971
@minanipascal4971 Год назад
Yabeshe cane ntamuntu yoviburundi rwashikiranyonga imodoka muri Suède. amabarabara yaho ntiyomenya iyaja niyava.kandi permis y'ibburundi ntiyemewe
@mariebandibakobwa1234
@mariebandibakobwa1234 Год назад
yafatiwe i Burundi. wumvise nabi.
@alphyfitness2573
@alphyfitness2573 Год назад
@@minanipascal4971 bro, ntanakimw yabeshe, aha muri america uje na permis uratwara pour 6 mois mukurindira ko uronka permis yigihugu, hama ivyamabarabara navyo uba urikumw numuntu cank ugakoreshe GPS, erega mwe mwiyumvira ko abarundi bose bavukiye muri village,
@apprentissageniyongabo3916
@apprentissageniyongabo3916 Год назад
Kigingi régions parisiennes ninka Bujumbura na Musaga ou Mutakura. C'est vrai Paris et les régions parisiennes bisumba Uburundi.
@africaforhope4409
@africaforhope4409 Год назад
Kigingi Suède🇸🇪 njo ulaya ya vrai😄! Harya handi ni munsi ya buraya🤦‍♂️.. Ni Tack så mycket( Merci beaucoup) et pas tack mycket... Välkommen åter (karibu kandi)!
@nandy662
@nandy662 Год назад
Urumuyuwayi nkaho ivyo uko Wivugisha iyudedemba ibirundi warikuba iki ? Ng suede nihiburaya ivyoyavugany nakarya karaya kabuz nuwugashira munzu
@africaforhope4409
@africaforhope4409 Год назад
@@nandy662 Imana ikurinde!👏🏽
@kimeregyslainbi
@kimeregyslainbi Год назад
Merci saana Juste Gael
@duraduura3726
@duraduura3726 Год назад
❤❤❤❤❤❤❤
@francoisenshimirimana1426
@francoisenshimirimana1426 Год назад
Icokigoryi gikina kigayiwabo uraga puuuu
@mariebandibakobwa1234
@mariebandibakobwa1234 Год назад
uri number 1 Kiging. ikiganiro cawe ntikirambirana.
@ihuriroGroup
@ihuriroGroup Год назад
Wawooooooo
@dianeinamwiza
@dianeinamwiza Год назад
Ndakunda ukuntu Kigingi atera inkuru y,ivyo yabonye muri tournee yiwe,birantwenza mpaka,ari vrai ntazi kwiyorobeka,jewe mba muri Occident mugabo numva nomwumviriza umunsi wose avuga ingene yabonye Europe
@irakozeblaise9995
@irakozeblaise9995 Год назад
Ico nkundira kigingi avugisha ukuri
@christinesemuto940
@christinesemuto940 Год назад
Wapi ku gitoro urabeshe pe
@nestornzosaba8617
@nestornzosaba8617 Год назад
Mugenzi yaramez ubwanwa kabisa
@shellanzubahimana7295
@shellanzubahimana7295 Год назад
Kigingi wubahwe
@Kaneza825
@Kaneza825 Год назад
Kigingi hari impamvu batandukana hari naho ari system.
@famoustv4588
@famoustv4588 Год назад
Keep it up bro gaël!!
@nadineerlandsson6298
@nadineerlandsson6298 Год назад
System bolaget inzoga bugara 18h bataziguze kare nturonka.
@rom16nk23
@rom16nk23 Год назад
kigingi toulouse ntiwaravye nari nakwandikiye t'as pas lue
@banderenbakojeanbaptiste5974
Kiging kalibu zambiaaaaaaaaa lusaka turakwitezeeeee.
@emerimanakevin6000
@emerimanakevin6000 Год назад
Na bulaya binakuaga hivyoo kwl......😅🤣🤣....much love to y'all 🫶
@israelnathanmsafiri7963
@israelnathanmsafiri7963 Год назад
Gael umekaza sana
@burundikugatumbatv16
@burundikugatumbatv16 Год назад
Hariho nuravuzeko hariho intara zomuri Amerika zikora nkukwo kwo mu Burundi ngobafata imodoka bakayambika camera bakayishira hirya mugashamba mazekamera ikaguma ifata abirukacane atanikimenyetso cokumenyesha abajekuhaca kwimbere hariyo camera ifata abirukacane.
@sicloful
@sicloful Год назад
None waje kumena amabanga yiburaya😢
@banderenbakojeanbaptiste5974
Kigingi ibintu vyimico kubar mumahang nikintu cuguhimiriza caaaane kubana nokubakuze
@fakeahmed5423
@fakeahmed5423 Год назад
Hhh eweeee kigingi ndakwikundira pe
@Kaneza825
@Kaneza825 Год назад
Ni tack så mycket
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Год назад
Kigingi umu patriote.urumuntu w'umugabo kabisa.
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 Год назад
Kigingi Legand Comedian
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 Год назад
iciza uvug ukuri kuvy kubayeko 👏😂😂😂abarundi sh bagez kuribiry vyuma harab ubumwe uzubona batanguy kwinyonzora mu gutwar
@didiergatabazi4382
@didiergatabazi4382 Год назад
Kigingi iyo pantalon y blue urayikunda walayi😀😀
@lazzR1935
@lazzR1935 Год назад
Umwana niwabo
@ernestemashajyu2466
@ernestemashajyu2466 Год назад
Nukubera grève wana ! Abantu bakora mûri raffineries bakoze brocage
@laetitiaharushimana537
@laetitiaharushimana537 Год назад
Eeeee basha aho urabeshe ndakurahiye. Ivyo vya benzin sivyo🤪🤪😳😳
@christinesemuto940
@christinesemuto940 Год назад
Ntabgo bishoboka nta gitoro cabuze i buraya non non non ngo Paris i bidon wapi uhavuge ibindi. Divorce yo nivyo
@munez2502
@munez2502 Год назад
Kuri Suède uvuze waratahuye mutama! Systemblaget AKA system! Umuryango wifuza kurambana Suède ntabwo ari choix nziza kuko amahirwe menshi ni uko muzohita muvana/mutandukana. % y'ayantu bibana bonyene iruta kure cane ababana muhira. Arko nyene ni ijuru kumugore
@ncarwatsi
@ncarwatsi Год назад
Zambia turabiteze nukuri
@mpawenimanaaline6576
@mpawenimanaaline6576 Год назад
Kigingi yabaye umushingantahe kabisa murabona ukuntu marina yamuvyibuhije?? 🤣🤣🤣🤣
@minanipascal4971
@minanipascal4971 Год назад
Nuko urumu comédien ,muvyuvuga haba harimwo 70% vyuri.iburayi ntamodoka ihagarara kuri autoroute. None izomodoka zotonderibitoro zoja Kuma autoroute ?
@gatabazicharles166
@gatabazicharles166 Год назад
Isi nimwe musaza
@mukekejembe8900
@mukekejembe8900 Год назад
Kigingi uranyica
@FB-df6bp
@FB-df6bp Год назад
Professionel💯🙌
@agnesruzobavako8222
@agnesruzobavako8222 Год назад
Uraduhenze kigingi : bavuga ” tack så mycket ”
@evscottdumas8825
@evscottdumas8825 Год назад
Hhhahahahah ngo abantu barahinduka behhh oui mon cher ugiye kuba mwishamba witwara nkikinyeshamba si non barakurya …. So when u come to Europe udahinduye ingendo ningeso urugo rurasambukaaa
@anickkanyamuneza9601
@anickkanyamuneza9601 Год назад
👏👏👏🤣💥
@mrsheriff4118
@mrsheriff4118 Год назад
Kwakundi hahandi
@didiergatabazi4382
@didiergatabazi4382 Год назад
Kigingi kur views aracari uwambere mu Burundi
@inesnsabimana3168
@inesnsabimana3168 Год назад
Nizere ko arizankuru zawe.ivyigitoro nticigera kibura,ntanubwo bagitondera
@kettycarenekaze3471
@kettycarenekaze3471 Год назад
@ines nsabimana Nukuriiii ntiyabeshe na gatoooo pe nta gitorooo gihariii muri France n Belgique s’inkuruuuu z kigingiii
@christinesemuto940
@christinesemuto940 Год назад
@@kettycarenekaze3471 wapi mugabo nta murongo
@lindaniyo5235
@lindaniyo5235 Год назад
🇸🇪🇸🇪🇸🇪🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️
@jcentreprisehoopscontestto4576
Ururimi gwumwe rukamwa infyufyu turindire inyishu yiyo interview wewe yavuze comme artiste hazoba iyindi ya organisateur iyo tubazanye baba baje gukora akazi ntibaba baje muri vacances canke mubindi ntashimye kuvugura ngaha mugihe gito cane muramenya ukuri
@munezeroaline3552
@munezeroaline3552 Год назад
Igitoro cari gihari bien. Gusa ama sociétés pétrolières yari yagize grève wewe. Ntiwogereranya Burundi na France
@cartelizere3301
@cartelizere3301 Год назад
😂😂😂😂
@Innocentciza
@Innocentciza Год назад
🤣🤣🤣
@dioufgahima3537
@dioufgahima3537 Год назад
🤣🤣🤣🤣🤣
@manirakizaaudace9311
@manirakizaaudace9311 Год назад
🤣🤣🤣 ndumuw
@munezeroaline3552
@munezeroaline3552 Год назад
Igitoro cari gihari bien. Gusa ama sociétés pétrolières yari yagize grève wewe. Ntiwogereranya Burundi na France
@dandylankaburundi8528
@dandylankaburundi8528 Год назад
😂😂😂😂
Далее
A small kitten was dumped #cat #kitten #cutecat
00:41