Тёмный

Ku nama: Hokorwa iki kugira amatora yo mu mwaka wa 2025 na 2027 azobe ayizewe na bose? 

Isanganiro
Подписаться 73 тыс.
Просмотров 234 тыс.
50% 1

Mu gihe himirije amatora yo mu mwaka wa 2025 na 2027, hari imigambwe yidoga ko ata mwidegemvyo ifise mu gutunganya ibikorwa vyayo ku rubuga. Abatumire Agathon Rwasa arongoye umugambwe CNL, Olivier Nkurunziza arongoye umugambwe UPRONA na Francis Rohero aramutswa umugambwe FPI baravuga uko babona ibijanye n'umwidegemvyo w'imigambwe hamwe n'icokorwa kugira icuka kibe ciza.

Опубликовано:

 

26 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 259   
@budisigodsgood
@budisigodsgood 7 месяцев назад
Ikiganiro cakamaro caane kuri twebwe abarundi❤❤❤gwasa barikobaramugwanya caane arko nibemere ntanganji ihoraho kandi bagiye barabisimanya ntamacakubiri asubira kuba nibarekure imitima yazitanye
@SylvestreNdereyimana
@SylvestreNdereyimana 2 месяца назад
0p0ppp0000000000pp0pp000 mm 0pp0p000ppp0p0p0p000 22:17 22:18 😊
@eliasmanirakiza9281
@eliasmanirakiza9281 7 месяцев назад
Cnl nubwo boyibuza kwiyamamaza tuzoyitora !!!!
@prosperirambona2134
@prosperirambona2134 7 месяцев назад
None kuyitora bisigura kwica itsinda?
@ShirambereNoelibere
@ShirambereNoelibere 7 месяцев назад
Xiwuwj. K. I 😊😊😊😊😊😅😊😊😊😊😅😊😅😊😅😅😊😊😊😊😊😅😊😅😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊
@MinaniAppolinaire-r1t
@MinaniAppolinaire-r1t 7 месяцев назад
Nimbanyene. Itotsinda Kandi twayitoye haba habahayiki?? Ndengana mwanyakubahwa!!!!
@LievinKarikumutima
@LievinKarikumutima 4 месяца назад
Oyàaaaa yesu yaraje hhh!
@suadonahayo
@suadonahayo 7 месяцев назад
Rwase hejuru
@lewisshotit
@lewisshotit 7 месяцев назад
Rwasa you are my Idol❤
@Jospin-Noel
@Jospin-Noel 7 месяцев назад
F.P ineza 🍊 Umushingantahe ROHERO niwe munyepolitike uburundi bwari bukeneye, ni koko akarorero k'umunyepolitike abereye
@Kfkdkdlxkdk
@Kfkdkdlxkdk 4 месяца назад
We love you papa RWASA AGATO❤❤❤❤ Imana yomwijuru ikomeze kubazigama.ikiganiro ciza cane cakamaro nyenicubahiro womwojuru natwe aturabe ryiza ❤❤❤❤
@ToyiErrisa
@ToyiErrisa 7 месяцев назад
Rwasa tujogutora ijanakwijana
@MireilleKezimana-fj3cd
@MireilleKezimana-fj3cd 7 месяцев назад
Rwasa bariko baramunyunyura goose baramuhohotera cane nkahumenga bamuretse yohavura abakura .
@alhadjinaeomar5126
@alhadjinaeomar5126 6 месяцев назад
😂
@theontaki8062
@theontaki8062 7 месяцев назад
Imana ntanzigo irafise inzira nyishi kandi zizewe zo gutabara abayo bizofata intumbero nziza kurusha ivyo tubona mu Gihugu
@NdikumanaSelemani-ls5xi
@NdikumanaSelemani-ls5xi 4 месяца назад
Imana iguhezagire
@MoussaAbamtaki
@MoussaAbamtaki 7 месяцев назад
Cnl Imana imbere
@AngerobertMpundu
@AngerobertMpundu 7 месяцев назад
Ikiyago ciza cane respect isanganiro 🤗🤗
@Irakyves
@Irakyves 5 месяцев назад
Francis Rohero nuko nyn muburundi tudatora ivyiyumviro bose arabarenze❤
@LéopoldTUYISABE
@LéopoldTUYISABE 7 месяцев назад
Rwasa juu zaidi
@KagasClovis02
@KagasClovis02 2 месяца назад
Rwasa niwewe cungu yuburunda mzangutora 100/100 🎉❤
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to 3 месяца назад
Gwasa ko tumutora bagaca bamwiba amajwi nubu tuzomutora gusa ntazosubire kwemerako bamwiba amajwi ❤❤❤❤
@MugishaEnock-qq7ep
@MugishaEnock-qq7ep 6 месяцев назад
Mwateguye ikiganiro ciza cane❤❤
@niz21idi59
@niz21idi59 7 месяцев назад
Francis nubwambere ndamwumva vrema arazi kwisigura kandi umengo arazi icarico uburongozi.Imana n'imuje imbere ijimbere n'uburundi n'abarongozi bose bahari uyumusi aho bavabakagera.
@hassann4209
@hassann4209 7 месяцев назад
Kubona ROHERO atatowe kurongora igihugu twahahonvye cane , kuko birunvikana ko azi ico avuga. RWASA nyene nurusaku gusa.
@ManirakizaThadde
@ManirakizaThadde 7 месяцев назад
Komera cane Mutama Rwasa
@MuhireChristian-pv6bh
@MuhireChristian-pv6bh 3 месяца назад
Ndi umunyarwanda ark uyu Mugabo ashobora kuba yarusha ibitecyerezo bizima ,never. Bamuhe igihugu ayobore abarundi. Viva 🇧🇮
@Umweranda_BIHOME
@Umweranda_BIHOME 7 месяцев назад
Sangwa F.P ineza🍊 Uburundi buzokira ......ntitwari tuziko uburundi ntibwari buzi ko buzosubira kuronka umunyepolitike azi ivyarimwo afise n'intumbero y'ukuri ashaka guha iki gihugu cacu cigorewe kiguma mubibazo bitagira umutwe namaguru
@DM-li2kf
@DM-li2kf Месяц назад
Ndakunda F. Rohero. Afise ivyiyumviro birashe ...
@Sebarazingiza
@Sebarazingiza 7 месяцев назад
Hariho abavuga ngo: IGIHUGU KIGIRA ABATEGETSI BIJANYE. Abarundi nabo nyene bafise abarongozi babakwiye kuko benshi muBarundi turabarenganya nta niveau barashikako yokugira abategetsi nkaba bari muriki kiganiro. Hariho incabwenge/Abashingantahe mugabo ntiharagera ko aBarundi bumva ivyo bavuga. Turacari kure, turacakeneye kw'igishwa.
@jeannkuru2887
@jeannkuru2887 7 месяцев назад
Vyoba vyiza muburundi hari imigambwe 4. Kubera uburundi nibutoya cane! Kandi mumyaka mike hagiye kuba intara 4.
@DrangonsDjuma
@DrangonsDjuma 7 месяцев назад
Rws nibamurek
@mdbosco1640
@mdbosco1640 7 месяцев назад
❤❤❤
@undoyenezapeter8102
@undoyenezapeter8102 3 месяца назад
Muzambarize Rwasa uko abona CNDD na UPRONA ya kera
@innocentwasafi7787
@innocentwasafi7787 7 месяцев назад
No matter what Agatho Rwasa atakua kiongozi wa inchi ya Burundi
@prosperirambona2134
@prosperirambona2134 7 месяцев назад
Olivier nawewe waravuze ijambo ryinyarigabo👍
@KagasClovis02
@KagasClovis02 2 месяца назад
Mzangutora woe ndangukunda cyan ❤🎉
@AnithangabireFemme
@AnithangabireFemme 7 месяцев назад
Sangwe cnl❤❤❤
@ZabulonNiyonsaba-fh1gt
@ZabulonNiyonsaba-fh1gt 7 месяцев назад
Agathon Rwasa Imana imube imbere
@ArakizaKpeace
@ArakizaKpeace 7 месяцев назад
Respect Rwasa
@hpmobile7874
@hpmobile7874 3 месяца назад
❤❤❤hejuru mutama rwasa
@blaiseniyonkuru2628
@blaiseniyonkuru2628 6 месяцев назад
Francis rohero❤
@KuruboneGerard
@KuruboneGerard 5 месяцев назад
Please turipfuzako amatora akurikira ko botunganya inzego neza kugirango amatora aze ahimbare abenegihugu ntibisubire kubaba ikibazo nkivyo twahitiyemwo😢 Agato Rwasa tukuri inyuma umugambi ni wawundi ntitwivuguruza turizerako neza uyu mwaka dushaka ubuhinga bwemewe namategeko atakarenganyo karimwo
@JosueNsengiyumva-ch7mh
@JosueNsengiyumva-ch7mh 7 месяцев назад
❤❤❤❤❤❤ ikiganiro ciza cane🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@VenusteNiragira-ln4mi
@VenusteNiragira-ln4mi 5 месяцев назад
Rohero asiguye neza
@jeaninendayishimiye6623
@jeaninendayishimiye6623 3 месяца назад
❤❤❤❤❤ Rwasa Irambire muvyeyi.
@ndihokubwayoaudace6352
@ndihokubwayoaudace6352 6 месяцев назад
Tekana mutama agatho abarundi isinz turinyum yawe
@novatidamian7236
@novatidamian7236 7 месяцев назад
Bwana Agathon Rwasa umugambwe sikoti bagushineyeko reka habe democracy mumugambwe wanyu abandi nabo bitoze.
@jeandedieundihokubwayo1379
@jeandedieundihokubwayo1379 7 месяцев назад
Politique ya Francis niyo yambere itomoye ! Ntiyaribwabeho mu Burundi, nsabe abarundi kumutiza ugutwi n umutima
@nellykwizera1989
@nellykwizera1989 7 месяцев назад
Vyukuri araciye ubwenge
@ClémentNdinduruvugo
@ClémentNdinduruvugo Месяц назад
Ndagize mwiriwe,mutama Rohero atange fone akoresha
@BIHOMENiyokwizera
@BIHOMENiyokwizera 7 месяцев назад
FRANCIS ROHERO 🍊 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
@NzisabiraJonathan-z2z
@NzisabiraJonathan-z2z 5 месяцев назад
Icombona nuko ROHERO atoba umunye politique, ahubwo yarakwiye kuba umu formateur wabanye politique bose muburundi, kugira bose bamenye ivyo barimwo, kubisanzwe akwiye gushigwa hejuru
@EmmanuelHimekiller
@EmmanuelHimekiller 6 месяцев назад
Ok Mutama Rwasa turinyuma yawe
@JeanBertrandIhuwizeye-qd2sw
@JeanBertrandIhuwizeye-qd2sw 5 месяцев назад
Urumunyabwenge kbx !! Ijambo uvuga riratomoue pee
@dj_clover257
@dj_clover257 6 месяцев назад
Rohero N'umugabo Mwishwanje💪
@bayiramyedanielkolenda2141
@bayiramyedanielkolenda2141 7 месяцев назад
Nta ngoma idahanguka murasoma Bible hari benshi Bible uvuga banditse amateka ariko Imana yasizeho izindi nzira ibintu birahinduka
@jeandedieundihokubwayo1379
@jeandedieundihokubwayo1379 7 месяцев назад
Ikiganiro ni ciza cane, ark Isanganiro, munagure ubwiza bw amashusho muduha, muduhe meza kurusha !
@theontaki8062
@theontaki8062 7 месяцев назад
Respect pour chacun et son droit d'expression
@alexmusoke2294
@alexmusoke2294 7 месяцев назад
Rwandan s you see your not wanted in these three Countries because of your two leaders Museveni and Kagame. Creating wars only to take care there families.
@elishahezekiah7049
@elishahezekiah7049 7 месяцев назад
Francis ndamushigikiy 100%politike business
@NibitangaFabrice
@NibitangaFabrice 5 месяцев назад
❤❤❤❤sangwa cnl ya Agathon rwasa
@claudeniyonkuru2442
@claudeniyonkuru2442 7 месяцев назад
Amatora yognda neza yizew nabose mugihe imigambwe yose yobifise kwitegemvya igakora. Kumugaragaro atagukumirwa bose bakiyumva batekanye.
@MugishaJeremie-jy4vo
@MugishaJeremie-jy4vo 7 месяцев назад
Ikiganiro c'inkoramutima❤🇧🇮❤️
@novatidamian7236
@novatidamian7236 7 месяцев назад
Mutama sezera politic intuma yiyu manda urimwo mu 2027 ubushingamateka usezere
@ArleneHABUBUMWE
@ArleneHABUBUMWE 7 месяцев назад
Ntamakurufise
@novatidamian7236
@novatidamian7236 7 месяцев назад
Nonese iyi Sanganiro ni sentare urikwitwaramwo kugirango bagutunganinirize!!!????
@lewisshotit
@lewisshotit 7 месяцев назад
Ziba
@kijanyabastino2534
@kijanyabastino2534 6 месяцев назад
Uri igipfu,cnl oyeeee,bitebe bitebuke cnl izotwara igihugu
@jesusniyimbona-ix8vn
@jesusniyimbona-ix8vn 6 месяцев назад
Niwirambire gwase turagukunda knd tuzogutora
@prosperirambona2134
@prosperirambona2134 7 месяцев назад
Mutama fransis urumugabo
@luckymbonye4183
@luckymbonye4183 7 месяцев назад
African muri rusangi tuyobowe nibikoko,sinumva ukuntu umugabane wogira ingwara imwe,Raba mugwanda,tanzania,ouganda,za Senegal Kuba umu oposant bigna nugufungwa kwica Kandi umuntu yobozi wese akora ivyo nuko ataco ashoboye ,SADC niyo iriko igerageza kuyobora neza kndi nayo iteye imbere si ngaho iwqcu iterambere riguma kuri micro
@MeriyaBurundi
@MeriyaBurundi 7 месяцев назад
🎉🎉🎉
@nine4news
@nine4news 7 месяцев назад
👍🏿
@LadislasHarerimana-ix1ke
@LadislasHarerimana-ix1ke 5 месяцев назад
Eee uwomugabo angana na paul kagam kwakaze muri cerveau
@amo530
@amo530 Месяц назад
Kiukwer natamani saana,kuona agathon rwasa akiwa raisi
@etienneniyorugira4444
@etienneniyorugira4444 7 месяцев назад
ntamakuru ufise wew nurabe ivyawe urekana na cndd-fdd kuko numusozi
@haircutstyleofficial4698
@haircutstyleofficial4698 7 месяцев назад
Rohero wubahwe uvugana Ubuntu budasanzwe namutama AGATHON NABONYE KOYAKWEMEYE NDABASABE MUGIRE CORABO😅😅
@ElieNduwumuremyi-ed1wk
@ElieNduwumuremyi-ed1wk 7 месяцев назад
Honorable Olivier yarakwiye kuvuga Aho abakurubimitumba bababujije gukora
@mastershimayesudavid3064
@mastershimayesudavid3064 7 месяцев назад
Uwufise uburenganzira bwogutora aba ufise n'uburenganzira bwokwitoza.
@ndayishimiyerenovat3840
@ndayishimiyerenovat3840 5 месяцев назад
Ndakunze Francis Rohero. Tuzoguha amajwi . Wubahwe
@CeleusHARERIMANA
@CeleusHARERIMANA 7 месяцев назад
Rohero kumenga arasobanukiwe uburongozi canee
@BoboHassanBonith-wv9wy
@BoboHassanBonith-wv9wy 6 месяцев назад
Rwasa ❤❤❤
@jeanmariebizoza6013
@jeanmariebizoza6013 7 месяцев назад
MURAKUNDA IVYO MWIZERA NDAKE,NGO AMAKI AZOGENDA NEZA?
@LionelManirakiza-r3w
@LionelManirakiza-r3w 7 месяцев назад
Rohero akivuze neza yubahwe
@Jules_Ariella
@Jules_Ariella 7 месяцев назад
F P ineza yubahweee ntacakuruhandee❤
@SengiyumvaMonicka-ug2jv
@SengiyumvaMonicka-ug2jv 4 месяца назад
Tuzohurira cane agatho tekana ahuri hose
@prosperbayubahe7965
@prosperbayubahe7965 2 месяца назад
Rwssa ati komera
@ReemAl-Qahtani-se6bl
@ReemAl-Qahtani-se6bl 6 месяцев назад
Noé bamutinyira iki nibarek Bose baje kwitoza Hama uwobazogena nuwonyene
@DianeNahimana-rx6xz
@DianeNahimana-rx6xz 5 месяцев назад
Cane turabumva ❤❤❤
@ArleneHABUBUMWE
@ArleneHABUBUMWE 7 месяцев назад
Umukuru wumugambwe mushasha Yubahwe!!!
@CletoMuleya
@CletoMuleya 4 месяца назад
Uyumugabo rohero arakwiye kumenyako arongoye umugabwe upana kuvugankahumengo nyene ntashaka Kuba umukuruwigihugu kuberiki abivuga avyikurako
@hassann4209
@hassann4209 7 месяцев назад
Mumugarukane ROHRERO .
@MarirakizasaritiereSaritiere
@MarirakizasaritiereSaritiere 7 месяцев назад
Komer
@RiyaziFrancois
@RiyaziFrancois 5 месяцев назад
Nivyiza
@PascalNyabenda-zs5bt
@PascalNyabenda-zs5bt 7 месяцев назад
cnl barayitinya ariko imana izokora ibiberey
@masasundayizeye1995
@masasundayizeye1995 7 месяцев назад
Muri Africa nta twaro zitwa "Démocratie" dukeneye. Ivyo bintu n'ivyabakoroni. Muri Africa dukeneye intwaro zikorera abenegihugu ku nyungu z'ibihugu vyabo. Ibi bintu vya Démocratie nta kintu na kimwe vyigeze bihindura kuva twikukiye.
@user-ky7ny
@user-ky7ny 7 месяцев назад
LA diversité politique est signe de democratie.
@SengiyumvaMonicka-ug2jv
@SengiyumvaMonicka-ug2jv 4 месяца назад
Uvuze neza François vyukuri birakaze
@IduhezagireArsene
@IduhezagireArsene 7 месяцев назад
FPI turimbere
@LadislasHarerimana-ix1ke
@LadislasHarerimana-ix1ke 5 месяцев назад
Abobandi bo mumitumba ntabanywanyi bafseyo. Cnl+cndd efdd niyomigambwe ivumye. Ark cndd haguma horoha izokugwa yesu agarutseeeeee
@nolbertnkunzimana8821
@nolbertnkunzimana8821 7 месяцев назад
Nabonye ikiganiro ntebe numva na rinfise ico nifuza gutahura kukijanye numwidegevye wumunyanyi mumugambwe
@ElyséIrakoze-i1o
@ElyséIrakoze-i1o 7 месяцев назад
Ukuri turasavye démocratie yubahirizwe Kandi uko imigambwe ari 36 yubahirizanye😅
@gilbertniyonzima7354
@gilbertniyonzima7354 7 месяцев назад
Ndabashimiye kwi kiganiro gikozwe neza
@mbonyumugenzijules9345
@mbonyumugenzijules9345 7 месяцев назад
CNL hejuru can ❤❤❤
@EricNganda
@EricNganda 7 месяцев назад
❤❤❤ 23:38
@nolbertnkunzimana8821
@nolbertnkunzimana8821 7 месяцев назад
Uburundi ikibazo kihari nuko nyene umugambwe aca ashaka ko numunyagihugu acaba umunyamugambwe ! None biruko wumva umunyagihugu afise uburenganzira ubuhe? Aho bituma umwene gihugu adacagura mugutora
@richardnsabimana2814
@richardnsabimana2814 7 месяцев назад
😮
@irakozeguyorneil3204
@irakozeguyorneil3204 7 месяцев назад
Komra mutama Rwasa niwe tuhanze amaso
@novatidamian7236
@novatidamian7236 7 месяцев назад
Uyu mugabo Rwasa yirukana ni vyamusize !!!! Nabar' inyumanyiwe murajujuta eka n' abamenyesha makuru mukimuha ikiganiro mumufisemi kumurema ikizere mutera imbuto kwibuye zisi icomwiteze gusarura kurugo rutare. Rwasa 2025 ntaho afise azokwiyamamariza kuko numugambwe wiwe waramaze kumutaramura sisi ivyo agumanyiboherako. Ahubwo n' abandamye akora ivyaha.
@EricNganda
@EricNganda 7 месяцев назад
Hewe vuga make sha uyu ni president wa future 2025-27 sha
@AbrahmBanba
@AbrahmBanba 2 месяца назад
Gwasa niwe mukuru wigihugu ntawundi
@NzisabiraJonathan-z2z
@NzisabiraJonathan-z2z 5 месяцев назад
Ndakeje Rohero cane, nipfuje kubonana nawe
@BimenyimanaIssa-ut2pi
@BimenyimanaIssa-ut2pi 4 месяца назад
Nivyo KO amatrgek abimurekurir ategerezwa Nate abenegihug twitab amator.
@joshbotha986
@joshbotha986 7 месяцев назад
Obama rwasa tuzogutora kuo niwewe tubona impinduka kuriwewe yakazoza imbere tukurinyumaaa
@FrancisNzigiyimpa
@FrancisNzigiyimpa 7 месяцев назад
Habuze iki ifutwe yose nigihugu camber dufise imiganbwe myishi hoba 2 cank 3 habuze iki??
@IvoneMrudi
@IvoneMrudi 4 месяца назад
Hazogeraho imana itabara uburundi
Далее
Ikiyago n’abahoze ari abakuru b’igihugu
1:59:23
Просмотров 13 тыс.
А Вы за пластику?
00:31
Просмотров 12 тыс.
"Когти льва" Анатолий МАЛЕЦ
53:01
Rrugët e Lirisë - Episodi 4 - ( Tregime të Vjetra)
1:09:35