Тёмный

#KuKAYI 

PAM Channel TV
Подписаться 28 тыс.
Просмотров 17 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

27 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 13   
@soniakamutako7234
@soniakamutako7234 2 года назад
Ivyo umusaza avuze nivyoooo peeee.abagore dufise pouvoir ikomeye muga ntitumenya uko tuvyifatamwo.tumenye uko tuvuga.Merciii bcp abo kukayi
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 года назад
@Sonia Kamutako Uko nukuri uvuze pe! Kwumviriza ibiganiro nkibi biradutuma tuhamenyera vyinshi☝️ alors ne ratez pas chaque vendredi le soir kuraba #kukayi no kugira like na partage vyo turyohera cane☝️
@bigirimanaesperance8485
@bigirimanaesperance8485 Год назад
Iki kiganiro jw ndagikunda cane. Ariko rero, iyo tuvuga itunga, si ibintu materiel gusa: tuze twibuka n'imigenderanire hagati y'umuntu n'uwundi, ubwo bumenyi bwose, iyo mico, ikibanza Imana ifise muvyanyu, famille n'ikibano...ayo yose n'amatungo kandi akomeye cane. Umugore rero afise responsabilité yogufasha umushingantahe wiwe kubungabunga ivyo vyose bikagenda bigwira. Twibuke ko na mariage ziba kumvo nyinshi. Imvo yatumye umwe n'uwundi bubakana, nayo ifise uruhara runini kukuntu ibikurikira bibandanya. Murakoze
@edmondpolar1717
@edmondpolar1717 2 года назад
Good Amazing émission 🔥🔥🔥
@bernicemidonzi8752
@bernicemidonzi8752 2 года назад
Woooow.....sintari bwabona iyi émission mgb ndafashijwe 🥰😍stève arazi kwishura kubibazo kandi ari wise cane eka nyene n'umusaza (ag terme gashasha)🙈🙈.... Merci kuri Pam Channel TV songa mbeleee❣️❣️
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 2 года назад
@Bernice Midonzi urakoooz cane pour ton encouragement 🙏🥰 ne ratez pas rero chaque vendredi soir émission #kukayi ☕️ kugira aka 👍 naga partage kubandi☝️🥰 na tes suggestions wumve ko ziri bienvenue🎉
@honorinekangorore2270
@honorinekangorore2270 2 года назад
Ikiganiro ngira ndakibonye ntevy ariko kiguma kiri a jour hama uwo mupfasoni avuze ngo aguha vyose ntakubwire imigambi ntaco sivyo na gato abagabo nivyiza ko bamenya ko matazokwamaho barashobora kuja mwideni ugasanga usigaye atakintu nakimwe Co gufasha abana kubera amadeni.iyo abantu bubakanye bakwiye gufashanya mw'iterambere ryose ry'umuryango nimba umugore ataca akora mufashe,mwigishe umwe wese akamenya kurondera kugira uwuzoba asigay wese akazomenya kubeshaho umuryango.sivyiza kubaho wiyumvira ngo vyose numgabo cank numugore twese ntituri éternel.
@MilleetuneCollines
@MilleetuneCollines 11 месяцев назад
Ivyo bintu vy'ama secrets hagati y'abubakanye Imana ntibishigikiye kuko yabagize umwe. Ikintu cose baba bakwiye kukivuganako imbere yuko gishirwa mu ngiro
@armelniyomwungere658
@armelniyomwungere658 2 года назад
Akayi kari karyoshe cane 👌
@ingabiresaida4748
@ingabiresaida4748 2 года назад
Nivyo ivyo biganiro mugira ntihabura uwo vyubaka murakoze ndabakunda
@renovatsengiyumvandagijima8439
Ako kanyuma weee
@libereirakoze
@libereirakoze Год назад
Ati agakubitako ikirato ca blanc nishati ya rose😂😂😂😂
Далее
Wait for it 😂
00:19
Просмотров 4,9 млн