Тёмный

Litha ararize 😭abonye FANNY Lavine na NORASQUE mubitaro baje kumuraba// nagize ububabare bwokumutima 

Yaga Tech Tv
Подписаться 34 тыс.
Просмотров 4,8 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

21 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 80   
@boscoconkunze1068
@boscoconkunze1068 7 часов назад
Igikorwa ciza solution couple bakoze IMANA igum ibahezagiraaa🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
@CynthiaNishobora-ow8js
@CynthiaNishobora-ow8js 8 часов назад
Courage SH omari
@NadineINGABIRE-hm3kh
@NadineINGABIRE-hm3kh 17 минут назад
Maman prince Imana irahari kandi iri hejuru ya vyose
@VanessaNdikumwenayo-b5h
@VanessaNdikumwenayo-b5h 9 часов назад
Mwarakoze cane Mamalao👏 gushikana ubutumwa twabarungikanije Ritha humura hejuru ya vyose hari IMANA ituma Aho waborogeye uhaterera indirimbo zamashimwe🗣️🗣️🗣️🗣️🗣️ be strong💪💪💪
@AmallyIfrahil
@AmallyIfrahil Час назад
Imana ibandany yorosha mwiza uzokira neza tuvyizere knd tubisengere cane❤🎉
@SandrineDusabe-n5j
@SandrineDusabe-n5j 6 часов назад
Solution couple IMANA Ibahe umugisha izobahe namaherezo meza kugikogwa curukundo bakoze❤❤❤🎉
@bugegenezaujia7325
@bugegenezaujia7325 6 часов назад
Yooo pole shaa Ritha uzokira Imana irakubona mwiza
@Lynalynetv
@Lynalynetv 8 часов назад
Mwakoze kugamburuka Litha Imana Izogukiza. Kandi courage Mama wabo.
@nzokirantevyeswedi5325
@nzokirantevyeswedi5325 Час назад
Pol san ritha Imana ikomez kugukiza
@Divinny-r2t
@Divinny-r2t 7 часов назад
Waooooh solution couple love u so much
@AmaniNduwayo-o2b
@AmaniNduwayo-o2b 20 минут назад
Mama plence urandijije nukuri ndakoroye amasozi kubwa we Mpore imana iracariho humura nibindi izobikora
@paolabizimana2099
@paolabizimana2099 6 часов назад
Ndabakunda famille solution couple Mwakoz kuturabira Ritha wacu Imana ibahezagire cane 🙏🏻🙏🏻
@NEGAMIYIMANASabine-ke5lz
@NEGAMIYIMANASabine-ke5lz 8 часов назад
Fmlle solution couple mufis umutima waguts❤Imana ibahezagure mufis urukundo rurenz RW mur kristo Yesu nukur ham litha mpore kazim Imana yahabay Ur muzima
@irankundanadine-y2c
@irankundanadine-y2c 6 часов назад
Mpol cn mama prince. Imana igukoreko birenze ishimwe nintahe kubandi ko Yesu agira neza
@ChanellaMugishawimana
@ChanellaMugishawimana 8 часов назад
Imana ikurabe ryiza sha ritha
@nishimweornella9928
@nishimweornella9928 2 часа назад
Pol sana lita Imana ni nkuru
@GuygoleNimwiza
@GuygoleNimwiza 5 часов назад
Amashimwe nabayimana Imana itabara itaravy icuri nukuri🙌🙌🙌🙌
@DativeSINZINKAYO
@DativeSINZINKAYO 8 часов назад
Ritha wumve ko ukunzwe.Imana mushobora vyose iguhe ivyo wipfuza vyose
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 8 часов назад
Pole 😭😭😭😭
@GraceHabonimana
@GraceHabonimana Час назад
Ritha pole Sana IMANA igukize
@ondndkddkddk4612
@ondndkddkddk4612 6 часов назад
Yoooo pole❤❤❤❤
@claudinenimpagaritse
@claudinenimpagaritse 8 часов назад
Lita Imana ikwirure Ivyo yakoze nivyo vyaribikomeye cane nibindi izobikora
@elyseekigeme6774
@elyseekigeme6774 7 часов назад
Yoooooo misuhuko mwiza.Nukire witambukire.
@esperancensabimana9892
@esperancensabimana9892 10 часов назад
Imana imutabar akir neza Rita wacu
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl 7 часов назад
❤❤❤❤❤❤
@AlphonsineNishirwehejuru
@AlphonsineNishirwehejuru 3 часа назад
Yooooo sinarinz kukiriho Iman irakubon sinarinz ahur
@JeanetteNiyibigira
@JeanetteNiyibigira 5 часов назад
Imana igukize sh muvyeyi turagikunda❤❤❤❤❤
@TatianaTatty
@TatianaTatty 5 часов назад
Yoooo pole sana ritha wacu uzokira mwiza twe harih umu maman twahor tubana yaguy muri douche nkuk nyen bamukuyey arikizig knd yagiyey akomey nukur shima aho imana igejej ikora uzokir🥰
@KellykenthiaIngabire-xx6if
@KellykenthiaIngabire-xx6if 2 часа назад
Mpole mwiza wacu Rithaa😢😢Yesu aracakora ibirenze kubuzima bwawe🙌
@joannadufisimana
@joannadufisimana 5 часов назад
pole sana imana irakubona uzokira turagukunda dukomeza amasengesho❤❤❤
@FadiellaMunezero-vd7yw
@FadiellaMunezero-vd7yw 5 часов назад
Imana ikomez kukwitaho mama prence
@GoogAl-h5p
@GoogAl-h5p 3 часа назад
Iman yarahabay pee ntabw ndakuz. Ndakubon uk. Arik urandijij pee arik ntac yesu yarahabay🎉🎉🎉
@ndayishimiye55
@ndayishimiye55 Час назад
Ndakunda ukuntu utwenga
@chantaldusabimana9510
@chantaldusabimana9510 8 часов назад
😢😢😢😢😢😢😢😢😢 Imana mukize subire kwidegevya
@ArianeMUNEZERO-gt5ls
@ArianeMUNEZERO-gt5ls 3 часа назад
Yooooo Niyompamvu tudaherutse kukubona sh maman prince arik uwiteka ahimbazw kuba ugihumeka ndiho agufiseko umugambi uzokira neza sh muvyeyi❤
@ErllaNduwimana-bl8bs
@ErllaNduwimana-bl8bs 4 часа назад
Pole Ritha Imana irakubo 30:27
@AlthrayhGold-qh1ii
@AlthrayhGold-qh1ii 6 часов назад
Yooo mpore Ritha
@MichelNimubona-tz1ri
@MichelNimubona-tz1ri 7 часов назад
Yooo ritha ndababaye ndarize numva biteye agahinda pôle mama inrwara yehova agiye kuzozikuraho shetani numwasi wubuzimaa
@BellaIteka-x2e
@BellaIteka-x2e 8 часов назад
Humura cne rita uzokira kuk aho Imana igejej ikora nibindi izobikora kuk nimutananirwa
@AmaniMugisha-hs1bk
@AmaniMugisha-hs1bk 8 часов назад
Omario keep gong ndagufana kndi ugo rukundo muzorwamane
@CynthiaNishobora-ow8js
@CynthiaNishobora-ow8js 8 часов назад
Mwakoze kuja kuraba ritha pôle sana
@NiyonkuruConsolatte
@NiyonkuruConsolatte 4 часа назад
Pore kabisa uzokira lmana irakubona❤❤❤❤❤😢😢😢
@EsperanceHabarugira-ej1zo
@EsperanceHabarugira-ej1zo 7 часов назад
Basha ndarize kubwa mama prince
@LevineManirakiza
@LevineManirakiza 4 часа назад
Imana ibandanye ikugize muvyeyi.
@nishimweanne4474
@nishimweanne4474 8 часов назад
Yooo pore sana madame ritha uzokira lmana irakubona
@MichelNimubona-tz1ri
@MichelNimubona-tz1ri 7 часов назад
Norasque cane yehova ntiyigisha umuntu mukumuhana no kko ico kikigeragezo mubindi yakobo1:13 n'a yeremiya 29:11 hararemesha goseee
@IrakozeEsperance-qt7lv
@IrakozeEsperance-qt7lv 3 часа назад
Pol😮😮😮
@StecyZaninka
@StecyZaninka 9 часов назад
Litha komera canee ham namw mwagiy kumuraba muhoran uwomutima solution couple na omario mwahatuberey vrt ariko muduh lumcash kubant bar kure turab icotwokor
@AngeUwimana-kd4gd
@AngeUwimana-kd4gd 3 часа назад
Pol sha uzokir yezu azogukiza aharakizabantubos naw ntuzosigar ❤❤❤❤❤
@KercyIguette
@KercyIguette 9 часов назад
Omario guma utuzanir abakunzi bacuu shaa solution couple hama Litha niwihangan uzokir
@nsaburukundoemelyne4934
@nsaburukundoemelyne4934 4 часа назад
Mama lao Mama wacu ,amazina meza kuri solution couple ndabashimiye
@Niyukurieri-tf5ii
@Niyukurieri-tf5ii 9 часов назад
❤❤❤🎉
@terimberejaliajalia8284
@terimberejaliajalia8284 7 часов назад
mpore ritha wacu,urware wihangana mwiza.uzokira kabisaa aho bigeze uri gukira
@ChantalMarieKwizera
@ChantalMarieKwizera 8 часов назад
Ndabakunda cane beza Fanny n'a nono courage murakunzwe
@AngeliqueNiyonemera
@AngeliqueNiyonemera 6 часов назад
Yoo maman prince imana irikwirakugirira neza ndabona biriko biraza mpole mwiza kandi ntusubire kurira
@Klodian-um9sk
@Klodian-um9sk 2 часа назад
❤❤
@KamamaMarielyse-kt2cx
@KamamaMarielyse-kt2cx 8 часов назад
Kira sha Rita wacu
@YvetteIrambona-x9e
@YvetteIrambona-x9e 6 часов назад
Kuberimana uzokiramaman prince
@NadineUwimana-t7b
@NadineUwimana-t7b Час назад
Pore maman uzakira ndiho arakubon douche haragoy nanj narahatswe
@JeanetteNiyibigira
@JeanetteNiyibigira 5 часов назад
😮
@BendoNkurunziza
@BendoNkurunziza 6 часов назад
yooo kumb nuko vyagenz pol san kl lmana igukiz disi
@boscoconkunze1068
@boscoconkunze1068 7 часов назад
Intahe ya rita irankozeko 😢😢😢😢😢numvis Mutima bimbabaje nanj kand atarij vyabayeko
@استغفرالله-م7ط
@استغفرالله-م7ط 5 часов назад
❤❤❤❤❤❤🎉🎉
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 8 часов назад
🙌🙌🙌🙌🙌🙌
@NshimirimanaCausette-lv9rq
@NshimirimanaCausette-lv9rq 4 часа назад
Mpore maman prince
@JoselynUwamahoro
@JoselynUwamahoro 5 часов назад
Yesu agukize
@DorcasNiyorumuri
@DorcasNiyorumuri 4 часа назад
Imana ritha irakubona izogukiza pe
@florencekubwayezu706
@florencekubwayezu706 3 часа назад
Pol sana 😢😢😢Ritha😢
@HusEhe
@HusEhe 6 часов назад
Uzokira yesu arikumwe nae yemeyeko ugum uhema kugir igaragaz ubukuru bwayo
@KanyamunezaEric-h6x
@KanyamunezaEric-h6x 4 часа назад
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢❤❤❤❤❤😢😢😢😢❤❤❤😢😢😢😢😢
@jeannedarcnitunga4830
@jeannedarcnitunga4830 7 часов назад
Mpore Rita urababaye
@EvelyneNdayiragije-xv2rw
@EvelyneNdayiragije-xv2rw 6 часов назад
ple reta wacu
@ReineFlorentineBizindavyi
@ReineFlorentineBizindavyi 7 часов назад
Urware ukira
@orafu-g5l
@orafu-g5l 5 часов назад
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@KanyamunezaEric-h6x
@KanyamunezaEric-h6x 4 часа назад
🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😂❤❤❤❤
@EveylneMohamed
@EveylneMohamed 7 часов назад
Murakoz.can.fanny❤❤🎉
@Uwizeyimanaclaudin-p1w
@Uwizeyimanaclaudin-p1w 8 часов назад
𝗬𝗼𝗼𝗼𝗼𝗼, 𝗺𝗮𝗻𝗮𝘆𝗮𝗻𝗷𝗲, 𝗿𝗶𝘁𝘁𝗮, 𝘀𝗵𝗿 𝗻𝘁𝗮𝗿𝗮𝗸𝗶𝗿𝗮, 𝗺𝗮𝗻𝗮𝘄𝗲𝗲𝗲𝗲𝘄😢😢😢😢😢❤❤❤❤❤❤
@CynthiaNishobora-ow8js
@CynthiaNishobora-ow8js 8 часов назад
Courage SH omario
@Niyukurieri-tf5ii
@Niyukurieri-tf5ii 9 часов назад
❤❤❤❤🎉
@CynthiaNishobora-ow8js
@CynthiaNishobora-ow8js 8 часов назад
Courage SH omari
Далее
Handsoms😍💕
00:15
Просмотров 4,8 млн
INYUNGU Y'IMBABAZI Saisons 2 episode 1
15:44
Handsoms😍💕
00:15
Просмотров 4,8 млн