Тёмный

Lynca arabaye rouge kubera karababa ft  

Best of 257 Official
Подписаться 21 тыс.
Просмотров 12 тыс.
50% 1

Lynca akina ama series araje guhura na la vache originale Alvin smith muri Karababa

Опубликовано:

 

7 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 51   
@alaninalvittaavnin7505
@alaninalvittaavnin7505 10 месяцев назад
Mugaboo turamukeneye na Monia fleur vraiment bashaa
@_-wt8ns
@_-wt8ns 2 месяца назад
Gusuriyemera. Arivin
@_-wt8ns
@_-wt8ns 2 месяца назад
Arivin bureka. Kunyica atagumajugumira murantwengej
@cycyhoranimana-dh7gl
@cycyhoranimana-dh7gl 10 месяцев назад
Muga alvin imana irakubona urahevy urifata kwitama clara naw arazi kuvuga ngo birorosh cane bash munzanir belle nice ndabasavye
@Nidivin
@Nidivin 10 месяцев назад
Alvin duhe umwana womumuji Wana Kandi uwomwana aratesaa foo mn❤
@terrencent3180
@terrencent3180 9 месяцев назад
Hoyaba bose babanza kugira ubwoba nkuko vyoba arivy'amateka😂 Hama turipfuza Miss Livia Thiana
@tonnyblaktonny
@tonnyblaktonny 10 месяцев назад
Carla nimwiz Sha❤️
@iteritekabenjos-xr7yv
@iteritekabenjos-xr7yv 10 месяцев назад
Alvin🔥🔥🔥🔥🔥🔥 nuwomudadaa ni duo karii🌹🤝
@InesneneIteriteka
@InesneneIteriteka 10 месяцев назад
Turakeneye karababa y wewe nuyo mukobwa😢
@jimcolinmatonde6039
@jimcolinmatonde6039 10 месяцев назад
Eeeh uw mu sister arisiga mukorogo😂😂
@kennyngayindika5320
@kennyngayindika5320 10 месяцев назад
Alvin ufs vibes z bien arik introduction yae iri très longue man
@confitbienius6903
@confitbienius6903 10 месяцев назад
Uyumuntu umengo mwamuzanye Ku nguvu 😂😂
@fleurysingh
@fleurysingh 10 месяцев назад
Man amasanamu ni faux sana ntabona bien kandi turabakunda sana dushaka n'a Monia fleur Hama Big up sana bon travail
@user-wo5os4nu3g
@user-wo5os4nu3g 10 месяцев назад
Izontoki rero ga yemwe mukorogo yubahwe😂😂
@dieudonneNd
@dieudonneNd 10 месяцев назад
This Game is Really awesome 😅😅
@KA__Divin
@KA__Divin 10 месяцев назад
Iyunomusii yarose nyeneyoo😂😂😂😂
@gedeonirishura
@gedeonirishura 10 месяцев назад
We lavache wewe urampimbara mani😂❤
@beatricenduwimana5567
@beatricenduwimana5567 10 месяцев назад
Mukorogo yarakoz umuti.hahaaa
@AdielNahi-uj8zi
@AdielNahi-uj8zi 10 месяцев назад
Lynca attention kweri kuko ABA David n'a baya
@kyjojennish8679
@kyjojennish8679 10 месяцев назад
Introduction ya Alvin yama inyica 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@_-wt8ns
@_-wt8ns 2 месяца назад
Jewe ntiwontumako ngaho arivn ngoze muriyopiripir
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 10 месяцев назад
umutumire yabishij ikiganiro
@landykanyamuneza5420
@landykanyamuneza5420 10 месяцев назад
Ish Lee ❤️😘😘😘
@abelard257
@abelard257 10 месяцев назад
Truth or dare🎉
@user-mk2su3gv3i
@user-mk2su3gv3i 10 месяцев назад
Sinarinzi kuyo mukobw yikoroga,mumubwir abiheb
@rukundodavid8131
@rukundodavid8131 10 месяцев назад
Alvn uyumwana mwazanye umenga arakanye 😂😂😂
@davidgakunzi
@davidgakunzi 10 месяцев назад
Nanje nshaka bfacz
@titykingbdi6208
@titykingbdi6208 10 месяцев назад
Fabi love nawe ryari Gusa émission iraryoshe xana
@UYEIC
@UYEIC 10 месяцев назад
Ingene ahena uwo mwana wo mumuji birarenze... Utuguru twiw natwo nudu spaghetti 😂😂😂😂😂
@irakoze3762
@irakoze3762 10 месяцев назад
Nikeza muga 😂
@annenisengwe4407
@annenisengwe4407 10 месяцев назад
☹️☹️☹️uyomutumire wapi🙈🙈
@IVOMO_TV
@IVOMO_TV 7 месяцев назад
Iyo restaurant iri maja he?yigurura sangapi
@rukundodavid8131
@rukundodavid8131 10 месяцев назад
Turakeneye Fizzo ubutaha umutuzanire
@kenykimmhrwe3235
@kenykimmhrwe3235 10 месяцев назад
21:14 😂😂😂😂 wenyene...
@ThienaNiyungeko
@ThienaNiyungeko 10 месяцев назад
Ayo masambussa muyagurira hehe? Ndasavye munyishure
@bernamandah
@bernamandah 10 месяцев назад
Muri station yo haruguru ya IFB
@kanekiki8852
@kanekiki8852 10 месяцев назад
Courage guys iyo émission iraryosh sana sij mbona friday iragez... Lynca chrie urandondera ndaguh akantu wokoresha kugira utwo tuntu twirabura ku maboko duher kubra ndakwikundira.
@aimeenoriaigiraneza6885
@aimeenoriaigiraneza6885 10 месяцев назад
Umuntu atishura arabisha ikiganiro yiyumvira umwanya munini bikarangira atishuye🤷
@easibwoy636
@easibwoy636 10 месяцев назад
Much love ma people
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 10 месяцев назад
Muduhe umwana womumuji
@berrydushime7442
@berrydushime7442 10 месяцев назад
Muzozane b face
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 10 месяцев назад
Utinya kuduza intoke kubera udu kentos uhindure amavuta yakugize faux
@evelynensanga3330
@evelynensanga3330 10 месяцев назад
Ikiganiro ntikiryoshe 😏🥱
@raoulirakoze3031
@raoulirakoze3031 10 месяцев назад
Mwamuboneye😅😅😅😅😢
@Samuel10joe
@Samuel10joe 10 месяцев назад
Ego vraiment 😂😂
@lysehk491
@lysehk491 10 месяцев назад
Uyu mutumirwa ibintu ariko yigira nibiki?😏😏kurahira bikamunanira😅yabibihije puuu
@lyonking4686
@lyonking4686 10 месяцев назад
alvin bureka kwinjir muma affaire yama break up yabandi kuk ntavyuz plz keep your mouth close
@severinhakizimana7903
@severinhakizimana7903 10 месяцев назад
We Alvin niwe ufisikibazo comumutwe jw ntaco mfise
@pascasiehabonimana8305
@pascasiehabonimana8305 8 месяцев назад
ico kintu ca diverge kimaz kw'ishur nirna wenyen
@Gabriella-i7e
@Gabriella-i7e 10 месяцев назад
Elle n’a répondu à rien. C’était nul désolé
@SoleilNshmw-rn9sj
@SoleilNshmw-rn9sj 10 месяцев назад
@Alvin muzozan natasha la bamba
Далее
Will A Guitar Boat Hold My Weight?
00:20
Просмотров 52 млн
ВОТ ЧТО МЫ КУПИЛИ НА ALIEXPRESS
11:28
Vania Ice - C'ETAIT MOI (Official video)
4:06
Просмотров 497 тыс.