Тёмный

Mbega intahe weee //Imana nubu iracakora kandi ntizigera ihemukira abayegetseko umutima 

UMUCO WERA TV
Подписаться 158 тыс.
Просмотров 10 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

27 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 29   
@erastebizimana2630
@erastebizimana2630 Год назад
IMANA Ikora nk'IMANA koko,uyizigiye ntigukoza isoni
@AURIN.OFFICIAL
@AURIN.OFFICIAL 4 года назад
Yesu ashimwe Ab'Ubumuco wera tv...nukuri nashaka ndabatere intege kuruy'Uyu murimo mukora,...kandi Yesu atange uburyo muvyamahera yogushigikira uyu murimo ko turaziko uyu murimo ubasaba uburyo bwinshiii budasanzwe.... Nukuri abantu mukunda umuco Wera kandi mukaba mwemezako uyu murimo aruw'Imana muze dukore umurimo duterere umuco wera....ufis 5mil,ou 10mil canke 20,30,50,100mil ufis ayarenze uterere umwe wese akore uko mpwemu amurongoye...baca umugani mukirundi ngo isorosoro rigwira iyo riroye!!!!! Yesu aduhe iherezo ryiza!!!!
@cardinalendikumagenge7972
@cardinalendikumagenge7972 2 года назад
Imana Iriho.muvyeyi wararushe nka maman wanje,warakoze kwihangana.
@vina2374
@vina2374 4 года назад
Iyi Mana yacu ikora ibikomeye. Nihabwe icubahiro. Urakoze muvyeyi wabereye akarorero keza abandi ko kwiha ngana.
@kaburagad7268
@kaburagad7268 4 года назад
Imana ishimwe cane kuba yaratabaye ico kibondo. Kandi Ishishikare kumuzigama ashike naho Mama wiwe azokwambara igitenge aguriwe nawe. Imana izohe iherezo ryiza uwo muvyeyi.
@niyuhireelias1125
@niyuhireelias1125 4 года назад
Yemwe yemwe!!!! Hari amageragezwa vy'ukuri!!!! Imana igukomeze vy'ukuri.
@rosarahliliane7002
@rosarahliliane7002 4 года назад
Maman Mpore Yesu yarahabaye Ahabwicubahiro.
@joycenduwamahoro6224
@joycenduwamahoro6224 4 года назад
Imana yacu Irakomeye!!! Izoguma Idutabara.
@ProsperNdayiragije-mt6zh
@ProsperNdayiragije-mt6zh Год назад
Amen
@jeaninecampwata2906
@jeaninecampwata2906 2 года назад
Yoooooooooooo mbega Imana
@kwizerayvonne1950
@kwizerayvonne1950 4 года назад
yesu we , mbe ubuhanuzi ! ngomvye kurira . Imana ibaho kabisa
@NduwayezuMireille-g7t
@NduwayezuMireille-g7t 11 месяцев назад
Imana iracariho kandi Iracakora❤murakoze
@debbiebambohappy1341
@debbiebambohappy1341 4 года назад
Yesu weeee, uko wamye nikuri kandi niko uzokwama. Amen amen amen
@laetitiahakizimana1815
@laetitiahakizimana1815 4 года назад
Imana ihabwe icubahiro
@beatriceirankunda73
@beatriceirankunda73 11 месяцев назад
Amène amène weeee
@NeuphtalieSabayesu
@NeuphtalieSabayesu Год назад
Imana nubu iracakora kandi ntizigera ihemukira abayegetseko umutima uko nukuri
@Alice-vl2kn
@Alice-vl2kn 4 года назад
Imana ninziza
@benjaminndayikengurukiye3816
@benjaminndayikengurukiye3816 4 года назад
Iyintahe yariyo kwibutsa abantu imana yahezagiy kobafise igikorwa cokuza barafash abant barimubitaro.ndashimiy cn umuco wera TV.aho nanj niyunvise iconkwiye gukora.
@jajasinijajasini8218
@jajasinijajasini8218 4 года назад
Imana ishimwe can ko itabara abantu bayo
@niyonzizaesther3312
@niyonzizaesther3312 4 года назад
Imana ishimwe cane ko yamurinze akiriho.
@backyardmultipleafricanveg791
@backyardmultipleafricanveg791 4 года назад
Shimwa yesu uwukwiringiye uramuteturura
@nsengiyumvacecile590
@nsengiyumvacecile590 4 года назад
IMANA ihabwicubahiro ubu nibihe vyose yarakoze
@dreckmastergamevideo3349
@dreckmastergamevideo3349 4 года назад
Imana yacu, iradukomeza mu mageregazwa. Amen
@chrisskelos466
@chrisskelos466 4 года назад
Imana ishimwe!!!!
@jeaninecampwata2906
@jeaninecampwata2906 2 года назад
Mana ndagukuvugirijimpundu uteyubwoba uvuze ngo baho urabaho
@havefunwithdimitreeandgiya7125
@havefunwithdimitreeandgiya7125 4 года назад
Nukuri urahonuhora arakomeye
@marilynnissiaurore9496
@marilynnissiaurore9496 4 года назад
Numero ya telephone y'uyu mu maman mwoyimpa muzoba mukoze
@marilynnissiaurore9496
@marilynnissiaurore9496 4 года назад
UMUCO WERA TV nta probleme naho adakoresha whatsup namufona direct
@marilynaurore8821
@marilynaurore8821 4 года назад
@@UMUCOWERATV2021 merci bcp
Далее