Amafaranga ibihumbi 100 kw'ibido y'amaganga y'inkwavu n'amajana 800 ku kilo c'umwavu wazo, ukugwirirana kw'inkwavu, uko zirondoka, uko zigaburirwa n'uburyo bwiza zitungwamwo ni bimwe Mashariki TV yaganiriye n'umworozi w'inkwavu, Ndikumana Théogène wo mu ntara, komine na zone #Kirundo. Kurikirana ikiyago. #Burundi
24 ноя 2023