Тёмный
No video :(

Melanin Boy Aduhaye Umuco Wose Yuko We na Dj Fernando kwataco Bapfa/ Iminsi Ishoboka Tuba Turikumwe 

Buja FM
Подписаться 59 тыс.
Просмотров 10 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

21 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 54   
@IduhangazePrince-pp3pn
@IduhangazePrince-pp3pn 2 месяца назад
Ibiganiro bagiy bakora narabibony vyos Ico ntahuy ngaha nuko Gusto(MELANINE Boy) Amez nka KANDI KEY(Umwanditsi Wa Mon Logo,Bellisima) Donc Guserura ijambo Ukoriri birabagora Ark Knf Ico Gisigura Umurundi(kazi) Yuzuy 🎉🎉 I love them¡¡¡¡¡¡!!!!!!! Ark Urya Muntu(Korazonoooo) yasimbiyeeee Kumbuga agatuka aba Fana Wewe Umengo ntana Discipline agiraaaaaa🙅
@user-gm1zb1sx7h
@user-gm1zb1sx7h 2 месяца назад
Uyu muhungu ndakunda Ngen yishura kabisa...aratuje cane goose...arazi ubwenge gooose Ngen yishura....Hama uko ndamubona tuzohava tumukunda kurusha Fernando...arafise ukwihangana gukomeye....Ubundi yabivuze neza ahubwo tureke kubagora turabe ibikorwa vyabo...Gusa ikindi natahuy bariko bararondera akanoti bakavyaze umusaruro muvyabo...Courage Saaana guyz ibihe nkivyo birabaho...Succès Nuko....
@Kevinvina64
@Kevinvina64 2 месяца назад
Gusto ararenz wallah 🇧🇮🇰🇪
@MONT_G25
@MONT_G25 2 месяца назад
how buja fm ibiganiro mushirako vyose sound iza umeng harimw ikibazo u guys should work on that
@MechackIRAKOZE-jo4nr
@MechackIRAKOZE-jo4nr 2 месяца назад
ntamajwi maduhaye kwerr 😅😅
@Ceybogkiller
@Ceybogkiller 2 месяца назад
Nibareke kuduhenda nibabivug nez ntac tubagire
@paternesonofgod
@paternesonofgod 2 месяца назад
Melanin boy ndagukund ariko ugakomeza gufukirana ibintu abarundi baraza kugutereran kuko ntushk kutubwiza ukuri
@amolam97
@amolam97 2 месяца назад
Bawivugira kuruhande rwawe urakhaaa bande bamutererana 😅😅 tekana
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 2 месяца назад
Tuza
@HermesBreezy
@HermesBreezy 2 месяца назад
You Guys should start on working on sound issues Hari ukuntu bitavuga neza muntango
@IBMTALENT
@IBMTALENT 2 месяца назад
Burya we love muzika yarasambuts nubwo babihisha wallah buja fm muzompinyuze
@amolam97
@amolam97 2 месяца назад
Proud of u melanin
@kwidiofficial4239
@kwidiofficial4239 2 месяца назад
Sound kosora!
@user-tt3ln5qh1j
@user-tt3ln5qh1j 2 месяца назад
Melanine boy nawe uzohava usang aba fans baw bakuvuyeko kubwo gufukira nta welove muzika igifatanye mu nda rek kuduhuma amaso
@user-qr3jp2tw7w
@user-qr3jp2tw7w 2 месяца назад
Mn komer cyan ukomez uduh ama hit turikumw turagushigikiy
@LimpompoMardodadi
@LimpompoMardodadi 2 месяца назад
Melanin 🔥🔥💪
@violletteNizigama-ew6ux
@violletteNizigama-ew6ux 2 месяца назад
Good song abayikunz mikono juuu
@armanditka1145
@armanditka1145 2 месяца назад
Abarundi g basha😅😅😅 mukunda agapha aba petit bazi ico bashaka mwbw n mu fan umuziki mwiza ntakindi
@Nestor800
@Nestor800 2 месяца назад
Komera je numva bivuga
@CRZITHU7
@CRZITHU7 2 месяца назад
Melanin boy🇧🇮🇧🇮🔥🔥✅✅
@user-hj4cc4zw5f
@user-hj4cc4zw5f 2 месяца назад
Yeah gusto arabizuve nyen ko Fernand yamusavye ati harageze ko dutandukan
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 2 месяца назад
Buja fm umengo bararozwe nikeshi ibintu vyanyu bitunvikana mwarasaze😂😂😂😂
@user-uv2oj7su4w
@user-uv2oj7su4w 2 месяца назад
Ugerageje kwumviriza uwomujama abaye bucekuruhande Kandi namajambo yavuze atahura intwarigusa😂
@violletteNizigama-ew6ux
@violletteNizigama-ew6ux 2 месяца назад
Melanin boy arakoz kuduhumuriz k bagifatany munda n fernando
@richardniyongendako904
@richardniyongendako904 2 месяца назад
Kobitavuga ??
@ntihindukaboas9524
@ntihindukaboas9524 2 месяца назад
Yaramuzurumyee kbx😢
@user-bz1vo5kt6o
@user-bz1vo5kt6o 2 месяца назад
Mélanie ndagukunda Fernando numureke korivyawe nawe chance zawe zizoza ahoyagiye nawe lmana izogufasha uzoharenga
@darcyishimwe6834
@darcyishimwe6834 2 месяца назад
Ubishijemwo inzigo ukuntu
@chadrackmahoro4944
@chadrackmahoro4944 2 месяца назад
Check sound first 😢😢
@MugishaAlberic
@MugishaAlberic 2 месяца назад
melanin boy😎
@EmeryNiyokwizera
@EmeryNiyokwizera 2 месяца назад
melanin boy hejuru cn
@user-xr1ee4lg2y
@user-xr1ee4lg2y 2 месяца назад
😊😊😊😊😊😊😊
@richardnshimirimana8
@richardnshimirimana8 2 месяца назад
Mbeg irya buja tv irafis aho ihuriye niyi buja FM??
@Musichall00
@Musichall00 2 месяца назад
Amajwi yany arajwangarara
@GadNdabarushimana-nk2be
@GadNdabarushimana-nk2be 2 месяца назад
Ntawuhisha umwotsi inzu irikirasha gs gusto wubahwe urarenze
@eliasndayizeye4160
@eliasndayizeye4160 2 месяца назад
Abo bajama baratandukanye nibavyemere. Nibakore solo ntaco bitwaye.🥴🥴😊
@NdohoAud
@NdohoAud 2 месяца назад
Amajwi ntakigenda ntibivuga naho bivuga birajwangaraye can
@Musichall00
@Musichall00 2 месяца назад
Amajwi yany arajwangarara il faut kuraba mukagikorerako kanda amajwi aracikagurika
@Musindi736
@Musindi736 2 месяца назад
Noe ayamajwi vyabaniye kuyakosora bimaz igih
@SultanNduwimana
@SultanNduwimana 2 месяца назад
Amajwi umengo ntasohoka banyakubahwa!!😢
@nemrod_nemh
@nemrod_nemh 2 месяца назад
Amajwi ntasohoka neza biza biracikagurika muraraba ahabaye ikibazo
@ThierryRukundo-lc9vf
@ThierryRukundo-lc9vf 2 месяца назад
Nibigumanir ntac bapfa vyompimbar kuk ndabakunda bose
@julescesarngendakumana9986
@julescesarngendakumana9986 2 месяца назад
Ntiyamuherekeje ,ntiyamutegerey ,2 semaines batarabonana umuntu ndibaza birumvikana vyose,
@user-gv6sg7pq5u
@user-gv6sg7pq5u 2 месяца назад
Nne ivyomushirako ntimuvyunviriz mweho? Kuki izi sound zanyu zimez uko
@justinmukeshimana0
@justinmukeshimana0 2 месяца назад
Kobitavug cank nij 4ne ift ikibazo
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl 2 месяца назад
Nabashaka kubankanisha bobo barakundana
@dusengebilly6435
@dusengebilly6435 2 месяца назад
Sound yanyu wapi kweri
@UmutiTv1
@UmutiTv1 2 месяца назад
Video ntivuga ivyomurimwo nibiki
@Meltrader18
@Meltrader18 2 месяца назад
Abo bahungu nta bwenge bagira bakure ama buzz y'uburofa
@MONT_G25
@MONT_G25 2 месяца назад
sound buja fm its trash u guys need to update ur items kweri kuko i dont understand how in 2024 u guys still have this type yama sound for real its bs
@destinchampion01
@destinchampion01 2 месяца назад
Sound👎
@user-nb3xz4lq9q
@user-nb3xz4lq9q 2 месяца назад
Ibintu bitanavuga 🤮🤮
@HermesBreezy
@HermesBreezy 2 месяца назад
You Guys should start on working on sound issues Hari ukuntu bitavuga neza muntango
Далее
Italians vs @BayashiTV_  SO CLOSE
00:30
Просмотров 3,9 млн
🔴LIVE NOW: HIT CONEXION
1:31:52
Просмотров 446
KWICISHA BUGUFI IMBERE YABANTU BIRAFASHA
26:27
The Match That Made Zinedine Zidane Retire
14:37
Просмотров 1,6 млн