Тёмный

Menya ubuzima bwa AFRICA NOVA//YARANTUMYE nayirimvye kubera//UMUKOBWA twakundana//Isambuka y'AMABANO 

UMUKUBITO
Подписаться 197 тыс.
Просмотров 19 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

28 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 94   
@TheRealKidum
@TheRealKidum 2 года назад
Ndakunze ukuntu Africanova avugisha ukuri. Cane cane ariko aravuga ihindagurika ryubuzima yagize muri cote d'ivoire. Abubu bakoze interview ni ukwikubita kugikiriza gusa mukutubwira amahopa. Merci Africanova ibi nivyo twita ubugabo nubutwari. Uri inararibonye wa vrai
@Cpodcast1
@Cpodcast1 2 года назад
Biragoye kuzobona abandi babasubirira🥺🤦 , niyompamvu namwe mutemera kuruhuka nagato,
@rugerinyange
@rugerinyange 2 года назад
Merci beaucoup mon cher Kidum. En effet, dans la vie il y a des hauts et des bas. Tuvyakira uko biri.
@karasankimadidier8375
@karasankimadidier8375 2 года назад
Égoo,uwo mutama nivyiza kuba tumubona,ese abubu bomwigirako,sinzi
@TheRealKidum
@TheRealKidum 2 года назад
ego vraiment! iki rero nico twita I kiganiro. merci Gael!!! Ndabona ko umaze kumenya uyu mwuga wawe.
@manmahuna1160
@manmahuna1160 2 года назад
Kabisa... Les vrais professionnels b'umuziki mu Burundi. Nka Africa Nova hari n'ababa batazi ko akiriho..... Kumwumva no kumubona ni ikintu gikomey
@manmahuna1160
@manmahuna1160 2 года назад
Ariko na we Mutama kidumu turakwemera.... You're a true legend mu muziki ndundi
@umukubito257
@umukubito257 2 года назад
Merci du compliment le professeur de la musique MZEEE BALABALAYAO
@lilyisaro9586
@lilyisaro9586 2 года назад
Quel grand plaisir de le revoir, ca faisait des decennies. J'ai grandi en ecoutant et regardais ses videos sur RTNB. Quelles sagesse,intelligence. j'ecoute toujours ses chansons meme hier ainsi que Canjo sur RU-vid,vraiment nostalgique. Afrika rajeunit incroyablement et toujours tres beau. Adufashe atubwire aho twokura indirimbo na videos za Amabano n,indirimbo yasohoye apres 2000. Murakoze cane kumutwereka et qu'il est en bonne sante.
@gatoregclovis8210
@gatoregclovis8210 2 года назад
The legend Africa nova we love you so much May God bless you and keep you and give you more and more years to live thanks bro for interviewing our legand👏🏽👏🏽🙏🏽🙏🏽👏🏽👏🏽
@rosamuhimpundo4516
@rosamuhimpundo4516 Год назад
Uyu Mu star twaramwemera ni banduhe número twomuronkaho muzoba mukoze
@cleverjay6693
@cleverjay6693 2 года назад
Iyi interview ndayimaz yose ntarambiwe.Gaël intertainment urayimerita wallahi!ubaza ibibazo tuba dukeney kuronkera inyishu kabisa.Igituma ama tv on line hano Burundi adakurikirwa cane bakoresh ibiganiro vy'ububeshi abeshi.n'ibibazo babaza Biba bitagira akamaro.muzorabe Sabin WA isimbi tv mu Rwanda uko akora émission,nuku Gaël akorany na Africa nova.cank Yago tv show Ni abanyamakuru bumwuga.
@nicelattenijimbere6795
@nicelattenijimbere6795 2 года назад
Murakoze kuduhuza naba star bakera. Nagira nsabe muzoduhe ikiganiro kubuzima bwa Berchmans Hakizimana
@fistonbukeyeneza37
@fistonbukeyeneza37 2 года назад
Ikiganiro kiryoshe cane..big up Gaël
@laurentsteveniyongira7061
@laurentsteveniyongira7061 2 года назад
Like U FROM RWANDA
@kabosskdn2202
@kabosskdn2202 2 года назад
legend apana bamw baguma batukana basotorana respect mutama
@anicetnkorerimana4604
@anicetnkorerimana4604 Год назад
Jamen jamen uyu mutama avuze ikintu giko nimba mwamukurikiranye ati nitwakunda ivyacu umunyamahanga azobikunda,,,, uraba wumva birenge niwubarigwa gael big up sana kuganir nuyo mutama
@martinemati7969
@martinemati7969 2 года назад
Félicitations au journaliste....imbere yokugira interview n umuririnvyi birabonekako ubanza kw i renseignant..
@rosamuhimpundo4516
@rosamuhimpundo4516 Год назад
Damukeneye nukuri muduhe número twomutorako
@esperancentaconayigize4517
@esperancentaconayigize4517 2 года назад
Ndaryohewe kubona Africa Nova yubahwe
@barankenyereyejosh8410
@barankenyereyejosh8410 2 года назад
Uno musi umukubito wabajije neza les questions bien ordonnees kandi wari tres pause induru zabaye nke big up
@barankenyereyejosh8410
@barankenyereyejosh8410 2 года назад
Uno musi umukubito wabajije neza les questions bien ordonnees kandi wari tres pause induru zabaye nke big up africa nova ari tres mur kabisa
@adelinnishimwe9132
@adelinnishimwe9132 2 года назад
Une légende vivante
@iciroretv3535
@iciroretv3535 2 года назад
Ikiganiro ciza cane.Courage Black Man
@meddyrachelmugiraneza5601
@meddyrachelmugiraneza5601 Год назад
Quel émission respect musaza
@nkurikiyipfurasultan9815
@nkurikiyipfurasultan9815 2 года назад
Umwe mubantu bankundishije indirimbo ndundi,nova n'umuhanga yatumye ndushaho gukunda abarundi
@kodo2020
@kodo2020 8 месяцев назад
Very good nagaruke akore "yarantumye na wiyizire ma ❤❤❤❤❤
@hervekana6196
@hervekana6196 2 года назад
Umukubito nice respect
@irdidierciza9394
@irdidierciza9394 2 года назад
Gaël wubahwe!!! Émission nziza cane
@alberickadomo6132
@alberickadomo6132 2 года назад
Humilite,modestie ,vrmt chouette comme interview 💗
@anicetnkorerimana4604
@anicetnkorerimana4604 Год назад
Big up ma bro hama uyo mutama yubahwe
@fidesinimahye5376
@fidesinimahye5376 2 года назад
The legend much respect ♥️🇧🇮
@dorinemuhimpundu2807
@dorinemuhimpundu2807 2 года назад
Ndayikunda nanje pe
@kessellegahimbare1146
@kessellegahimbare1146 2 года назад
merci bcp pour cette emission naryohew can kubon umuririmvy naheruk kera nkiri muto!!!!
@emmanueldotto9535
@emmanueldotto9535 2 года назад
Safi sana nimependa sana 🇹🇿🇧🇮🇧🇮
@Gatwarotalentfilms
@Gatwarotalentfilms Год назад
Ndishimye cane kubona Legend Africa nova ndagukunda
@yvechou2026
@yvechou2026 2 года назад
Umuririmvyi nkunda aririmba neza cane kabisa wirambire mutama 🙏
@pierreclaverhakizindavyi-si3sv
@pierreclaverhakizindavyi-si3sv 7 месяцев назад
Excellent 👌
@caramamttv
@caramamttv 2 года назад
Ndakunda indirimbo zuw musaza wacu
@nimubonabeaudry1065
@nimubonabeaudry1065 2 года назад
Asha umusaza ararivumerey ama tv nama radio mwikebuke
@therockn1666
@therockn1666 2 года назад
Africa ko nakubuze wanje Toronto yaraguheranye
@Amajwi
@Amajwi 6 месяцев назад
Mwakoze cane kudutumirira abo banyacubahiro. @Gael kindly uzodutumirire na Niyoyandemye Celestin yaririmvye "Ubumwe" n'izindi muzoba mukoze.
@luckyonek5336
@luckyonek5336 2 года назад
Ndishimyewe singira uko nobivuga kubwa ma TV online
@FerdinandNahabandi-io9me
@FerdinandNahabandi-io9me Год назад
Nezerejwe cane no kubona umusani wa kera kandi dukunda akiri mumubiri,ikindi n'impanuro nyinshi nziza n'ibanga yibiye abandi Bari muri carrière mbere Na Reta umwe wese yunvise ic'akwiriye kugira ngo umuziki uter'imbere, turakunda indirimbo ziwe n'abandi basani bakoranye bamwe nubwo batakiriho Imana Imutuzigamire.
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 2 года назад
Legand 🙏🙏🙌🙌
@ntwarimico4889
@ntwarimico4889 2 года назад
The legend
@ahishakalypse23
@ahishakalypse23 2 года назад
The LivingLegend...💯💪👏
@m-tuto5728
@m-tuto5728 2 года назад
The real legend
@marie-theresemurerangondo7417
@marie-theresemurerangondo7417 2 года назад
Une bonne entrevue
@Mr_KORI
@Mr_KORI 2 года назад
N'umutama ataramara amezi 2 aravuze ko aba journalists batavuza indirimbo z'abarundi🤦‍♂️🤦‍♂️🤦‍♂️ Vraiment barabe bihanure kubera izo songs zumvirizwa Kandi zikarabwa n'abarundi. Kandi umurundi akunda nivyo akundishijwe So it was really a good emission Merci #Juste_Gael🙏🙏
@nkinzonkinzo9006
@nkinzonkinzo9006 2 года назад
Nukuri biraryoshye mutwibukije byinshi kera turi abana :turamukunda:gusa mutwereke uriya Mumama baririmbanye( iyiziremaaa)
@miraculolopa
@miraculolopa 2 года назад
Ni wubahwe muta 🙌🙌🙌
@jacquesntabagara3682
@jacquesntabagara3682 2 года назад
Remember timers 🙏🙏🙏
@munyanezaj.delacroix855
@munyanezaj.delacroix855 25 дней назад
Good
@alexismunezero1172
@alexismunezero1172 2 года назад
Legend
@justinpeace3182
@justinpeace3182 2 года назад
Umusaza yubahwe kweli
@niyonsavyejacques7807
@niyonsavyejacques7807 2 года назад
utuzaniye umutama wakera
@nourvuitton2325
@nourvuitton2325 2 года назад
❤️❤️❤️
@gersonsantosdasilva1677
@gersonsantosdasilva1677 2 года назад
💯💯💯
@dorinemuhimpundu2807
@dorinemuhimpundu2807 2 года назад
Abaririmvyi barabo
@theodomirbasomingera5841
@theodomirbasomingera5841 5 месяцев назад
Uyu mutama,indirimbo ziwe ziraryoheye amatwi. Aracariho,abahe?
@duraduura3726
@duraduura3726 Год назад
Ntawenaribwabone
@alicenkurikiye7115
@alicenkurikiye7115 2 года назад
🇧🇮🇧🇮
@munezeromediatrice8219
@munezeromediatrice8219 2 года назад
nimqubahwe!duheruka kwuva indirimbo zifisakanovera mumyaka yanyu.nubu zina icobutso.
@wamupepe5301
@wamupepe5301 Год назад
Mwese murakunda mutama ,gusa ?? Mwamuzaniye za ma cadeaux d'encouragement en groupe ???? Kumukunda ,c'est vague ,nibyiza kubi CONCRETIZA . Nibyo bingenza.
@NKURUNZIZAERNEST-td8rl
@NKURUNZIZAERNEST-td8rl Год назад
Mbosso,Rayvan,... BARAMENYEKANYE MPAKA BARATERA IMBERE mais finalement basubiye inyuma igihe batanguye gucanamwo Même ici dans notre pays, exemple BANTU BWOYS président BIGI FIZZO, Membres : Double jay, Kirikou,... basubiye inyuma bacanyemwo! Exemple :iyo hataba kuja hamwe Kirikou yarikumenyekana gute?N.B
@munezeromediatrice8219
@munezeromediatrice8219 2 года назад
🙏
@docapp8062
@docapp8062 2 года назад
Niwubahwe mu papa nemera
@thadeebonny3105
@thadeebonny3105 2 года назад
niwirambire kand Kandi ugume ubandanya umuziki ugume usohora izindi ndirimbo shasha
@mdmn8160
@mdmn8160 Год назад
Abo nibo bari abaririmvyi abandi bahari ninjavyi
@christineinamuco3651
@christineinamuco3651 2 года назад
ONGERA AKAJWI KU MAVIDEO YANYU JOURNALISTE!!!
@meddyrachelmugiraneza5601
@meddyrachelmugiraneza5601 Год назад
Wagira ngo afis 50 ans wubahwe mutama
@lich_si32
@lich_si32 2 года назад
Iyo camera yanyu ntimuzi kugira edit ngo mubone ko harimwo ama fluu menshi? Focus guys image flu
@NKURUNZIZAERNEST-td8rl
@NKURUNZIZAERNEST-td8rl Год назад
UUHUUU NDAGUKUNZE CANE DUKUNDE IVYACU NIHO NABANDI BABONERAHO AKARYO, .KANDI UBU AKARERE KARAHINDUTSE NOUS SOMMES EN EAST AFRICA COMMUNITY,BARIRIMBE IKIRU, KISWAHILI AND ENGLISH,MURAKOZE
@NKURUNZIZAERNEST-td8rl
@NKURUNZIZAERNEST-td8rl Год назад
Imana imuhe kuramba AFRICAN NOVA
@rasolmp
@rasolmp 2 года назад
💯💯💯🙏🏾🙏🏾🙏🏾🤗🤗🎙🎸🎙🎸🙏🏾🙏🏾🙏🏾
@munezeromediatrice8219
@munezeromediatrice8219 2 года назад
turabafana,ntituzobibagigwa.
@VaC006
@VaC006 2 года назад
Mutama is dri🅿️🅿️ing 🥶
@rastajuly4
@rastajuly4 2 года назад
The old man got soma drips y’all
@munezeromediatrice8219
@munezeromediatrice8219 2 года назад
mbwirigituma wambeshe kwatawundi nuva........
@wamupepe5301
@wamupepe5301 Год назад
Ahaaaa, munezero médiatrice ari grave kabisa, vrai pousse bouton, gu siffla ,gu souffla 😂😂😂😂
@ingabirepacifique6548
@ingabirepacifique6548 2 года назад
Sru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-0nh6zL1fSwg.html
@deobiho
@deobiho 2 года назад
Ariko rero hari ibintu vyihishije inyuma ya Africa Nova..sindababesha yaranyiciye indirimbo turi muri studio na Orchestre Amabano, indirimbo iruhira kudasohoka kandi niwe yayishe. Uyo mu type niwe yanatumye Nikiza Davide NIKDAVE yohoha agahunga Uburundi. Africa Nova afise uruhande rwirabura mu mutima wiwe Abarundi batazi.
@barnabeniyobuhungiro5510
@barnabeniyobuhungiro5510 2 года назад
None nimba vyari ivyakajagari mwagomba acakora gute?
@deobiho
@deobiho 2 года назад
@@barnabeniyobuhungiro5510 Non. Non non. Umva, Afrika Nova, yinyegeje mu ntwaro yo kwa BAGAZA, ku buryo wanditse indirimbo yigira responsable yayo, akabanza kushaka ko bamusigurira amajambo yayo, akongera akayorungika muri Ministère , kwita mubitamuraba, akarondera ko indirimbo ziwe zamamazwa izabandi akazibeshera ko zoba zitavuga rumwe na Reta yo kwa BAGAZA. (Uca utahura ico nshatse kuvuga)
@rugerinyange
@rugerinyange 2 года назад
Hariho indirimbo nanka ko zivuzwa mu Mabano ku mvo zikurikira: 1. Indirimbo iririmbwe nabi kuko nyene yo atazi kuririmba. 2. Indirimbo irimwo amajambo y'ibiterasoni canke ya politique yo gurtyoza intwaro. 3. Uje ukangata canke uzananye agasuzuguro narakubwira ukaja kurondera abandi bakuvugiriza atari Amabano jewe nari ndongoye. Deo Tangdai, sindakwibuka, mugabo niba utariko uribeshera, wari muri iyo mirwi itatu, ça je l'affirme et je l'assume. Ku biraba David n'aho, sininjira muri izo polémiques, ntabwo undusha kumumenya haba musicalement, haba en tant que personne. Ayo maversions, si wewe wenyene uyatanze, vyahereye kuva ava mu Mabano en 1979. Nimwibandanirize, niba kuncafuza hari akunguko muzobikuramwo, muzorye ntimuzompeko.
@NKURUNZIZAERNEST-td8rl
@NKURUNZIZAERNEST-td8rl Год назад
MURAKOZE CANE,INYIGISHO NKUYEMWO, GUKORERA HAMWE NIKINTU GITEZA IMRE *exemple :cfr WASAFI président DIAMOND PLATNAMUZ, Membres :Harmonize,Kavalava,Mbiss 26:50 26:54
@caramamttv
@caramamttv 2 года назад
Ndakunda indirimbo zuw musaza wacu
@karasankimadidier8375
@karasankimadidier8375 2 года назад
Vraiment
@inesnibitanga2469
@inesnibitanga2469 2 года назад
♥️♥️♥️♥️
Далее
СОБАКА И ТРИ ТАБАЛАПКИ😱#shorts
00:24
Umurundikazi by Africanova
4:32
Просмотров 149 тыс.
🙈  Ukuri ku ndirimbo "Tiro ry'inka"
13:58
Просмотров 50 тыс.