Тёмный

@monia_fleur aranse kurya karababa ibibazo biramunaniye 🤣🤣👌🏾 ft  

Best of 257 Official
Подписаться 21 тыс.
Просмотров 23 тыс.
50% 1

Развлечения

Опубликовано:

 

27 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 156   
@IgituBa-d6s
@IgituBa-d6s 11 месяцев назад
Alvin Smith iyo ndirimbo niya Miley Cyrus yitwa flowers 😂
@Bestof257Official
@Bestof257Official 11 месяцев назад
Sorry guys, indirimbo twashizeko mu ntago yabaye copyright turayikurako nico gituma hari silence. Hari n'aka interference muri audio
@westroy
@westroy 11 месяцев назад
No worries we don't care ikiganiro Naha Naha
@DonFrank-zg1ym
@DonFrank-zg1ym 11 месяцев назад
Izo ndirimbo mushiramwio zituma tutavyumva neza😮
@Gabriella-i7e
@Gabriella-i7e 11 месяцев назад
Mais ne ramenez plus des menteuses. Mubabwire ati hakubesha eat that damn samoussa girl
@dididivine8850
@dididivine8850 11 месяцев назад
Ego shhh alvin iyo mpuzu ni Miley cyrus indirimbo yitwa flowers
@ncuti_yabose
@ncuti_yabose 11 месяцев назад
That’s Ma Gyal Monia 😂😂😂 Content Creator 🤣
@Bukuranny12
@Bukuranny12 11 месяцев назад
Omg I was in 6 grade and she was in 9 grade and I’m 22 years omg please don’t lie maybe you are 25 years or 26 years stop lying here
@SabumuremyiVenuste
@SabumuremyiVenuste 8 месяцев назад
Ububeshi bwa monnia sinemeye
@fatnaharerimana2030
@fatnaharerimana2030 11 месяцев назад
burya ayo majambo niy atuma karababa itesa mbere akira 💐💐💐💐ay nayanyu
@Kindman-jd3jk
@Kindman-jd3jk 11 месяцев назад
We bro Lavache ntamukobwa wo ku Musaga yoba akiri isugi🤣🤣🤣🤣🤣ntavyo nemeye nkeeee😎😎
@godsgrace6820
@godsgrace6820 7 месяцев назад
Aratubesh à deux niveaux : âge , virginité. Ntimumbaz impamvu ntavyemeye😅
@Ahobiber_tv
@Ahobiber_tv 11 месяцев назад
2021 mfite abajama Kigali twakirigwany umusi wose kareke kwigirakana keza 🤣🤣
@ueush643
@ueush643 11 месяцев назад
Zana iPhoto ata photo ntacabaye
@renerwabiranga
@renerwabiranga 11 месяцев назад
Ndasetsee walh😂😂 Mundonder mbahe e preve😊
@fabricekwizera1421
@fabricekwizera1421 11 месяцев назад
Alvin uvuga amajambo menshi mukiganiro uzoze uragabanya uhe umwanya umutumire…!
@alaninalvittaavnin7505
@alaninalvittaavnin7505 11 месяцев назад
Ewana mrc bcp kumutuzanira hasigaye double jay nawe turamushaka
@philoscoco
@philoscoco 11 месяцев назад
Bamuhe karababa ntasugi y'umu legend ibaho
@ivyizacomedy9694
@ivyizacomedy9694 11 месяцев назад
Karababa ni yambere love from ivyiza comedy❤
@Bestof257Official
@Bestof257Official 11 месяцев назад
Merciiii 🙏🏽
@kingjaguar49
@kingjaguar49 11 месяцев назад
Mhuuuuuuu noh wonyic ntaww ur vierge kirets wanteretse micupa
@Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj
@Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj 11 месяцев назад
Mbaye uw3 🎉🎉 reka nterame rero😂❤❤
@NdikumanaJeandedieu-f5e
@NdikumanaJeandedieu-f5e 11 месяцев назад
😂
@aminabintisaid9113
@aminabintisaid9113 11 месяцев назад
Ndabasevy muzo tuzanir b face naw aze kurya ipiripiri❤
@NadegeIgirukwishaka-nf5hy
@NadegeIgirukwishaka-nf5hy 11 месяцев назад
nanje ndagushigikiye😂😀🤣😊
@akezatressy1540
@akezatressy1540 11 месяцев назад
Mmmh 🤔ntumvise ntabi canke Monia yavuze ngoburiya gwafesi myakingah?19 sino vyemera Naho wabintera mwishinge yabeshe🤔🤔🤔🤔🤔19 oya vrema
@destineeingabir1372
@destineeingabir1372 11 месяцев назад
Yoooooh Alvin nturi wenyen utavyemeye nanje ntavyo nemeye
@johnfleurybigwiss3104
@johnfleurybigwiss3104 11 месяцев назад
Naje ntavyoo nemeyee kuel moniaa vierge
@IradukundaBelyse
@IradukundaBelyse 11 месяцев назад
Ahubwo David ndamwemeye kandi cane anteye gukunda cane irya groupe yabo😊
@NadegeIgirukwishaka-nf5hy
@NadegeIgirukwishaka-nf5hy 11 месяцев назад
uzoduhagarire natacha ra noma hamwe na big fizzo na meili
@donhubertndayishemeza1172
@donhubertndayishemeza1172 11 месяцев назад
Ivyo bintu Alvin Smith avugir kur camera arasarish kwl Clémentine kavy ivyabay kera ntavyo yar kuvug kuko ikiganiro siciwe narab yikosor
@laureprinciaingabire5162
@laureprinciaingabire5162 11 месяцев назад
Indirimb ytw flowers
@kenny-gofficiel8287
@kenny-gofficiel8287 11 месяцев назад
Mukosore ikijanye na son! Ibijanye na la "vierge" navyo ni amabanga😂😂
@lynebabe4867
@lynebabe4867 11 месяцев назад
Egoo vrt c’est très dérangeant music iri inyuma
@free-lucy14
@free-lucy14 11 месяцев назад
Alvin reka kwisigura nta kosa uba uriko ukora ahubwo abo bantu batuze amajambo yawe aratwubaka
@Lesliedushime-by9ss
@Lesliedushime-by9ss 11 месяцев назад
the song is flowers de mylie Cyrus i think 😅
@frank-gadmanirakiza4854
@frank-gadmanirakiza4854 11 месяцев назад
Alvin smith mukosore production especially mur sound system
@ntirandekuraangeberny2563
@ntirandekuraangeberny2563 11 месяцев назад
Izo mpuzuuu twazimenyereyee nahinduree
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 11 месяцев назад
Monia ako kantu uriko uywa nagaki😅
@IrumvaAnnyclarisse
@IrumvaAnnyclarisse 11 месяцев назад
Uyo muririmvyi ni miley Cyrus
@lysehk491
@lysehk491 11 месяцев назад
Ukuntu abantu bari bashuhiye ka Monia arik yabihije ikiganiro kuko yabeshe vrmt puuu
@barakamfitiyecelestin8617
@barakamfitiyecelestin8617 11 месяцев назад
😂😂😂😂😂muranyica kbsa
@jeanbertrandnkunzimana836
@jeanbertrandnkunzimana836 11 месяцев назад
Gusa muratwenza kbx !! umukecuru nkuyo ngo 19ans??? 😀😀😀Alvin ze muraraba umuntu abeshe mumubeshurizeho !!! yavyaye afisimyaka ingahe ? yabaye queen videos afisimyaka ingahe ?
@cimpayeclairia
@cimpayeclairia 11 месяцев назад
Monia she's young ntiyabeshe
@iteritekabenjos-xr7yv
@iteritekabenjos-xr7yv 11 месяцев назад
Amajwi to day ntiyari nezaa😚 xo Alvin 🔥 ubikoraa nezaa i'am yr fan na Carla😎
@pamphileniyurukundo5284
@pamphileniyurukundo5284 11 месяцев назад
Mbay uwakane rk nzanagasongabugar😂😂
@Bestof257Official
@Bestof257Official 11 месяцев назад
Hahaha merci
@owanaishimwe
@owanaishimwe 11 месяцев назад
Next time mukosore ibijanye na sound
@HakizimanaJesse
@HakizimanaJesse 11 месяцев назад
Karababa hejulu cane🌹Alvin ndashak kumenya ahoo uba
@mr_tubane_neza
@mr_tubane_neza 11 месяцев назад
Jewe muntumiye sinosigaza n'isambusa n'imwe 🚶
@TresorNishimwe-jz4wy
@TresorNishimwe-jz4wy 11 месяцев назад
Hhh naw ntibokwubahuka🤣bashaka uwutazirya
@yedidyanicishatse5615
@yedidyanicishatse5615 11 месяцев назад
Woca uvuga uti tuvyihoze
@jonathankausen
@jonathankausen 5 месяцев назад
😂
@jonathankausen
@jonathankausen 5 месяцев назад
😂 Nanje kbs
@Neverland1234
@Neverland1234 11 месяцев назад
Nanje sinovyemera vrm nimba yoba arwaye
@mussaathumani5803
@mussaathumani5803 11 месяцев назад
Alvin muzotuzanire Double jay
@IrumvaAnnyclarisse
@IrumvaAnnyclarisse 11 месяцев назад
Uyo muririmvyi ni miley cyrus😂
@anithairambona6843
@anithairambona6843 11 месяцев назад
le son nuguhindura kabisa, ntimvukana neza
@Bestof257Official
@Bestof257Official 11 месяцев назад
🙏🏽
@Bg10335
@Bg10335 6 месяцев назад
Avuze ukuri ngo 20k baba bakoze iki ?
@berlineakimana9444
@berlineakimana9444 11 месяцев назад
Jewe nemera ukuri kwa nyenekwo vrt kuba vierge birashoboka can
@birorimanaeric6927
@birorimanaeric6927 11 месяцев назад
Tresolite 😂😂😂
@leecharon
@leecharon 11 месяцев назад
😂😂😂😂 uyo muntu namuvuge kabisa😅😅 ipfizi ya indasi 🤣🤣🤣🤣🤣 Uwo muntu namwiketse 😂😂😂😂😂😂
@KennyBikorimana
@KennyBikorimana 11 месяцев назад
Mbaye uwambere kbs best of 257 hejuru caan🎉
@Bestof257Official
@Bestof257Official 11 месяцев назад
Merci Kenny 🙏🏽
@GuyBertrandIzere
@GuyBertrandIzere 2 месяца назад
❤❤❤
@OrnellaIgiraneza-p9c
@OrnellaIgiraneza-p9c 9 месяцев назад
Sivy
@sosumohitnews4557
@sosumohitnews4557 11 месяцев назад
naje ntavyo nemeye arahenda abandi bo kuwundi mubumbe...uwo ntazi nababumuciye
@Justinnimpaye
@Justinnimpaye 11 месяцев назад
Pechie yaramuriye narek brag
@kingprovidence
@kingprovidence 11 месяцев назад
hirya yogukunda ikiganiro canyu ndanakunda uko uganira alvin umez nkanj nturya umunwa
@jimcolinmatonde6039
@jimcolinmatonde6039 11 месяцев назад
19 ans oh my GOD
@kirezianique7535
@kirezianique7535 11 месяцев назад
Ikiganiro ca today wapi
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu 11 месяцев назад
Monia arabesha pe naje sindavyemeye
@djaga_ghee
@djaga_ghee 11 месяцев назад
La vache indirimbo yitwa flowers by miley cyrus
@kingjaguar49
@kingjaguar49 11 месяцев назад
Ndakuravy mumas ufis kinini cn kwl😂 😅😅😅😅
@fistonniyonkuru8076
@fistonniyonkuru8076 11 месяцев назад
Uyo mukobwa ivyo yavuze vyose yabeshe ndi contre ninyishu yatanze vrt
@Hakybara4
@Hakybara4 11 месяцев назад
Uweee veriginiteeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeee weeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeee umvaaaa mur 2ans ntamuntuuuuuuu ashobora kuvyibuh ukooooo atacooo afata ubeshaaa ndeeee🫠🫠🫠🫠🫠🫠🫠🫠🫠🫠j nzozan sugimetre nkupime😡😡😡😡😡😡😡😡😡😡😡😡😡😡😡😡😡😡😡😡😡😡😡😡😡😡
@niyualain
@niyualain 11 месяцев назад
You Guys need a lie detector
@AngeSanoun
@AngeSanoun 11 месяцев назад
😅😅😅 cyaneee
@Bestof257Official
@Bestof257Official 11 месяцев назад
Hahaha twoyikurahe?
@bellabiyaka4370
@bellabiyaka4370 9 месяцев назад
Urabeshimyaka vrm
@nizigiyimanapascaline7207
@nizigiyimanapascaline7207 11 месяцев назад
vrm karababa mwubahwe❤
@IVOMO_TV
@IVOMO_TV 11 месяцев назад
Mwakase ibintu vyishi
@irakoze3762
@irakoze3762 11 месяцев назад
Iyompuzu ayambaye 2 twar tuyizi 🤗
@inezadongael
@inezadongael 6 месяцев назад
None mugomba yambare rimwe acata??
@cynthiairakoze3025
@cynthiairakoze3025 11 месяцев назад
Imana imuharireeeeeeeeee ukagir wew arakijijw cneeee😂
@donatienhavyarimana8581
@donatienhavyarimana8581 11 месяцев назад
Ayo majwi ivy mwashizemw vyatumy mutumvikana neza kwl
@manirakizastiven
@manirakizastiven 11 месяцев назад
Vos 🎤 nous cassent le tempa
@camirirwaced7129
@camirirwaced7129 11 месяцев назад
Production yanyu kbsa nukuyisubiramwo neza
@barakamfitiyecelestin8617
@barakamfitiyecelestin8617 11 месяцев назад
Ati vierge 😊😊 ntawovyemera kwelii 😢😂😂😂
@jadosmith6794
@jadosmith6794 11 месяцев назад
🤣nimuzan Peachie mumubaz. Ivy Monia 😂
@Kennyjohnny-234g
@Kennyjohnny-234g 11 месяцев назад
Kandi shaaaa
@ncxp5663
@ncxp5663 11 месяцев назад
Dj ambitious please turamushak muri karababa
@safian.9518
@safian.9518 11 месяцев назад
Karababa ni 🔥🔥🔥🔥🔥
@Bestof257Official
@Bestof257Official 11 месяцев назад
Merciiii
@CNC-qv8bu
@CNC-qv8bu 11 месяцев назад
I'm second one 😅😅😅
@pacibeni1951
@pacibeni1951 11 месяцев назад
Uwo nuwa Pechie B, ntiyari kumureka
@Fadhil-qk2zu
@Fadhil-qk2zu 11 месяцев назад
Murakoz
@josiasigiraneza
@josiasigiraneza 11 месяцев назад
Ivy alvin arikwavug nivy
@ali-ckizofiolivierarakaza9284
@ali-ckizofiolivierarakaza9284 11 месяцев назад
Gusa ikiganiro uyumusi nticari kiryoshe p.
@cynthiairakoze3025
@cynthiairakoze3025 11 месяцев назад
😂😂😂😂😂😂😂😂😂ATI 19 ans bajouuu urabesh mb uraziko nkuzi kuv uba Kinanira kur 21😂😂😂😂😂😂😂😂😂 chumiii ihorer sh
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu 11 месяцев назад
Yanajugimiye mukubivuga
@irakoze3762
@irakoze3762 11 месяцев назад
Je ndik ndamuraba afis nka 25ans
@NadegeIgirukwishaka-nf5hy
@NadegeIgirukwishaka-nf5hy 11 месяцев назад
kirabesha ico kidemu ico ndacankira
@FabiolaNiyokwizera
@FabiolaNiyokwizera 11 месяцев назад
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@BennyEmmaelos-wl3tm
@BennyEmmaelos-wl3tm 11 месяцев назад
Mutoya wiwe wumuhungu turangana nn sindakwiza 20ans nanj😂😂
@davyflorentindavy2976
@davyflorentindavy2976 11 месяцев назад
Dushaka dj mbitious
@kennyalecnimubona
@kennyalecnimubona 11 месяцев назад
None umaze kuvyara uba ukiri vierge ???
@HermesBreezy
@HermesBreezy 11 месяцев назад
Creation niy bien mais Sound Niyo itumvikana Muzorabe mubikosore
@tonnyblaktonny
@tonnyblaktonny 11 месяцев назад
Naj nda vyemej ata preuve mfise ndinkumw nar alvin 😂😅
@eddy.promoterblessing2789
@eddy.promoterblessing2789 11 месяцев назад
Monnia 😂😂😂😂😂 ngo arikii.... Au Rwanda là où elle habitait 🏃🏃....ligne ya Dubaï......... Uko yayironse yatinye ipilipili😅😅
@bebika8106
@bebika8106 11 месяцев назад
Flowers by Miley
@Samuel10joe
@Samuel10joe 11 месяцев назад
Dix-neufaine😂😂
@mugishaedmond7621
@mugishaedmond7621 11 месяцев назад
Yabeshe arafis umwana.kand 19ans arayirenz
@irakozeemmanuella9522
@irakozeemmanuella9522 11 месяцев назад
Amajwi muyakorereho🙏🏾
@cizasharif6225
@cizasharif6225 11 месяцев назад
Miley Cyrus
@berrydushime7442
@berrydushime7442 11 месяцев назад
Muzozane b face
@itekapictures6659
@itekapictures6659 11 месяцев назад
Mukora neza kd kuvuga menshi nimpano ico gukosora amajwi yuwumusi ntashimishije twibazek bigiy kub vyiz birenz
@jonasirakoze557
@jonasirakoze557 11 месяцев назад
Amajwi mukosore
@bukombembisa1999
@bukombembisa1999 11 месяцев назад
vierge
@iraangir6246
@iraangir6246 11 месяцев назад
Cameraman Ariko aravugiramwo
@KA__Divin
@KA__Divin 11 месяцев назад
Amajwii‼️‼️‼️
@uwarugirapamella
@uwarugirapamella 11 месяцев назад
Le flamboyant irihehe?
@babywriter.99
@babywriter.99 11 месяцев назад
Haruguru ya Documentation imwe iri hafi ya monument du soldat inconnu
@Userr3649
@Userr3649 11 месяцев назад
Gusa Alvin uravuga kweriii...5min uriko ur introduisa ivyo w'introduisa ntushobora gu resuma, ukavuga en bref ubutumwa bwawe🤦🏾‍♂️. Nukur'ufise amajambo menshi.
@hamiss69
@hamiss69 11 месяцев назад
👌👌🥰🥰🥰
Далее
Ong Bak | Fight Club Scene
15:05
Просмотров 76 млн
Gutwika Alvin smith with Nirna ❤️❤️
3:26
Просмотров 8 тыс.