Тёмный

MSANGANZIRA. EL HADJ ISMAIL SAMSONI NTIYARI AZI KO ABANTU BOSE BATAKIRIYE YESU BIBILIYA IBITA UTUBWA 

AFRACOP MEDIA
Подписаться 11 тыс.
Просмотров 422
50% 1

Опубликовано:

 

5 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 3   
@epipodensoro8948
@epipodensoro8948 21 час назад
Birakwiriye ko uluntu wese yoca bugufi mu mutima wiwe akama abwira Imana ati Mana ngw'ino unyigishe inzira zawe Untunganye rwose unyereke uko nkwiriye kwifata. Ibi ntitwokworesha ubwenge bwacu ariko twogendera ku vyo Imana itwigisha tukareka kwishimikiza ubwenge bwacu tukizigira ubwenge n'ubushobozi bw'Imana!
@afracopmedia
@afracopmedia 16 часов назад
@@epipodensoro8948 MURAKOZE KUBANA NATWE NTIMUJEREKURE YA AFRACOP MEDIA
@epipodensoro8948
@epipodensoro8948 21 час назад
Ikibabaje hari igihe umuntu yishikiza ubwenge akaryoherwa akanatwenga kumbe ntiyigeze ahishurirwa ivyo asomye ariko agaca atangura kwamamaza ibihuye n'ivyo wewe ashaka gutahura.
Далее
AMAKURU ARAMBUYE 04 10 2024
33:08
Просмотров 4,4 тыс.