Тёмный

Mukiza utwemere naho turi babi lyrics 

Ir Arn
Подписаться 20 тыс.
Просмотров 113 тыс.
50% 1

Gospel, indirimbo yi 126 mur cantique.
1. Yesu, tuguhungireko,
Udutabare ntidupfe,
Naho bitatubereye
Na non' utwemere.
#Mukiz' utwemere,
Naho turi babi,
Wewe waradupfiriye,
Mukiz' utwemere.
2. Ntitwokunyegez ivyaha,
Turatsinzwe rwos' ariko
Amaraso yawe Yesu,
Yavuye kubgacu.
3. Ntitwoshobora twenyene
Kwitunganiriz' ingeso,
Kukw’iyo tubigejeje
Bitwankira rwose.
4. None nkwikubis' imbere,
Ungirir' uko wogomba,
Sinshobora kwank' unkize
Ingeso zose mbi.

Опубликовано:

 

21 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 34   
@TheCharity.
@TheCharity. 28 дней назад
Amen Amen!❤ Gloire à Dieu.🙌🙌
@joliejoie2010
@joliejoie2010 2 года назад
Twemere Mwami mwiza!
@adrienmadinmukurarinda1705
@adrienmadinmukurarinda1705 10 месяцев назад
Mukomeze musubiremwo n'izindi birafasha ubwoko bw'Imana
@DusengeAurelie
@DusengeAurelie 7 месяцев назад
MANA ntitwodhobora twenyene kwitunganya tutarikumwe nawe kaze utubemwo 🎉🎉🎉🎉
@mugishaannick867
@mugishaannick867 3 года назад
Merci ndahezagiwe
@joshuarodriguez3533
@joshuarodriguez3533 4 года назад
Merci pour cette belle chanson
@joselynebutoyi4462
@joselynebutoyi4462 Год назад
Amen
@daphroseniyonsaba7866
@daphroseniyonsaba7866 Год назад
Amennn🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾
@totosibomana2596
@totosibomana2596 4 года назад
Nukuri twemere mukiza
@fidelajackson2723
@fidelajackson2723 Месяц назад
Amen, Amen Amen.
@NiyonkuruClaude-t2w
@NiyonkuruClaude-t2w 7 месяцев назад
claude Asante yesu
@christophenizigiyimana3458
@christophenizigiyimana3458 3 года назад
Murakoze
@joellaniyonkuru8908
@joellaniyonkuru8908 Год назад
this morning tuguhungiyeko Mana Data wacu🙌🙌🙌🙌😔😔😔😔16.05.2023
@tricianiyomugaba6513
@tricianiyomugaba6513 Год назад
Amen Amen
@samharindimana6821
@samharindimana6821 2 года назад
J'adore la version Burundaise 🙏🏽
@moosak7650
@moosak7650 3 года назад
Amen Amen hezagirwa
@gikundirodanny9096
@gikundirodanny9096 3 года назад
Ntabundi buhungiro bwacu atari wwe Yesu
@lyduinemunezero1937
@lyduinemunezero1937 2 года назад
Twemere mucungunzi wacuu
@MakerHG
@MakerHG 12 дней назад
❤❤ 🙏Amen
@elienyabenda728
@elienyabenda728 2 года назад
Indirimbo iranyura cne muhezagirwe
@cloudengabire1289
@cloudengabire1289 3 года назад
Amen muhezagigwe
@jeremiekarumuya7432
@jeremiekarumuya7432 Год назад
Nyagasan unyemere nta cyunshiye
@umurisaester6597
@umurisaester6597 Год назад
Ameni
@SalvatorBibonimana-yp7xu
@SalvatorBibonimana-yp7xu Год назад
Muhezagirwe cutizumusaraba
@antoinenkamicaniye2749
@antoinenkamicaniye2749 2 года назад
Love this song
@marienzeyimana639
@marienzeyimana639 2 года назад
God bless you
@samharindimana6821
@samharindimana6821 2 года назад
Amen 🙏🏽
@haburanimanagerard9505
@haburanimanagerard9505 2 года назад
Amen
@divineimanizabayo6446
@divineimanizabayo6446 2 года назад
Amen
@jeremiekarumuya7432
@jeremiekarumuya7432 Год назад
Amen
@carinetuyizere3037
@carinetuyizere3037 10 месяцев назад
Amen
@claudinenininahazwe6130
@claudinenininahazwe6130 11 месяцев назад
Amen
@NiyongereDivine-i7t
@NiyongereDivine-i7t 7 месяцев назад
Amen
Далее
Nzizigira Yesu gusa. Nzizigira nkiriho,
5:35
Просмотров 314 тыс.
HA-HA-HA 👊  #countryball
00:15
Просмотров 2,2 млн
The joker favorite#joker  #shorts
00:15
Просмотров 5 млн
Ancilla Bella   Utwemere Official Music Audio
5:41
Просмотров 35 тыс.
YESU YANGEREREYEMWO BY ERIC NSABU
3:46
Просмотров 8 тыс.
Yesu ndagukunze rwose, ndakwihaye lyrics
5:46
Просмотров 120 тыс.
Israel Mbonyi - Nina Siri
11:11
Просмотров 61 млн
Ndaje Yesu, kuri wewe Uko ndi kos' unyakire;
4:45
Просмотров 149 тыс.
Mbeg’urukundo rw’Imana yacu Rwogereranywa n’iki?
5:31