Imana ikomeze iguhezagire.Gusa tumenye neza ko iyo abantu bakugirira nabi baba bagutegurira inzira nziza .Imana irakuzamura ikakugira igitangza uri bo.
Imana ihe uyo muryango ubuzima bwiza bihereza Imana. Ndasavye abamenyeshamakuru kuba bafise at least ico kunywa na handkerchief Canke tissue yo guha abantu bahanagure amsozi. Murakoze
Aho hejuru ku musaya bahita muri nyiramivumbi@Sabin Big up on yourself bro ukora akazi karenze kandi pole sana kubura umuvandimwe wawe Imana imutuze aheza mw'ijuru🙏