Тёмный

MWITONDE! Ibigiye kuba i Burundi no kuri Prezida Ndayishimiye! Ubuhanuzi bureba Abarundi bose nonaha 

ISEZERANO TV
Подписаться 239 тыс.
Просмотров 41 тыс.
50% 1

Hari igitekerezo, ubuhamya cyangwa inyunganizi ushaka kuduha cyangwa hari inkuru n' inyigisho ushaka gusangiza abandi watwandikira cyangwa ukaduhamagara kuri + 250 788 393 934
PLEASE LIKE & SUBSCRIBE FOR MORE.....
#ProphetBosco_0788284807

Развлечения

Опубликовано:

 

9 авг 2021

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 121   
@ibratvrwanda4863
@ibratvrwanda4863 3 года назад
Imana iguhe umugisha iyi Message iziye igihe rwose UBURUNDI bwacu Imana Igufiteho umugambi mwizaa 💕
@xaverinekabera8956
@xaverinekabera8956 3 года назад
Nawe Bosco wubahwe kuko ubutumwa bwawe burankomeza Bukanankomeza wubahwe cyane rero🙏🏼🙏🏼👍👍
@habonimanadeo271
@habonimanadeo271 Год назад
ubwo buhanuzi n'ubw'ukuri. Je haheze imyaka itatu Imana ibimbwiye. nibaza ko ubu bigiye gushika, twihweje ibiriko biraba mu Burundi.
@mutonijeannette4635
@mutonijeannette4635 3 года назад
Habwa Umugisha Prophet Bosco Turagukunda Uwiteka Imana aguhe umugishaa .
@ihogoza2370
@ihogoza2370 3 года назад
UBU BUHANUZI turabwakiriye Habwaa umugishaa Cane Prophet Bosco ibyo uvuze byose nibyo cyane .
@alinaalina3089
@alinaalina3089 2 года назад
Imana ihezagire igihugu canje camavuko uburundi ahoburi bwubahwe Imana ibwubahishe natwe twubahe Imana
@e.hakizimana4803
@e.hakizimana4803 3 года назад
Imana ihabwe Icyubahiro.🙏🇧🇮💟✅
@vivianengurinzira3626
@vivianengurinzira3626 2 года назад
Hallaluia Mwami Yesu tuguhereje icubahiro,subwambere ubivuze Yesu.duhe guteramira amasezerano Data.
@nkurunzizagasominari571
@nkurunzizagasominari571 3 года назад
Bavandimwe,konziko umuhanuzi amenywa nabandi,ariko mukaba muza muyimamazaho,mwajya mureka imana ikabamamaza.
@user-dq6rx6ro3f
@user-dq6rx6ro3f Год назад
Bibe nkuko Uhoraho agomba Amen!!tugatabaruka,Ahoraho n'a mamkumerez mugukunda Abarundi n'UBURUNDI.
@neemanemerimana881
@neemanemerimana881 2 года назад
Turabwakiriye mwizina rya Yesu.reka tubirindire iyivuze irashitsa
@fellowyordyrabbi
@fellowyordyrabbi Год назад
Musaza uze ureka uburundi. Muerekwe ivyiwanyu irwanda. Gabanya ibinyoma
@pascalbutoyi5591
@pascalbutoyi5591 Год назад
Ahurahaz shaaa ryamugabanya imitwe
@mutabazihope6765
@mutabazihope6765 3 года назад
Hezagirwa nImana Kandi Ndiho agukomereze amaboko ❤️
@antoinettentugwanayo7315
@antoinettentugwanayo7315 Год назад
Imana ininahazwe cane ihezagigwe isengwe na bose
@ngabohakim2648
@ngabohakim2648 3 года назад
Imana iguhe umugisha cyane Ibyo uvuze byose nibyo Imana Iguhe umugisha Cane We Love you .
@esronniyonkuru1685
@esronniyonkuru1685 3 года назад
Muriko muratwika n'amasanamu adafitaniye isano! 😁 😁 Isezerano, musigaye musarisha
@umulisachantal7215
@umulisachantal7215 Год назад
Umuhanuzi yemerwa iyo ibyo ahanuye bisohoye habwa umugisha Muhanuzi wImana
@MathildeNizigiyimana
@MathildeNizigiyimana 3 месяца назад
Ndemera imana mushobora vyose ituragira ijoronumutaga ushishikare uturindz
@benignenijimbere2888
@benignenijimbere2888 Год назад
Hallelua turavyakiriy mwizina rya yesu
@wibabaraliliane5299
@wibabaraliliane5299 3 года назад
Bless you prophete
@sirabahendaeredy7113
@sirabahendaeredy7113 Год назад
Imana niyo yogutabara Abarundi harya Ibijambo rivuye ku Mana naho ryoteba rirashika Imana iduhe gubaha abaditwara
@carinemutesi7540
@carinemutesi7540 3 года назад
Hallleluyaah 🙌🙌🙌🙌 Yooo Turagukunda Cane waransengeye ndakiraMaze igihe nararembye Iyi Message KUBURUNDI Turayakiriye Imana igukomereze amaboko Turagukunda ❤️
@wembakamungu7820
@wembakamungu7820 2 года назад
uyakiriyute utari umurundi?
@jeanninemuhawenimana8165
@jeanninemuhawenimana8165 2 года назад
Imana lgukomeze kubyo kuyumvira ,nange uzansengere .
@yowerimuseveni5603
@yowerimuseveni5603 3 года назад
Yewe tuzabyemera ari uko bisohoye ,kuko muri iyi minsi Abahanuzi bibinyoma baragwiriye
@IsraelMbonyi-zj9ft
@IsraelMbonyi-zj9ft Год назад
Shalom shalom mukoziw'lmana, Ndabasuhuje amahoro y'lmana.lmana ikongere amavuta n'inkomezi. Mukoziw'lmana Bosco mubona twobonana gute ???
@mariamundayikengurikiye9266
Nukuri lmana lhabwe lcubahiro,naratanguye kubibona amaso yanje yabibonye
@xaverinekabera8956
@xaverinekabera8956 3 года назад
Evode nawe ndagushuhuje wubahwe kubw ibiganiro byiza utugezaho uratuje cyane utegure kuzabaumuvugavutumwa🤔🤔👍👍
@naradatv3939
@naradatv3939 2 года назад
Muradusanga kuri Buhungu Abel TV Ndetse na group Amasengesho TV buhunguabel7@gmail.com Whatsapp Whatsapp +250785864705
@shdeahwela610
@shdeahwela610 2 года назад
Imana ihabwi cubahiro 😍😍😍😍😍
@pierrenduwimana2799
@pierrenduwimana2799 2 года назад
Ubivuga kubera wanna ndayishimiye canke urikuvugisha ukuri ko imana yabigutumye ?
@fidelesinzo3697
@fidelesinzo3697 2 года назад
Komuterekwa Kagame abanze abafyete.
@louisekwizera4886
@louisekwizera4886 3 года назад
Imana ishimwe cane.Ndakiriye ubgo buhanuzi.
@jeanndikumazambo4096
@jeanndikumazambo4096 Год назад
Je ndabona ubu buhanuzi buriko burasohora kweli.
@mbarimombazi5742
@mbarimombazi5742 2 года назад
Imana ica ku munyarwanda itanga ubutumwa ku Burundi nkaho abarundi batagira abayizera! Banza usengere u Rwanda nirwo rufite rukanateza ibibazo mu karere ruherereyemo
@princenshizirungu2311
@princenshizirungu2311 Год назад
Imana ikorana nuwo ishaka Kdi ndumva ntakibazo kirimo
@funfamily9209
@funfamily9209 3 года назад
Amen arimo ibi binu gitwaza yarabivuze ko Burundi kigiye Kuba nka Dubai
@juniornizigama2547
@juniornizigama2547 6 месяцев назад
None imigenderanire burundi Rwanda ko yongeye kwononekara?
@diomedebigirimana1471
@diomedebigirimana1471 Год назад
Urambariza iyo Mana ryari nanje nzova mubu shomeri.
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 3 года назад
None Imana yama icisha Ubutumwa bw'abarundi kubanyarwanda gusa🙄 Gitwaza, hari uwundi mugore, nawe ubu, n, abandi😊🤦🏾‍♂️ Iyo Mana iratinya kwishikira iBdi🤔 Murayibwira ko ata ma Grenades duterana, ihumure yishikire. Naho ivuga ikinyarwanda gusa, muti turacumva neza atangorane !
@salvatorntamakuriro6235
@salvatorntamakuriro6235 2 года назад
Imana ntitegekwa ikoresha uwo ishatse
@louisekwizera4886
@louisekwizera4886 3 года назад
Urakoze.
@anesiendaz9890
@anesiendaz9890 2 года назад
Ariko ndagomba kukubwirako umuntu ashobora guhanura ibirivyo ariko bikazosohora urworunganwe rwarapfuye rwose ,bikazosohorera kubandi .akarorero Yesaya ahanura ivuka rya Yesu none bavuzeko yavangiwe se?/ ahubwo Imana iravuga ,ibizoba vuba nibiba hashize igihe kirekire. Gusa dutunganire Imana.
@yowerimuseveni5603
@yowerimuseveni5603 3 года назад
Tubwirire izo mpunzi zashatse gukora Coup d'Etat i Burundi uti ni mudasubira iwanyu ejo Kagame azabarangiza ,bashaka basubira iwabo bakajya gusaba imbabazi Aba Rundi .ariko nibatabikora bazagwa hano mu Rwanda kuko Kagame ntambabazi abafitiye kuko nabo yatangiranye nabo urugamba benshyi yarabatorongeje ,abandi yarabishye nuko rero ni mube maso
@irakozeblaise1067
@irakozeblaise1067 3 года назад
Urerekwa ku rwanda kuk niburund barasenga
@irakozeevelyne6603
@irakozeevelyne6603 2 года назад
murarushe harumupresident akundwa nabos?nakagam ntakundwa nabos
@kuziririzaisabatosiitegeko7088
@kuziririzaisabatosiitegeko7088 2 года назад
Amen
@jeanclaudeningiririkigongw5795
ariko uvugishwe ivyuburundi heee muraraba neza
@eugeneniyigena5838
@eugeneniyigena5838 3 года назад
Imana iturindire igihugu Amen
@alexisntahomvukiye5753
@alexisntahomvukiye5753 Год назад
Hezagirwa
@wembakamungu7820
@wembakamungu7820 2 года назад
muze muvugishwe kuri kagame ndabe ko murara mudapfuye, hahahahaha
@evaristecongera2325
@evaristecongera2325 3 года назад
Hahaha Mbega umuteka mutwe. Niwicire agafaranga shaa.
@juniornizigama2547
@juniornizigama2547 7 месяцев назад
Are sure ?
@marcntwari4012
@marcntwari4012 3 года назад
Yesu akugirere neza
@birusheprosper6026
@birusheprosper6026 Год назад
Yagutumyiki
@kezajeanclaude104
@kezajeanclaude104 Год назад
Ntawuzomukoroko tumurinyuma nibasubize inkotamugwubati
@nsinziriyenkanuye6903
@nsinziriyenkanuye6903 2 года назад
Ariko se mwabasenga mwe ko ntanumwe ugira icyo avuga kubayobozi bica abantu umusubizo bazira ubusa? Ko ntanumwe werekwa kubaburirwa irengero nabajyanywa mugihome bazira ubusa? Mufitanye urubanza n, Imana mwebwe.
@miburoemeline4070
@miburoemeline4070 2 года назад
😂
@ABANA_rw
@ABANA_rw 3 года назад
Imfubyi n'Abapfakazi ba Yesu : ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-1RtsWXo1jXk.html
@kezajeanclaude104
@kezajeanclaude104 Год назад
Yongekubisubiramwo twritubizi
@nduwayodesire7325
@nduwayodesire7325 3 года назад
Pastor Buhungu noneho ariyica!!
@AZ-qm3ww
@AZ-qm3ww 3 года назад
Ntabwo yiyica uko uyu abesha niko na buhungu anesha. Bose ni ukubeshya
@nduwayoregis6771
@nduwayoregis6771 3 года назад
@@AZ-qm3ww ahubwo mbona umubeshyi ari wowe Ugira agapimo se gapima ababeshya nabatabeshya niwowe mubeshyi ahubwo .
@rosarahliliane100
@rosarahliliane100 3 года назад
Nonese mwebwe mubibwirwaniki yuko ahayavugishukuri? Ubuhanuzi bwumuhanuzi bwemerwa aruko busohoye.Ibyuyu nimubirindire amaso azohera mukirere. Nimuze twizerIjambo rya nyenIjambo Kuko nibwobuhanuzi butavangiye.muve kubahanuzi nubuhanuzi.tugeze muminsi Mibi.
@boscongendakumana7000
@boscongendakumana7000 Год назад
None aberi nuyu twemere ubwande?
@victorg7280
@victorg7280 Год назад
Bosco Ngendakumana ,ivya Abeli vyo, nawe urabona ko vyakuswe n inkuba. Imana nyayo, ntiyari kuvihanganira.
@viterinzinda453
@viterinzinda453 3 года назад
Basengase,ntiyakweretseko izobikora,ubwizobikora niba ariyo yabivuze, gusengaho nibisanzwe,naho uko uyo mubano uzogerwako harivyo yakweretse!?
@wembakamungu7820
@wembakamungu7820 2 года назад
hahahahn genda hariya, ubuvugishwa muvuga kuburundi kuberiki mutabuvuga kuri kagame ? wapiii
@ninamushonyanga7405
@ninamushonyanga7405 3 года назад
Abandi Imana irababuira vyose
@Vision2300
@Vision2300 3 года назад
imana irashobora gukora ikintu cose, ariko kuriyi si ni satani Umwami!
@bravekis9095
@bravekis9095 3 года назад
Reka da satani nta si yaremye ngo arayibera umwami nta n’igitonyanga cy’amaraso yamennye , yaba umwami ate?!
@antoinettempaimana2724
@antoinettempaimana2724 2 года назад
@@bravekis9095 yoo kunbe ntuzi yuko satani arunwami wisi hahaha nayesuwe nyene yarivugiye ngo wasiwe urwishije ishano ko unwasi akumanukiye ico nzico nuko ntabubasha satani adufiseko ariko isi nirwiwe iyo yesu atamara imisi itatu ngo anwake ipfunguzo zi juru kandi ngo amubohere mukuzimu nta numwe yorokotse ariko yesu nahabwe icubahiro
@pierrenduwimana2799
@pierrenduwimana2799 2 года назад
Nivyo ikintu cabahutu nabatutsi nikibazo gikwiye kvaho burundu kuko satani yarinjiye mubarundi gushika aho sbarundi bavaye udukoko.
@mushimiyimanaadeline4328
@mushimiyimanaadeline4328 2 года назад
Nyirabikarivelena
@woodworking6877
@woodworking6877 2 года назад
Murwanda naho mufite amoko abahutu abatutsi
@melchiadendiho9330
@melchiadendiho9330 2 года назад
Be mubanza musenge muhishurirwe ivyanyu, ubudumbi dumbi bwabiyita abavugishwa bwabaye bwinshi mwiki gihe canyuma ,
@kuziririzaisabatosiitegeko7088
@kuziririzaisabatosiitegeko7088 2 года назад
Iryo nishari rituma uvuga ivyo.
@manoaisac6060
@manoaisac6060 3 года назад
1 yohana 4:1
@renovatnsabimana4961
@renovatnsabimana4961 2 года назад
UHORAHO AGUHEAGIRE
@claudettezainabu2162
@claudettezainabu2162 2 года назад
Amen
@enfantdedieu4347
@enfantdedieu4347 3 года назад
Ariko mutinya kuvuga ko no mu RDA ari uko bizagenda , . Muvuga igice cy'ibyo mweretswe.
@pierrenduwimana2799
@pierrenduwimana2799 2 года назад
None ga prophetess, none ubwo buhanuzi,warabushikirije ndayishimiye ?
@pierrenduwimana2799
@pierrenduwimana2799 2 года назад
Ubwo uvugisha ukuri canke ubivuga kubera wanna ndayishimiye ?
@pierrenduwimana2799
@pierrenduwimana2799 2 года назад
Erega igituma nkubaza ivyo bibazo,nuko benshi babesha ugasaga ivyo bavuze bitumen abantu bagumuka iyo ari abanyagihugu
@pierrenduwimana2799
@pierrenduwimana2799 2 года назад
Voila! Iconikibazo nyene twashaka kumenya
@pierrenduwimana2799
@pierrenduwimana2799 2 года назад
None ko ugumuvug bimwe gusa
@prudendayikeza2694
@prudendayikeza2694 Год назад
Uwiteka akwongere umugisha
@didacendikumugongo8947
@didacendikumugongo8947 Год назад
Hahaha .
@Vision2300
@Vision2300 3 года назад
kubera iki abazungu badasenga? abazungu ntibakizera Imana, kandi nyamara barateye imbere! ibi bivuze ko satani akunda abazungu cyane kubera ibibi bakora mwisi!
@phocasnambajimana4364
@phocasnambajimana4364 3 года назад
Abazungu bazi Imana batuzaniye iyo ari yo twe twirwa tuyivuga tuyitiranya twitiranya inzozi n'amabonekerwa nk'ubeo si ubuhanuzi kbsa
@sandrinetuyizere4682
@sandrinetuyizere4682 3 года назад
Iyi Message KUGIHUGU CYUBURUNDI niyo rwose natwe twarabibwiwe UBURUNDI abirirwa basebya bifuriza UBURUNDI ibibi ntacyo bazageraho Hezagirwa Mukozi wImana Ubu butumwa turabwakiriye 💕
@Vision2300
@Vision2300 3 года назад
@@phocasnambajimana4364 Abanyafurika bari bazi Imana y'ukuri imbere y'abazungu! Mubyukuri ni satani wabatumye muri africa, (kwica, kubeshya no kwiba)! 1 -Abisiraheli batoranijwe nimana, ni abirabura ntabwo ari abazungu! 2 -Yesu Kristo nawe yari umwirabura nkubwoko bwe! 3 -Adamu na Eva nabo bari abirabura. iyi niyo mpamvu ituma twe abirabura dufite ibibazo byinshi kwisi yose! Satani ntabwo arwana namahanga yose, oya! Amahanga na Satani barwanya abirabura, kubera umurage wacu wimana
@aaronbe9966
@aaronbe9966 3 года назад
ariko se mwabuze ibyo muvuga? mwabonye abo mwifatira amahirwe nuko ari bacye
@emmanuelnkunzimana
@emmanuelnkunzimana 3 года назад
Babonye aho bakorera advertisement
@uwaseyvette9886
@uwaseyvette9886 3 года назад
Hezagirwa Mukozi WImana uzakomeze guca bugufi kuko nabikubonyemo Warasengeye Barandoze ndakira NDIHO aguhe Imbaraga ukomeze gukorera Imana ❤️
@kmno4hjb725
@kmno4hjb725 2 года назад
Ariko aho mwovuga kumurambo wanyu kagame Ubu uyu wuburundi mumushaka ko iki Ntimwishakire views
@pascalndayizeye-ui4ik
@pascalndayizeye-ui4ik Год назад
Hezagirwa mukozi w Imana
@nkurunzizagasominari571
@nkurunzizagasominari571 3 года назад
Ariko ibyanyu birantangaza.ejo bundi niwowe wavuzengo,imana yakubwiyeko muburundi,nta muperezida uzakomera nka Evariste,none uti biracitse why?
@bravekis9095
@bravekis9095 3 года назад
Ahubwo agiye gupfa ( Evariste ) , keretse niyegera Ndiho akihana nk’uko Dawidi yajyaga aca bugufi. akambara ibigunira !
@AZ-qm3ww
@AZ-qm3ww 3 года назад
Ushigikiye evariste wawe. Iyaba hari uwawe yaraye anyurujwe ntaco wari kuvuga.kandi Imana ifise precision y'itariki bizaberako. Ni meitwikire mubone za views ntakindi
@alinekazadi8643
@alinekazadi8643 5 месяцев назад
Foolish wavuze ivyu Rwanda k
@km9737
@km9737 3 года назад
ariko iburundi ntabahanuzi bahaba? kuki abanyarwanda muhora muhanurira ibyago uburundi buri gihe kandi iwanyu ariho hari ibibazo bigaragara
@NinaNina-xr8jj
@NinaNina-xr8jj 2 года назад
Nimubareke baduhanurire ntacobitwaye kuko uwimana ikunda iramuburira
@km9737
@km9737 2 года назад
@@NinaNina-xr8jj iwanyu ntimusenga se?
@theophilentirandekura3374
@theophilentirandekura3374 Год назад
Vraiment tu es le plus meilleur en escroquant
@manzifabrice5224
@manzifabrice5224 3 года назад
aka kagabo nagateka mutwe kinzara shaka akazi uve mubugoryi
@bankundiyemediatrice7137
@bankundiyemediatrice7137 3 года назад
Umutekamutwe mbona ariwowe Ururimi rwawe wige kurukoresha neza kuko Uzakura umuvumo kubakozi BImana .
@manzifabrice5224
@manzifabrice5224 3 года назад
@@bankundiyemediatrice7137 abakozi bimana? murabateka mutwe barabamenye mushakire ahandi abyanyu ninda mushyira imbera nothing else. niba uri numugore we wihangane kuko byarahombye
@manzifabrice5224
@manzifabrice5224 3 года назад
@@bankundiyemediatrice7137 ngo nzakuramo ishyano😂😂😂 uzi ikintu ntatinya? nabasazi babarokore ndizerako ubyumvise neza. nonsense injiji gusa uwo mugabo nashake akazi ave mubugoryi bwokuvuga ibusa nkababa padili bitwa banahimana
@Isidore-bv3mu
@Isidore-bv3mu 3 года назад
Ahaaaaaaaaaaa! Ariko se mu Burundi ko na bo basenga da! Nta bahanuzi babayo?
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 3 года назад
😊😊🤷🏽‍♂️ Nashangaa
@Vision2300
@Vision2300 3 года назад
ni satani utegeka isi, imana ntishobora guhindura ikintu na kimwe, kugeza ku munsi w'urubanza! satani yahaye imbaraga abazungu kumutegeka isi yose, kandi ibihugu byose ni ibya satani! imana ntishobora gutabara mugihugu icyo aricyo cyose
@ndayisengaannick584
@ndayisengaannick584 2 года назад
Mamanihatari
@ndayisengaannick584
@ndayisengaannick584 2 года назад
ahonubesh-
@kalisaevaristo5069
@kalisaevaristo5069 2 года назад
Gumamo
@jeanninemuhawenimana8165
@jeanninemuhawenimana8165 2 года назад
Ese?satani Arusha lmana amaboko?oya.
@Vision2300
@Vision2300 2 года назад
@@jeanninemuhawenimana8165 oya, ntabwo arusha imana. icyo nshaka kuvuga, imana yashyizeho igihe cyo guhagarika ubutegetsi bwa satani mw'isi!
@moseshabarugira7598
@moseshabarugira7598 2 года назад
Sha Wewe burya Umaramara kuvyo uvuze kubuyobozi bwubururundi. Muze basha mumenyako natwe mubwira ibibintu natwe dusenga kdi Imana itwibira amabanga. Ahubwo Abantu muze munita cane kuvyo Marie Esther murebwayire avuga!
@habimanaengineerjohnpaul9209
@habimanaengineerjohnpaul9209 2 года назад
Amen
Далее
Ubuhanuzi bwa BEBA
20:15
Просмотров 15 тыс.